ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 14
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe 14:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 3:11
  • +Ivk 13:5
  • +Ivk 17:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 95

Ivyakozwe 14:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:45
  • +Rm 15:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/1998, rup. 28

Ivyakozwe 14:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:12; 19:11; Heb 2:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/1998, rup. 28

Ivyakozwe 14:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 14:19; 1Ts 2:2; 2Tm 3:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 96

Ivyakozwe 14:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 96

Ivyakozwe 14:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 1:17

Ivyakozwe 14:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 3:2

Ivyakozwe 14:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 9:28

Ivyakozwe 14:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:6; Ivk 3:8

Ivyakozwe 14:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 12:22; 28:6

Ivyakozwe 14:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2008, rup. 32

Ivyakozwe 14:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:46

Ivyakozwe 14:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:26
  • +Yak 5:17
  • +Gus 32:21; 1Sm 12:21; Yr 10:15
  • +1Ts 1:9
  • +It 1:1; Kv 20:11; Zb 33:6; 146:6; Ivk 4:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 97-98

Ivyakozwe 14:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 18:14; Ivk 17:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2013, rup. 11

Ivyakozwe 14:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 17:27; Rm 1:20
  • +Zb 65:10; 147:8; Yr 5:24; Mt 5:45
  • +Zb 145:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 7

    Be maso!,

    no. 3 2021 rup. 14

    Niwiyegereze, rup. 271-272

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2013, rup. 11

    Nushinge intahe, rup. 97-98

Ivyakozwe 14:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 17:13
  • +2Kr 6:9; 11:25; 2Tm 3:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2015, rup. 13

Ivyakozwe 14:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2013, rup. 28-29

Ivyakozwe 14:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:19

Ivyakozwe 14:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 11:23
  • +Mt 10:38; Yoh 15:19; Rm 8:17; 1Ts 3:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2015, rup. 13

    15/9/2014, rup. 13

Ivyakozwe 14:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Tt 1:5
  • +Ivk 13:3
  • +Ivk 20:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 99

Ivyakozwe 14:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:13

Ivyakozwe 14:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:1
  • +1Kr 15:10

Ivyakozwe 14:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 15:4; 21:19
  • +Ivk 11:18; 1Kr 16:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 101

Ivyakozwe 14:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2008, rup. 28

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 14:12Tm 3:11
Ivyak. 14:1Ivk 13:5
Ivyak. 14:1Ivk 17:4
Ivyak. 14:2Ivk 13:45
Ivyak. 14:2Rm 15:31
Ivyak. 14:3Ivk 5:12; 19:11; Heb 2:4
Ivyak. 14:5Ivk 14:19; 1Ts 2:2; 2Tm 3:11
Ivyak. 14:6Mt 10:23
Ivyak. 14:71Kr 1:17
Ivyak. 14:8Ivk 3:2
Ivyak. 14:9Mt 9:28
Ivyak. 14:10Yes 35:6; Ivk 3:8
Ivyak. 14:11Ivk 12:22; 28:6
Ivyak. 14:13Dn 2:46
Ivyak. 14:15Ivk 10:26
Ivyak. 14:15Yak 5:17
Ivyak. 14:15Gus 32:21; 1Sm 12:21; Yr 10:15
Ivyak. 14:151Ts 1:9
Ivyak. 14:15It 1:1; Kv 20:11; Zb 33:6; 146:6; Ivk 4:24
Ivyak. 14:16Gus 18:14; Ivk 17:30
Ivyak. 14:17Ivk 17:27; Rm 1:20
Ivyak. 14:17Zb 65:10; 147:8; Yr 5:24; Mt 5:45
Ivyak. 14:17Zb 145:16
Ivyak. 14:19Ivk 17:13
Ivyak. 14:192Kr 6:9; 11:25; 2Tm 3:11
Ivyak. 14:20Ivk 16:1
Ivyak. 14:21Mt 28:19
Ivyak. 14:22Ivk 11:23
Ivyak. 14:22Mt 10:38; Yoh 15:19; Rm 8:17; 1Ts 3:4
Ivyak. 14:23Tt 1:5
Ivyak. 14:23Ivk 13:3
Ivyak. 14:23Ivk 20:32
Ivyak. 14:24Ivk 13:13
Ivyak. 14:26Ivk 13:1
Ivyak. 14:261Kr 15:10
Ivyak. 14:27Ivk 15:4; 21:19
Ivyak. 14:27Ivk 11:18; 1Kr 16:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyakozwe 14:1-28

Ivyakozwe

14 Maze muri Ikoniyo+ binjira bari kumwe mw’isinagogi+ y’Abayuda, hanyuma baravuga ku buryo Abayuda n’Abagiriki indiri n’indiri+ bacika abemera. 2 Mugabo Abayuda batemera baragumura+ bongera bosha imitima y’abanyamahanga kurwanya abavukanyi+. 3 Bamara rero igihe kitari gito bavugana ubutinyutsi ku bubasha bwa Yehova, uwashingira intahe ijambo ry’ubuntu ata wari abukwiriye bwiwe mu gutuma ibimenyetso n’ibitangaza bikorwa biciye ku maboko yabo+. 4 Ariko nya bantu indiri bo muri ico gisagara bicamwo imigwi, bamwe baja ku ruhande rw’Abayuda, abandi na bo ku ruhande rw’intumwa. 5 Igihe rero abanyamahanga n’Abayuda hamwe n’abatware babo bagerageza n’ubukazi n’akantu kubagirira nabi bimwe biteye isoni no kubatera amabuye+, 6 aho babimenyesherejwe bahungira+ mu bisagara vya Lukawoniya, Lusitira na Derube no mu gihugu co mu micungararo; 7 hanyuma babandanya kumenyesha ng’aho inkuru nziza+.

8 Ico gihe i Lusitira hari hicaye umugabo umwe aremaye ibirenge, yacumbagira kuva akiva mu nda ya nyina+, kandi ntiyari bwigere atambuka na gato. 9 Uyo mugabo yariko yumviriza ivyo Paulo avuga, kandi uno amushinze ijisho akabona ko afise ukwizera+ kugira ngo akizwe, 10 avuga n’ijwi rirenga ati: “Hagarara ugororotse ku birenge vyawe.” Maze arasimba, atangura gutambuka+. 11 Nya masinzi na yo ngo abone ivyo Paulo akoze, ashira amajwi hejuru, avuga mu rurimi rw’ikinyalukawoniya ati: “Imana+ zicitse nk’abantu zimanuka muri twebwe!” 12 Barunaba bamwita Zeyu, Paulo na we Herume, kuko ari we yaja imbere mu kuvuga. 13 Umuherezi wa Zeyu na we, urusengero rwayo rukaba rwari imbere y’igisagara, azana amashūri n’ingori z’amashurwe ku marembo ashaka gushikana ibimazi+ ari kumwe na nya masinzi.

14 Ariko intumwa Barunaba na Paulo ngo bavyumve, batantamura impuzu zabo zo hejuru, basimbira muri nya sinzi, barasemerera 15 bati: “Bagabo, kubera iki mugira ivyo? Na twebwe turi abantu+ bafise utunenge+ nkamwe, tukaba turiko tubamenyesha inkuru nziza, kugira ngo muhindukire muve muri ivyo bintu vy’imburakimazi+ muje ku Mana nzima+, iyakoze ijuru+ n’isi n’ikiyaga n’ibiri muri vyo vyose. 16 Mu mayaruka yarenganye yararetse amahanga yose ngo abandanye kugendera mu nzira zayo+, 17 naho mu vy’ukuri itaretse ngo igume itagira ikiyishingira intahe mu kuba yarakoze ivyiza+, ikabaha imvura+ iva mw’ijuru n’ibiringo vyimbuka, ikanengesereza imitima yanyu ibifungurwa be n’urweze+.” 18 Yamara no mu kuvuga ivyo, ntivyaboroheye kubuza nya masinzi kubashikanira ibimazi.

19 Mugabo hashika Abayuda bavuye i Antiyokiya no muri Ikoniyo maze bosha amasinzi+, hanyuma batera amabuye Paulo, bamuburutira inyuma y’igisagara, biyumvira ko yapfuye+. 20 Ariko aho abigishwa bamukikurije, arahaguruka yinjira mu gisagara. Bukeye avayo ajana na Barunaba i Derube+. 21 Hanyuma aho bamariye kumenyesha inkuru nziza ico gisagara no guhindura abatari bake abigishwa+, basubira i Lusitira no muri Ikoniyo n’i Antiyokiya, 22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.” 23 Vyongeye, bagena abagabo b’inararibonye+ mw’ishengero rimwerimwe ryose ku bwabo, hanyuma barasenga bashizeko n’ukwisonzesha+, babaragiza Yehova+ uwo bari bemeye.

24 Nuko baca i Pisidiya bashika i Pamfiliya+, 25 maze bamaze kuvuga rya jambo i Peruga, bamanuka muri Ataliya. 26 Hanyuma bavayo, bafata ubwato baja i Antiyokiya+, aho bari baragijwe ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana ku bw’igikorwa bari baranguye bimwe bishitse+.

27 Aho bamariye gushika bagakoraniriza ishengero hamwe, bigana+ ibintu vyose Imana yari yakoze biciye kuri bo, be n’uko yari yugururiye amahanga umuryango ujana ku kwizera+. 28 Nuko bamarana n’abigishwa igihe kitari gito.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika