ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaheburayo 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abaheburayo 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 12:8; Yes 1:2
  • +Kv 24:3; Yr 7:25; Ezk 33:33; Lk 1:70; Ivk 3:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 54

Abaheburayo 1:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “ibiriho.” Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 4:4; 1Pt 1:11, 20
  • +Mt 17:5; Yoh 3:17; 13:34
  • +Zb 2:8; Yoh 16:15; Rm 8:17
  • +Yoh 1:3; 1Kr 8:6; Kl 1:16

Abaheburayo 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:14; 17:5
  • +Yoh 1:1; Kl 1:15
  • +Kl 1:17
  • +Dn 9:24; Heb 9:26; 1Pt 1:19
  • +Zb 110:1; Ivk 2:33; 7:55; Rm 8:34; Kl 3:1
  • +Zb 33:13; Ef 1:20; Heb 8:1; Yud 25

Abaheburayo 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 1:21; 1Pt 3:22
  • +Ivk 4:12; Fp 2:9

Abaheburayo 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:7
  • +2Sm 7:14; Mr 1:11; Lk 9:35; 2Pt 1:17

Abaheburayo 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:14; 3:18; Rm 8:29; Kl 1:15
  • +Zb 91:11; Lk 22:43; Yoh 20:12
  • +Gus 32:43; Zb 97:7

Abaheburayo 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:4

Abaheburayo 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:18; Ivk 2:30; Ivh 3:21
  • +It 49:10; Gh 24:17; Zb 2:9
  • +Zb 45:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 6

Abaheburayo 1:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 61:1; Lk 3:22; 4:18; Ivk 4:27; 10:38
  • +Zb 45:7

Abaheburayo 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:25

Abaheburayo 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:6

Abaheburayo 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:4; Ivh 6:14
  • +Zb 102:26

Abaheburayo 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 110:1; Mt 22:44; Mr 12:36; Lk 20:42

Abaheburayo 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:4; Ivk 23:8
  • +Zb 34:7; 91:11; Mt 18:10; Lk 2:9, 13; Ivk 5:19; 12:7
  • +Mt 19:29; 25:34; Yak 2:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Heb. 1:1Gh 12:8; Yes 1:2
Heb. 1:1Kv 24:3; Yr 7:25; Ezk 33:33; Lk 1:70; Ivk 3:21
Heb. 1:2Gl 4:4; 1Pt 1:11, 20
Heb. 1:2Mt 17:5; Yoh 3:17; 13:34
Heb. 1:2Zb 2:8; Yoh 16:15; Rm 8:17
Heb. 1:2Yoh 1:3; 1Kr 8:6; Kl 1:16
Heb. 1:3Zb 110:1; Ivk 2:33; 7:55; Rm 8:34; Kl 3:1
Heb. 1:3Zb 33:13; Ef 1:20; Heb 8:1; Yud 25
Heb. 1:3Yoh 1:14; 17:5
Heb. 1:3Yoh 1:1; Kl 1:15
Heb. 1:3Kl 1:17
Heb. 1:3Dn 9:24; Heb 9:26; 1Pt 1:19
Heb. 1:4Ef 1:21; 1Pt 3:22
Heb. 1:4Ivk 4:12; Fp 2:9
Heb. 1:5Zb 2:7
Heb. 1:52Sm 7:14; Mr 1:11; Lk 9:35; 2Pt 1:17
Heb. 1:6Yoh 1:14; 3:18; Rm 8:29; Kl 1:15
Heb. 1:6Zb 91:11; Lk 22:43; Yoh 20:12
Heb. 1:6Gus 32:43; Zb 97:7
Heb. 1:7Zb 104:4
Heb. 1:8Mt 28:18; Ivk 2:30; Ivh 3:21
Heb. 1:8It 49:10; Gh 24:17; Zb 2:9
Heb. 1:8Zb 45:6
Heb. 1:9Yes 61:1; Lk 3:22; 4:18; Ivk 4:27; 10:38
Heb. 1:9Zb 45:7
Heb. 1:10Zb 102:25
Heb. 1:11Yes 51:6
Heb. 1:12Yes 34:4; Ivh 6:14
Heb. 1:12Zb 102:26
Heb. 1:13Zb 110:1; Mt 22:44; Mr 12:36; Lk 20:42
Heb. 1:14Zb 104:4; Ivk 23:8
Heb. 1:14Zb 34:7; 91:11; Mt 18:10; Lk 2:9, 13; Ivk 5:19; 12:7
Heb. 1:14Mt 19:29; 25:34; Yak 2:5
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
Bibiliya y’isi nshasha
Abaheburayo 1:1-14

Abaheburayo

1 Imana, iyavuganye kera mu bihe vyinshi+ no mu buryo bwinshi na ba sogokuruza bacu biciye ku bahanuzi+, 2 kw’iherezo ry’iyi misi+ yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, kandi biciye kuri we ikaba ari ho yashizeho+ ibihe*. 3 Ni we gukayangana kw’ubuninahazwa+ bwayo n’ishusho nyayo y’akamere nyene kayo+, kandi ashigikiza ibintu vyose ijambo ry’ububasha bwiwe+; kandi amaze kudutyorora ibicumuro vyacu+, yicara iburyo+ bwa Nyenubukuru mu bibanza vyo hejuru+. 4 Yabaye rero uwuruta abamarayika+, kuko yatoranye izina+ ry’agahebuza kuruta iryabo.

5 Nk’akarorero, ni nde mu bamarayika yigeze kubwira iti: “Uri umwana wanje; jewe uno musi ncitse so+”? Kandi iti: “Jewe ubwanje nzomubera se, na we azombera umwana+”? 6 Mugabo niyongera kuzana Imfura+ yayo mw’isi, ivuga iti: “Kandi abamarayika b’Imana+ bose nibikubite imbere yiwe+.”

7 Vyongeye, ku bijanye n’abamarayika ivuga ngo: “Kandi abamarayika bayo ibagira impwemu, abakozi bayo bakorera abantu ikabagira urubeya rw’umuriro+.” 8 Mugabo ku bijanye n’Umwana wayo, ngo: “Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami ibihe bitazoshira+, kandi agakoni k’ubutware k’ubwami+ bwawe ni agakoni k’ukugororoka+. 9 Wakunze ubugororotsi, wanka ubugarariji. Ni co gituma Imana, Imana yawe, yakurobanuje amavuta*+ y’umwigino kuruta bagenzawe+.” 10 Kandi ngo: “Mu ntango, ewe Mukama, washinze imishinge y’isi, kandi amajuru ni ibikorwa vy’amaboko yawe+. 11 Vyo bizoyogera, mugabo wewe wamaho ibihe vyose; vyose bizosaza nka kurya kw’impuzu yo hejuru+, 12 kandi uzobizinga nk’igikwemu+, nk’impuzu yo hejuru; kandi bizohindurwa, ariko wewe wama uri wa wundi, kandi imyaka yawe ntizokwigera ihera+.”

13 Mugabo ni nde mu bamarayika yigeze kuvugako ngo: “Icara iburyo bwanje, gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+”? 14 Mbega bose si impwemu+ ku bw’igikorwa gikorerwa abantu+, zatumwe gukorera abagiye kuzotorana+ ubukiriro?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika