ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 5
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Daniyeli 5:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 5:9; 7:1; 8:1
  • +Yes 21:5; Yr 51:39

Daniyeli 5:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 20:1; 31:4
  • +2Bm 25:15; 2Ng 36:18; Ezr 1:7; Yr 27:16; 52:19; Dn 1:2
  • +Img 11:2

Daniyeli 5:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:4; 135:15; Ivk 17:29; Ivh 9:20

Daniyeli 5:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 5:24

Daniyeli 5:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:15
  • +Zb 69:23; Yes 21:3
  • +Ezk 7:17; Nah 2:10

Daniyeli 5:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:8; Dn 2:2; 4:6
  • +It 41:42; 1Sm 17:25
  • +Dn 2:6, 48; 6:2

Daniyeli 5:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:8; Dn 2:27; 4:7

Daniyeli 5:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:7

Daniyeli 5:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 3:9

Daniyeli 5:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:47; 4:8, 18
  • +Dn 2:48; 4:9

Daniyeli 5:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 1:17; 6:3
  • +1Bm 4:30; Dn 5:16
  • +Dn 1:7; 4:8

Daniyeli 5:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 1:6; 2:25; 6:13
  • +2Bm 24:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 14

Daniyeli 5:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 1:17; 2:23; 4:9
  • +Img 2:6; Dn 1:20

Daniyeli 5:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 47:12; Dn 2:10; 5:8

Daniyeli 5:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 40:8; Dn 2:28
  • +Dn 2:6; 5:7

Daniyeli 5:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 8:15
  • +Zb 119:46

Daniyeli 5:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 47:2; 83:18; 92:8; Dn 4:17
  • +Dn 5:11
  • +Dn 2:37, 38

Daniyeli 5:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:9; Dn 3:4; 4:22
  • +Img 16:14; Dn 2:12; 3:6, 29

Daniyeli 5:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:5; Yes 14:13; Dn 4:30; Mik 6:8
  • +Yes 47:1

Daniyeli 5:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 4:25, 32
  • +Dn 4:33
  • +Yb 34:24; Zb 83:18; Ezk 17:24; Dn 4:17, 35

Daniyeli 5:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 5:11, 18
  • +Mt 23:12
  • +Lk 12:47; Yak 4:17

Daniyeli 5:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 37:23; Yr 50:29
  • +Dn 5:3
  • +Yes 37:19; Ivk 17:29
  • +Gus 32:21; Zb 115:5; 135:17; Yes 46:7; 1Kr 8:4
  • +Zb 104:29; Yes 42:5; Ivk 17:25
  • +Img 20:24; Yr 10:23
  • +Rm 1:21

Daniyeli 5:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 5:5

Daniyeli 5:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:11; Yr 25:12; 27:7; 50:1; 51:11

Daniyeli 5:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 31:6; Rm 2:6; 1Kr 3:13; Kl 3:25

Daniyeli 5:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 1:1; Yes 21:2; 45:1; Yr 50:9; Dn 6:28; 9:1

Daniyeli 5:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:2; Dn 5:7, 16

Daniyeli 5:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 21:9; Yr 51:8, 31, 39, 57

Daniyeli 5:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 6:1; 9:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Dan. 5:1Dn 5:9; 7:1; 8:1
Dan. 5:1Yes 21:5; Yr 51:39
Dan. 5:2Img 20:1; 31:4
Dan. 5:22Bm 25:15; 2Ng 36:18; Ezr 1:7; Yr 27:16; 52:19; Dn 1:2
Dan. 5:2Img 11:2
Dan. 5:4Zb 115:4; 135:15; Ivk 17:29; Ivh 9:20
Dan. 5:5Dn 5:24
Dan. 5:6Zb 102:15
Dan. 5:6Zb 69:23; Yes 21:3
Dan. 5:6Ezk 7:17; Nah 2:10
Dan. 5:7It 41:8; Dn 2:2; 4:6
Dan. 5:7It 41:42; 1Sm 17:25
Dan. 5:7Dn 2:6, 48; 6:2
Dan. 5:8It 41:8; Dn 2:27; 4:7
Dan. 5:9Yes 13:7
Dan. 5:10Dn 3:9
Dan. 5:11Dn 2:47; 4:8, 18
Dan. 5:11Dn 2:48; 4:9
Dan. 5:12Dn 1:17; 6:3
Dan. 5:121Bm 4:30; Dn 5:16
Dan. 5:12Dn 1:7; 4:8
Dan. 5:13Dn 1:6; 2:25; 6:13
Dan. 5:132Bm 24:14
Dan. 5:14Dn 1:17; 2:23; 4:9
Dan. 5:14Img 2:6; Dn 1:20
Dan. 5:15Yes 47:12; Dn 2:10; 5:8
Dan. 5:16It 40:8; Dn 2:28
Dan. 5:16Dn 2:6; 5:7
Dan. 5:17Est 8:15
Dan. 5:17Zb 119:46
Dan. 5:18Zb 47:2; 83:18; 92:8; Dn 4:17
Dan. 5:18Dn 5:11
Dan. 5:18Dn 2:37, 38
Dan. 5:19Yr 25:9; Dn 3:4; 4:22
Dan. 5:19Img 16:14; Dn 2:12; 3:6, 29
Dan. 5:20Img 16:5; Yes 14:13; Dn 4:30; Mik 6:8
Dan. 5:20Yes 47:1
Dan. 5:21Dn 4:25, 32
Dan. 5:21Dn 4:33
Dan. 5:21Yb 34:24; Zb 83:18; Ezk 17:24; Dn 4:17, 35
Dan. 5:22Dn 5:11, 18
Dan. 5:22Mt 23:12
Dan. 5:22Lk 12:47; Yak 4:17
Dan. 5:23Yes 37:23; Yr 50:29
Dan. 5:23Dn 5:3
Dan. 5:23Yes 37:19; Ivk 17:29
Dan. 5:23Gus 32:21; Zb 115:5; 135:17; Yes 46:7; 1Kr 8:4
Dan. 5:23Zb 104:29; Yes 42:5; Ivk 17:25
Dan. 5:23Img 20:24; Yr 10:23
Dan. 5:23Rm 1:21
Dan. 5:24Dn 5:5
Dan. 5:26Yes 13:11; Yr 25:12; 27:7; 50:1; 51:11
Dan. 5:27Yb 31:6; Rm 2:6; 1Kr 3:13; Kl 3:25
Dan. 5:28Ezr 1:1; Yes 21:2; 45:1; Yr 50:9; Dn 6:28; 9:1
Dan. 5:29Yes 14:2; Dn 5:7, 16
Dan. 5:30Yes 21:9; Yr 51:8, 31, 39, 57
Dan. 5:31Dn 6:1; 9:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha
Daniyeli 5:1-31

Daniyeli

5 Nayo Belushazari+ umwami, ategurira inzimano ihambaye abantu igihumbi mu bakomakomeye biwe, anywera umuvinyu imbere y’abo bantu igihumbi+. 2 Belushazari, abitumwe n’uwo muvinyu+, avuga ko bazana ivyombo vy’inzahabu n’ivy’ifeza+ Nebukadinezari se wiwe yari yatwaye abikuye mu rusengero rwari i Yeruzalemu, kugira ngo umwami n’abakomakomeye biwe, incoreke ziwe be n’abagore biwe batoyi babinyweremwo+. 3 Uwo mwanya bazana nya vyombo vy’inzahabu bari batwaye babikuye mu rusengero rw’inzu y’Imana rwari i Yeruzalemu, hanyuma umwami n’abakomakomeye biwe, incoreke ziwe be n’abagore biwe batoyi babinyweramwo. 4 Binywera umuvinyu, bashemeza imana z’inzahabu, n’iz’ifeza, n’iz’umujumpu, n’iz’icuma, n’iz’ibiti be n’iz’amabuye+.

5 Ako kanya haseruka intoke z’ukuboko kw’umuntu, zandika imbere y’igitereko c’amatara, kw’iripu y’uruhome rw’ikirimba c’umwami+, umwami abona umugongo wa nya kuboko kwariko kurandika. 6 Uwo mwanya, umwami mu maso hiwe harahinduka, ivyiyumviro vyiwe bitangura kumutera ubwoba+, ingingo z’amafyinga yiwe ziratana+, amavi yiwe na yo arakomangana+.

7 Umwami asemerera n’ijwi rirenga ngo bazane abahamagara imizimu, Abakaludaya be n’abaragurira ku nyenyeri+. Umwami abwira inkerebutsi z’i Babiloni ati: “Uwuza gusoma iyi nyandiko kandi akanyereka insobanuro yayo, arambikwa impuzu y’umuyugubwe+, n’urunigi rw’inzahabu mw’izosi, kandi azoganza ari uwugira gatatu mu bwami+.”

8 Uwo mwanya inkerebutsi zose z’umwami ziraza, mugabo ntizashobora gusoma iyo nyandiko canke kumenyesha umwami insobanuro yayo+. 9 Ku bw’ivyo Umwami Belushazari agira ubwoba bwinshi cane, mu maso hiwe harahinduka, abakomakomeye biwe na bo baguma bazazaniwe+.

10 Umwamikazi na we, kubera amajambo y’umwami n’abakomakomeye biwe, aca yinjira marimari no muri nya kibanza c’inzimano. Umwamikazi avuga ati: “Ewe mwami, uragahoraho mbere gushika ibihe bitagira urugero+. Ivyiyumviro vyawe ntibigutere ubwoba, canke ngo mu maso hawe hahinduke. 11 Mu bwami bwawe hariho umuntu abishoboye arimwo impwemu y’imana z’inyeranda+; kandi mu misi ya so wawe, umuco n’ugutahura kwimbitse n’ubukerebutsi bumeze nk’ubukerebutsi bw’imana vyabonetse muri we, kandi Umwami Nebukadinezari so wawe yamugize umukuru+ w’abaherezi b’abanyamageza, abahamagara imizimu, Abakaludaya be n’abaragurira ku nyenyeri, so wawe nyene, mwami; 12 kuko impwemu y’akataraboneka, n’ubumenyi, n’ugutahura kwimbitse mu vyo gusobanura indoto+, n’ugusobanura ubupfindo be n’ubuhanga bwo gupfundurura amapfundo vyari vyabonetse muri we+, muri Daniyeli, uwo umwami ubwiwe yise Beluteshazari+. None rero, nibahamagare Daniyeli, yerekane insobanuro.”

13 Nuko Daniyeli bamuzana imbere y’umwami. Umwami afata ijambo, abwira Daniyeli ati: “Mbega ni wewe Daniyeli wo mu bagizwe inyagano ba Yuda+ umwami dawe yakuye muri Yuda+? 14 Numvise kandi ku bikwerekeye yuko impwemu ya za mana iri muri wewe+, kandi ko umuco n’ugutahura kwimbitse n’ubukerebutsi+ bw’akataraboneka vyabonetse muri wewe. 15 Bazanye rero imbere yanje inkerebutsi be n’abahamagara imizimu, ngo basome iyi nyandiko, mbere ngo bamenyeshe insobanuro yayo; mugabo kwerekana insobanuro y’iryo jambo nta vyo bashoboye+. 16 Kandi ubwanje numvise ku bikwerekeye yuko ushoboye gutanga insobanuro+ no gupfundurura amapfundo. Nimba rero ushoboye gusoma iyo nyandiko no kumenyesha insobanuro yayo, urambikwa impuzu y’umuyugubwe, n’urunigi rw’inzahabu mw’izosi, kandi uganze uri uwugira gatatu mu bwami+.”

17 Uwo mwanya Daniyeli arishura, avugira imbere y’umwami ati: “Ingabirano zawe nizigume ari rwawe, impano zawe na zo uzihe abandi+. Ariko ndasomera umwami iyo nyandiko, n’insobanuro ndayimumenyeshe+. 18 Wewe ga mwami, Imana Musumbavyose+ yahaye Nebukadinezari so+ wawe ubwami, imugira uwuhambaye, imuha iteka n’ubukuru+. 19 Kubera ko yamugize uwuhambaye, ibisata vyose vy’abantu, imiryango yose y’amahanga n’indimi zose vyarajugumira, bigatinya imbere yiwe+. Uwo ashaka kwica yaramwica; uwo ashaka kumangura yaramumangura; uwo ashaka gushira hejuru yaramushira hejuru; kandi uwo ashaka gutetereza yaramutetereza+. 20 Ariko igihe umutima wiwe wagira ubwibone, n’impwemu yiwe igakomantara, agakorana ukwita imbere+, yarakuwe ku ntebe y’ubwami bwiwe, yakwa n’iteka ryiwe+. 21 Yarirukanywe mu bana b’abantu, umutima wiwe ugirwa nk’uw’igikoko, abana n’indogobwa zo mw’ishamba+. Ibimera ni vyo bamuha ngo arishe nk’amashūri, umubiri wiwe ugatoteshwa n’ikime co mu majuru+, gushika amenye yuko Imana Musumbavyose ari yo Mutware mu bwami bw’abantu, be n’uko uwo ishaka ari we ishiraho ngo abuganze+.

22 “Nayo wewe muhungu wiwe Belushazari+, ntiwacishije bugufi umutima wawe+, naho ivyo vyose wabimenye+. 23 Mugabo wishize hejuru wihambaza ku Mukama w’amajuru+, bazana imbere yawe ivyombo vyo mu nzu yiwe+; hanyuma wewe n’abakomakomeye bawe, incoreke zawe n’abagore bawe batoyi mubinyweramwo, ushemeza imana z’ifeza, n’iz’inzahabu, n’iz’umujumpu, n’iz’icuma, n’iz’ibiti be n’iz’amabuye+, ata co zibona canke ngo zumve canke ngo zimenye+; mugabo ya Mana ifise impemu zawe mu kuboko kwayo+, ikagaba n’inzira zawe zose+, ntiwayininahaje+. 24 Nuko rero umugongo w’ukuboko urungikwa uvuye imbere yayo, iyo nyandiko irandikwa+. 25 Iyi rero ni yo nyandiko yanditswe: MENE, MENE, TEKELI na PARSINI.

26 “Insobanuro y’iryo jambo ni iyi: MENE: Imana yaharūye imisi y’ubwami bwawe iraburangiza+.

27 “TEKELI: Wagezwe ku munzane maze uboneka ko uhajije+.

28 “PERESI: Ubwami bwawe bwagabuwe buhabwa Abamedi n’Abaperesi+.”

29 Uwo mwanya Belushazari atanga itegeko, bambika Daniyeli impuzu y’umuyugubwe, n’urunigi rw’inzahabu mw’izosi; batangaza ku bimwerekeye yuko agiye kuba umutware agira gatatu mu bwami+.

30 Muri iryo joro nyene, Belushazari umwami w’Umukaludaya aricwa+, 31 maze Dariyo+ Umumedi aronka ubwami, afise imyaka nka mirongo itandatu n’ibiri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika