ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 29
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma 29:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:8
  • +1Bm 8:19; 1Ng 28:5
  • +1Bm 3:7; Img 4:3
  • +2Ng 2:4

1 Ngoma 29:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 9:10
  • +1Ng 22:3
  • +1Ng 22:16
  • +1Ng 22:14
  • +1Ng 22:4
  • +Kv 28:9

1 Ngoma 29:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 26:8; 27:4; 122:1
  • +1Ng 21:24; Img 3:9
  • +1Ng 22:5, 16

1 Ngoma 29:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 28:16

1 Ngoma 29:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 35:5

1 Ngoma 29:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 27:1
  • +1Ng 23:11
  • +1Ng 28:1
  • +Kv 18:25; 1Ng 13:1
  • +Gus 1:15; 1Ng 27:1
  • +1Ng 27:25, 29, 31

1 Ngoma 29:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Idariki cari igiceri c’inzahabu c’Abaperesi capima amagarama 8,4.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 9:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2009, rup. 30

1 Ngoma 29:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 26:22
  • +1Ng 6:1

1 Ngoma 29:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 9:7
  • +Ivk 20:35

1 Ngoma 29:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 31:8
  • +1Bm 8:14; 2Ng 6:3
  • +1Bm 8:15
  • +It 32:28; Zb 68:35

1 Ngoma 29:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “wewe kandi widuza bwa mukuru hejuru ya vyose.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 145:3; 1Tm 1:17
  • +It 17:1; Ivh 5:13
  • +1Ng 29:13; Zb 71:8
  • +1Sm 15:29
  • +1Ng 16:27; Zb 8:1
  • +Zb 24:1; 115:15; Yes 42:5; Yr 10:12
  • +Zb 103:19; Mt 6:10
  • +Neh 9:5; Zb 97:9

1 Ngoma 29:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 8:18; Img 10:22; Fp 4:19
  • +1Bm 3:13; Yoh 17:5
  • +2Ng 20:6
  • +Img 18:10; Yes 40:26
  • +Gus 3:24; Ef 1:19; Ivh 15:3
  • +2Ng 1:12; Zb 75:7
  • +2Ng 16:9; Zb 18:32; 28:8; Yes 40:29; 1Pt 4:11

1 Ngoma 29:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:1
  • +Zb 106:1
  • +Yes 63:14

1 Ngoma 29:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:18
  • +Zb 115:1; Fp 2:13
  • +Zb 50:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 18

1 Ngoma 29:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:23; Heb 11:13
  • +Yb 14:2; Yak 4:14

1 Ngoma 29:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 24:1

1 Ngoma 29:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:9
  • +Img 11:20; 15:8; Ivk 24:16; Heb 1:9

1 Ngoma 29:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:6
  • +1Ng 28:9
  • +Zb 10:17; 86:11; 2Ts 2:17

1 Ngoma 29:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:61; 2Bm 20:3; Mr 12:30
  • +1Bm 6:12; 1Ng 28:7
  • +Gus 4:45; 6:17; 1Bm 2:3
  • +Gus 7:11; 12:1
  • +1Ng 29:1
  • +1Ng 22:14

1 Ngoma 29:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:8
  • +1Ng 16:36; Zb 134:2; 145:1; Ef 1:3
  • +It 24:26; Kv 4:31
  • +2Ng 7:3; Ivh 7:11

1 Ngoma 29:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 7:4; Ezr 6:17
  • +Lw 1:3; 1Bm 8:64
  • +Lw 23:13; Gh 15:5
  • +1Bm 8:63

1 Ngoma 29:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:7; 2Ng 7:10; Neh 8:12
  • +1Ng 23:1
  • +1Bm 1:35
  • +1Bm 2:35

1 Ngoma 29:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:5
  • +1Ng 22:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 32

1 Ngoma 29:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 22:17; 28:21
  • +1Ng 28:1
  • +2Sm 3:2; 1Ng 3:5

1 Ngoma 29:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 3:12; 2Ng 1:1
  • +2Ng 1:12; Ums 2:9

1 Ngoma 29:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 18:14; Zb 78:71

1 Ngoma 29:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 5:4; 1Bm 2:11
  • +2Sm 2:11
  • +2Sm 5:5

1 Ngoma 29:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:1; Img 16:31
  • +1Ng 29:12
  • +Img 29:23
  • +1Bm 2:1, 10, 12

1 Ngoma 29:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 9:9
  • +2Sm 7:2; 12:1
  • +1Ng 21:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2009, rup. 32

1 Ngoma 29:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:21
  • +1Bm 2:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 29:11Ng 28:8
1 Ngo. 29:11Bm 8:19; 1Ng 28:5
1 Ngo. 29:11Bm 3:7; Img 4:3
1 Ngo. 29:12Ng 2:4
1 Ngo. 29:2Ums 9:10
1 Ngo. 29:21Ng 22:3
1 Ngo. 29:21Ng 22:16
1 Ngo. 29:21Ng 22:14
1 Ngo. 29:21Ng 22:4
1 Ngo. 29:2Kv 28:9
1 Ngo. 29:3Zb 26:8; 27:4; 122:1
1 Ngo. 29:31Ng 21:24; Img 3:9
1 Ngo. 29:31Ng 22:5, 16
1 Ngo. 29:4Yb 28:16
1 Ngo. 29:5Kv 35:5
1 Ngo. 29:61Ng 27:1
1 Ngo. 29:61Ng 23:11
1 Ngo. 29:61Ng 28:1
1 Ngo. 29:6Kv 18:25; 1Ng 13:1
1 Ngo. 29:6Gus 1:15; 1Ng 27:1
1 Ngo. 29:61Ng 27:25, 29, 31
1 Ngo. 29:72Kr 9:11
1 Ngo. 29:81Ng 26:22
1 Ngo. 29:81Ng 6:1
1 Ngo. 29:92Kr 9:7
1 Ngo. 29:9Ivk 20:35
1 Ngo. 29:102Ng 31:8
1 Ngo. 29:101Bm 8:14; 2Ng 6:3
1 Ngo. 29:101Bm 8:15
1 Ngo. 29:10It 32:28; Zb 68:35
1 Ngo. 29:11Zb 145:3; 1Tm 1:17
1 Ngo. 29:11It 17:1; Ivh 5:13
1 Ngo. 29:111Ng 29:13; Zb 71:8
1 Ngo. 29:111Sm 15:29
1 Ngo. 29:111Ng 16:27; Zb 8:1
1 Ngo. 29:11Zb 24:1; 115:15; Yes 42:5; Yr 10:12
1 Ngo. 29:11Zb 103:19; Mt 6:10
1 Ngo. 29:11Neh 9:5; Zb 97:9
1 Ngo. 29:12Gus 8:18; Img 10:22; Fp 4:19
1 Ngo. 29:121Bm 3:13; Yoh 17:5
1 Ngo. 29:122Ng 20:6
1 Ngo. 29:12Img 18:10; Yes 40:26
1 Ngo. 29:12Gus 3:24; Ef 1:19; Ivh 15:3
1 Ngo. 29:122Ng 1:12; Zb 75:7
1 Ngo. 29:122Ng 16:9; Zb 18:32; 28:8; Yes 40:29; 1Pt 4:11
1 Ngo. 29:13Zb 105:1
1 Ngo. 29:13Zb 106:1
1 Ngo. 29:13Yes 63:14
1 Ngo. 29:142Sm 7:18
1 Ngo. 29:14Zb 115:1; Fp 2:13
1 Ngo. 29:14Zb 50:12
1 Ngo. 29:15Lw 25:23; Heb 11:13
1 Ngo. 29:15Yb 14:2; Yak 4:14
1 Ngo. 29:16Zb 24:1
1 Ngo. 29:171Ng 28:9
1 Ngo. 29:17Img 11:20; 15:8; Ivk 24:16; Heb 1:9
1 Ngo. 29:18Kv 3:6
1 Ngo. 29:181Ng 28:9
1 Ngo. 29:18Zb 10:17; 86:11; 2Ts 2:17
1 Ngo. 29:191Bm 8:61; 2Bm 20:3; Mr 12:30
1 Ngo. 29:191Bm 6:12; 1Ng 28:7
1 Ngo. 29:19Gus 4:45; 6:17; 1Bm 2:3
1 Ngo. 29:19Gus 7:11; 12:1
1 Ngo. 29:191Ng 29:1
1 Ngo. 29:191Ng 22:14
1 Ngo. 29:201Ng 28:8
1 Ngo. 29:201Ng 16:36; Zb 134:2; 145:1; Ef 1:3
1 Ngo. 29:20It 24:26; Kv 4:31
1 Ngo. 29:202Ng 7:3; Ivh 7:11
1 Ngo. 29:212Ng 7:4; Ezr 6:17
1 Ngo. 29:21Lw 1:3; 1Bm 8:64
1 Ngo. 29:21Lw 23:13; Gh 15:5
1 Ngo. 29:211Bm 8:63
1 Ngo. 29:22Gus 12:7; 2Ng 7:10; Neh 8:12
1 Ngo. 29:221Ng 23:1
1 Ngo. 29:221Bm 1:35
1 Ngo. 29:221Bm 2:35
1 Ngo. 29:231Ng 28:5
1 Ngo. 29:231Ng 22:11
1 Ngo. 29:241Ng 22:17; 28:21
1 Ngo. 29:241Ng 28:1
1 Ngo. 29:242Sm 3:2; 1Ng 3:5
1 Ngo. 29:251Bm 3:12; 2Ng 1:1
1 Ngo. 29:252Ng 1:12; Ums 2:9
1 Ngo. 29:261Ng 18:14; Zb 78:71
1 Ngo. 29:272Sm 5:4; 1Bm 2:11
1 Ngo. 29:272Sm 2:11
1 Ngo. 29:272Sm 5:5
1 Ngo. 29:281Bm 1:1; Img 16:31
1 Ngo. 29:281Ng 29:12
1 Ngo. 29:28Img 29:23
1 Ngo. 29:281Bm 2:1, 10, 12
1 Ngo. 29:291Sm 9:9
1 Ngo. 29:292Sm 7:2; 12:1
1 Ngo. 29:291Ng 21:9
1 Ngo. 29:30Dn 2:21
1 Ngo. 29:301Bm 2:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha
1 Ngoma 29:1-30

1 Ngoma

29 Nuko Dawidi umwami abwira ishengero+ ryose ati: “Salomo umuhungu wanje, uwo Imana yatoye+, aracari muto+ kandi nta nkomezi aragira, mugabo igikorwa ni kinini; kuko iyo ngoro atari iy’umuntu+, ariko ni iya Yehova Imana. 2 Nk’uko ububasha+ bwanje bwose buri, narateguriye+ inzu y’Imana yanje inzahabu+ ku bw’ibizokorwa mu nzahabu, n’ifeza ku bw’ibizokorwa mw’ifeza, n’umujumpu ku bw’ibizokorwa mu mujumpu, n’ivyuma+ ku bw’ibizokorwa mu vyuma, n’ibiti+ ku bw’ibizokorwa mu biti; amabuye ya onigisi+, n’amabuye azoshirishwaho ubudongo bukomeye, n’utubuye two gushariza, n’amabuye yose y’agaciro, n’amabuye ya alabasitironi* menshi. 3 Vyongeye, kubera ko mpimbarwa+ n’inzu y’Imana yanje, haracariho ibintu bidasanzwe, binyegukira+: inzahabu n’ifeza; ndabitanze ku bw’inzu y’Imana yanje, vyiyongere ku vyo nateguriye iyo nzu nyeranda+ vyose: 4 italanto ibihumbi bitatu z’inzahabu, z’inzahabu y’i Ofiri+, n’italanto ibihumbi indwi z’ifeza ityoroye, ku bwo gupfuka impome za nya mazu; 5 inzahabu ku bw’ibizokorwa mu nzahabu, n’ifeza ku bw’ibizokorwa mw’ifeza no ku bw’igikorwa cose kizokorwa n’ukuboko kw’abahinguzi b’utugenegene. None ni nde yitanze abikunze kugira ngo uyu musi yuzuze ukuboko kwiwe ingabirano igenewe Yehova+?”

6 Maze abaganwa+ b’amazu ya ba sekuru+ n’abaganwa+ b’imiryango ya Isirayeli, n’abakuru b’ibihumbi+ n’ab’amajana+, n’abakuru b’igikorwa+ c’umwami baritanga babikunze. 7 Nuko batanga ku bw’igikorwa c’inzu y’Imana y’ukuri inzahabu iciye italanto ibihumbi bitanu, n’amadariki* ibihumbi cumi, n’ifeza iciye italanto ibihumbi cumi, n’umujumpu uciye italanto ibihumbi cumi n’umunani be n’ivyuma biciye italanto ibihumbi ijana+. 8 Amabuye ayo ari yo yose abantu bari bafise bayatanga ku bw’itunga ry’inzu ya Yehova ryari rijejwe Yehiyele+ Umugerishoni+. 9 Nuko abantu banezerezwa no kubona bariko batanga amashikanwa yo ku bushake, kuko bashikanira Yehova n’umutima ukwiye amashikanwa atangwa ku bushake+; mbere na Dawidi umwami ubwiwe anezerwa akanyamuneza kenshi+.

10 Maze Dawidi ahezagira+ Yehova mu maso y’ishengero ryose+, ati: “Uragahezagirwa+, ewe Yehova Mana ya Isirayeli+ data, kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero. 11 Ubukuru+ n’ubushobozi+ n’ubwiza+ n’ukuba agahebuza+ n’iteka+ ni ivyawe, ewe Yehova; kuko ikintu cose mu majuru no mw’isi ari icawe+. Ubwami ni ubwawe+, ewe Yehova, wewe mukuru ari hejuru ya vyose*+. 12 Ubutunzi+ n’ubuninahazwa+ biriho kubera wewe, kandi uganza vyose+; mu kuboko kwawe hari ububasha+ n’ubushobozi+, kandi mu kuboko kwawe hari ubushobozi bwo gutuma bose baba abahambaye+ n’ubwo kubaha inkomezi+. 13 None rero, ewe Mana yacu, turagukengurukiye+ kandi turashemeje+ izina ryawe ryiza+.

14 “Yamara, jewe ndi nde+ kandi abantu banje ni bande, kugira ngo tugumane ububasha bwo gutanga amashikanwa atangwa ku bushake nk’aya+? Kuko vyose biva kuri wewe+, kandi ivyo mu kuboko kwawe bikaba ari vyo tuguhaye. 15 Kuko turi ba kavamahanga imbere yawe tukaba n’inyambukira+ nka ba sogokuruza bacu bose. Imisi yacu kw’isi imeze nk’igitutu+, kandi nta cizigiro kiriho. 16 Ewe Yehova Mana yacu, uwu murengera wose twateguye kugira tukwubakire inzu yitirirwa izina ryawe ryeranda uva mu kuboko kwawe, kandi wose ni uwawe+. 17 Ndazi neza, ewe Mana yanje, yuko usuzuma umutima+, kandi yuko uhimbarwa n’ubugororotsi+. Jewe, mu kugororoka kw’umutima wanje ni ho ntanze ibi bintu vyose ndabikunze; none rero mpimbawe no kubona aba bantu bawe bari hano bagushikanira amashikanwa babikunze. 18 Ewe Yehova Mana ya Aburahamu na Izahaki na Isirayeli ba sogokuruza bacu+, nuzigame ivyo gushika igihe kitagira urugero nk’impengamiro y’ivyiyumviro vy’umutima w’abantu bawe+, werekeze umutima wabo kuri wewe+. 19 Salomo umuhungu wanje na we umuhe umutima ukwiye+ kugira ngo agumye amabwirizwa yawe+ n’ibishingantahe vyawe+ n’ingingo nyobozi zawe+, kugira ngo akore vyose, no kugira ngo yubake iyo ngoro+ nagiriye imyiteguro+.”

20 Hanyuma Dawidi abwira ishengero ryose+ ati: “Nimuhezagire+ rero Yehova Imana yanyu.” Nuko ishengero ryose rihezagira Yehova Imana ya ba sekuruza babo, barunama+, bakubita inkoro hasi+ imbere ya Yehova n’imbere y’umwami. 21 Nuko ku musi ukurikira uwo musi, babandanya gushikanira+ Yehova ibimazi no gushikanira Yehova amashikanwa aturirwa+: bashikana ibimasa igihumbi, impfizi z’intama igihumbi, imyagazi y’intama y’amasuguru igihumbi n’amashikanwa y’ikinyobwa+ yavyo, egome, ibimazi vyinshi ku bwa Isirayeli yose+. 22 Kuri uwo musi babandanya kurîra no kunywera imbere ya Yehova n’umunezero mwinshi+; vyongeye, bimika ubugira kabiri Salomo mwene Dawidi ngo abe umwami+ bongera bamurobanuriza amavuta Yehova ngo abe indongozi+, barobanura na Zadoki+ ngo abe umuherezi. 23 Salomo rero yicara ku ntebe y’ubwami ya Yehova+ ari umwami mu kibanza ca Dawidi se wiwe; araroranirwa+, kandi Abisirayeli bose baramugamburukira. 24 Nayo abaganwa bose+ n’abagabo b’abanyenkomezi+ be n’abahungu b’Umwami Dawidi+, bayobokera Salomo umwami. 25 Yehova abandanya kugira Salomo uwuhambaye bihebuje+ mu maso ya Isirayeli yose, no gushira kuri we iteka rya cami ritari bwabe ku mwami n’umwe yamwitangiye imbere mu kuganza Isirayeli+.

26 Nayo Dawidi mwene Yese, aganza Isirayeli yose+; 27 imisi yaganje Isirayeli yabaye imyaka mirongo ine+. I Heburoni yaganje imyaka indwi+, i Yeruzalemu na ho aganza imyaka mirongo itatu n’itatu+. 28 Amaherezo arapfa yisaziye neza+, ahaze imisi n’ubutunzi+ n’ubuninahazwa+; nuko Salomo umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe+. 29 Nayo ivya Dawidi umwami, ivya mbere n’ivya nyuma, ehe vyanditswe mu majambo ya Samweli rubonyi+ no mu majambo ya Natani+ umuhanuzi no mu majambo ya Gadi+ umubonyi, 30 hamwe n’ingoma yiwe yose n’ubushobozi bwiwe be n’ibihe+ vyari vyaraciye kuri we no kuri Isirayeli no ku bwami bwose bw’ibihugu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika