ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 16
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 16:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 24:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 92-93

Yeremiya 16:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 21:23; 23:29

Yeremiya 16:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 15:2
  • +Yr 22:18; 25:33
  • +Zb 79:3; Yr 7:33; 36:30
  • +Zb 83:10; Yes 5:25; Yr 8:2; 9:22
  • +Yr 14:15; 34:17; Ezk 5:12
  • +Yr 34:20; Ezk 39:17; Ivh 19:17

Yeremiya 16:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 24:16
  • +Gus 31:17; 2Ng 15:6; Yes 27:11; 63:10; Zk 8:10

Yeremiya 16:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 16:4
  • +Lw 19:28; Gus 14:1; Yr 41:5
  • +Yes 22:12

Yeremiya 16:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 24:17; Hs 9:4
  • +Img 31:6

Yeremiya 16:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 7:2

Yeremiya 16:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:7; Yr 7:34; 25:10; Ezk 26:13; Hs 2:11; Ivh 18:23

Yeremiya 16:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:24; Yr 5:19; 13:22; 22:8

Yeremiya 16:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:25; Abc 2:12; Neh 9:26; Yr 2:8; 5:7; 22:9
  • +Yr 8:2; 13:10
  • +Dn 9:11; Am 2:4

Yeremiya 16:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:16; Yr 7:26
  • +Gus 29:19; Abc 2:19; Neh 9:29; Yr 6:28; 7:24; 9:14
  • +1Sm 15:23

Yeremiya 16:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:36; 2Ng 7:20
  • +Yr 15:14; 17:4
  • +Gus 4:28

Yeremiya 16:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:7
  • +Kv 20:2; Gus 15:15; Mik 6:4

Yeremiya 16:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:3; Yr 3:18; 24:6; 30:3; 32:37; Am 9:14

Yeremiya 16:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 4:18
  • +Am 9:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2020, rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 9

Yeremiya 16:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 34:21; Zb 90:8; Img 5:21; 15:3; Yr 32:19; Heb 4:13

Yeremiya 16:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:2; Yr 17:18
  • +Gh 35:33; Zb 106:38
  • +Lw 26:30

Yeremiya 16:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:2; Img 18:10; Yes 25:4; Yr 17:17; Nah 1:7
  • +Yes 2:2; Zk 2:11
  • +Yr 10:14
  • +Yes 44:10; Yr 10:5

Yeremiya 16:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:4; Yes 37:19; Yr 2:11; Ivk 19:26; 1Kr 8:4; Gl 4:8

Yeremiya 16:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 9:16; Rm 9:17
  • +Kv 15:3; Zb 83:18; Yr 33:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 16:2Mt 24:19
Yer. 16:3Lk 21:23; 23:29
Yer. 16:4Yr 15:2
Yer. 16:4Yr 22:18; 25:33
Yer. 16:4Zb 79:3; Yr 7:33; 36:30
Yer. 16:4Zb 83:10; Yes 5:25; Yr 8:2; 9:22
Yer. 16:4Yr 14:15; 34:17; Ezk 5:12
Yer. 16:4Yr 34:20; Ezk 39:17; Ivh 19:17
Yer. 16:5Ezk 24:16
Yer. 16:5Gus 31:17; 2Ng 15:6; Yes 27:11; 63:10; Zk 8:10
Yer. 16:6Yr 16:4
Yer. 16:6Lw 19:28; Gus 14:1; Yr 41:5
Yer. 16:6Yes 22:12
Yer. 16:7Ezk 24:17; Hs 9:4
Yer. 16:7Img 31:6
Yer. 16:8Ums 7:2
Yer. 16:9Yes 24:7; Yr 7:34; 25:10; Ezk 26:13; Hs 2:11; Ivh 18:23
Yer. 16:10Gus 29:24; Yr 5:19; 13:22; 22:8
Yer. 16:11Gus 29:25; Abc 2:12; Neh 9:26; Yr 2:8; 5:7; 22:9
Yer. 16:11Yr 8:2; 13:10
Yer. 16:11Dn 9:11; Am 2:4
Yer. 16:12Neh 9:16; Yr 7:26
Yer. 16:12Gus 29:19; Abc 2:19; Neh 9:29; Yr 6:28; 7:24; 9:14
Yer. 16:121Sm 15:23
Yer. 16:13Gus 28:36; 2Ng 7:20
Yer. 16:13Yr 15:14; 17:4
Yer. 16:13Gus 4:28
Yer. 16:14Yr 23:7
Yer. 16:14Kv 20:2; Gus 15:15; Mik 6:4
Yer. 16:15Gus 30:3; Yr 3:18; 24:6; 30:3; 32:37; Am 9:14
Yer. 16:16Int 4:18
Yer. 16:16Am 9:1
Yer. 16:17Yb 34:21; Zb 90:8; Img 5:21; 15:3; Yr 32:19; Heb 4:13
Yer. 16:18Yes 40:2; Yr 17:18
Yer. 16:18Gh 35:33; Zb 106:38
Yer. 16:18Lw 26:30
Yer. 16:19Zb 18:2; Img 18:10; Yes 25:4; Yr 17:17; Nah 1:7
Yer. 16:19Yes 2:2; Zk 2:11
Yer. 16:19Yr 10:14
Yer. 16:19Yes 44:10; Yr 10:5
Yer. 16:20Zb 115:4; Yes 37:19; Yr 2:11; Ivk 19:26; 1Kr 8:4; Gl 4:8
Yer. 16:21Kv 9:16; Rm 9:17
Yer. 16:21Kv 15:3; Zb 83:18; Yr 33:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 16:1-21

Yeremiya

16 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako riti: 2 “Ntuze wabire umugore, kandi ntuze uvyarire abahungu n’abakobwa aha hantu+. 3 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze ku bijanye n’abahungu no ku bijanye n’abakobwa bavukira aha hantu, no ku bijanye na ba nyina babibaruka no ku bijanye na ba se babavyarira muri iki gihugu+: 4 ‘Bazokwicwa n’indwara+. Ntibazoborogerwa+ canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku butaka+; bazomarwa n’inkota n’ikigoyi+, kandi imivyimba yabo izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’ibikoko vyo kw’isi+.’

5 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Ntiwinjire mu nzu iberamwo inzimano y’abagandaye, ntuje kuboroga kandi ntusangire umubabaro na bo+.’

“‘Kuko nkuye amahoro yanje kuri aba bantu,’ ni ko Yehova avuze, ‘egome, ubuntu bwuzuye urukundo be n’imbabazi+. 6 Kandi bazopfira koko muri iki gihugu, abakuru n’abato. Ntibazohambwa+, kandi abantu ntibazokwikubitagura kubera bo, eka nta n’uwuzokwikebagura+ canke ngo yiharanguze kubera bo+. 7 Ntibazobaha umukate ku bw’ikigandaro, kugira ngo bahoze umuntu ku bijanye n’uwapfuye+; eka kandi ntibazobaha igikombe c’ukwirurwa ngo banywe ku bwa se w’umuntu no ku bwa nyina w’umuntu+. 8 Ntuze winjire mu nzu y’inzimano kugira wicarane na bo, ngo urye wongere unywe+.’

9 “Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Ehe ngira nkure aha hantu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni, ndabigire mu maso yanyu no mu misi yanyu+.’

10 “Kandi niwabwira aba bantu ayo majambo yose, maze bakakubwira koko bati: ‘Kubera iki Yehova yatuvuzeko ivyo vyago vyose bikomeye, kandi ikosa ryacu ni irihe, vyongeye, igicumuro cacu twacumuye kuri Yehova Imana yacu ni ikihe+?’, 11 uze ubabwire rero uti: ‘“Ni kubera yuko ba so bampevye+,” ni ko Yehova avuze, “bakaguma bakurikira izindi mana, bazikorera bongera bazunamira+. Mugabo jewe barampevye, kandi itegeko ryanje ntibarigumije+. 12 Kandi mwebwe mu bikorwa vyanyu, mwakoze nabi kurusha ba so+, kandi ehe umwe wese ariko akurikira akagagazo+ k’umutima wiwe mubi, mu kutangamburukira+. 13 Nzobakura muri iki gihugu+ ndabararirize mu gihugu mutamenye+, yaba mwebwe canke ba so, kandi ng’aho muzobwirizwa gukorera izindi mana+ umurango n’ijoro, kuko ntazobagirira ubutoni.”’

14 “‘Ku bw’ivyo, ehe imisi iraje+,’ ni ko Yehova avuze, ‘aho bitazosubira kuvugwa ngo: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova yaduganye bene Isirayeli abakuye mu gihugu ca Misiri+!”, 15 mugabo bizovugwa ngo: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova yaduganye bene Isirayeli abakuye mu gihugu co mu buraruko no mu bihugu vyose yari yarabashwiragirijemwo!”, kandi nzobagarukana koko ku butaka bwabo, ubwo nahaye ba sekuruza babo+.’

16 “‘Ehe ngira ntumeko abarovyi benshi,’ ni ko Yehova avuze, ‘na bo bazobaroba koko; hanyuma nzotumako abahigi benshi+, na bo bazobahiga koko ku musozi umwumwe wose, no ku murambi umwumwe wose, no mu migaga y’urutare+. 17 Kuko amaso yanje ari ku nzira zabo zose. Ntibahishijwe ngo sindababone, eka n’ikosa ryabo ntirinyegejwe amaso yanje+. 18 Kandi imbere ya vyose, nzoriha urugero rwuzuye rw’ikosa+ ryabo n’urw’igicumuro cabo, kuko bahumanije igihugu canje+. Intoranwa yanje bayujuje ibintu vyabo bisesemye n’ibintu vyabo biteye ishishi bitagira ubuzima+.’”

19 Ewe Yehova nkomezi zanje n’igihome canje gikomeye, buhungiro bwanje ku musi w’amarushwa+, amahanga azoza kuri wewe avuye ku mpera z’isi+, avuge ati: “Vy’ukuri ba sogokuruza bacu batunze ikinyoma gusa+, ivy’ubusa be n’ibintu ata kamaro vyarimwo+.” 20 Mbega umuntu yakuwe mw’ivu yoshobora kwihingurira imana kandi zino atari imana+?

21 “Ku bw’ivyo, ehe ngira ndabamenyeshe; ubu rero nzobamenyesha ukuboko kwanje n’ubushobozi bwanje+, kandi bazomenya koko yuko izina ryanje ari Yehova+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika