ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 32
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 32:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:10; Zb 2:6; 45:6; Lk 1:32; Yoh 1:49
  • +Zb 72:1; Yes 9:7; 11:5; Yr 23:5; Zk 9:9; Heb 1:9; Ivh 19:11
  • +Zb 45:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 164-166

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2007, rup. 25

    1/3/1999, rup. 25

    1/8/1998, rup. 30-31

Yesaya 32:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 4:6
  • +Yes 35:6; Ivh 22:1
  • +Zb 31:2; 63:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 20

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    1/2017, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2014, rup. 16

    1/3/1999, rup. 25

    Niwiyegereze, rup. 166-167

Yesaya 32:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 13:11

Yesaya 32:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 29:24
  • +Yes 35:6; Lk 21:15; Ivk 4:13

Yesaya 32:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:20; Mal 3:18

Yesaya 32:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 25:25; Mt 12:34
  • +1Sm 24:13; Zb 58:2; Mik 2:1
  • +Zb 35:16; Yes 10:6
  • +Yak 2:16; 1Yh 3:17

Yesaya 32:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:26; Mik 7:3
  • +Zb 10:7; 2Pt 2:2
  • +1Bm 21:10; Ivk 6:11

Yesaya 32:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 112:9; Img 11:24; Ivk 9:39

Yesaya 32:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:56; Yes 3:16

Yesaya 32:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 3:17; Yr 25:10
  • +Yes 7:23; Yr 8:13; Int 2:12; Hs 2:12; Zf 1:13

Yesaya 32:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 3:24

Yesaya 32:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:8
  • +Gus 8:7; Ezk 20:6

Yesaya 32:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 107:34; Yes 5:6
  • +Yes 22:2; Int 2:15

Yesaya 32:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:9; Yes 27:10
  • +2Ng 27:3; Neh 3:26

Yesaya 32:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:30; Img 1:23; Yes 44:3
  • +Yes 29:17; 35:2

Yesaya 32:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 94:15; Yes 42:4; 60:21; Tt 2:12; 2Pt 3:13

Yesaya 32:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 72:3; 119:165; Yes 55:12; Rm 14:17
  • +Ezk 37:26; Mik 4:3

Yesaya 32:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:18; 65:22; Yr 23:6; Ezk 34:25; Hs 2:18

Yesaya 32:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 13:11
  • +Yes 26:5

Yesaya 32:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 11:1; Yes 30:23
  • +Yes 30:24

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 32:1It 49:10; Zb 2:6; 45:6; Lk 1:32; Yoh 1:49
Yes. 32:1Zb 72:1; Yes 9:7; 11:5; Yr 23:5; Zk 9:9; Heb 1:9; Ivh 19:11
Yes. 32:1Zb 45:16
Yes. 32:2Yes 4:6
Yes. 32:2Yes 35:6; Ivh 22:1
Yes. 32:2Zb 31:2; 63:1
Yes. 32:3Mt 13:11
Yes. 32:4Yes 29:24
Yes. 32:4Yes 35:6; Lk 21:15; Ivk 4:13
Yes. 32:5Yes 5:20; Mal 3:18
Yes. 32:61Sm 25:25; Mt 12:34
Yes. 32:61Sm 24:13; Zb 58:2; Mik 2:1
Yes. 32:6Zb 35:16; Yes 10:6
Yes. 32:6Yak 2:16; 1Yh 3:17
Yes. 32:7Yr 5:26; Mik 7:3
Yes. 32:7Zb 10:7; 2Pt 2:2
Yes. 32:71Bm 21:10; Ivk 6:11
Yes. 32:8Zb 112:9; Img 11:24; Ivk 9:39
Yes. 32:9Gus 28:56; Yes 3:16
Yes. 32:10Yes 3:17; Yr 25:10
Yes. 32:10Yes 7:23; Yr 8:13; Int 2:12; Hs 2:12; Zf 1:13
Yes. 32:11Yes 3:24
Yes. 32:12Yr 4:8
Yes. 32:12Gus 8:7; Ezk 20:6
Yes. 32:13Zb 107:34; Yes 5:6
Yes. 32:13Yes 22:2; Int 2:15
Yes. 32:142Bm 25:9; Yes 27:10
Yes. 32:142Ng 27:3; Neh 3:26
Yes. 32:15Zb 104:30; Img 1:23; Yes 44:3
Yes. 32:15Yes 29:17; 35:2
Yes. 32:16Zb 94:15; Yes 42:4; 60:21; Tt 2:12; 2Pt 3:13
Yes. 32:17Zb 72:3; 119:165; Yes 55:12; Rm 14:17
Yes. 32:17Ezk 37:26; Mik 4:3
Yes. 32:18Yes 60:18; 65:22; Yr 23:6; Ezk 34:25; Hs 2:18
Yes. 32:19Ezk 13:11
Yes. 32:19Yes 26:5
Yes. 32:20Ums 11:1; Yes 30:23
Yes. 32:20Yes 30:24
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 32:1-20

Yesaya

32 Raba! Umwami+ azoganza ku bw’ubugororotsi+; nayo abaganwa+, bazotwara nk’abaganwa ku bw’ubutungane. 2 Kandi umwe wese azotegerezwa kuba nk’ubwikingo bw’umuyaga be n’ubwihisho bw’ikirura c’imvura+, nk’imigezi y’amazi mu gihugu kigadutse+, nk’igitutu c’urutare ruremereye mu ntara irushe+.

3 Amaso y’ababona ntazomatanywa, kandi amatwi y’abumva azokwumviriza+. 4 Umutima w’abihutagiza uzorimbūra ubumenyi+, mbere n’ururimi rw’abagigimiza ruzotebuka mu kuvuga ibintu bitomoye+. 5 Umuntu w’imburabwenge ntazoba acitwa umutanzi; nayo umuntu atagendera ingingo, ntazovugwa ko ari umunyacubahiro+; 6 kuko umuntu w’imburabwenge azovuga gusa ibitagiramwo ubwenge+, kandi umutima wiwe uzokora ibintu bibabaza+, ku bwo gukora ivy’ubuhuni+ no kuvuga kuri Yehova ibigoramye, ku bwo gutuma inda y’uwushonje isigara igaragara+; kandi atuma n’uwunyotewe abura ico anywa. 7 Nayo umuntu atagendera ingingo, ibikoresho vyiwe ni bibi+; yiyumviriye gukora ivy’ubushirasoni*+, gusavya abarushwa n’amajambo y’ibinyoma+, mbere n’iyo umworo avuze ibigororotse.

8 Nayo umutanzi, ivy’ubutanzi ni vyo yiyumviriye; kandi ivy’ubutanzi ni vyo azohaguruka ngo aburanire+.

9 “Yemwe bagore mwitekaniye, haguruke, mwumvirize ijwi ryanje+! Yemwe bakobwa ata co munezwe, nimutege ugutwi ijambo ryanje! 10 Mu mwaka n’imisi mikeyi, mwebwe bantu ata co munezwe muzohagarika umutima+, kuko isoroma ry’inzabibu rizoba ryarangiye mugabo ntihagire iyegeranya ry’ivyamwa rihaba+. 11 Jugumire, yemwe bagore mwitekaniye! Hagarike umutima, yemwe bantu mutagira ico munezwe! Nimwiyambure impuzu mube gusa, mukenyere igunira mu kiyunguyungu+. 12 Nimwikubitagure ku gikiriza mwiyuha iryosozi+ kubera amatongo y’igikundiro+, kubera umuzabibu wama ivyamwa. 13 Ku butaka bw’abantu banje hamera gusa amahwa, ibisaka bihanda+, kuko biri ku mazu yose y’umwigino, egome, ku gisagara cishwe n’akamwemwe+. 14 Kuko umunara wo kubamwo ubwawo watawe+, uruyogoyogo rw’igisagara rwahebwe; Ofeli+ be n’umunara w’inderetsi ubwavyo vyacitse amatongo y’agahinga, bicika umwigino w’imparage igihe kitagira urugero, uburagiriro bw’amasho; 15 gushika dusutsweko impwemu ivuye iyo hejuru+, n’agahinga kakazoba kacitse umurima w’ivyamwa, na nya murima w’ivyamwa ugafatwa nk’ikibira nyaco+.

16 “Kandi mu gahinga ni ho ubutungane buzokwibera koko, mu murima w’ivyamwa na ho hibere ubugororotsi+. 17 Igikorwa c’ubugororotsi nyakuri kizotegerezwa gucika amahoro+; umurimo w’ubugororotsi nyakuri na wo ucike impore n’umutekano gushika igihe kitagira urugero+. 18 Kandi abantu banje bazokwibera ahantu h’amahoro no mu bigo bitekanye rwose n’ahantu h’ukuruhukira hatagira inkomanzi+. 19 Hazogwa koko urubura ikibira nicamanuka+ n’igisagara kikaja hasi, kigacishwa bugufi+.

20 “Murahiriwe mwebwe mubiba imbuto ku nkengera y’amazi yose+, mukarekura ibirenge vy’ishūri n’indogobwa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika