ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 12
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Daniyeli 12:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 10:13; Yud 9
  • +Yos 5:14; Yes 9:6; Ezk 34:24; Dn 10:21
  • +Zb 110:1; Mt 24:30; Heb 10:13; Ivh 12:7
  • +Rm 2:29; Gl 3:29; 6:16
  • +Mt 24:21
  • +Yes 26:20; Yw 2:31; Mt 24:22; Ivh 7:13
  • +Mal 3:16; Lk 10:20; Heb 12:23; Ivh 3:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2020, rup. 16

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 30

Daniyeli 12:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 5:28; Ivh 20:4
  • +Mt 25:46; Yoh 5:29; 6:40
  • +Img 10:7; Mt 24:51; 25:46

Daniyeli 12:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 11:33; Mt 13:43
  • +1Tm 4:16; Ivh 7:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 23

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 21-23

    15/3/2010, rup. 23

    1/9/2007, rup. 20

Daniyeli 12:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 8:26; Ivh 10:4
  • +Dn 8:17; 12:9
  • +Zb 97:11; Yes 11:9; 58:10; Ivh 22:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 19

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 99

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 92

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 35, 36-37

    Ivyo Yehova agomba, icig. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2012, rup. 3-7

    15/8/2009, rup. 14-16

    1/6/2000, rup. 9

Daniyeli 12:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 10:6, 16
  • +Dn 10:4

Daniyeli 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 10:5
  • +Zb 74:10; Ivh 6:10

Daniyeli 12:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:40; Yb 27:2; Yr 4:2; 12:16; Ivh 10:5
  • +Dn 4:34; Ivh 4:9; 10:6
  • +Dn 7:25; Ivh 11:2; 12:6, 14; 13:5
  • +Dn 8:24; Mt 24:9; Ivh 11:7

Daniyeli 12:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 18:34; Ivk 1:7; 1Pt 1:11
  • +Dn 8:17; 10:14

Daniyeli 12:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 8:26; 12:4

Daniyeli 12:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 51:7; Ezk 36:25
  • +Yes 1:18; Ivh 7:14
  • +Dn 11:35; Mal 3:3
  • +2Tm 3:2, 13
  • +Yes 32:6; Hs 14:9
  • +Zb 111:10; Img 3:4; Dn 11:33; 12:3; 1Yh 5:20

Daniyeli 12:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 8:11; 11:31; Heb 13:15; 1Pt 2:5
  • +Ivh 11:7
  • +Dn 11:31; Mr 13:14

Daniyeli 12:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 1:12; 5:11

Daniyeli 12:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:8
  • +Yoh 11:13; 1Ts 4:13
  • +Zb 45:16; Yoh 11:24; Ivk 17:31; 24:15; Ivh 20:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2017, rup. 7

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2005, rup. 12

    1/6/2000, rup. 17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Dan. 12:1Dn 10:13; Yud 9
Dan. 12:1Yos 5:14; Yes 9:6; Ezk 34:24; Dn 10:21
Dan. 12:1Zb 110:1; Mt 24:30; Heb 10:13; Ivh 12:7
Dan. 12:1Rm 2:29; Gl 3:29; 6:16
Dan. 12:1Mt 24:21
Dan. 12:1Yes 26:20; Yw 2:31; Mt 24:22; Ivh 7:13
Dan. 12:1Mal 3:16; Lk 10:20; Heb 12:23; Ivh 3:5
Dan. 12:2Yoh 5:28; Ivh 20:4
Dan. 12:2Mt 25:46; Yoh 5:29; 6:40
Dan. 12:2Img 10:7; Mt 24:51; 25:46
Dan. 12:3Dn 11:33; Mt 13:43
Dan. 12:31Tm 4:16; Ivh 7:9
Dan. 12:4Dn 8:26; Ivh 10:4
Dan. 12:4Dn 8:17; 12:9
Dan. 12:4Zb 97:11; Yes 11:9; 58:10; Ivh 22:17
Dan. 12:5Dn 10:6, 16
Dan. 12:5Dn 10:4
Dan. 12:6Dn 10:5
Dan. 12:6Zb 74:10; Ivh 6:10
Dan. 12:7Gus 32:40; Yb 27:2; Yr 4:2; 12:16; Ivh 10:5
Dan. 12:7Dn 4:34; Ivh 4:9; 10:6
Dan. 12:7Dn 7:25; Ivh 11:2; 12:6, 14; 13:5
Dan. 12:7Dn 8:24; Mt 24:9; Ivh 11:7
Dan. 12:8Lk 18:34; Ivk 1:7; 1Pt 1:11
Dan. 12:8Dn 8:17; 10:14
Dan. 12:9Dn 8:26; 12:4
Dan. 12:10Zb 51:7; Ezk 36:25
Dan. 12:10Yes 1:18; Ivh 7:14
Dan. 12:10Dn 11:35; Mal 3:3
Dan. 12:102Tm 3:2, 13
Dan. 12:10Yes 32:6; Hs 14:9
Dan. 12:10Zb 111:10; Img 3:4; Dn 11:33; 12:3; 1Yh 5:20
Dan. 12:11Dn 8:11; 11:31; Heb 13:15; 1Pt 2:5
Dan. 12:11Ivh 11:7
Dan. 12:11Dn 11:31; Mr 13:14
Dan. 12:12Yak 1:12; 5:11
Dan. 12:13It 25:8
Dan. 12:13Yoh 11:13; 1Ts 4:13
Dan. 12:13Zb 45:16; Yoh 11:24; Ivk 17:31; 24:15; Ivh 20:12
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha
Daniyeli 12:1-13

Daniyeli

12 “Muri ico gihe Mikaheli+ azohaguruka, wa muganwa ahambaye+ ahagaze+ arwanira abana b’igisata cawe+. Kandi hazoba koko igihe c’amarushwa atari bwigere abaho kuva habaho ihanga gushika ico gihe+. Kandi muri ico gihe abantu bawe bazorokoka+, uwo wese azosangwa yanditswe muri ca gitabu+. 2 Kandi benshi mu basinziriye mu butaka bazokwikangura+, bamwe bikangurire ubuzima bw’igihe kitagira urugero+, abandi na bo bikangurire umugayo n’ukuzinukwa kw’igihe kitagira urugero+.

3 “Kandi abafise ugutahura kwimbitse bazokayangana nk’ukwakaka kw’ikirere+, abazana benshi ku bugororotsi+ na bo bakayangane nk’inyenyeri gushika igihe kitagira urugero, emwe, ibihe bidahera.

4 “Nayo wewe ga Daniyeli, ayo majambo nuyagire akabanga, ico gitabu ukibike nk’ikidomweko ikidodo+, gushika mu gihe c’iherezo+. Benshi bazonyuragira irya n’ino, kandi ubumenyi nyakuri buzogwira+.”

5 Nuko jewe Daniyeli nditegereza, maze ehe abandi babiri bari bahagaze+, umwe ku nkengera y’umugezi hakuno, uwundi na we ku nkengera y’umugezi hakurya+. 6 Maze umwe muri bo abwira wa muntu yambaye impuzu y’ilino+, wa wundi yari hejuru y’amazi y’umugezi, ati: “Hazoca igihe kingana gute gushika kw’iherezo ry’ivyo bintu vy’agatangaza+?” 7 Nuko ntangura kwumva wa muntu yambaye impuzu y’ilino, wa wundi yari hejuru y’amazi y’umugezi, igihe yari adugije ukuryo kwiwe n’ukubamfu kwiwe yerekeza mu majuru akarahira+ Umwe abaho igihe kitagira urugero+, ngo: “Ni ivy’igihe cashinzwe, ibihe vyashinzwe, n’igice+. Kandi ukujanjagura inkomezi z’aberanda nikwamara kurangira+, ivyo vyose bizoshika kw’iherezo ryavyo.”

8 Nayo jewe, ndumva, ariko sinategera+, bituma mvuga nti: “Ewe mukama wanje, mbega ikiringo ca nyuma c’ivyo bintu kizoba ikihe+?”

9 Yongera kuvuga ati: “Genda Daniyeli, kuko aya majambo yagizwe akabanga kandi akabikwa nk’ayadomweko ikidodo gushika mu gihe c’iherezo+. 10 Benshi bazokwihumanura+, biyeze+, batyororwe+. Ababisha bazokorana ububisha koko+, kandi nta mubisha n’umwe azotegera+; ariko abafise ugutahura kwimbitse bazotegera+.

11 “Kandi kuva igihe ca kimazi c’ubudasiba+ kizoba cakuweho+ hagashirwaho ca kintu gisesemye+ giteza ubugesera, hazoca imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo icenda.

12 “Arahiriwe+ uwuguma arindiriye kandi agashika ku misi igihumbi n’amajana atatu na mirongo itatu n’itanu!

13 “Nayo wewe, niwigire ugana kw’iherezo+; uzoruhuka+, mugabo uzohaguruka ngo utorane umugabane wawe mu mpera y’imisi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika