ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 27
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 27:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 27

Yeremiya 27:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 28:10
  • +Ezk 4:1; 24:3

Yeremiya 27:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 25:12; Am 1:9; Ob 1
  • +2Bm 3:4; Yr 48:1; Ezk 25:8; Am 2:1
  • +Yr 25:21; 49:1; Ezk 25:2; Am 1:13
  • +Yes 23:1; Yr 47:4; Ezk 26:3; Am 1:10; Zk 9:3
  • +Yes 23:4; Yr 25:22; Ezk 28:21; Yw 3:4

Yeremiya 27:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 5:1; Yr 10:10

Yeremiya 27:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:25; 115:15; 146:6; Yes 44:24; 45:12; Yr 51:19
  • +It 1:26; 2:7; Yes 42:5; Ivk 17:26
  • +It 1:24
  • +It 1:2
  • +Zb 136:12; Yr 32:17
  • +It 1:29; Zb 115:16; Dn 4:17

Yeremiya 27:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 28:14; Dn 2:37
  • +Yr 25:9; 43:10; Ezk 29:18
  • +Zb 50:10; Yr 28:14; Dn 2:38

Yeremiya 27:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:20; Yr 25:11
  • +Zb 137:8; Yr 25:12; 50:14, 27; Dn 5:26
  • +Yr 25:14; 51:11

Yeremiya 27:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:7; Yr 21:9; 42:16; Ezk 26:8
  • +2Bm 25:3; Int 4:9
  • +Yr 32:24
  • +Yr 24:10

Yeremiya 27:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 18:20; Yes 8:19
  • +Yr 29:8
  • +Yes 47:12
  • +Yr 28:2, 11

Yeremiya 27:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 28:16

Yeremiya 27:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 38:2; 40:9; 42:10

Yeremiya 27:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:17; 1Ng 3:15; 2Ng 36:10; Yr 37:1
  • +2Ng 36:12
  • +Img 1:33; Yr 38:20

Yeremiya 27:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:63; Ezk 18:31; 33:11
  • +Gus 28:53; Ezk 14:21
  • +Gus 28:61; Yr 38:2

Yeremiya 27:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 37:19
  • +Yr 14:14; 23:21; 28:15; 29:8; Ezk 13:6

Yeremiya 27:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:64
  • +Lw 26:38; Gus 30:18
  • +1Bm 22:23; Yr 20:6; 29:21; Ezk 13:3

Yeremiya 27:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:13; 2Ng 36:7; Yr 28:3; Dn 1:2
  • +Yr 14:13

Yeremiya 27:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 27:11
  • +Lw 26:33; Yr 38:17, 23

Yeremiya 27:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 18:24; Yr 7:16

Yeremiya 27:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 7:15; 2Bm 25:17; 2Ng 4:12; Yr 52:21
  • +1Bm 7:23; 2Bm 25:13
  • +1Bm 7:27; 2Bm 25:16; 2Ng 4:14; Yr 52:17
  • +2Bm 25:14; 2Ng 36:18

Yeremiya 27:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:15; 2Ng 36:10; Yr 22:28
  • +2Bm 24:14; Yr 24:1; 29:1; Dn 1:3

Yeremiya 27:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:10

Yeremiya 27:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:13; 2Ng 36:18; Yr 52:18; Dn 5:3
  • +2Ng 36:21; Ezr 1:7; Yr 29:10
  • +Gus 30:3; Ezr 5:14; 7:19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 27:12Bm 23:24
Yer. 27:2Yr 28:10
Yer. 27:2Ezk 4:1; 24:3
Yer. 27:3Ezk 25:12; Am 1:9; Ob 1
Yer. 27:32Bm 3:4; Yr 48:1; Ezk 25:8; Am 2:1
Yer. 27:3Yr 25:21; 49:1; Ezk 25:2; Am 1:13
Yer. 27:3Yes 23:1; Yr 47:4; Ezk 26:3; Am 1:10; Zk 9:3
Yer. 27:3Yes 23:4; Yr 25:22; Ezk 28:21; Yw 3:4
Yer. 27:4Kv 5:1; Yr 10:10
Yer. 27:5Zb 102:25; 115:15; 146:6; Yes 44:24; 45:12; Yr 51:19
Yer. 27:5It 1:26; 2:7; Yes 42:5; Ivk 17:26
Yer. 27:5It 1:24
Yer. 27:5It 1:2
Yer. 27:5Zb 136:12; Yr 32:17
Yer. 27:5It 1:29; Zb 115:16; Dn 4:17
Yer. 27:6Yr 28:14; Dn 2:37
Yer. 27:6Yr 25:9; 43:10; Ezk 29:18
Yer. 27:6Zb 50:10; Yr 28:14; Dn 2:38
Yer. 27:72Ng 36:20; Yr 25:11
Yer. 27:7Zb 137:8; Yr 25:12; 50:14, 27; Dn 5:26
Yer. 27:7Yr 25:14; 51:11
Yer. 27:82Bm 25:7; Yr 21:9; 42:16; Ezk 26:8
Yer. 27:82Bm 25:3; Int 4:9
Yer. 27:8Yr 32:24
Yer. 27:8Yr 24:10
Yer. 27:9Gus 18:20; Yes 8:19
Yer. 27:9Yr 29:8
Yer. 27:9Yes 47:12
Yer. 27:9Yr 28:2, 11
Yer. 27:10Yr 28:16
Yer. 27:11Yr 38:2; 40:9; 42:10
Yer. 27:122Bm 24:17; 1Ng 3:15; 2Ng 36:10; Yr 37:1
Yer. 27:122Ng 36:12
Yer. 27:12Img 1:33; Yr 38:20
Yer. 27:13Gus 28:63; Ezk 18:31; 33:11
Yer. 27:13Gus 28:53; Ezk 14:21
Yer. 27:13Gus 28:61; Yr 38:2
Yer. 27:14Yr 37:19
Yer. 27:14Yr 14:14; 23:21; 28:15; 29:8; Ezk 13:6
Yer. 27:15Gus 28:64
Yer. 27:15Lw 26:38; Gus 30:18
Yer. 27:151Bm 22:23; Yr 20:6; 29:21; Ezk 13:3
Yer. 27:162Bm 24:13; 2Ng 36:7; Yr 28:3; Dn 1:2
Yer. 27:16Yr 14:13
Yer. 27:17Yr 27:11
Yer. 27:17Lw 26:33; Yr 38:17, 23
Yer. 27:181Bm 18:24; Yr 7:16
Yer. 27:191Bm 7:15; 2Bm 25:17; 2Ng 4:12; Yr 52:21
Yer. 27:191Bm 7:23; 2Bm 25:13
Yer. 27:191Bm 7:27; 2Bm 25:16; 2Ng 4:14; Yr 52:17
Yer. 27:192Bm 25:14; 2Ng 36:18
Yer. 27:202Bm 24:15; 2Ng 36:10; Yr 22:28
Yer. 27:202Bm 24:14; Yr 24:1; 29:1; Dn 1:3
Yer. 27:212Ng 36:10
Yer. 27:222Bm 25:13; 2Ng 36:18; Yr 52:18; Dn 5:3
Yer. 27:222Ng 36:21; Ezr 1:7; Yr 29:10
Yer. 27:22Gus 30:3; Ezr 5:14; 7:19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 27:1-22

Yeremiya

27 Mu ntango y’ubwami bwa Yehoyakimu mwene Yosiya+, umwami wa Yuda, iri jambo riza kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova riti: 2 “Ibi ni vyo Yehova ambwiye: ‘Niwihingurire imizana n’imitambikwa y’ingǒgo+, hanyuma ubishire kw’izosi ryawe+. 3 Uze ubirungikire umwami wa Edomu+, n’umwami wa Mowabu+, n’umwami wa bene Amoni+, n’umwami wa Tiro+, n’umwami wa Sidoni+, biciye mu kuboko kw’intumwa ziza i Yeruzalemu kuri Zedekiya umwami wa Yuda. 4 Uze ubahe itegeko rigenewe ba shebuja, uti:

“‘“Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli+, avuze; muze mubwire ba shobuja muti: 5 ‘Ni jewe nakoze isi+, abantu+ n’ibikoko+ biri ku buringanire bw’isi nkoresheje ububasha bwanje bukomeye+ n’ukuboko kwanje kuramvuye+; kandi nayihaye uwo nabonye ko bibereye mu maso yanje kuyiha+. 6 Ubu rero, ntanze ibi bihugu vyose mu kuboko kwa Nebukadinezari umwami wa Babiloni+, umusavyi wanje+; mbere ndamuhaye ibikoko vyo mu gahinga ngo bimukorere+. 7 Emwe, amahanga yose azomukorera+, we n’umuhungu wiwe n’umwuzukuru wiwe, gushika igihe c’igihugu ciwe gishitse+, kandi amahanga menshi n’abami bahambaye bazomukoresha koko nk’umusuku+.’

8 “‘“‘Ihanga n’ubwami bitazomukorera, egome, bitazokorera Nebukadinezari umwami wa Babiloni, n’iritazoshira izosi ryaryo munsi y’ingǒgo y’umwami wa Babiloni, nzokwitaho ivy’iryo hanga nkoresheje inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+,’ ni ko Yehova avuze, ‘gushika ndabaherengeteje nkoresheje ukuboko kwiwe+.’

9 “‘“‘Nayo mwebwe, ntimwumvirize abahanuzi+ banyu n’abaraguzi banyu n’abarosi+ banyu n’abanyamageza banyu n’abapfumu+ banyu, abababwira ngo: “Ntimuzokorera umwami wa Babiloni+.” 10 Kuko bababwira ubuhanuzi bw’ibinyoma, kugira batume mujanwa kure y’ubutaka bwanyu; nzobashwiragiza koko, kandi muzoyogera ata kabuza+.

11 “‘“‘Nayo ihanga rizozana izosi ryaryo munsi y’ingǒgo y’umwami wa Babiloni rikamukorera vy’ukuri, nzorireka rero riruhuke ku butaka bwaryo,’ ni ko Yehova avuze, ‘kandi rizoburima koko ryongere ribe kuri bwo+.’”’”

12 Mbere nabwiye Zedekiya+ umwami wa Yuda nk’uko aya majambo yose ari+ nti: “Nimuzane amazosi yanyu munsi y’ingǒgo y’umwami wa Babiloni, mumukorere we n’abantu biwe mubone kubandanya kubaho+. 13 Kubera iki wewe n’abantu bawe mwokwicwa n’inkota+ n’ikigoyi+ be n’ikiza+, nk’uko ivyo Yehova yabwiye ihanga ridakorera umwami wa Babiloni biri? 14 Ntimwumvirize amajambo y’abahanuzi bababwira ngo: ‘Ntimuzokorera umwami wa Babiloni+,’ kuko bababwira ubuhanuzi bw’ikinyoma+.

15 “‘Kuko ntabatumye,’ ni ko Yehova avuze, ‘mugabo bavuga ubuhanuzi mw’izina ryanje mu binyoma, kugira mwebwe ndabashwiragize+, kandi muzoyogera ata kabuza+, mwe n’abahanuzi bababwira ubuhanuzi+.’”

16 Kandi nabwiye abaherezi n’aba bantu bose nti: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ntimwumvirize amajambo y’abahanuzi banyu bababwira ubuhanuzi ngo: “Ehe, ibikoresho vyo mu nzu ya Yehova bigiye kugarukanwa ubu bwa vuba bikuwe i Babiloni+!” Kuko bababwira ubuhanuzi bw’ikinyoma+. 17 Ntimubumvirize. Nimukorere umwami wa Babiloni mubone kubandanya kubaho+. Kubera iki iki gisagara coba ikibanza catikijwe+? 18 Mugabo nimba ari abahanuzi kandi nimba ijambo rya Yehova riri iwabo, ndabinginze batakambire Yehova nyen’ingabo+, kugira ngo ibikoresho bisigaye mu nzu ya Yehova no mu nzu y’umwami wa Yuda n’i Yeruzalemu ntibije i Babiloni.’

19 “Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze ku bijanye na za nkingi+ no ku bijanye na ca kiyaga+ no ku bijanye na ya mashareti+ no ku bijanye n’ibisigarira vy’ibikoresho bisigaye muri iki gisagara+, 20 ivyo Nebukadinezari umwami wa Babiloni atajanye igihe yatwara Yekoniya+ mwene Yehoyakimu, umwami wa Yuda, mu bunyagano i Babiloni amukuye i Yeruzalemu, ari kumwe n’abanyacubahiro bose ba Yuda n’aba Yeruzalemu+; 21 kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze ku bijanye n’ibikoresho bisigaye mu nzu ya Yehova no mu nzu y’umwami wa Yuda n’i Yeruzalemu+: 22 ‘“I Babiloni ni ho bizojanwa+ kandi ni ho bizoguma gushika umusi nzovyitaho+,” ni ko Yehova avuze. “Kandi nzobidugana ndabisubize aha hantu+.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika