ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 56
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 56:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 21:10

Zaburi 56:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 57:3; 124:2
  • +Zb 27:2; 124:3

Zaburi 56:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 36:3
  • +Zb 3:1; 54:5; Ivk 4:27

Zaburi 56:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 21:12; Zb 18:2

Zaburi 56:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “umubiri.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 56:10; 119:160
  • +Zb 27:1; 56:11; Rm 8:31; Heb 13:6
  • +2Ng 32:8; Zb 118:6

Zaburi 56:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 18:18

Zaburi 56:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:8; 140:2
  • +Zb 37:32; Lk 20:20
  • +Zb 59:3; 71:10

Zaburi 56:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 92:7
  • +Zb 55:15; Yr 18:23

Zaburi 56:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 27:1
  • +Zb 39:12; 126:5
  • +Zb 139:16; Mal 3:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 243-244

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2009, rup. 29

    1/10/2008, rup. 26

    1/6/2006, rup. 11

    1/8/2005, rup. 23-24

Zaburi 56:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:40; 27:2
  • +Yes 8:10; Rm 8:31

Zaburi 56:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:14; Yr 12:3; Yoh 10:38; 17:21
  • +Zb 56:4

Zaburi 56:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:1; Yes 51:7
  • +Yes 51:12

Zaburi 56:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 30:2; Ums 5:4
  • +Zb 50:23

Zaburi 56:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 116:8; 2Kr 1:10
  • +Zb 17:5; 94:18
  • +Yb 3:20; 33:30; Zb 116:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 56:akajambo k’intangamarara1Sm 21:10
Zab. 56:1Zb 57:3; 124:2
Zab. 56:1Zb 27:2; 124:3
Zab. 56:2Ezk 36:3
Zab. 56:2Zb 3:1; 54:5; Ivk 4:27
Zab. 56:31Sm 21:12; Zb 18:2
Zab. 56:4Zb 56:10; 119:160
Zab. 56:4Zb 27:1; 56:11; Rm 8:31; Heb 13:6
Zab. 56:42Ng 32:8; Zb 118:6
Zab. 56:5Yr 18:18
Zab. 56:6Zb 10:8; 140:2
Zab. 56:6Zb 37:32; Lk 20:20
Zab. 56:6Zb 59:3; 71:10
Zab. 56:7Zb 92:7
Zab. 56:7Zb 55:15; Yr 18:23
Zab. 56:81Sm 27:1
Zab. 56:8Zb 39:12; 126:5
Zab. 56:8Zb 139:16; Mal 3:16
Zab. 56:9Zb 18:40; 27:2
Zab. 56:9Yes 8:10; Rm 8:31
Zab. 56:10Yes 45:14; Yr 12:3; Yoh 10:38; 17:21
Zab. 56:10Zb 56:4
Zab. 56:11Zb 27:1; Yes 51:7
Zab. 56:11Yes 51:12
Zab. 56:12Gh 30:2; Ums 5:4
Zab. 56:12Zb 50:23
Zab. 56:13Zb 116:8; 2Kr 1:10
Zab. 56:13Zb 17:5; 94:18
Zab. 56:13Yb 3:20; 33:30; Zb 116:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 56:1-13

Zaburi

Ku muyobozi, ku Numa yihoreye mu ba kure. Ni izaburi ya Dawidi. Mikitamu. Igihe Abafilisitiya bamucakirira i Gati+.

56 Ngirira ubutoni, Mana, kuko umuntu buntu yarondeye kunsūmira n’umunwa+.

Ararwana bukarinda bwira, akaguma ampahaza+.

 2 Abansi banje bagumye barondera kunsūmira n’umunwa burinda bwira+,

Kuko hari benshi bandwanya bihambaza+.

 3 Umusi nzotinya, jeho ni wewe nzokwizigira+.

 4 Nzoshemeza ijambo ry’Imana nunze ubumwe na yo+.

Mu Mana ni ho nashize ivyizigiro vyanje; sinzotinya+.

Umuntu buntu* yongira iki+?

 5 Baguma bagirira nabi ivyanje bukarinda bwira;

Ivyiyumviro vyabo vyose ni ivyo kungirira nabi+.

 6 Baratera, barihisha+,

Bobo baguma bitegereza intambuko zanje+,

Barindiriye ubuzima bwanje+.

 7 Kubera ibibabaza bakora, nubashibure+.

Numanure ibisata vy’abantu washavuye, ewe Mana+!

 8 Ivy’ukuba impunzi kwanje wewe ubwawe warabivuze+.

Nushire amosozi yanje mu mukuza wawe w’urushato+.

Mbega ntari mu gitabu cawe+?

 9 Ico gihe abansi banje bazosubira inyuma, ku musi nzohamagara+;

Ibi ndabizi neza, yuko Imana iri ku ruhande rwanje+.

10 Nzoshemeza ijambo ry’Imana nunze ubumwe na yo+;

Nzoshemeza ijambo rya Yehova nunze ubumwe na we+.

11 Mu Mana ni ho nashize ivyizigiro vyanje. Sinzotinya+.

None umuntu yakuwe mw’ivu yongira iki+?

12 Ewe Mana, kuri jewe hari indagano nakuraganiye+.

Nzoguserurira ugukenguruka+.

13 Kuko warokoye ubuzima bwanje ukabukiza urupfu+—

Mbega ntiwarokoye ikirenge canje ukakirinda gutsitara+?—

Kugira ngo ngendagende imbere y’Imana mu muco w’abazima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika