ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 27
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yobu 27:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 49:4; 78:2

Yobu 27:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:13; 10:20; Yr 12:16; Heb 6:16
  • +Yb 34:5
  • +Rs 1:20; 2Bm 4:27

Yobu 27:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:7; Yes 42:5; Ivk 17:25

Yobu 27:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 25:1; Yb 40:8; Img 17:15
  • +Yb 22:1, 5; Img 27:11; Mt 24:9; Ivh 2:10; 6:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 34

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2019, rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2009, rup. 4

    15/3/2006, rup. 15

    15/8/2002, rup. 28

Yobu 27:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 2:3
  • +Ivk 24:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 18

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 15-16

Yobu 27:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 25:26

Yobu 27:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 13:16; 36:13; Heb 6:6
  • +Lk 12:20

Yobu 27:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 35:12; Zb 18:41; Img 28:9; Yr 11:11; Yak 4:3

Yobu 27:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:20

Yobu 27:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:16

Yobu 27:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:6; Ums 8:13; Mal 3:5

Yobu 27:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 9:10; Hs 9:13

Yobu 27:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:64

Yobu 27:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 13:22; 28:8; Ums 2:26

Yobu 27:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:8; Int 2:6

Yobu 27:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 14:10

Yobu 27:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 73:19

Yobu 27:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 18:17
  • +Mt 7:27

Yobu 27:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 83:15; Yr 13:14
  • +Yes 10:3; Am 2:14

Yobu 27:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 24:10; Int 2:15; Nah 3:19
  • +1Bm 9:8; Zf 2:15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yobu 27:1Zb 49:4; 78:2
Yobu 27:2Gus 6:13; 10:20; Yr 12:16; Heb 6:16
Yobu 27:2Yb 34:5
Yobu 27:2Rs 1:20; 2Bm 4:27
Yobu 27:3It 2:7; Yes 42:5; Ivk 17:25
Yobu 27:5Gus 25:1; Yb 40:8; Img 17:15
Yobu 27:5Yb 22:1, 5; Img 27:11; Mt 24:9; Ivh 2:10; 6:11
Yobu 27:6Yb 2:3
Yobu 27:6Ivk 24:16
Yobu 27:71Sm 25:26
Yobu 27:8Yb 13:16; 36:13; Heb 6:6
Yobu 27:8Lk 12:20
Yobu 27:9Yb 35:12; Zb 18:41; Img 28:9; Yr 11:11; Yak 4:3
Yobu 27:11Ivk 20:20
Yobu 27:12Yr 23:16
Yobu 27:13Zb 11:6; Ums 8:13; Mal 3:5
Yobu 27:14Est 9:10; Hs 9:13
Yobu 27:15Zb 78:64
Yobu 27:17Img 13:22; 28:8; Ums 2:26
Yobu 27:18Yes 1:8; Int 2:6
Yobu 27:19Yb 14:10
Yobu 27:20Zb 73:19
Yobu 27:21Yr 18:17
Yobu 27:21Mt 7:27
Yobu 27:22Zb 83:15; Yr 13:14
Yobu 27:22Yes 10:3; Am 2:14
Yobu 27:23Gh 24:10; Int 2:15; Nah 3:19
Yobu 27:231Bm 9:8; Zf 2:15
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Yobu 27:1-23

Yobu

27 Yobu yongera kuvuga ijambo ryiwe ry’akagani+, ati:

 2 “Ndahiye ukubaho kw’Imana+, yo yandiriye urubanza+,

Kandi ndahiye ukubaho kwa Mushoboravyose, we yatumye umutima wanje udundumirwa+,

 3 Umwanya impemu zanje zikiri zose muri jewe,

N’impwemu y’Imana ikaba iri mu mazuru yanje+,

 4 Iminwa yanje nta bitagororotse izovuga

N’ururimi rwanje nta buhendanyi ruzovugira mu ntamatama!

 5 Ni ibitokwiyumvirwa kuri jewe ko mwebwe nobita abagororotsi+!

Gushika ncikanye, sinzokwiyambura ugutungana kwanje+!

 6 Nagumije ugutungana kwanje, kandi sinzokurekura+;

Umutima wanje ntuzoncokora ku bw’umusi n’umwe mu misi yanje+.

 7 Umwansi wanje mu buryo bwose nacike umubisha+,

N’uwungarariza acike vy’ukuri inkozi y’ikibi.

 8 Kuko, mbega icizigiro c’umuhuni ni iki mu gihe imuranduye+,

Mu gihe Imana imwatse ubuzima+?

 9 Mbega Imana izokwumva amaborogo yiwe

Mu gihe amarushwa aje kuri we+?

10 Canke azososerwa na Mushoboravyose?

Azotakambira Imana ibihe vyose?

11 Nzobigisha biciye ku kuboko kw’Imana;

Ivya Mushoboravyose sinzobinyegeza+.

12 Raba! Mwebwe mwese ubwanyu mwareretswe ibintu;

Kuki none mwerekana ko muri imburakimazi nsa+?

13 Uyo ni wo muturi umuntu w’umubisha ahabwa n’Imana+;

Kandi intoranwa y’intwazamukazo zizoyihabwa na Mushoboravyose ubwiwe.

14 Iyo abana biwe bagwiriye, bagwirira inkota+;

Abamwamukako ubwabo ntibazogira ibifungurwa bihagije.

15 Abarokotse biwe bazohambwa mu gihe c’ikiza cica,

N’abapfakazi babo ntibazorira+.

16 Naho yorundanya ifeza nk’umukungugu,

Agategura ivyambarwa nk’ibumba,

17 Yotegura, mugabo umugororotsi ni we yokwambara+,

Kandi ifeza, intungane ni yo yoyironkako umuturi.

18 Yubatse inzu yiwe nk’umuswa w’umuswa,

Nk’agasago+ inderetsi yazingaguye.

19 Azoryama ari umutunzi, ariko nta kizokwegeranywa;

Azokanura, ariko nta kizoba kihari+.

20 Ibica ivutu bukwi na bukwi bizomuhamvya+;

Mw’ijoro umuyaga w’ikirura uzomunyuruza.

21 Umuyaga wo mu buseruko uzomukubeba+, yigire,

Uzomuvumbura mu gashururu ave ahantu hiwe+.

22 Uzokwisuka kuri we ata mpuhwe+;

Azogerageza koko guhunga ububasha bwawo+.

23 Bazokubita amashi ku yandi+ bamuhema,

Bamuvugirize agahwa+ ahantu hiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika