ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 17
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 17:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 14:12; Img 1:6
  • +Ezk 20:49; Hs 12:10; Mt 13:13

Ezekiyeli 17:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:49; Yr 4:13; Int 4:19; Hs 8:1
  • +Dn 7:4
  • +Yr 22:23
  • +Yr 22:7
  • +2Bm 24:12; 2Ng 36:10; Yr 24:1

Ezekiyeli 17:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 12-13

Ezekiyeli 17:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 37:1; Ezk 17:13
  • +2Bm 24:17

Ezekiyeli 17:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 17:14
  • +2Ng 36:11

Ezekiyeli 17:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 37:5; Ezk 17:15
  • +Yr 37:7
  • +Yes 36:6
  • +2Bm 24:20; 2Ng 36:13

Ezekiyeli 17:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 37:1

Ezekiyeli 17:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:41; 2Ng 13:12; Yr 32:5
  • +Yr 21:7
  • +2Bm 25:7; Yr 52:10

Ezekiyeli 17:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 13:15; Yon 4:8
  • +Ezk 19:12

Ezekiyeli 17:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:2; Ezk 2:5; 3:9; 12:9
  • +2Bm 24:12; Yr 22:25
  • +Yes 39:7; Yr 52:32

Ezekiyeli 17:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:17; Yr 37:1
  • +2Ng 36:13; Yr 5:2
  • +2Bm 24:15; Yr 24:1

Ezekiyeli 17:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:43; 1Sm 2:7
  • +Yr 27:12; 38:17

Ezekiyeli 17:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:20; 2Ng 36:13; Yr 52:3; Ezk 17:7
  • +Gus 17:16; Yes 30:2; 31:1; Yr 37:5
  • +Img 19:5; Yr 32:4

Ezekiyeli 17:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 6:13
  • +Mal 3:5
  • +Yr 34:3; 52:11

Ezekiyeli 17:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 31:1; Yr 37:7; Int 4:17; Ezk 29:6
  • +Yr 33:5

Ezekiyeli 17:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:37; Rm 1:31
  • +Int 5:6
  • +Ezk 17:15

Ezekiyeli 17:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 5:11; Yr 5:2

Ezekiyeli 17:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 33:11; Ezk 12:13; 32:3; Hs 7:12
  • +Ezk 20:36; Mik 6:2

Ezekiyeli 17:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 5:10; 12:14
  • +Ezk 6:13

Ezekiyeli 17:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 80:15; Yes 11:1; Yr 23:5; 33:15; Zk 3:8
  • +Yes 53:2
  • +Zb 2:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 12-13

Ezekiyeli 17:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 92:13; Dn 4:17
  • +Yes 27:6
  • +Zb 92:12
  • +Zb 72:8; Hs 14:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 12-13

Ezekiyeli 17:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 55:12
  • +1Sm 2:7; Zb 75:7; Lk 1:52
  • +Yes 9:6; Ezk 21:27; Dn 4:17; Am 9:11
  • +Lk 23:31
  • +Ezk 22:14; 24:14

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 17:2Abc 14:12; Img 1:6
Ezk. 17:2Ezk 20:49; Hs 12:10; Mt 13:13
Ezk. 17:3Gus 28:49; Yr 4:13; Int 4:19; Hs 8:1
Ezk. 17:3Dn 7:4
Ezk. 17:3Yr 22:23
Ezk. 17:3Yr 22:7
Ezk. 17:32Bm 24:12; 2Ng 36:10; Yr 24:1
Ezk. 17:42Bm 24:15
Ezk. 17:5Yr 37:1; Ezk 17:13
Ezk. 17:52Bm 24:17
Ezk. 17:6Ezk 17:14
Ezk. 17:62Ng 36:11
Ezk. 17:7Yr 37:5; Ezk 17:15
Ezk. 17:7Yr 37:7
Ezk. 17:7Yes 36:6
Ezk. 17:72Bm 24:20; 2Ng 36:13
Ezk. 17:8Yr 37:1
Ezk. 17:9Gh 14:41; 2Ng 13:12; Yr 32:5
Ezk. 17:9Yr 21:7
Ezk. 17:92Bm 25:7; Yr 52:10
Ezk. 17:10Hs 13:15; Yon 4:8
Ezk. 17:10Ezk 19:12
Ezk. 17:12Yes 1:2; Ezk 2:5; 3:9; 12:9
Ezk. 17:122Bm 24:12; Yr 22:25
Ezk. 17:12Yes 39:7; Yr 52:32
Ezk. 17:132Bm 24:17; Yr 37:1
Ezk. 17:132Ng 36:13; Yr 5:2
Ezk. 17:132Bm 24:15; Yr 24:1
Ezk. 17:14Gus 28:43; 1Sm 2:7
Ezk. 17:14Yr 27:12; 38:17
Ezk. 17:152Bm 24:20; 2Ng 36:13; Yr 52:3; Ezk 17:7
Ezk. 17:15Gus 17:16; Yes 30:2; 31:1; Yr 37:5
Ezk. 17:15Img 19:5; Yr 32:4
Ezk. 17:16Heb 6:13
Ezk. 17:16Mal 3:5
Ezk. 17:16Yr 34:3; 52:11
Ezk. 17:17Yes 31:1; Yr 37:7; Int 4:17; Ezk 29:6
Ezk. 17:17Yr 33:5
Ezk. 17:18Mt 5:37; Rm 1:31
Ezk. 17:18Int 5:6
Ezk. 17:18Ezk 17:15
Ezk. 17:19Gus 5:11; Yr 5:2
Ezk. 17:202Ng 33:11; Ezk 12:13; 32:3; Hs 7:12
Ezk. 17:20Ezk 20:36; Mik 6:2
Ezk. 17:21Ezk 5:10; 12:14
Ezk. 17:21Ezk 6:13
Ezk. 17:22Zb 80:15; Yes 11:1; Yr 23:5; 33:15; Zk 3:8
Ezk. 17:22Yes 53:2
Ezk. 17:22Zb 2:6
Ezk. 17:23Zb 92:13; Dn 4:17
Ezk. 17:23Yes 27:6
Ezk. 17:23Zb 92:12
Ezk. 17:23Zb 72:8; Hs 14:7
Ezk. 17:24Yes 55:12
Ezk. 17:241Sm 2:7; Zb 75:7; Lk 1:52
Ezk. 17:24Yes 9:6; Ezk 21:27; Dn 4:17; Am 9:11
Ezk. 17:24Lk 23:31
Ezk. 17:24Ezk 22:14; 24:14
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 17:1-24

Ezekiyeli

17 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 2 “Mwana w’umuntu, pfinda agapfindo+, utunganye imvugo y’akagani ku nzu ya Isirayeli+. 3 Uze uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ya nkona nini+, imwe ifise amababa manini+, ikagira n’amubi maremare, ikaba yuzuyeko amoya, imwe yari ifise amabara y’indobeke, yaraje i Libani+ itora ubushorishori+ bw’isederi+. 4 Yāha isonga ry’imivyaro yaryo, iza irizanye mu gihugu ca Kanani+; irishira mu gisagara c’abacuruza. 5 Vyongeye, itora ku mbuto y’ico gihugu+, iyishira mu murima wo kubibamwo imbuto. Yayishizeho nk’igiti c’umusafusafu iruhande y’amazi menshi+, nk’igiti c’umusafusafu. 6 Nuko itangura kunaga, buhorobuhoro icika umuzabibu utotahaye, mugufi+, umeze nk’uwugondeye amababi imbere muri wo; nayo imizi yawo, yahavuye iba munsi yawo. Amaherezo ucika umuzabibu, uzana imivyaro, ushamika n’amashami+.

7 “‘“Hanyuma haba iyindi nkona nini+, ifise amababa manini, ikagira n’amubi manini+, maze uwo muzabibu nyene ushora imizi yawo n’umunoho n’akantu uyerekeza kuri yo+. Urungika amababi yawo kuri yo kugira ngo iwunyoshe, kure y’amatuta wari watewemwo+. 8 Wari wamaze kubadikwa+ mu murima mwiza, iruhande y’amazi menshi, kugira ngo ushamike amashami wongere wame ivyamwa, ngo ucike umuzabibu w’agakomeye.”’

9 “Vuga uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Mbega uwo muzabibu uzororanirwa+? Mbega ntihazogira uwuwumomora imizi+, agatuma ivyamwa vyawo bigira ibikaragashi? Mbega iminago yawo yose ikimara kwahwa ntizokwuma+? Uwo muzabibu uzokwuma. Ntihazorinda gukoreshwa ukuboko gukomeye canke igisata c’abantu isinzi ngo urandurwe guhera mu mizi. 10 Kandi raba: naho wabaditswe, mbega uzororanirwa? Mbega ntuzokwuma rwose, nk’igihe uciweko n’umuyaga wo mu buseruko+? Uzokwumira mu matuta y’umunago wawo+.”’”

11 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 12 “Ndakwinginze ubwire ya nzu y’ingarariji uti+: ‘Ariko vy’ukuri ntimuzi ico ivyo bisobanura?’ Vuga uti: ‘Raba! Umwami wa Babiloni yaraje i Yeruzalemu, atora umwami waho+ n’abaganwa baho, abazana iwe i Babiloni+. 13 Vyongeye, atora umwe mu bo mu nda y’ingoma+, agirana isezerano na we, amurahiza indahiro+; atwara n’abantu bakurubakuru bo mu gihugu+, 14 kugira ngo ubwami buce bugufi+, ntibushobore kwiduza, bushobore guhagarara biciye ku kugumya isezerano ryiwe+. 15 Mugabo amaherezo aramugarariza+ mu gutuma intumwa ziwe mu Misiri, kugira ngo imuhe amafarasi+ be n’igisata c’abantu isinzi. Mbega azororanirwa? Mbega azocika kw’icumu, uwukora ivyo kandi akaba yarenze isezerano? Mbega vy’ukuri azocika kw’icumu+?’

16 “‘“Ndahiye ukubaho kwanje+,” ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, “ahantu nyene h’umwami yimitse uwasuzuguye indahiro yiwe+ kandi akarenga isezerano ryiwe, ni ho azopfira, iruhande yiwe, hagati muri Babiloni+. 17 Kandi Farawo ntazotuma aroranirwa mu ntambara biciye ku nteko za gisirikare nyinshi no kw’ishengero ry’abantu isinzi+, mu kuduza igikuta c’ugusugereza no mu kwubaka uruhome rw’ugusugereza, kugira ngo arandure benshi+. 18 Yasuzuguye indahiro+ mu kurenga isezerano, kandi raba: yari yatanze ukuboko+, none yakoze ivyo bintu vyose. Ntazogenda acitse kw’icumu+.”’

19 “‘Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ndahiye ukubaho kwanje, ni ukuri, indahiro yanje yasuzuguye+ be n’isezerano ryanje yarenze, emwe, nzobizana ku mutwe wiwe. 20 Nzosanza urusenga rwanje hejuru yiwe, kandi ntazobura gufatwa mu rusenga rwanje rw’uruhigi+; kandi nzomuzana i Babiloni, mburanireyo na we ku bijanye n’ubuhemu yangiriye+. 21 Nayo impunzi ziwe zose zo mu nteko ziwe zose, zizogwishwa n’inkota, abasigaye na bo bashwiragizwe mu miyaga yose+. Kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova nabivuze+.”’

22 “‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Nanje nzotora ku bushorishori buri hejuru bw’isederi ndabushire ahantu+; kw’isonga ry’udushami twaryo nzokwahako akoroshe+, ndakabadike ku musozi muremure kandi ukirurutse+. 23 Nzokabadika ku musozi w’ahakirurutse wa Isirayeli+, kandi ntikazobura gushamika amashami, kame ivyamwa+, gacike isederi ry’agakomeye+. Kandi munsi yaryo ni ho vy’ukuri inyoni zose z’amababa y’ubwoko bwose zizokwibera; zizokwibera mu gitutu c’amababi yaryo+. 24 Kandi ibiti vyose vyo mu gahinga bizobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova+ nashize hasi igiti kirekire+, ngashira hejuru igiti kigufi+, nkumisha igiti kikiri kibisi+, ngatuma igiti cumye gishurika. Jewe Yehova narabivuze kandi ndabikora+.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika