ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 6
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 6:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:28

Itanguriro 6:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “abahungu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:6; 38:7; 2Pt 2:4; Yud 6
  • +Yb 31:1; Yak 1:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2013, rup. 22

    15/4/2010, rup. 20

    1/6/2008, rup. 5

    1/6/2007, rup. 5

    1/7/1997, rup. 9

    Urashobora Kubaho, rup. 93

    Imizimu, rup. 12-13

Itanguriro 6:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 9:22; 1Pt 3:20
  • +It 7:4
  • +Zb 78:39; Yoh 3:6
  • +Rm 9:22; 1Pt 3:20; 2Pt 3:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2012, rup. 23

    15/12/2010, rup. 30-31

    15/12/2003, rup. 15

    1/11/2001, rup. 23-24

    1/9/1999, rup. 5

    1/10/1998, rup. 7-8

Itanguriro 6:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2013, rup. 12

    15/6/2013, rup. 22

    1/4/2013, rup. 12-13

    1/6/2008, rup. 5

    1/6/2007, rup. 5

    1/7/1997, rup. 9

    Niwigane, rup. 18

    Urashobora Kubaho, rup. 94

Itanguriro 6:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 8:21; Yak 3:15
  • +Ums 7:29; Yr 17:9; Mt 15:19

Itanguriro 6:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:14; 1Sm 15:11
  • +Zb 78:40; 95:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 5-6

    1/1/2004, rup. 29

Itanguriro 6:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:27; 5:1; Gus 4:32
  • +It 7:3
  • +Hs 4:3

Itanguriro 6:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 7:1; Ezk 14:14; Heb 11:7
  • +Zb 37:37; Lk 1:6; 2Pt 2:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2017 rup. 11

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2013, rup. 12

    1/6/2008, rup. 5-6

    1/9/2005, rup. 18-20

    1/12/1998, rup. 8-9

    1/6/1998, rup. 21

    Niwigane, rup. 17

Itanguriro 6:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 5:32

Itanguriro 6:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 4:13
  • +Zb 11:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2013, rup. 5

    15/12/2003, rup. 16-17

Itanguriro 6:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 11:18
  • +Mt 24:38; 2Pt 2:5

Itanguriro 6:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 7:2; Am 8:2; 1Pt 4:7
  • +It 7:4

Itanguriro 6:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 11:7
  • +It 14:10; Kv 2:3

Itanguriro 6:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni amatambwe y’ukuboko uciriye mu nkokora. Itambwe rimwe ni nka cm 44,5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 7:20; Gus 3:11

Itanguriro 6:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “igisenge.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 7:16

Itanguriro 6:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:7; 7:6; Mt 24:39; 2Pt 2:5
  • +It 7:15; Ums 3:19
  • +It 7:21; Zb 104:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/1998, rup. 8

Itanguriro 6:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 7:13; Yes 26:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2013, rup. 14

Itanguriro 6:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 8:17; 1Kr 15:39
  • +1Pt 3:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2013, rup. 14

Itanguriro 6:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:25; 7:14
  • +It 7:15

Itanguriro 6:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:30; Yes 11:7
  • +It 1:29

Itanguriro 6:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 40:16; Heb 11:7; 1Yh 5:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2004, rup. 30

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 6:1It 1:28
Ita. 6:2Yb 1:6; 38:7; 2Pt 2:4; Yud 6
Ita. 6:2Yb 31:1; Yak 1:14
Ita. 6:3Rm 9:22; 1Pt 3:20
Ita. 6:3It 7:4
Ita. 6:3Zb 78:39; Yoh 3:6
Ita. 6:3Rm 9:22; 1Pt 3:20; 2Pt 3:9
Ita. 6:5It 8:21; Yak 3:15
Ita. 6:5Ums 7:29; Yr 17:9; Mt 15:19
Ita. 6:6Kv 32:14; 1Sm 15:11
Ita. 6:6Zb 78:40; 95:10
Ita. 6:7It 1:27; 5:1; Gus 4:32
Ita. 6:7It 7:3
Ita. 6:7Hs 4:3
Ita. 6:9It 7:1; Ezk 14:14; Heb 11:7
Ita. 6:9Zb 37:37; Lk 1:6; 2Pt 2:5
Ita. 6:10It 5:32
Ita. 6:11Heb 4:13
Ita. 6:11Zb 11:5
Ita. 6:12Ivh 11:18
Ita. 6:12Mt 24:38; 2Pt 2:5
Ita. 6:13Ezk 7:2; Am 8:2; 1Pt 4:7
Ita. 6:13It 7:4
Ita. 6:14Heb 11:7
Ita. 6:14It 14:10; Kv 2:3
Ita. 6:15It 7:20; Gus 3:11
Ita. 6:16It 7:16
Ita. 6:17It 1:7; 7:6; Mt 24:39; 2Pt 2:5
Ita. 6:17It 7:15; Ums 3:19
Ita. 6:17It 7:21; Zb 104:29
Ita. 6:18It 7:13; Yes 26:20
Ita. 6:19It 8:17; 1Kr 15:39
Ita. 6:191Pt 3:20
Ita. 6:20It 1:25; 7:14
Ita. 6:20It 7:15
Ita. 6:21It 1:30; Yes 11:7
Ita. 6:21It 1:29
Ita. 6:22Kv 40:16; Heb 11:7; 1Yh 5:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 6:1-22

Itanguriro

6 Nuko abantu batanguye kugwira ku buringanire bw’ubutaka, bakavyara n’abakobwa+, 2 abana* b’Imana y’ukuri+ batangura rero kwitegereza+ abakobwa b’abantu, babona ko ari beza; maze biyabirira abagore, ni ukuvuga abo batoranije bose. 3 Inyuma y’ivyo Yehova avuga ati: “Impwemu yanje+ ntizoguma yihanganiye umuntu igihe kitagira urugero+, kuko ari umubiri+ gusa. Ku bw’ivyo, imisi yiwe izogera ku myaka ijana na mirongo ibiri+.”

4 Abanefilimu bari mw’isi muri iyo misi, be n’inyuma y’aho, igihe abana b’Imana y’ukuri babandanya kuryamana n’abakobwa b’abantu hanyuma bakabavyarira abahungu; ni bo ba banyenkomezi ba kera, ba bagabo ba rurangiranwa.

5 Ku bw’ivyo rero Yehova abona ko ububi bw’umuntu bwari bugwiriye mw’isi be n’uko impengamiro+ yose y’ivyiyumviro vy’umutima wiwe yari mbi gusa igihe cose+. 6 Yehova aricuza+ kuba yararemye abantu mw’isi, biramubabaza mu mutima+. 7 Nuko Yehova avuga ati: “Ngiye kuzimanganya ku buringanire bw’ubutaka abantu naremye+, kuva ku muntu gushika ku gitungwa, ku gikoko kigendagenda no ku kiremwa kiguruka co mu kirere+, kuko nicujije koko kuba narabiremye+.” 8 Mugabo Nowa agira ubutoni mu maso ya Yehova.

9 Aka ni ko kahise ka Nowa.

Nowa yari umuntu w’umugororotsi+. Yarerekana ko atagira amahinyu mu bo mu gihe ciwe. Nowa yagendana n’Imana y’ukuri+. 10 Mu nyuma Nowa avyara abahungu batatu: Shemu, Hamu na Yafeti+. 11 Nuko isi irononekara mu maso y’Imana y’ukuri+, kandi isi yuzura ubukazi+. 12 Imana rero yitegereza isi, isanga yari yononekaye+, kuko ikiri n’umubiri cose cari cononye inzira yaco kw’isi+.

13 Inyuma y’ivyo Imana ibwira Nowa iti: “Iherezo ry’ibiri n’umubiri vyose ryaje imbere yanje+, kuko isi yuzuye ubukazi kubera vyo; kandi ehe ngira ndabihonereze hamwe n’isi+. 14 Niwihingurire ubwato mu mbaho z’igiti c’uburembo+. Uzoca ivyumba muri nya bwato, kandi uze ubuhomekeko ikaburimbo+ imbere n’inyuma. 15 Kandi uku ni ko uzobukora: uburebure bwabwo buzoba amatambwe*+ amajana atatu; ubwaguke bwabwo buzoba amatambwe mirongo itanu; amahagarara yabwo na yo azoba amatambwe mirongo itatu. 16 Uzobukorera idirisha*, kandi uzobusozerera ku rugero rw’itambwe uja hejuru. Ubwinjiriro bw’ubwo bwato uzobushira mu rubavu rwabwo+; uzobukorera igorofa yo hasi, igorofa ya kabiri be n’igorofa ya gatatu.

17 “Nayo jewe, ehe ngira nzane umwuzure+ w’amazi kw’isi kugira uhonye munsi y’amajuru ikiri n’umubiri cose inguvu y’ubuzima+ ikoreramwo. Ikintu cose kiri mw’isi kizopfa+. 18 Kandi ngiranye nawe isezerano ryanje; uze winjirane mu bwato n’abahungu bawe n’umugore wawe n’abagore b’abahungu bawe+. 19 Kandi ku kinyabuzima cose c’ubwoko bwose bw’ikiri n’umubiri+, uzozana muri ubwo bwato bibiribibiri kugira bizigamirwe ubuzima hamwe nawe+. Bizoba ari ikigabo n’ikigore. 20 Ku biremwa biguruka nk’uko amoko yavyo ari no ku bitungwa nk’uko amoko yavyo ari+, ku bikoko bigendagenda vyose vyo ku butaka nk’uko amoko yavyo ari, bibiribibiri bizokwinjirayo bize aho uri, kugira bizigamirwe ubuzima+. 21 Nayo wewe, niwitorere ubwoko bwose bw’ibifungurwa biribwa+; uze ubikoranirize aho uri, kandi bizobabera ibifungurwa wewe n’ivyo muri kumwe+.”

22 Nuko Nowa akora yisunze ivyo Imana yari yamutegetse vyose. Akora kuno nyene+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika