ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 44
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 44:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:37

Zaburi 44:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 13:14; Abc 6:13; Zb 78:3
  • +Yes 38:19
  • +Gh 21:14

Zaburi 44:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:1; Zb 78:55; 105:44
  • +Kv 15:17; Zb 80:8
  • +Yos 10:11; 24:12; Zb 135:10; 136:17

Zaburi 44:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:38; 8:17
  • +1Sm 12:22
  • +Yes 63:12
  • +Gus 7:8

Zaburi 44:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 24:10; 74:12; Yes 33:22
  • +Zb 53:6

Zaburi 44:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:39; Fp 4:13
  • +Zb 60:12

Zaburi 44:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 20:7; 33:16
  • +1Sm 17:45; Hs 1:7

Zaburi 44:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 24:8
  • +Zb 40:14; 132:18

Zaburi 44:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:2
  • +Zb 115:1

Zaburi 44:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 43:2; 74:1
  • +Zb 60:10

Zaburi 44:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:25; Yos 7:8; 1Sm 31:1
  • +Zb 89:41; Yr 15:13

Zaburi 44:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:176; Rm 8:36
  • +Gus 28:64

Zaburi 44:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:30; Yes 52:3

Zaburi 44:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 79:4; 80:6
  • +Zb 123:4

Zaburi 44:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:37; 2Ng 7:20; Yr 24:9
  • +Int 2:15

Zaburi 44:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:51

Zaburi 44:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 8:2

Zaburi 44:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:12
  • +Kv 34:10

Zaburi 44:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 3:12
  • +Yb 23:11; Zb 119:157

Zaburi 44:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:13; 35:7
  • +Zb 23:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 8

Zaburi 44:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:3

Zaburi 44:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:1; Yr 17:10
  • +Ums 12:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 36

Zaburi 44:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 79:2; Rm 8:36

Zaburi 44:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 7:6; 78:65
  • +Yb 13:24; Zb 13:1; 88:14

Zaburi 44:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:27

Zaburi 44:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:25; Yes 51:23

Zaburi 44:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:20
  • +Zb 26:11; 130:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 44:akajambo k’intangamarara1Ng 6:37
Zab. 44:1Kv 13:14; Abc 6:13; Zb 78:3
Zab. 44:1Yes 38:19
Zab. 44:1Gh 21:14
Zab. 44:2Gus 7:1; Zb 78:55; 105:44
Zab. 44:2Kv 15:17; Zb 80:8
Zab. 44:2Yos 10:11; 24:12; Zb 135:10; 136:17
Zab. 44:3Gus 4:38; 8:17
Zab. 44:31Sm 12:22
Zab. 44:3Yes 63:12
Zab. 44:3Gus 7:8
Zab. 44:4Zb 24:10; 74:12; Yes 33:22
Zab. 44:4Zb 53:6
Zab. 44:5Zb 18:39; Fp 4:13
Zab. 44:5Zb 60:12
Zab. 44:6Zb 20:7; 33:16
Zab. 44:61Sm 17:45; Hs 1:7
Zab. 44:7Yos 24:8
Zab. 44:7Zb 40:14; 132:18
Zab. 44:8Zb 34:2
Zab. 44:8Zb 115:1
Zab. 44:9Zb 43:2; 74:1
Zab. 44:9Zb 60:10
Zab. 44:10Gus 28:25; Yos 7:8; 1Sm 31:1
Zab. 44:10Zb 89:41; Yr 15:13
Zab. 44:11Zb 119:176; Rm 8:36
Zab. 44:11Gus 28:64
Zab. 44:12Gus 32:30; Yes 52:3
Zab. 44:13Zb 79:4; 80:6
Zab. 44:13Zb 123:4
Zab. 44:14Gus 28:37; 2Ng 7:20; Yr 24:9
Zab. 44:14Int 2:15
Zab. 44:15Yr 51:51
Zab. 44:16Zb 8:2
Zab. 44:17Gus 6:12
Zab. 44:17Kv 34:10
Zab. 44:18Heb 3:12
Zab. 44:18Yb 23:11; Zb 119:157
Zab. 44:19Yes 34:13; 35:7
Zab. 44:19Zb 23:4
Zab. 44:20Kv 20:3
Zab. 44:21Zb 139:1; Yr 17:10
Zab. 44:21Ums 12:14
Zab. 44:22Zb 79:2; Rm 8:36
Zab. 44:23Zb 7:6; 78:65
Zab. 44:23Yb 13:24; Zb 13:1; 88:14
Zab. 44:24Yes 40:27
Zab. 44:25Zb 119:25; Yes 51:23
Zab. 44:26Zb 33:20
Zab. 44:26Zb 26:11; 130:7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 44:1-26

Zaburi

Ku muyobozi. Ni izaburi ya bene Kora+. Masikili.

44 Ewe Mana, twarumvise n’amatwi yacu,

Ba sogokuruza bacu baratudondeye+

Igikorwa wakoze mu misi yabo+,

Mu misi ya kera+.

 2 Wewe ubwawe warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,

Uraheza ubateragira mu kibanza cayo+.

Wavunaguye imiryango y’amahanga, urayihinda+.

 3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,

Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.

Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,

Kubera ko wahimbawe na bo+.

 4 Ni wewe Mwami wanje, ewe Mana yanje+.

Tegeka habe ubukiriro buhambaye kuri Yakobo+.

 5 Tubikesheje wewe, tuzosunika abarwanizi bacu+;

Mw’izina ryawe tuzohonyangira hasi abadukurira hasi+.

 6 Kuko umuheto wanje atari wo nagumye nizigiye+,

Kandi inkota yanje si yo yankiza+.

 7 Kuko wadukijije abarwanizi bacu+,

Abatwanka urunuka na bo ukabamaramaza+.

 8 Tuzoshikanira Imana amashemezo burinde bwira+,

Kandi izina ryawe tuzorihaya gushika igihe kitagira urugero+. Sela.

 9 Ariko ubu waradushibuye kandi uguma udutetereza+,

Kandi ntujana n’ingabo zacu+.

10 Uguma utuma dusubira inyuma imbere y’umurwanizi+,

Kandi abatwanka urunuka barisahuriye ibintu+.

11 Udutanga nk’intama, nk’ikintu co kurya+,

Kandi wadusanzaje mu mahanga+.

12 Ugurisha abantu bawe ku bitagira agaciro namba+,

Kandi nta butunzi wakuye ku kiguzi cabo.

13 Wadushiriyeho kuba iceyi ku babanyi bacu+,

Agatwengo be n’akamenyo ku badukikije+.

14 Watugize iciro ry’umugani mu mahanga+,

Abo kuzungiriza umutwe mu miryango y’amahanga+.

15 Uguteterwa kwanje kwama imbere yanje bukarinda bwira,

Kandi ibimaramare vyo mu maso hanje vyampfutse+,

16 Bivuye kw’ijwi ry’uwusigana iceyi kandi agatukana,

Kubera umwansi be n’uwihora+.

17 Ivyo vyose ni vyo vyatujeko, natwe ntitwakwibagiye+,

Kandi ntitwakoranye ikinyoma mw’isezerano ryawe+.

18 Umutima wacu ntiwahemutse ngo usubire inyuma+,

Eka n’amakanda yacu ntakevya ngo ate umunyuro wawe+.

19 Kuko watujanjaguriye ahantu h’imbwebwe+,

Ukadupfuka igitutu kizitanye+.

20 Nimba twaribagiye izina ry’Imana yacu,

Canke tugasanzira ibiganza vyacu imana y’ahandi+,

21 Mbega Imana ubwayo ivyo ntizobiserangura+?

Kuko izi amabanga y’umutima+.

22 Mugabo twiriwe turicwa duhorwa wewe;

Twabonywe nk’intama zo gukererwa+.

23 Vyuka! Kubera iki uguma usinziriye ga Yehova+?

Ikangure! Ntugume udushibura ibihe bidahera+.

24 Kubera iki uguma uhishije mu maso hawe?

Kubera iki wibagira amarushwa yacu n’agahahazo turimwo+?

25 Kuko umutima wacu wajondamye gushika ku mukungugu+;

Inda yacu yamatanye n’isi.

26 Haguruka udufashe+,

Uducungure ku bw’ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika