ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 20
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 20:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:17
  • +Yos 11:22; 13:3
  • +2Ng 32:9
  • +Am 1:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2015, rup. 9

Yesaya 20:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “amasandali.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:1
  • +Yr 13:1; 19:1
  • +Yon 3:8; Ivh 11:3
  • +2Sm 15:30
  • +1Sm 19:24; Mik 1:8; Heb 11:37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2006, rup. 11

Yesaya 20:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:18
  • +Yes 19:1
  • +Yes 18:1

Yesaya 20:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 19:4; Yr 46:26; Ezk 30:19
  • +Yr 13:22; Mik 1:11

Yesaya 20:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 146:3
  • +2Bm 18:21; Yes 30:3; 36:6; Yr 17:5; Ezk 29:6

Yesaya 20:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:2; 31:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 20:12Bm 18:17
Yes. 20:1Yos 11:22; 13:3
Yes. 20:12Ng 32:9
Yes. 20:1Am 1:8
Yes. 20:2Yes 1:1
Yes. 20:2Yr 13:1; 19:1
Yes. 20:2Yon 3:8; Ivh 11:3
Yes. 20:22Sm 15:30
Yes. 20:21Sm 19:24; Mik 1:8; Heb 11:37
Yes. 20:3Yes 8:18
Yes. 20:3Yes 19:1
Yes. 20:3Yes 18:1
Yes. 20:4Yes 19:4; Yr 46:26; Ezk 30:19
Yes. 20:4Yr 13:22; Mik 1:11
Yes. 20:5Zb 146:3
Yes. 20:52Bm 18:21; Yes 30:3; 36:6; Yr 17:5; Ezk 29:6
Yes. 20:6Yes 30:2; 31:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 20:1-6

Yesaya

20 Mu mwaka Tarutani+ yaza i Ashidodi+, igihe Sarugoni umwami wa Ashuri yamutuma+, agatangura kurwanya Ashidodi akayifata+, 2 ico gihe Yehova avuga biciye kuri Yesaya mwene Amozi+, ati: “Genda+, kandi utegerezwa gutekurura igunira rikuve mu mafyinga+; kandi inkweto* zawe ukwiye kuzikura ku birenge vyawe+.” Nuko agira kuno, agendagenda ari gusa n’ibirenge bigaragara+.

3 Yehova abandanya kuvuga ati: “Nk’uko umusavyi wanje Yesaya yagendagenze imyaka itatu ari gusa n’ibirenge bigaragara, bwa kimenyetso+ n’imburizi kuri Misiri+ na Etiyopiya+, 4 ni ko umwami wa Ashuri azoshorera umugwi w’imbohe za Misiri+ n’abagizwe inyagano ba Etiyopiya, uduhungu n’abatama, abashorere bari gusa n’ibirenge bigaragara, n’ibibuno biri amenya, ubwambure bwa Misiri+. 5 Kandi bazotekerwa n’ubwoba bamaramare kubera Etiyopiya yo cizigiro bari bahanze amaso+, no kubera Misiri ubwiza bwabo+. 6 Kandi uwuba muri ico gihugu co ku nkengera y’amazi ntazobura kuvuga kuri uwo musi, ati: ‘Ng’ukwo ukuntu ca cizigiro twari duhanze amaso kimeze, ico twahungirako ngo kidufashe, kugira turokorwe kubera umwami wa Ashuri+! None twebwe tuzokira dute?’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika