ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 33
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 33:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 14:14; 32:6
  • +It 32:22

Itanguriro 33:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:7, 12
  • +It 30:19
  • +It 30:22

Itanguriro 33:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 6:3; Lk 14:11

Itanguriro 33:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:44
  • +Ums 3:5

Itanguriro 33:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 32:22; Zb 127:3

Itanguriro 33:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 33:2

Itanguriro 33:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 32:16
  • +It 32:5; 33:15; Img 18:16

Itanguriro 33:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 36:7

Itanguriro 33:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 47:29
  • +It 32:11, 20; Yb 33:26

Itanguriro 33:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 32:13; Img 18:16
  • +It 30:43; Heb 13:5
  • +Ivk 16:15

Itanguriro 33:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:17; Yes 40:11
  • +Img 12:10

Itanguriro 33:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 12:10
  • +Yes 40:11; Rm 15:1
  • +It 27:39; 32:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2005, rup. 18

Itanguriro 33:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 34:11; Rs 2:13

Itanguriro 33:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 13:27; 1Bm 7:46; Zb 60:6
  • +Heb 11:9

Itanguriro 33:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 37:14; Yos 24:1
  • +It 10:19; 12:6
  • +It 25:20; 28:6

Itanguriro 33:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 24:32; Ivk 7:16

Itanguriro 33:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 35:1, 7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 33:1It 14:14; 32:6
Ita. 33:1It 32:22
Ita. 33:2It 30:7, 12
Ita. 33:2It 30:19
Ita. 33:2It 30:22
Ita. 33:3Img 6:3; Lk 14:11
Ita. 33:4It 27:44
Ita. 33:4Ums 3:5
Ita. 33:5It 32:22; Zb 127:3
Ita. 33:7It 33:2
Ita. 33:8It 32:16
Ita. 33:8It 32:5; 33:15; Img 18:16
Ita. 33:9It 36:7
Ita. 33:10It 47:29
Ita. 33:10It 32:11, 20; Yb 33:26
Ita. 33:11It 32:13; Img 18:16
Ita. 33:11It 30:43; Heb 13:5
Ita. 33:11Ivk 16:15
Ita. 33:13It 31:17; Yes 40:11
Ita. 33:13Img 12:10
Ita. 33:14Img 12:10
Ita. 33:14Yes 40:11; Rm 15:1
Ita. 33:14It 27:39; 32:3
Ita. 33:15It 34:11; Rs 2:13
Ita. 33:17Yos 13:27; 1Bm 7:46; Zb 60:6
Ita. 33:17Heb 11:9
Ita. 33:18It 37:14; Yos 24:1
Ita. 33:18It 10:19; 12:6
Ita. 33:18It 25:20; 28:6
Ita. 33:19Yos 24:32; Ivk 7:16
Ita. 33:20It 35:1, 7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 33:1-20

Itanguriro

33 Mu nyuma Yakobo araramura amaso araraba, abona Esawu ariko araza ari kumwe n’abagabo amajana ane+. Ku bw’ivyo aca agabura abana abaha Leya na Rasheli na ba basukukazi babiri+, 2 maze ashira nya basukukazi n’abana babo imbere+, Leya n’abana biwe inyuma ya bano+, hanyuma Rasheli na Yozefu inyuma yabo+. 3 Na we ubwiwe aja imbere yabo, atangura kwunama gushika hasi, incuro indwi, gushika yegereye mwene wabo+.

4 Nuko Esawu yiruka kumusanganira+, maze atangura kumugumbira+, amugwa kw’izosi aramusoma, baraturikisha bararira. 5 Maze araramura amaso abona nya bagore na nya bana aca avuga ati: “Aba bari kumwe nawe ni bande?” Na we ati: “Ni abana Imana yahaye umusavyi wawe ku butoni+.” 6 Nya basukukazi baca begera imbere, bo n’abana babo, maze barunama; 7 na Leya yegera imbere, be n’abana biwe, maze barunama, mu nyuma Yozefu yegera imbere, na Rasheli, maze barunama+.

8 Aca avuga ati: “Iyo kambi y’ingenzi yose twahuye wayirungikiye iki+?” Na we ati: “Ni ukugira ngo ngire ubutoni mu maso y’umukama wanje+.” 9 Maze Esawu avuga ati: “Mfise vyinshi cane, mwene wacu+. Ivyawe nibibandanye kuba ivyawe.” 10 Ariko Yakobo avuga ati: “Oya, ndakwinginze. Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe+, niwakire ingabirano yanje mu kuboko kwanje. Nayizanye kugira nshobore kubona mu maso hawe. Kandi nahabonye nk’aho mbonye mu maso h’Imana, kuko wanyakiranye agahimbare+. 11 Ndakwinginze wakire ingabirano iserura umuhezagiro wanje wazaniwe+, kuko Imana yantonesheje kandi nkaba mfise ikintu cose+.” Nuko abandanya kumwinginga, ku buryo yakira+.

12 Mu nyuma Esawu avuga ati: “Dufate inzira tugende, ngende imbere yawe.” 13 Mugabo amubwira ati: “Umukama wanje arazi ko abana batagira intege be n’uko njejwe intama n’inka vyonsa+; nibabiyobora gihutihuti mu musi umwe, umukuku wose rero urapfa ata kabuza+. 14 Ndakwinginze, umukama wanje aje imbere y’umusavyi wiwe, mugabo jewe mbandanye urugendo uko bimpimbara nisunze uko ibitungwa+ biri imbere yanje bigenda be n’uko abana bagenda+, gushika nshitse iw’umukama wanje i Seyiri+.” 15 Maze Esawu avuga ati: “Ndakwinginze ureke nkuronse bamwe mu bantu bari kumwe nanje.” Na we ati: “Kubera iki ivyo? Ningire ubutoni mu maso y’umukama wanje+.” 16 Nuko kuri uwo musi Esawu afata inzira, asubira i Seyiri.

17 Yakobo na we afata inzira aja i Sukoti+, maze atangura kwiyubakira inzu, ubusho bwiwe na bwo abukorera insago+. Ni co catumye aho hantu ahita Sukoti.

18 Mu nyuma Yakobo ashika impore mu gisagara ca Shekemu+, ikiri mu gihugu ca Kanani+, mu gihe yari avuye i Padani-aramu+; araheza ashinga ikambi imbere y’ico gisagara. 19 Maze yironsa mu kuboko kwa bene Hamori se wa Shekemu igice c’itongo yashinzemwo ihema ryiwe, ku bice ijana vy’amahera+. 20 Hanyuma ahashinga igicaniro, maze acita ngo Imana ni Imana ya Isirayeli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika