ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 31
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 31:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:33; Ums 4:4

Itanguriro 31:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:27; 1Sm 18:9

Itanguriro 31:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:15; 32:9; 35:27
  • +Yes 41:10; Rm 8:31; Heb 13:5

Itanguriro 31:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:27
  • +It 48:15

Itanguriro 31:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:29; Ef 6:8; Kl 3:23

Itanguriro 31:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:28; Ums 8:12; Yes 54:17; 1Pt 3:13

Itanguriro 31:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:32

Itanguriro 31:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 13:22

Itanguriro 31:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 12:6
  • +It 30:39

Itanguriro 31:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:8

Itanguriro 31:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 29:25; 31:39; Gus 24:15

Itanguriro 31:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:8; 35:15
  • +It 28:18; 35:14
  • +It 28:22; Gus 23:21; Ums 5:4
  • +It 37:1

Itanguriro 31:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 27:4

Itanguriro 31:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:41; Hs 12:12

Itanguriro 31:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:1
  • +It 31:3; 32:9; Zb 45:10

Itanguriro 31:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 33:13

Itanguriro 31:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:43
  • +It 35:27

Itanguriro 31:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:14, 30; 35:2; Yos 24:2; Ezk 21:21; Zk 10:2

Itanguriro 31:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “yerekeza mu maso hiwe.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:18
  • +Gh 32:1

Itanguriro 31:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:2

Itanguriro 31:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:20; Gus 26:5; Hs 12:12
  • +It 20:3; Mt 27:19
  • +It 24:50; Gh 24:13; Zb 105:15

Itanguriro 31:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:24

Itanguriro 31:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 98:5
  • +Kv 15:20; Yb 21:12; Zb 149:3

Itanguriro 31:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:55

Itanguriro 31:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 52:1; Yoh 19:10
  • +It 31:7, 24; Ivk 5:39

Itanguriro 31:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:19; 35:2; Abc 18:24; Yes 37:12; Ivk 19:26; 1Kr 10:14

Itanguriro 31:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:43

Itanguriro 31:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 44:9
  • +It 30:33
  • +It 31:19

Itanguriro 31:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 46:18, 25

Itanguriro 31:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:12; Lw 19:3; Ef 6:2
  • +Lw 15:19; Ezk 22:10
  • +It 31:19; 2Bm 23:24; Zk 10:2

Itanguriro 31:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:2; Img 19:11; Ef 4:26
  • +1Sm 24:11; Zb 59:3
  • +Int 4:19

Itanguriro 31:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:8
  • +It 13:8
  • +1Sm 12:3; 1Tm 5:19

Itanguriro 31:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:27; Yb 21:10

Itanguriro 31:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:13; 1Sm 17:34
  • +Img 29:7; Int 3:36

Itanguriro 31:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 47:9; Kl 3:23

Itanguriro 31:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:7

Itanguriro 31:42

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “Bwoba bwa Izahaki.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:13; 31:29
  • +It 31:53; Yes 8:13
  • +It 31:24; Zb 31:7

Itanguriro 31:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 26:28; Gl 3:15
  • +It 21:30; Yos 22:27; 3Yh 12

Itanguriro 31:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:18

Itanguriro 31:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 4:7, 20; 24:26

Itanguriro 31:48

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    4/2020, rup. 4

Itanguriro 31:49

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 16:9; Img 5:21; 15:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    4/2020, rup. 4

Itanguriro 31:50

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mal 2:15; Kl 3:19
  • +Abc 11:10; 1Sm 12:5; Mal 2:14

Itanguriro 31:52

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:45
  • +Yos 4:6

Itanguriro 31:53

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “arahira Bwoba bwa se Izahaki.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:7; Lk 20:37
  • +Yos 24:2
  • +It 31:42

Itanguriro 31:54

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:5; Zb 104:15

Itanguriro 31:55

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:28
  • +It 24:60
  • +It 27:43; 28:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 31:1It 30:33; Ums 4:4
Ita. 31:2It 30:27; 1Sm 18:9
Ita. 31:3It 28:15; 32:9; 35:27
Ita. 31:3Yes 41:10; Rm 8:31; Heb 13:5
Ita. 31:5It 30:27
Ita. 31:5It 48:15
Ita. 31:6It 30:29; Ef 6:8; Kl 3:23
Ita. 31:7Zb 37:28; Ums 8:12; Yes 54:17; 1Pt 3:13
Ita. 31:8It 30:32
Ita. 31:9Img 13:22
Ita. 31:10Gh 12:6
Ita. 31:10It 30:39
Ita. 31:11Yes 6:8
Ita. 31:12It 29:25; 31:39; Gus 24:15
Ita. 31:13It 12:8; 35:15
Ita. 31:13It 28:18; 35:14
Ita. 31:13It 28:22; Gus 23:21; Ums 5:4
Ita. 31:13It 37:1
Ita. 31:14Gh 27:4
Ita. 31:15It 31:41; Hs 12:12
Ita. 31:16It 31:1
Ita. 31:16It 31:3; 32:9; Zb 45:10
Ita. 31:17It 33:13
Ita. 31:18It 30:43
Ita. 31:18It 35:27
Ita. 31:19It 31:14, 30; 35:2; Yos 24:2; Ezk 21:21; Zk 10:2
Ita. 31:21It 15:18
Ita. 31:21Gh 32:1
Ita. 31:23Zb 10:2
Ita. 31:24It 25:20; Gus 26:5; Hs 12:12
Ita. 31:24It 20:3; Mt 27:19
Ita. 31:24It 24:50; Gh 24:13; Zb 105:15
Ita. 31:26It 2:24
Ita. 31:27Zb 98:5
Ita. 31:27Kv 15:20; Yb 21:12; Zb 149:3
Ita. 31:28It 31:55
Ita. 31:29Zb 52:1; Yoh 19:10
Ita. 31:29It 31:7, 24; Ivk 5:39
Ita. 31:30It 31:19; 35:2; Abc 18:24; Yes 37:12; Ivk 19:26; 1Kr 10:14
Ita. 31:31It 31:43
Ita. 31:32It 44:9
Ita. 31:32It 30:33
Ita. 31:32It 31:19
Ita. 31:33It 46:18, 25
Ita. 31:35It 18:12; Lw 19:3; Ef 6:2
Ita. 31:35Lw 15:19; Ezk 22:10
Ita. 31:35It 31:19; 2Bm 23:24; Zk 10:2
Ita. 31:36It 30:2; Img 19:11; Ef 4:26
Ita. 31:361Sm 24:11; Zb 59:3
Ita. 31:36Int 4:19
Ita. 31:37Kv 22:8
Ita. 31:37It 13:8
Ita. 31:371Sm 12:3; 1Tm 5:19
Ita. 31:38It 30:27; Yb 21:10
Ita. 31:39Kv 22:13; 1Sm 17:34
Ita. 31:39Img 29:7; Int 3:36
Ita. 31:40It 47:9; Kl 3:23
Ita. 31:41It 31:7
Ita. 31:42It 28:13; 31:29
Ita. 31:42It 31:53; Yes 8:13
Ita. 31:42It 31:24; Zb 31:7
Ita. 31:44It 26:28; Gl 3:15
Ita. 31:44It 21:30; Yos 22:27; 3Yh 12
Ita. 31:45It 28:18
Ita. 31:46Yos 4:7, 20; 24:26
Ita. 31:48It 31:23
Ita. 31:492Ng 16:9; Img 5:21; 15:3
Ita. 31:50Mal 2:15; Kl 3:19
Ita. 31:50Abc 11:10; 1Sm 12:5; Mal 2:14
Ita. 31:52It 31:45
Ita. 31:52Yos 4:6
Ita. 31:53It 17:7; Lk 20:37
Ita. 31:53Yos 24:2
Ita. 31:53It 31:42
Ita. 31:54It 18:5; Zb 104:15
Ita. 31:55It 31:28
Ita. 31:55It 24:60
Ita. 31:55It 27:43; 28:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
  • 47
  • 48
  • 49
  • 50
  • 51
  • 52
  • 53
  • 54
  • 55
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 31:1-55

Itanguriro

31 Mu nyuma Yakobo yumva amajambo ya bene Labani ngo: “Yakobo yatwaye ikintu cose cari ica data; kandi ubu butunzi bwose yaburundanije abukuye ku vyari ivya data+.” 2 Yakobo aravye mu maso ha Labani, yabona ko atakimuraba ryiza nka kera+. 3 Amaherezo Yehova abwira Yakobo ati: “Subira mu gihugu ca ba so no ku ncuti zawe+, nanje nzogumana nawe+.” 4 Nuko Yakobo atuma guhamagara Rasheli na Leya ngo baze mu gahinga aho umukuku wiwe uri, 5 araheza ababwira ati:

“Ndabona mu maso ha so, yuko atakimereye nka kera+; mugabo Imana ya dawe yabaye kumwe nanje+. 6 Namwe ubwanyu murazi neza yuko nakoreye so n’inkomezi zanje zose+. 7 So yarankinye, ahindura impembo yanje incuro cumi, mugabo Imana ntiyamwemereye kungirira nabi+. 8 Iyo avuze ati: ‘Iz’utudorodonzi ni zo zizocika impembo yawe,’ umukuku wose waca uzana iz’utudorodonzi; yavuga na ho ati: ‘Iz’uturongorongo ni zo zizocika impembo yawe,’ umukuku wose waca uzana iz’uturongorongo+. 9 Imana yaguma rero itwara ubusho bwa so ikabumpa+. 10 Amaherezo, igihe umukuku washuha, narararamuye amaso maze mbona ibiraho mu ndoto+: ehe amasuguru yariko yurira umukuku yari ay’uturongorongo, utudorodonzi n’utudomagu+. 11 Maze umumarayika w’Imana y’ukuri ambwira muri iyo ndoto ati: ‘Yakobo!’ Nanje nti: ‘Ndi hano+.’ 12 Nuko abandanya ati: ‘Ndakwinginze uraramure amaso urabe: amasuguru yose ariko yurira umukuku ni ay’uturongorongo, utudorodonzi n’utudomagu, kuko nabonye ivyo Labani ariko akugirira vyose+. 13 Ndi Imana y’ukuri y’i Beteli+, hamwe warobanuza inkingi+ amavuta* hakaba ari na ho wandaganiye indagano+. Ubu haguruka, uve muri iki gihugu, usubire mu gihugu cawe c’amavukiro+.’”

14 Nuko Rasheli na Leya barishura, bamubwira bati: “Mbega hari umuturi w’intoranwa tugifise mu nzu ya data+? 15 Mbega ntitubonwa koko nk’abanyamahanga kuri we, kuko yatugurishije, ku buryo aguma arya ubudahengeshanya n’amahera yatanzwe ku bwacu+? 16 Kuko ubutunzi bwose Imana yatwaye data ari ubwacu n’abana bacu+. Ubu rero ikintu cose Imana yakubwiye, gikore+.”

17 Maze Yakobo arahaguruka, yuriza abana biwe n’abagore biwe ku ngamiya+; 18 hanyuma atangura gushorera ubusho bwiwe bwose n’ibintu vyose yari yararundanije+, ubusho yironkeje, ubwo yari yararundanije i Padani-aramu, kugira agende kwa Izahaki se wiwe mu gihugu ca Kanani+.

19 Labani yari yagiye gukemura intama ziwe. Muri ico gihe Rasheli yiba terafimu*+ za se. 20 Gutyo Yakobo agira amayeri kuri Labani Umusiriya, kuko atari yamubwiye yuko agira ahunge. 21 Nuko arahunga, arahaguruka ajabuka rwa Ruzi+, we n’ivyo yari afise vyose. Inyuma y’ivyo yerekeza* mu karere k’imisozi ka Gileyadi+. 22 Mu nyuma, ku musi ugira gatatu, Labani abwirwa yuko Yakobo yahunze. 23 Aca atora bene wabo, aramukurikira+ ahareha n’urugendo rw’imisi indwi araheza amuhambiriza mu karere k’imisozi ka Gileyadi. 24 Maze Imana iza kuri Labani Umusiriya+ mu ndoto mw’ijoro+, imubwira iti: “Wiyubare ntuvugane na Yakobo ineza canke inabi+.”

25 Nuko Labani yegera Yakobo, mu gihe Yakobo yari yashinze ihema ryiwe ku musozi, Labani na we akaba yari yashingiye ikambi bene wabo mu karere k’imisozi ka Gileyadi. 26 Maze Labani abwira Yakobo ati: “Wakoze iki, mu kuba wangizeko amayeri ugashorera abakobwa banje nk’imbohe zafashwe biciye ku nkota+? 27 Kubera iki wahunze mu mpisho ukangirako amayeri kandi ntumbwire, kugira ndakurungikane umunezero n’indirimbo+, n’akagoma n’inanga+? 28 Kandi ntiwampaye akaryo ko gusoma abana banje n’abakobwa banje+. Wagize rero ivy’ubupfu. 29 Ukuboko kwanje kurafise ububasha bwo kubagirira nabi+, mugabo Imana ya so yambwiye muri iri joro iti: ‘Wiyubare ntuvugane na Yakobo ineza canke inabi+.’ 30 Naho data wagiye koko, kuko wari ushashaye cane inzu ya so, kubera iki none wivye imana zanje+?”

31 Yakobo yishura Labani ati: “Ni kubera natinye+. Kuko nibwiye nti: ‘Hari aho wonshikura abakobwa bawe.’ 32 Uwo wese usangana imana zawe, ntabeho+. Imbere ya bene wacu, nusake mu vyo mfise maze uzitorere+.” Mugabo Yakobo ntiyari azi ko Rasheli yari yazivye+. 33 Nuko Labani yinjira mw’ihema rya Yakobo no mw’ihema rya Leya no mw’ihema rya ba bashumbakazi babiri+, mugabo ntiyazironka. Amaherezo arasohoka ava mw’ihema rya Leya hanyuma yinjira mw’ihema rya Rasheli. 34 Mugabo Rasheli yari yatwaye nya terafimu; azishira rero mu gisimbo c’itandiko ry’ingamiya ry’abagore, aca aguma azicayeko. Nuko Labani atangura gukabakaba mw’ihema ryose, mugabo ntiyazironka. 35 Maze Rasheli abwira se wiwe ati: “Ishavu ntirirurumbe mu maso y’umukama wanje+, kuko ntashoboye guhaguruka imbere yawe, kubera ko igisanzwe kiba ku bagore kiri kuri jewe+.” Nuko abandanya gusaka yitonze, mugabo ntiyaronka nya terafimu+.

36 Nuko Yakobo arashavura+, atangura gutongana na Labani, maze Yakobo yishura Labani ati: “Umugararizo nagize ni uwuhe+, kandi igicumuro nakoze ni ikihe, aho unkurikirana warakaye+? 37 Ubu none ko wakabakavye ibintu vyanje vyose, hari ico watoye mu bintu vyose vyo mu nzu yawe+? Gishire aha imbere ya bene wacu na bene wanyu+, baruce hagati ya twebwe babiri+. 38 Maranye nawe iyi myaka mirongo ibiri. Intama zawe zivyara n’impene zawe zivyara ntizaramburuye+, kandi sinigeze ndya impfizi z’intama zo mu mukuku wawe. 39 Sinakuzaniye igitungwa na kimwe catabaguwe n’igikoko+. Ni jewe ubwanje nemera kugihomba. Hagize icibwa ku murango canke icibwa mw’ijoro, warakinyishuza+. 40 Jewe nari umuntu ubushuhe bwayigiza ku murango, imbeho na yo mw’ijoro, n’itiro ryanje rigahunga amaso yanje+. 41 Iyi ibaye imyaka mirongo ibiri ndi mu nzu yawe. Nagukoreye imyaka cumi n’ine ku bw’abakobwa bawe babiri, n’imyaka itandatu ku bw’umukuku wawe, kandi wahinduye impembo yanje incuro cumi+. 42 Imana ya dawe+, Imana ya Aburahamu ikaba n’Imana Izahaki+ yatinya*, iyo itaba yarabaye ku ruhande rwanje, ubu wari kuba undungitse iminwe misa. Imana yarabonye uburushwa bwanje n’ubucumukure bw’ibiganza vyanje, ikaba rero yagukangiriye mw’ijoro ryakeye+.”

43 Maze Labani mu kwishura abwira Yakobo ati: “Abo bakobwa ni abakobwa banje, n’abo bana ni abana banje, n’uyo mukuku ni umukuku wanje, kandi ikintu cose ubona ni icanje n’abakobwa banje. Ni igiki uno musi nogira bano canke abana bavyaye? 44 Ubu rero, ingo tugirane isezerano+, jewe nawe, kandi rizoba icabona hagati yanje nawe+.” 45 Nuko rero Yakobo afata ibuye, arishinga bwa nkingi+. 46 Maze Yakobo abwira bene wabo ati: “Nimutore amabuye!” Nuko batora amabuye, bagira ikirundo+. Inyuma y’ivyo barira ng’aho kuri nya kirundo. 47 Nuko Labani acita Yegari-sahaduta, mugabo Yakobo acita Galeyedi.

48 Nuko Labani avuga ati: “Iki kirundo ni icabona hagati yanje nawe uno musi.” Ni co catumye acita Galeyedi+, 49 be n’Umunara w’Inderetsi, kuko yavuze ati: “Yehova agume areretse hagati yanje nawe nitwaba turi aho umwe atabona uwundi+. 50 Niwacumukuza abakobwa banje+ kandi ukabira abagore biyongereye ku bakobwa banje, nta muntu ari kumwe natwe. Raba! Imana ni icabona hagati yanje nawe+.” 51 Nuko Labani yongera kubwira Yakobo ati: “Ng’iki ikirundo kandi ng’iyi inkingi nahagaritse hagati yanje nawe. 52 Iki kirundo ni icabona, inkingi na yo ni ikintu gishinga intahe+, yuko ntazorengana iki kirundo nje kukugirira nabi, kandi yuko utazorengana iki kirundo n’iyi nkingi uje kungirira nabi+. 53 Reka imana ya Aburahamu+ ikaba n’imana ya Nahori+ ice urubanza hagati yacu, imana ya se.” Mugabo Yakobo arahira Imana se Izahaki yatinya*+.

54 Inyuma y’ivyo Yakobo ashikana ikimazi muri nya musozi, maze atumira bene wabo kurya umukate+. Nuko barya umukate baraheza barara muri uwo musozi. 55 Ariko Labani avyuka kare mu gitondo, asoma+ abana biwe n’abakobwa biwe yongera arabahezagira+. Maze Labani afata inzira kugira asubire ahantu hiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika