ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 48
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 48:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 32:28; 35:10; 2Bm 17:34; Rm 9:6
  • +It 49:8; 1Ng 5:2; 28:4
  • +Gus 6:13; Yr 4:2; Zf 1:5
  • +Kv 23:13; Yes 26:13
  • +Lw 19:12; Yr 4:2; Mal 3:7

Yesaya 48:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 11:1; Zb 48:1; Yes 52:1
  • +Abc 17:13; Yr 21:2; Rm 2:17
  • +Yr 10:16

Yesaya 48:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:15; Yes 41:22; 42:9
  • +Yos 21:45; 23:14; Yes 55:11

Yesaya 48:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:16; Zb 78:8; Yes 46:12; Zk 7:11
  • +Kv 32:9; Gus 10:16; 2Bm 17:14
  • +Yr 44:16; Ezk 3:7

Yesaya 48:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 1:70; Heb 1:1
  • +Yr 44:17

Yesaya 48:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 21:10; 43:12; Mik 6:9
  • +Zb 107:43; Yes 41:20
  • +Zb 40:9; Yes 43:10
  • +Yes 42:9; 2Pt 1:21

Yesaya 48:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 46:10; 65:17

Yesaya 48:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 29:10
  • +Yr 5:11; 9:2; Mal 2:11
  • +Gus 9:7; Zb 58:3; 95:10

Yesaya 48:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 12:22; Zb 25:11; 79:9; Yr 14:7
  • +Neh 9:31; Zb 78:38

Yesaya 48:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 23:10; Img 17:3; Mal 3:3; Heb 12:11
  • +Yes 1:25; Yr 9:7

Yesaya 48:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:9
  • +Ezk 20:9; Rm 2:24
  • +Yes 42:8

Yesaya 48:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:13; 46:4
  • +Yes 44:6; Ivh 1:8
  • +Ivh 22:13

Yesaya 48:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:4; Zb 102:25; Yes 42:5
  • +Yes 40:22
  • +Zb 147:4

Yesaya 48:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:20
  • +Yes 45:1
  • +Yes 44:28
  • +Yes 13:19; Yr 50:13

Yesaya 48:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:2; Yr 51:20
  • +Yes 45:5

Yesaya 48:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:19
  • +Yes 61:1

Yesaya 48:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:14; 44:6
  • +Yes 54:5
  • +1Bm 8:36; Zb 25:8; Yes 30:20; 54:13; Mik 4:2
  • +Zb 32:8; Yes 30:21; 49:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/1998, rup. 13-14

Yesaya 48:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 5:29; Zb 81:13
  • +Zb 119:165; Yes 32:18; 66:12
  • +Am 5:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 8

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 228-229

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    2/2017, rup. 2

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 198-199

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2011, rup. 25

    15/1/2007, rup. 10

    Ubumenyi, rup. 118

Yesaya 48:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 22:17; Yr 33:22; Hs 1:10
  • +Rs 4:10; Img 10:7

Yesaya 48:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:8; Ivh 18:4
  • +Yr 51:54
  • +Img 10:28; Yes 49:13; Ivh 18:20
  • +Yr 50:2
  • +Yr 31:10

Yesaya 48:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:25; 17:6; Gus 8:15
  • +Yes 43:19
  • +Gh 20:11; Neh 9:15; Zb 78:15

Yesaya 48:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 57:20, 21; Rm 3:17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 48:1It 32:28; 35:10; 2Bm 17:34; Rm 9:6
Yes. 48:1It 49:8; 1Ng 5:2; 28:4
Yes. 48:1Gus 6:13; Yr 4:2; Zf 1:5
Yes. 48:1Kv 23:13; Yes 26:13
Yes. 48:1Lw 19:12; Yr 4:2; Mal 3:7
Yes. 48:2Neh 11:1; Zb 48:1; Yes 52:1
Yes. 48:2Abc 17:13; Yr 21:2; Rm 2:17
Yes. 48:2Yr 10:16
Yes. 48:3Gus 28:15; Yes 41:22; 42:9
Yes. 48:3Yos 21:45; 23:14; Yes 55:11
Yes. 48:42Ng 36:16; Zb 78:8; Yes 46:12; Zk 7:11
Yes. 48:4Kv 32:9; Gus 10:16; 2Bm 17:14
Yes. 48:4Yr 44:16; Ezk 3:7
Yes. 48:5Lk 1:70; Heb 1:1
Yes. 48:5Yr 44:17
Yes. 48:6Yes 21:10; 43:12; Mik 6:9
Yes. 48:6Zb 107:43; Yes 41:20
Yes. 48:6Zb 40:9; Yes 43:10
Yes. 48:6Yes 42:9; 2Pt 1:21
Yes. 48:7Yes 46:10; 65:17
Yes. 48:8Yes 29:10
Yes. 48:8Yr 5:11; 9:2; Mal 2:11
Yes. 48:8Gus 9:7; Zb 58:3; 95:10
Yes. 48:91Sm 12:22; Zb 25:11; 79:9; Yr 14:7
Yes. 48:9Neh 9:31; Zb 78:38
Yes. 48:10Yb 23:10; Img 17:3; Mal 3:3; Heb 12:11
Yes. 48:10Yes 1:25; Yr 9:7
Yes. 48:11Yes 48:9
Yes. 48:11Ezk 20:9; Rm 2:24
Yes. 48:11Yes 42:8
Yes. 48:12Yes 43:13; 46:4
Yes. 48:12Yes 44:6; Ivh 1:8
Yes. 48:12Ivh 22:13
Yes. 48:13Yb 38:4; Zb 102:25; Yes 42:5
Yes. 48:13Yes 40:22
Yes. 48:13Zb 147:4
Yes. 48:14Yes 48:20
Yes. 48:14Yes 45:1
Yes. 48:14Yes 44:28
Yes. 48:14Yes 13:19; Yr 50:13
Yes. 48:15Yes 41:2; Yr 51:20
Yes. 48:15Yes 45:5
Yes. 48:16Yes 45:19
Yes. 48:16Yes 61:1
Yes. 48:17Yes 43:14; 44:6
Yes. 48:17Yes 54:5
Yes. 48:171Bm 8:36; Zb 25:8; Yes 30:20; 54:13; Mik 4:2
Yes. 48:17Zb 32:8; Yes 30:21; 49:10
Yes. 48:18Gus 5:29; Zb 81:13
Yes. 48:18Zb 119:165; Yes 32:18; 66:12
Yes. 48:18Am 5:24
Yes. 48:19It 22:17; Yr 33:22; Hs 1:10
Yes. 48:19Rs 4:10; Img 10:7
Yes. 48:20Yr 50:8; Ivh 18:4
Yes. 48:20Yr 51:54
Yes. 48:20Img 10:28; Yes 49:13; Ivh 18:20
Yes. 48:20Yr 50:2
Yes. 48:20Yr 31:10
Yes. 48:21Kv 15:25; 17:6; Gus 8:15
Yes. 48:21Yes 43:19
Yes. 48:21Gh 20:11; Neh 9:15; Zb 78:15
Yes. 48:22Yes 57:20, 21; Rm 3:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 48:1-22

Yesaya

48 Nimwumve ibi, yemwe nzu ya Yakobo, mwebwe abiyitirira izina rya Isirayeli+ mukaba kandi mwavuye mu mazi ya Yuda+, mwebwe abarahira mw’izina rya Yehova+ mukavuga mbere Imana ya Isirayeli+, atari mu kuri kandi atari mu bugororotsi+. 2 Kuko biyise abo mu gisagara ceranda+, bakishimikiza Imana ya Isirayeli+, Yehova nyen’ingabo rikaba ari ryo zina ryayo+.

3 “Ivya mbere narabihishuye mbere kuva ico gihe, bisohoka bivuye mu kanwa kanje, kandi nagumye ndavyumvikanisha+. Bukwi na bukwi naragize ico nkoze, biraheza birashika+. 4 Kubera ko nari nzi ko ugoye+ be n’uko izosi ryawe ari umutsi w’icuma+, kandi ko uruhanga rwawe ari umujumpu+, 5 nagumye rero nguhishurira kuva ico gihe. Imbere y’uko bishika, narabikwumvishije+, kugira ntuvuge ngo: ‘Ikigirwamana canje ni co cabikoze, kandi igishusho c’ikibazano canje be n’igishusho canje c’icuma gishongeshejwe ni vyo vyabitegetse+.’ 6 Warumvise+. Vyitegereze vyose+. Nayo mwebwe, mbega ntimuzobihishura+? Ndakwumvishije ibintu bishasha guhera ubu, mbere ibintu vyabitswe utamenye+. 7 Ubu bitegerezwa kuremwa, si kuva kirya gihe, emwe, ibintu utari bwumve gushika uno musi, kugira ntuvuge ngo: ‘Raba! Nari ndabizi+.’

8 “Vyongeye, ntiwumvise+, eka ntiwamenye, eka kandi kuva ico gihe ugutwi kwawe ntikwuguruwe. Kuko nzi neza yuko wagumye vy’ukuri uhemuka+, ukitwa ‘umugabitanyi kuva uvuye mu nda+.’ 9 Ku bw’izina ryanje, nzotangira ishavu ryanje+, kandi ku bw’ishemezo ryanje nzokwifata ku bijanye nawe kugira nturandurwe+. 10 Raba! Naragutyoroye, ariko si nk’ifeza+. Naraguhisemwo mw’itanure riyaza ivyuma ry’amarushwa+. 11 Kubera jewe, kubera jewe nzogira ico nkoze+, kuko, mbega hari uwokwemera guhumanywa+? Kandi nta wundi n’umwe nzoha ubuninahazwa bwanje+.

12 “Nyumviriza, ewe Yakobo, nawe Isirayeli uwo nahamagaye. Ndi wa wundi nyene+. Ndi uwa mbere+. Kandi ndi uwa nyuma+. 13 Vyongeye, ukuboko kwanje ni kwo kwashinze umushinge w’isi+, kandi ukuryo kwanje ni kwo kwaramvuye amajuru+. Ndabihamagara, kugira ngo bigume bihagaze vyose hamwe+.

14 “Nimukoranire hamwe mwese, mwumve+. Ni nde muri bo yahishuye ivyo bintu? Yehova ubwiwe yaramukunze+. Azoshitsa kuri Babiloni ibimuhimbara+, kandi ukuboko kwiwe kuzoba ku Bakaludaya+. 15 Jewe naravuze+. Vyongeye, naramuhamagaye. Naramuzanye, kandi inzira yiwe izohabwa kuroranirwa+.

16 “Nimuze hafi yanje. Nimwumvirize ibi. Kuva mu ntango sinavugiye namba mu bwihisho+. Kuva bibaye, namye ari ho ndi.”

Ubu rero Umukama Segaba Yehova ubwiwe arantumye, mbere impwemu yiwe+. 17 Ibi ni vyo Yehova avuze, Umucunguzi wawe+, wa Mweranda wa Isirayeli+: “Jewe Yehova ndi Imana yawe, Umwe akwigisha ibikwungura+, Umwe agucisha mu nzira ukwiye kugenderamwo+. 18 Ese iyaba wokwumviriza koko amabwirizwa yanje+! Amahoro yawe rero yomera nk’uruzi+, ubugororotsi bwawe na bwo nk’imipfunda y’ikiyaga+. 19 Uruvyaro rwawe rwocika nk’umusenyi, abamuka imbere muri wewe na bo nk’udutete twawo+. Izina ryawe ntiryorandurwa canke ngo rizimanganywe imbere yanje+.”

20 Sohoke muve muri Babiloni+! Hunge Abakaludaya+! Nimubimenyeshe n’ijwi ry’akamo k’umunezero, muvyumvikanishe+. Nimutume bishika ku mpera y’isi+. Nimuvuge muti: “Yehova yacunguye umusavyi wiwe Yakobo+. 21 Ntibanyotewe+ igihe yariko abacisha mu bibanza vyatikijwe+. Yabatembeshereje amazi avuye mu gitandara, asatura igitandara kugira ngo amazi arindimuke+.”

22 “Nta mahoro ku babisha,” ni ko Yehova avuze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika