ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 106
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 106:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 117:1
  • +1Ng 16:34; Ezr 3:11; Zb 107:1; Lk 18:19; 1Ts 5:18
  • +Zb 103:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Igitabu c’umwaka 2015, rup. 2-3

Zaburi 106:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:5
  • +Neh 9:5

Zaburi 106:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:2; Yes 56:1
  • +Zb 15:2; Yes 64:5; Ivk 24:16; Gl 6:9

Zaburi 106:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 5:19; Zb 51:18; 119:132; Lk 2:14
  • +Zb 3:8

Zaburi 106:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:5; 1Pt 2:9
  • +Zb 14:7
  • +Yr 9:24; 1Kr 1:31

Zaburi 106:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:40; Neh 9:16; Zb 78:8
  • +1Bm 8:47; Ezr 9:6; Dn 9:5

Zaburi 106:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:18
  • +Zb 78:42; Yes 63:7
  • +Kv 14:11

Zaburi 106:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 7:9; Zb 143:11; Ezk 20:14
  • +Kv 9:16; Rm 9:17

Zaburi 106:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 14:21; Yos 2:10; Neh 9:11; Zb 66:6; 78:13; 136:13
  • +Neh 9:11; Zb 77:19; 136:14; Yes 63:13

Zaburi 106:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 14:30; Lk 1:71
  • +Yes 41:11; 49:26; Mik 6:4

Zaburi 106:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 14:28; 15:5; Gus 11:4; Yos 24:7; Zb 78:53
  • +Kv 14:13

Zaburi 106:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 14:31
  • +Kv 15:1

Zaburi 106:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:24; 16:2; 17:7; Zb 78:11
  • +Yes 48:18

Zaburi 106:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 11:4; Gus 9:22; 1Kr 10:6
  • +Kv 17:2; Gh 14:22; Zb 78:18; 1Kr 10:9; Heb 3:9

Zaburi 106:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 11:31; Zb 78:29
  • +Gh 11:33

Zaburi 106:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 16:3
  • +Lw 21:8; Gh 16:7

Zaburi 106:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 16:32
  • +Gh 16:27; 26:10; Gus 11:6

Zaburi 106:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 16:35
  • +Heb 12:29

Zaburi 106:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:4; Neh 9:18
  • +Gus 9:12

Zaburi 106:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:8; Yr 2:11
  • +Kv 20:4; Rm 1:23

Zaburi 106:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:18; Zb 78:42
  • +Gus 4:34; Zb 135:9

Zaburi 106:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:51; 105:27
  • +Kv 14:25

Zaburi 106:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:10; Gus 9:14; Ezk 20:13
  • +Kv 32:11; Gus 9:19; Yak 5:16
  • +Ezk 22:30

Zaburi 106:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 13:32; Gus 8:7; Yr 3:19; Ezk 20:6
  • +Gh 14:11; Heb 3:19

Zaburi 106:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:2, 27; Gus 1:27
  • +Gh 14:22

Zaburi 106:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:8; Heb 3:11
  • +Gh 14:29

Zaburi 106:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:27
  • +Lw 26:33; Zb 44:11; Ezk 20:23

Zaburi 106:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:3; 31:16; Gus 4:3; 32:17; Hs 9:10
  • +Zb 115:7; Ivh 2:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 53

Zaburi 106:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:6; Gus 32:16
  • +Gh 25:9; 1Kr 10:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 53

Zaburi 106:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:8; Yos 7:12

Zaburi 106:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:13

Zaburi 106:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 20:2; 27:14; Gus 32:51
  • +Gh 20:12; Gus 1:37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2018, rup. 15

Zaburi 106:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 20:10; Yb 2:10; Zb 141:3; Img 16:32; Yak 3:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2018, rup. 15

Zaburi 106:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 16:10; 17:12; Abc 1:21
  • +Gh 33:52; Gus 7:2; Abc 2:2

Zaburi 106:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 15:63; Abc 1:33; Hs 7:8
  • +Yes 2:6; 1Kr 5:6; 15:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 14

Zaburi 106:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:12; 2Bm 17:12; Hs 4:17
  • +Kv 23:33; Abc 2:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 14

Zaburi 106:37

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:31; 2Bm 16:3; 17:17; Yes 57:5; Yr 7:31; Ezk 16:20
  • +Gus 32:17; 1Kr 10:20

Zaburi 106:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 21:9; 2Bm 21:16; Yr 2:34; Hs 12:14
  • +Ezk 16:20
  • +Gh 35:33; Yes 26:21

Zaburi 106:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:5; Ezk 20:18
  • +Kv 34:16; Lw 17:7; Gh 15:39; Yr 3:9; Ezk 20:30

Zaburi 106:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:14; Zb 78:59
  • +Gus 9:29; 32:19

Zaburi 106:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:30; Abc 3:8
  • +Abc 10:8

Zaburi 106:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:25

Zaburi 106:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:16; 10:12; 1Sm 12:11; Neh 9:27
  • +Abc 4:1; 5:8; Ezk 2:3
  • +Abc 6:5

Zaburi 106:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:18
  • +Abc 3:9; 4:3; 10:15; 1Sm 7:8; Neh 9:28

Zaburi 106:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:42; 2Bm 13:23; Zb 105:8; Lk 1:72
  • +Kv 34:6; Gh 14:18; Gus 32:36; Abc 2:18; 2Sm 24:16; Zb 51:1; 69:16; 86:15; 90:13; Yes 63:7; Int 3:32; Yw 2:13

Zaburi 106:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:50; Ezr 9:9; Yr 42:12

Zaburi 106:47

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:35; Zb 79:9
  • +Yr 32:37; Ezk 36:24
  • +Zb 103:1; 105:3
  • +Yes 43:21

Zaburi 106:48

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 29:10; Zb 41:13; Lk 1:68
  • +1Kr 14:16
  • +Zb 106:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 106:1Zb 117:1
Zab. 106:11Ng 16:34; Ezr 3:11; Zb 107:1; Lk 18:19; 1Ts 5:18
Zab. 106:1Zb 103:17
Zab. 106:2Zb 40:5
Zab. 106:2Neh 9:5
Zab. 106:3Zb 119:2; Yes 56:1
Zab. 106:3Zb 15:2; Yes 64:5; Ivk 24:16; Gl 6:9
Zab. 106:4Neh 5:19; Zb 51:18; 119:132; Lk 2:14
Zab. 106:4Zb 3:8
Zab. 106:5Kv 19:5; 1Pt 2:9
Zab. 106:5Zb 14:7
Zab. 106:5Yr 9:24; 1Kr 1:31
Zab. 106:6Lw 26:40; Neh 9:16; Zb 78:8
Zab. 106:61Bm 8:47; Ezr 9:6; Dn 9:5
Zab. 106:7Yes 44:18
Zab. 106:7Zb 78:42; Yes 63:7
Zab. 106:7Kv 14:11
Zab. 106:8Yos 7:9; Zb 143:11; Ezk 20:14
Zab. 106:8Kv 9:16; Rm 9:17
Zab. 106:9Kv 14:21; Yos 2:10; Neh 9:11; Zb 66:6; 78:13; 136:13
Zab. 106:9Neh 9:11; Zb 77:19; 136:14; Yes 63:13
Zab. 106:10Kv 14:30; Lk 1:71
Zab. 106:10Yes 41:11; 49:26; Mik 6:4
Zab. 106:11Kv 14:28; 15:5; Gus 11:4; Yos 24:7; Zb 78:53
Zab. 106:11Kv 14:13
Zab. 106:12Kv 14:31
Zab. 106:12Kv 15:1
Zab. 106:13Kv 15:24; 16:2; 17:7; Zb 78:11
Zab. 106:13Yes 48:18
Zab. 106:14Gh 11:4; Gus 9:22; 1Kr 10:6
Zab. 106:14Kv 17:2; Gh 14:22; Zb 78:18; 1Kr 10:9; Heb 3:9
Zab. 106:15Gh 11:31; Zb 78:29
Zab. 106:15Gh 11:33
Zab. 106:16Gh 16:3
Zab. 106:16Lw 21:8; Gh 16:7
Zab. 106:17Gh 16:32
Zab. 106:17Gh 16:27; 26:10; Gus 11:6
Zab. 106:18Gh 16:35
Zab. 106:18Heb 12:29
Zab. 106:19Kv 32:4; Neh 9:18
Zab. 106:19Gus 9:12
Zab. 106:20Yes 42:8; Yr 2:11
Zab. 106:20Kv 20:4; Rm 1:23
Zab. 106:21Gus 32:18; Zb 78:42
Zab. 106:21Gus 4:34; Zb 135:9
Zab. 106:22Zb 78:51; 105:27
Zab. 106:22Kv 14:25
Zab. 106:23Kv 32:10; Gus 9:14; Ezk 20:13
Zab. 106:23Kv 32:11; Gus 9:19; Yak 5:16
Zab. 106:23Ezk 22:30
Zab. 106:24Gh 13:32; Gus 8:7; Yr 3:19; Ezk 20:6
Zab. 106:24Gh 14:11; Heb 3:19
Zab. 106:25Gh 14:2, 27; Gus 1:27
Zab. 106:25Gh 14:22
Zab. 106:26Kv 6:8; Heb 3:11
Zab. 106:26Gh 14:29
Zab. 106:27Gus 4:27
Zab. 106:27Lw 26:33; Zb 44:11; Ezk 20:23
Zab. 106:28Gh 25:3; 31:16; Gus 4:3; 32:17; Hs 9:10
Zab. 106:28Zb 115:7; Ivh 2:14
Zab. 106:29Gh 25:6; Gus 32:16
Zab. 106:29Gh 25:9; 1Kr 10:8
Zab. 106:30Gh 25:8; Yos 7:12
Zab. 106:31Gh 25:13
Zab. 106:32Gh 20:2; 27:14; Gus 32:51
Zab. 106:32Gh 20:12; Gus 1:37
Zab. 106:33Gh 20:10; Yb 2:10; Zb 141:3; Img 16:32; Yak 3:2
Zab. 106:34Yos 16:10; 17:12; Abc 1:21
Zab. 106:34Gh 33:52; Gus 7:2; Abc 2:2
Zab. 106:35Yos 15:63; Abc 1:33; Hs 7:8
Zab. 106:35Yes 2:6; 1Kr 5:6; 15:33
Zab. 106:36Abc 2:12; 2Bm 17:12; Hs 4:17
Zab. 106:36Kv 23:33; Abc 2:3
Zab. 106:37Gus 12:31; 2Bm 16:3; 17:17; Yes 57:5; Yr 7:31; Ezk 16:20
Zab. 106:37Gus 32:17; 1Kr 10:20
Zab. 106:38Gus 21:9; 2Bm 21:16; Yr 2:34; Hs 12:14
Zab. 106:38Ezk 16:20
Zab. 106:38Gh 35:33; Yes 26:21
Zab. 106:39Yes 24:5; Ezk 20:18
Zab. 106:39Kv 34:16; Lw 17:7; Gh 15:39; Yr 3:9; Ezk 20:30
Zab. 106:40Abc 2:14; Zb 78:59
Zab. 106:40Gus 9:29; 32:19
Zab. 106:41Gus 32:30; Abc 3:8
Zab. 106:41Abc 10:8
Zab. 106:42Gus 28:25
Zab. 106:43Abc 2:16; 10:12; 1Sm 12:11; Neh 9:27
Zab. 106:43Abc 4:1; 5:8; Ezk 2:3
Zab. 106:43Abc 6:5
Zab. 106:44Abc 2:18
Zab. 106:44Abc 3:9; 4:3; 10:15; 1Sm 7:8; Neh 9:28
Zab. 106:45Lw 26:42; 2Bm 13:23; Zb 105:8; Lk 1:72
Zab. 106:45Kv 34:6; Gh 14:18; Gus 32:36; Abc 2:18; 2Sm 24:16; Zb 51:1; 69:16; 86:15; 90:13; Yes 63:7; Int 3:32; Yw 2:13
Zab. 106:461Bm 8:50; Ezr 9:9; Yr 42:12
Zab. 106:471Ng 16:35; Zb 79:9
Zab. 106:47Yr 32:37; Ezk 36:24
Zab. 106:47Zb 103:1; 105:3
Zab. 106:47Yes 43:21
Zab. 106:481Ng 29:10; Zb 41:13; Lk 1:68
Zab. 106:481Kr 14:16
Zab. 106:48Zb 106:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
  • 47
  • 48
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 106:1-48

Zaburi

106 Shemeze Ya+!

Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+;

Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.

 2 Ni nde ashoboye kuvuga ibikorwa vy’ubushobozi vya Yehova+,

Canke agashobora kwumvikanisha ishemezo ryiwe ryose+?

 3 Hahiriwe abubahiriza ubutungane+,

Bagakora ivy’ubugororotsi igihe cose+.

 4 Nunyibuke, ewe Yehova, unyibukishe bwa butoni ugirira abantu bawe+.

Nunyitwararikishe ubukiriro bwawe+,

 5 Kugira ngo mbone ineza igirirwa abo watoye+,

Kugira ngo nezerwe umunezero w’ihanga ryawe+,

Kugira ngo niratane n’intoranwa yawe+.

 6 Twaracumuye cokimwe na ba sogokuruza bacu+;

Twaragize nabi; twakoze ivy’ububisha+.

 7 Nayo ba sogokuruza bacu mu Misiri,

Nta gutahura kwimbitse na gukeyi berekanye ku bijanye n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe+.

Ntibibutse umurengera w’ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buhambaye+,

Ahubwo baragararije ku kiyaga, kuri ca kiyaga Gitukura+.

 8 Hanyuma arabakiza ku bw’izina ryiwe+,

Kugira atume ubushobozi bwiwe bumenyekana+.

 9 Nuko ahambarira ikiyaga Gitukura, kirakama+;

Abacisha mu nyenga y’amazi nko mu gahinga+;

10 Nuko abakiza ukuboko kw’umwankanyi+,

Abahabuza mu kuboko kw’umwansi+.

11 Amazi atangura gupfuka abarwanizi babo+;

Ntihasigara n’umwe+.

12 Maze bizera ijambo ryiwe+;

Batangura kuririmba ishemezo ryiwe+.

13 Bibagira ningoga ibikorwa vyiwe+;

Ntibarindira impanuro yiwe+.

14 Mugabo berekana icipfuzo cabo c’ubwikunzi mu gahinga+,

Bagerageza Imana mu bugaragwa+.

15 Na yo ibaha ivyo basavye+,

Mugabo ibarungikamwo indwara y’ubugesera+.

16 Batangura kugirira agashari Musa mw’ikambi+,

Na Aroni wa mweranda wa Yehova+.

17 Isi ica iruguruka imira miyonzwa Datani+,

Ipfukiranya ikoraniro rya Abiramu+.

18 Nuko umuriro urarurumba mw’ikoraniro ryabo+;

Urubeya rurigata ababisha+.

19 Vyongeye, bakora inyana i Horebu+,

Bunamira igishusho c’icuma gishongeshejwe+,

20 Ku buryo bakāba ubuninahazwa bwanje+

Ishusho y’ishūri, iyirya ibimera+.

21 Bibagira Imana yo Mukiza wabo+,

Iyakoze ibintu bikomeye mu Misiri+,

22 Ibikorwa vy’agatangaza mu gihugu ca Hamu+,

Ibintu biteye ubwoba kuri ca kiyaga Gitukura+.

23 Yagira ivuge ivy’ukubazimanganya+,

Iyo hataba Musa uwo yatoye,

Uwahagaze mu mukokwe imbere yayo+,

Kugira asubize inyuma ubushangashirwe bwayo ngo ntibubahonye+.

24 Bakengera ca gihugu gihimbaye+;

Ntibizeye ijambo ryayo+.

25 Baguma bidogera mu mahema yabo+;

Ntibumviriza ijwi rya Yehova+.

26 Nuko aduza ukuboko kwiwe ararahira ku biberekeye+,

Yuko yobatsinze mu gahinga+,

27 Yuko yotumye uruvyaro rwabo rugwa mu mahanga+,

Be n’uko yobasanzaje mu bihugu+.

28 Batangura kwifatanya na Bayali y’i Peyori+

No kurya ibimazi vy’abapfuye+.

29 Kubera ko bariko bamutera ishavu biciye ku bikorwa vyabo+,

Ikiza caciye caduka muri bo+.

30 Igihe Finehasi yahaguruka akabijamwo+,

Ni ho nya kiza cahagarikwa.

31 Abiharurwako nk’ubugororotsi

Uko iyaruka rikurikira irindi gushika igihe kitagira urugero+.

32 Vyongeye, batera ishavu kuri ya mazi ya Meriba+,

Ku buryo bigendera nabi Musa bivuye kuri bo+.

33 Kuko bababaje impwemu yiwe,

Atangura guhuruduka n’iminwa yiwe+.

34 Ntibazimanganije ibisata vy’abantu+,

Nk’uko Yehova yari yababwiye+.

35 Bivanga n’amahanga+,

Batangura kwiga ibikorwa vyabo+.

36 Baguma bakorera ibigirwamana vyabo+,

Bino biraheza bibabera umutego+.

37 Bashikana bwa bimazi abahungu babo+

N’abakobwa babo, babashikanira amadayimoni*+.

38 Baguma bavisha amaraso y’intungane+,

Amaraso y’abahungu babo n’abakobwa babo,

Abo bashikaniye ibigirwamana vy’i Kanani+;

Igihugu kiraheza gihumanywa n’ugusesa amaraso+.

39 Bahumanywa n’ibikorwa vyabo+,

Baguma bashurashura biciye ku vyo bakora+.

40 Maze ishavu rya Yehova ritangura kururumbira abantu biwe+,

Araheza yanka urunuka intoranwa yiwe+.

41 Incuro n’izindi abatanga mu kuboko kw’amahanga+,

Kugira ngo ababanka babaganze+,

42 No kugira ngo abansi babo babahahaze,

Kugira ngo bamarwe igabo munsi y’ukuboko kwabo+.

43 Kenshi yarabarokora+,

Mugabo bo bakagarariza mu ngendo yabo y’ukugambarara+,

Bagacishwa bugufi kubera ikosa ryabo+.

44 Yarabona amarushwa yabo+

Igihe yumva akamo kabo k’ukwinginga+.

45 Yaribuka ku biberekeye isezerano ryiwe+,

Akumva yicujije, nk’uko umurengera w’ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe buhambaye uri+.

46 Yaratuma batera ikigongwe

Ababagira imbohe bose+.

47 Dukize, ewe Yehova Mana yacu+,

Utwegeranye udukuye mu mahanga+

Ngo dukengurukire izina ryawe ryeranda+,

Ngo tuvugane ukwigina tugushemeza+.

48 Hahezagirwe Yehova ya Mana ya Isirayeli+

Kuva igihe kitagira urugero no gushika igihe kitagira urugero;

Kandi abantu bose nibavuge Amen+.

Shemeze Ya+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika