ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 22
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 22:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 13:13; 17:25; Lk 1:32
  • +Yr 7:2; 17:20

Yeremiya 22:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “agahungu katagira se.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:15; Gus 16:18; Yes 1:17; Yr 21:12; Ezk 22:7, 29; Mik 2:2; Zk 7:9
  • +Zb 94:6
  • +Gus 19:10; 2Bm 24:4; Yr 7:6

Yeremiya 22:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 2:12
  • +Yr 17:25

Yeremiya 22:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 23:19; Gus 32:40; Am 6:8; Heb 6:17
  • +Yr 39:8; Mik 3:12; Mal 3:5

Yeremiya 22:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 3:25
  • +Zb 107:34; Yes 27:10
  • +Yes 6:11; 24:1; Yr 7:34

Yeremiya 22:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:3
  • +Ezk 9:1
  • +Yes 37:24
  • +Yr 21:14; Zk 11:1

Yeremiya 22:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 9:8; Int 2:15

Yeremiya 22:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:25; Yr 31:32
  • +Gus 29:26; 31:20; 2Bm 22:17; 2Ng 34:25

Yeremiya 22:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:20

Yeremiya 22:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 3:15
  • +2Bm 23:30; 2Ng 36:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 158-159

Yeremiya 22:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:34; 2Ng 36:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 158-159

Yeremiya 22:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:35
  • +Lw 19:13; Gus 24:14; Mik 3:10; Hab 2:9, 12; Mal 3:5; Yak 5:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 140

Yeremiya 22:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:8
  • +Hg 1:4
  • +Ezk 23:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 140

Yeremiya 22:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:2; 23:25; 2Ng 34:2; Img 21:3; 31:9
  • +Gus 4:40; Zb 128:2; Yes 3:10; Yr 42:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 140-141

Yeremiya 22:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 29:12; Zb 72:2; Yes 1:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 140-141

Yeremiya 22:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 7:21; Zb 10:3; 119:37
  • +2Bm 24:4

Yeremiya 22:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:34; 2Ng 36:4
  • +2Sm 1:23; 1Bm 13:30

Yeremiya 22:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 21:23; Yr 36:30
  • +2Ng 36:6

Yeremiya 22:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:2
  • +Zb 68:15
  • +Gus 32:49
  • +2Bm 24:7

Yeremiya 22:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:15
  • +Yr 2:31; 6:16
  • +Gus 9:7; Abc 2:11; Neh 9:16; Yr 3:25; 7:24

Yeremiya 22:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:1; Ezk 34:2; Zk 11:8
  • +2Bm 24:7
  • +Yr 2:26

Yeremiya 22:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 22:6
  • +Yes 2:13; Ezk 17:3
  • +Yr 6:24; Hs 7:14
  • +Yr 4:31

Yeremiya 22:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:6; 1Ng 3:16; Yr 22:28; 37:1; Mt 1:11
  • +2Bm 23:34
  • +Hg 2:23
  • +Yr 22:6

Yeremiya 22:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:15; Yr 21:7; 34:20
  • +2Bm 24:11, 16; Ezr 5:12; Img 10:24; Yr 24:1; 27:20; 29:2

Yeremiya 22:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:12
  • +2Bm 24:15; 2Ng 36:10; Yr 15:2

Yeremiya 22:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 44:14; 52:34

Yeremiya 22:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 22:24; 37:1
  • +1Sm 5:4
  • +Zb 31:12; Yr 48:38; Hs 8:8
  • +2Bm 24:15; 1Ng 3:17

Yeremiya 22:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:26; 32:1; Yes 1:2; 34:1; Yr 6:19; Mik 1:2

Yeremiya 22:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 1:12
  • +2Ng 36:10; Yr 36:30
  • +Lk 1:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 22:2Yr 13:13; 17:25; Lk 1:32
Yer. 22:2Yr 7:2; 17:20
Yer. 22:3Lw 19:15; Gus 16:18; Yes 1:17; Yr 21:12; Ezk 22:7, 29; Mik 2:2; Zk 7:9
Yer. 22:3Zb 94:6
Yer. 22:3Gus 19:10; 2Bm 24:4; Yr 7:6
Yer. 22:41Bm 2:12
Yer. 22:4Yr 17:25
Yer. 22:5Gh 23:19; Gus 32:40; Am 6:8; Heb 6:17
Yer. 22:5Yr 39:8; Mik 3:12; Mal 3:5
Yer. 22:6Gus 3:25
Yer. 22:6Zb 107:34; Yes 27:10
Yer. 22:6Yes 6:11; 24:1; Yr 7:34
Yer. 22:7Yes 13:3
Yer. 22:7Ezk 9:1
Yer. 22:7Yes 37:24
Yer. 22:7Yr 21:14; Zk 11:1
Yer. 22:81Bm 9:8; Int 2:15
Yer. 22:9Gus 29:25; Yr 31:32
Yer. 22:9Gus 29:26; 31:20; 2Bm 22:17; 2Ng 34:25
Yer. 22:102Bm 22:20
Yer. 22:111Ng 3:15
Yer. 22:112Bm 23:30; 2Ng 36:1
Yer. 22:122Bm 23:34; 2Ng 36:4
Yer. 22:132Bm 23:35
Yer. 22:13Lw 19:13; Gus 24:14; Mik 3:10; Hab 2:9, 12; Mal 3:5; Yak 5:4
Yer. 22:14Yes 5:8
Yer. 22:14Hg 1:4
Yer. 22:14Ezk 23:14
Yer. 22:152Bm 22:2; 23:25; 2Ng 34:2; Img 21:3; 31:9
Yer. 22:15Gus 4:40; Zb 128:2; Yes 3:10; Yr 42:6
Yer. 22:16Yb 29:12; Zb 72:2; Yes 1:17
Yer. 22:17Yos 7:21; Zb 10:3; 119:37
Yer. 22:172Bm 24:4
Yer. 22:182Bm 23:34; 2Ng 36:4
Yer. 22:182Sm 1:23; 1Bm 13:30
Yer. 22:191Bm 21:23; Yr 36:30
Yer. 22:192Ng 36:6
Yer. 22:20Yes 35:2
Yer. 22:20Zb 68:15
Yer. 22:20Gus 32:49
Yer. 22:202Bm 24:7
Yer. 22:212Ng 36:15
Yer. 22:21Yr 2:31; 6:16
Yer. 22:21Gus 9:7; Abc 2:11; Neh 9:16; Yr 3:25; 7:24
Yer. 22:22Yr 23:1; Ezk 34:2; Zk 11:8
Yer. 22:222Bm 24:7
Yer. 22:22Yr 2:26
Yer. 22:23Yr 22:6
Yer. 22:23Yes 2:13; Ezk 17:3
Yer. 22:23Yr 6:24; Hs 7:14
Yer. 22:23Yr 4:31
Yer. 22:242Bm 24:6; 1Ng 3:16; Yr 22:28; 37:1; Mt 1:11
Yer. 22:242Bm 23:34
Yer. 22:24Hg 2:23
Yer. 22:24Yr 22:6
Yer. 22:252Bm 24:15; Yr 21:7; 34:20
Yer. 22:252Bm 24:11, 16; Ezr 5:12; Img 10:24; Yr 24:1; 27:20; 29:2
Yer. 22:262Bm 24:12
Yer. 22:262Bm 24:15; 2Ng 36:10; Yr 15:2
Yer. 22:27Yr 44:14; 52:34
Yer. 22:28Yr 22:24; 37:1
Yer. 22:281Sm 5:4
Yer. 22:28Zb 31:12; Yr 48:38; Hs 8:8
Yer. 22:282Bm 24:15; 1Ng 3:17
Yer. 22:29Gus 4:26; 32:1; Yes 1:2; 34:1; Yr 6:19; Mik 1:2
Yer. 22:30Mt 1:12
Yer. 22:302Ng 36:10; Yr 36:30
Yer. 22:30Lk 1:32
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 22:1-30

Yeremiya

22 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Manuka ku nzu y’umwami wa Yuda, uvugireyo iri jambo. 2 Uvuge uti: ‘Niwumve ijambo rya Yehova, yewe mwami wa Yuda wicaye ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+, wewe n’abasuku bawe n’abantu bawe, abinjirana muri aya marembo+. 3 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Nimushitse ubutungane n’ubugororotsi, kandi murokore uwamburwa mumukure mu kuboko kw’uwugunga; ntimufate nabi kavamahanga, impfuvyi* canke umupfakazi+. Ntimubagirire ivy’ubukazi+. Ntimusese aha hantu amaraso y’intungane+. 4 Kuko nimwashitsa koko iryo jambo, mu marembo y’iyi nzu hazokwinjirana rero abami bicara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi mu kibanza ciwe+, bagendera mu mikogote no ku mafarasi, umwumwe wese n’abasuku biwe n’abantu biwe+.”’

5 “‘Mugabo nimutagamburuka ayo majambo, ndirahiye koko jewe ubwanje+,’ ni ko Yehova avuze, ‘yuko iyi nzu izoba ikibanza catikijwe+.’

6 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze ku bijanye n’inzu y’umwami wa Yuda: ‘Kuri jewe uri nka Gileyadi, agatwe ka Libani+. Sinzobura kukugira agahinga+; nayo ku bijanye n‘ibisagara, nta na kimwe kizobamwo abantu+. 7 Nzokwereza abahonya+, umwe wese n’ibirwanisho vyiwe+; kandi bazokwicira amasederi yawe mezameza+, bayagwishe mu muriro+. 8 Amahanga menshi azoca koko iruhande y’iki gisagara, abwirane ati: “Kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gisagara gikomeye+?” 9 Maze bazovuga bati: “Ni kubera yuko bataye isezerano rya Yehova Imana yabo+, bagatangura kwunamira izindi mana no kuzikorera+.”’

10 “Ntimuririre uwapfuye+, kandi ntimumwumvire umubabaro. Muririre cane uwugiye, kuko atazosubira kugaruka kandi ntazobona koko igihugu c’incuti ziwe. 11 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze kuri Shalumu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda aganza mu kibanza ca Yosiya se wiwe+, uwasohotse avuye aha hantu, ati: ‘Ntazokwongera kuhagaruka. 12 Kuko ahantu bamujanye ari inyagano ari ho azopfira, kandi ntazokwongera kubona iki gihugu+.’

13 “Aragowe uwubaka inzu yiwe+, mugabo ntayubake mu bugororotsi, n’ivyumba vyiwe vyo hejuru, mugabo ntavyubake mu butungane, akavyubaka akoresheje mugenziwe akorera ubusa, kandi ntamuhe impembo yiwe+; 14 uwuvuga ati: ‘Ngira niyubakire inzu yagutse n’ivyumba vyo hejuru bininibinini+; amadirisha yanje yo kuri yo azokwagurwa, kandi izokwomekwako imbaho z’isederi+, isigwe ibara ritukuriye+.’ 15 Mbega uzobandanya kuganza ngo ni uko uriko urondera kuba agaheta ukoresheje isederi? Nayo so wawe, mbega ntiyariye, akanywa, akongera agashitsa ubutungane n’ubugororotsi+? Ku bw’ivyo, vyaramugendeye neza+. 16 Yaraburanye urubanza rw’umurushwa n’urw’umworo+. Ku bw’ivyo, vyaramugendeye neza. ‘None ukwo ntikwari ukumenya jewe?’ ni ko Yehova avuze. 17 ‘Vy’ukuri amaso yawe n’umutima wawe nta handi biri atari ku nyungu y’akarenganyo yawe+, no ku maraso y’intungane kugira ngo uyasese+, no ku kugunga no ku kunyaga, kugira ngo ubikore.’

18 “Ibi rero ni vyo Yehova avuze kuri Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda: ‘Ntibazomuborogera ngo: “Yoo, mwene wacu! Yoo, mushikanje!” Ntibazomuborogera ngo: “Yoo, databuja! Yoo, teka ryiwe+!” 19 Azohambwa nk’uko bahamba indogobwa y’ingabo+, aburutwe yongere atabwe inyuma y’amarembo ya Yeruzalemu+.’

20 “Duga i Libani+ usemerere, kandi wumvikanishe ijwi ryawe kuri Bashani+. Nusemererere i Abarimu+, kuko abagukunda rwinshi bose bavunaguwe+. 21 Navuganye nawe igihe wari ubayeho ata co winona+. Wavuze uti: ‘Eka singamburuka+.’ Iyo ni yo nzira yawe kuva mu buto bwawe, kuko utagamburutse ijwi ryanje+. 22 Umuyaga uzoragira abungere bawe bose+; nayo abagukunda rwinshi, bazojanwa kugirwa imbohe+. Kuko ico gihe uzomaramara, ugateterwa vy’ukuri kubera ivyago vyawe vyose+. 23 Ewe wewe uba i Libani+, ukaba waritse mu masederi+, ese ukuntu uzoniha vy’ukuri imisonga y’ukwibaruka niyakuzako+, ububabare bw’ibise nk’ubw’umugore ariko yibaruka+!”

24 “‘Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Yehova avuze, ‘naho wewe Koniya+ mwene Yehoyakimu+, umwami wa Yuda, woba uri impeta y’ikidodo+ ku kuboko kwanje kw’iburyo, nohagushikura+! 25 Nzogutanga mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwawe+, no mu kuboko kw’abo utinya, no mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, no mu kuboko kw’Abakaludaya+. 26 Mwe na nyoko+ yakwibarutse nzobaraririza mu kindi gihugu mutavukiyemwo, kandi ni yo muzopfira+. 27 Kandi mu gihugu bazoba bipfuza rwose gusubiramwo, ntibazosubirayo+. 28 Mbega uyu mugabo Koniya+ ni ikibumbano gisuzuguritse, gisabijwe+, canke icombo kidahimbaye+? Kubera iki we n’uruvyaro rwiwe boraririzwa hasi, bagatererwa mu gihugu batamenye+?’

29 “Ewe wa si we, wa si we, wa si we, niwumve ijambo rya Yehova+. 30 Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nimwandike uyu mugabo nk’uwutagira abana+, nk’umuntu w’umugabo atazororanirwa mu misi yiwe; kuko mu ruvyaro rwiwe ata n’umwe azororanirwa+, ngo yicare ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+ ngo yongere kuganza muri Yuda.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika