ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 6
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Matayo 6:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:20; 23:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 13

Matayo 6:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “niwatanga ingabirano z’imbabazi.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:36; 10:2; 1Kr 13:3
  • +Lk 18:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 14

Matayo 6:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 14

Matayo 6:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 19:17; Mt 10:42

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 14

Matayo 6:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 18:11
  • +Mt 6:16; 23:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 88

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2010, rup. 11

    15/2/2009, rup. 15-16

    1/8/1996, rup. 6

Matayo 6:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 4:33; Yes 26:20
  • +Lk 6:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 88

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2010, rup. 9

    15/2/2009, rup. 16

    1/2/2007, rup. 19

    1/8/1996, rup. 6

Matayo 6:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 18:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2021 rup. 8

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 9

    Yezu ni inzira, rup. 88

    Be maso!,

    9/2014, rup. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 16

    1/2/1999, rup. 15-16

    1/8/1996, rup. 7

Matayo 6:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2014, rup. 4-5

    15/3/2010, rup. 16

    15/2/2009, rup. 16

    Ubumenyi, rup. 151

Matayo 6:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 11:2
  • +Kv 6:3; Zb 83:18; Yes 42:8; 54:5
  • +Ezk 36:23; 38:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2021, rup. 20

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 9

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2020, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2017, rup. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2015, rup. 21-22

    15/11/2012, rup. 12

    1/8/2011, rup. 27

    1/10/2010, rup. 7

    15/2/2009, rup. 17

    1/5/2008, rup. 21

    15/7/2006, rup. 4

    15/9/2004, rup. 4-5

    1/2/2004, rup. 8-9

    1/4/2002, rup. 5-6

    1/2/1999, rup. 11

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 216

    Niwiyegereze, rup. 30

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 41

    Urashobora Kubaho, rup. 184-185

Matayo 6:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:44; Mt 6:33; Ivh 11:15
  • +Mt 26:42; Ivh 4:11
  • +Zb 37:10; Lk 23:43; Ivk 24:15; 1Tm 2:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 26

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 2 2020 rup. 3

    Be maso!,

    no. 1 2019 rup. 10-11

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2017, rup. 9-11

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2015, rup. 22-24

    15/1/2014, rup. 16, 27-28

    1/10/2010, rup. 7-8

    15/2/2009, rup. 17

    15/5/2008, rup. 12-13

    1/1/2008, rup. 4-5

    15/7/2006, rup. 4, 7

    15/9/2004, rup. 5-6

    15/4/2004, rup. 3, 4-7

    1/2/2004, rup. 10-12

    15/12/2003, rup. 28-29

    1/4/2002, rup. 6

    1/2/1999, rup. 11

    1/8/1996, rup. 6

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 83-91, 216

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 76-84

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 8-12, 235-240

    Intwaro, rup. 3

    Urashobora Kubaho, rup. 135

Matayo 6:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “umukate.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:25; Img 30:8; Mt 6:34; 1Tm 6:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2015, rup. 26-27

    1/6/2014, rup. 7

    1/10/2010, rup. 8

    1/8/2009, rup. 19-20

    15/2/2009, rup. 17-18

    15/9/2004, rup. 6

    1/2/2004, rup. 13-14

    1/2/1999, rup. 11-12

Matayo 6:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 18:21; Mr 11:25; Lk 11:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2015, rup. 27-28

    1/10/2010, rup. 8

    15/8/2010, rup. 6

    15/2/2009, rup. 18

    15/5/2008, rup. 9

    15/9/2004, rup. 6

    1/2/2004, rup. 14-16

    1/2/1999, rup. 12

    1/12/1997, rup. 22

    Niwiyegereze, rup. 264-265

Matayo 6:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:41; 1Kr 10:13; Ivh 3:10
  • +Zb 82:4; 97:10; Yoh 17:15; 1Yh 5:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2015, rup. 28-29

    15/1/2011, rup. 22-23

    1/10/2010, rup. 8

    15/2/2009, rup. 18

    15/1/2006, rup. 28

    15/9/2004, rup. 6-7

    1/2/2004, rup. 16-17

    1/4/2001, rup. 11

    1/2/1999, rup. 12

Matayo 6:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 4:32; Kl 3:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2004, rup. 15-16

    1/8/1996, rup. 19

Matayo 6:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 18:35; Yak 2:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2004, rup. 15-16

    1/8/1996, rup. 19

Matayo 6:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 8:19; Ivk 13:2, 3; 14:23
  • +Yes 58:5; Zk 7:5; Lk 18:12

Matayo 6:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 9:8

Matayo 6:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 91:1

Matayo 6:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ry’ikigiriki rishaka kuvuga ubwoko bw’agakoko kaguruka karya impuzu.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 13:22; Lk 12:20; Yak 5:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2012, rup. 7

    1/9/2001, rup. 19

Matayo 6:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 19:21; Mr 10:21; Lk 12:33; 18:22
  • +1Pt 1:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 89

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2012, rup. 7-8

    15/2/2008, rup. 14-15

    1/7/2001, rup. 28-29

Matayo 6:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 4:25; Lk 11:34; Ef 1:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2019, rup. 5-6

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 207-208

    Yezu ni inzira, rup. 89

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 58-59, 181

    Be maso!,

    4/2012, rup. 15

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2011, rup. 11-12

    15/4/2010, rup. 24

    1/10/2006, rup. 29

    1/11/2001, rup. 20-21

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 52-53

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    9/2004, rup. 1

    Abahurikiye hamwe, rup. 87-88

Matayo 6:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:28; 20:15; Mr 7:22; 2Pt 2:14
  • +Yoh 11:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 89

    Be maso!,

    4/2012, rup. 15

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2011, rup. 12

    15/4/2010, rup. 24

    1/10/2006, rup. 29

Matayo 6:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 16:13; Rm 6:16; Yak 4:4
  • +Mt 13:22; Lk 16:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2019, rup. 27

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2008, rup. 4

    1/7/1999, rup. 4-5

Matayo 6:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:22; Fp 4:6
  • +Zb 55:22; 1Tm 6:8; Heb 13:5; 1Pt 5:7
  • +Lk 12:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2021, rup. 3

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 9

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2016 rup. 15

    Niwiyegereze, rup. 212-213

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2006, rup. 20-22

    1/9/2003, rup. 14

Matayo 6:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:41; Zb 147:9; Mt 10:29; Lk 12:24
  • +Gus 7:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 9-10

    Be maso!,

    8/2014, rup. 11

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2003, rup. 31

Matayo 6:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni itambwe ry’ukuboko uciriye mu nkokora. Itambwe rimwe ni nka cm 44,5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 39:5; Lk 12:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 10

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2016 rup. 15

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2010, rup. 14-15

    1/11/2005, rup. 22

Matayo 6:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 10-11

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2003, rup. 32

Matayo 6:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 10:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 10-11

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2003, rup. 32

Matayo 6:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 8:26; 14:31; 16:8; Lk 12:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 10-11

Matayo 6:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 10:41; 12:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 11-12

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2016 rup. 15

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2011, rup. 21-22

    1/1/2006, rup. 22

Matayo 6:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 11-12

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2011, rup. 21-22

    1/1/2006, rup. 22

Matayo 6:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:17; 14:17
  • +Zb 37:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 2 2020 rup. 14-15

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2016, rup. 25

    7/2016, rup. 12

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2015, rup. 24-25

    15/9/2014, rup. 22

    15/4/2012, rup. 14-15

    15/10/2011, rup. 10-11

    15/9/2011, rup. 12-14

    15/2/2011, rup. 24

    15/10/2010, rup. 7-8

    15/9/2008, rup. 23-24

    1/1/2006, rup. 20-24, 25-29

    15/3/2005, rup. 4-5

    1/4/2002, rup. 12-14

    1/9/1998, rup. 20-21

    1/5/1998, rup. 22

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 65-67

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 281

    Senga Imana, rup. 101-109

    Abahurikiye hamwe, rup. 87-94

Matayo 6:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 16:4, 19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 4

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

    Be maso!,

    no. 1 2020 rup. 8

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2016, rup. 21-22

    7/2016, rup. 12

    4/2016, rup. 11

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2016 rup. 15

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2007, rup. 4-6

    15/8/2007, rup. 22

    1/9/2003, rup. 14-15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mat. 6:1Mt 5:20; 23:5
Mat. 6:2Ivk 9:36; 10:2; 1Kr 13:3
Mat. 6:2Lk 18:12
Mat. 6:4Img 19:17; Mt 10:42
Mat. 6:5Lk 18:11
Mat. 6:5Mt 6:16; 23:5
Mat. 6:62Bm 4:33; Yes 26:20
Mat. 6:6Lk 6:12
Mat. 6:71Bm 18:26
Mat. 6:8Lk 12:30
Mat. 6:9Lk 11:2
Mat. 6:9Kv 6:3; Zb 83:18; Yes 42:8; 54:5
Mat. 6:9Ezk 36:23; 38:23
Mat. 6:10Dn 2:44; Mt 6:33; Ivh 11:15
Mat. 6:10Mt 26:42; Ivh 4:11
Mat. 6:10Zb 37:10; Lk 23:43; Ivk 24:15; 1Tm 2:4
Mat. 6:11Zb 37:25; Img 30:8; Mt 6:34; 1Tm 6:8
Mat. 6:12Mt 18:21; Mr 11:25; Lk 11:4
Mat. 6:13Mt 26:41; 1Kr 10:13; Ivh 3:10
Mat. 6:13Zb 82:4; 97:10; Yoh 17:15; 1Yh 5:19
Mat. 6:14Ef 4:32; Kl 3:13
Mat. 6:15Mt 18:35; Yak 2:13
Mat. 6:16Zk 8:19; Ivk 13:2, 3; 14:23
Mat. 6:16Yes 58:5; Zk 7:5; Lk 18:12
Mat. 6:17Ums 9:8
Mat. 6:18Zb 91:1
Mat. 6:19Mt 13:22; Lk 12:20; Yak 5:3
Mat. 6:20Mt 19:21; Mr 10:21; Lk 12:33; 18:22
Mat. 6:201Pt 1:4
Mat. 6:22Img 4:25; Lk 11:34; Ef 1:18
Mat. 6:23Mt 5:28; 20:15; Mr 7:22; 2Pt 2:14
Mat. 6:23Yoh 11:10
Mat. 6:24Lk 16:13; Rm 6:16; Yak 4:4
Mat. 6:24Mt 13:22; Lk 16:9
Mat. 6:25Lk 12:22; Fp 4:6
Mat. 6:25Zb 55:22; 1Tm 6:8; Heb 13:5; 1Pt 5:7
Mat. 6:25Lk 12:23
Mat. 6:26Yb 38:41; Zb 147:9; Mt 10:29; Lk 12:24
Mat. 6:26Gus 7:6
Mat. 6:27Zb 39:5; Lk 12:25
Mat. 6:28Lk 12:27
Mat. 6:291Bm 10:5
Mat. 6:30Mt 8:26; 14:31; 16:8; Lk 12:28
Mat. 6:31Lk 10:41; 12:29
Mat. 6:32Lk 12:30
Mat. 6:33Rm 1:17; 14:17
Mat. 6:33Zb 37:25
Mat. 6:34Kv 16:4, 19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
Bibiliya y’isi nshasha
Matayo 6:1-34

Matayo

6 “Murabe neza ntimuze murashitsa ubugororotsi+ bwanyu imbere y’abantu kugira ngo babitegereze; ahandiho nta mpembo muzoronka kuri So ari mw’ijuru. 2 Ku bw’ivyo rero, niwafasha umworo*+, ntuvuze urumbete+ imbere yawe nk’uko abiyorobetsi babigira mu masinagogi no mu mabarabara, kugira baninahazwe n’abantu. Ni ukuri ndabibabwiye: Baramaze kuronka impembo yabo yose. 3 Mugabo weho, niwafasha umworo, ukubamfu kwawe ntikumenye ico ukuryo kwawe gukoze, 4 kugira ngo imfashanyo uhaye umworo zitangirwe mu mpisho; maze So araba mu mpisho azobikwishura+.

5 “Kandi igihe musenga, ntimukamere nka ba biyorobetsi; kuko bakunda gusenga bahagaze+ mu masinagogi no mu masanganzira y’amayira yagutse kugira abantu bababone+. Ni ukuri ndabibabwiye: Baramaze kuronka impembo yabo yose. 6 Ariko weho, igihe usenga, niwinjire mu cumba cawe ciherereye+ hanyuma umaze kwugara umuryango, usenge So ari mu mpisho+; maze So araba mu mpisho azobikwishura. 7 Mugabo igihe usenga, ntusubiremwo vya bindi nyene kenshikenshi+ nk’uko abanyamahanga bagira, kuko biyumvira yuko bazokwumvirwa kubera bakoresheje amajambo menshi. 8 Nuko ntimumere nka bo, kuko Imana So izi ivyo mukenera+ n’imbere y’uko mubiyisaba.

9 “Nuko rero musenge mutya+:

“‘Dawe wa twese uri mw’ijuru, izina ryawe+ niryezwe+. 10 Ubwami+ bwawe nibuze. Ukugomba kwawe+ nigukorwe kw’isi nko mw’ijuru+. 11 Uduhe uno musi ibifungurwa* vyacu vy’uyu musi+; 12 uduhebere imyenda yacu nk’uko natwe twayihebeye abayidufitiye+. 13 Kandi ntutujane mu kigeragezo+, mugabo uturokore mu kudukiza wa mubisha+.’

14 “Kuko nimwababarira abantu amakosa yabo, na So wo mw’ijuru azobababarira+; 15 ariko nimutababarira abantu amakosa yabo, na So ntazobababarira amakosa yanyu+.

16 “Igihe mwisonzesha+, mureke kwijirwa mu maso nka kumwe kwa ba biyorobetsi, kuko bifutanya mu maso kugira baboneke ku bantu ko bariko bisonzesha+. Ni ukuri ndabibabwiye: Baramaze kuronka impembo yabo yose. 17 Mugabo weho, igihe wisonzesha, niwisige amavuta mu mutwe kandi wiyoge mu maso+, 18 kugira ntuboneke ko wisonzesha imbere y’abantu, ariko uboneke ko wisonzesha imbere ya So ari ahihishije+; maze So araba ahihishije azobikwishura.

19 “Mureke kwirundaniriza amatunga+ kw’isi, aho udukoko* n’ingese bikegeta, aho kandi ibisuma bimena bikiba. 20 Ahubwo mwirundanirize amatunga mw’ijuru+, aho ata dukoko canke ingese bikegeta+, aho kandi ata bisuma bimena ngo vyibe. 21 Kuko aho itunga ryawe riri, ni ho n’umutima wawe uzoba.

22 “Itara ry’umubiri ni ijisho+. Nimba rero ijisho ryawe riremuruye, umubiri wawe wose uzokayangana; 23 mugabo nimba ijisho ryawe ari ribi+, umubiri wawe wose uzocura umwiza. Nimba mu vy’ukuri umuco uri muri wewe ari umwiza, ese ingene uwo mwiza uzoba mwinshi+!

24 “Nta woshobora gushumbira ba shebuja babiri; kuko azokwanka umwe akunde uwundi+, canke azokwumira kuri umwe asuzugure uwundi. Ntimushobora gushumbira Imana n’Ubutunzi+.

25 “Ku bw’ivyo ndababwiye nti: Mureke kuganyira+ ubuzima bwanyu ku vyo muzorya canke ivyo muzonywa, canke kuganyira imibiri yanyu ku vyo muzokwambara+. Mbega ubuzima ntiburuta ibifungurwa, n’umubiri ukaruta ivyambarwa+? 26 Ihweze neza inyoni+ zo mu kirere, kubera ko zitabiba imbuto canke ngo zishwabure canke ngo zegeranirize mu bigega; yamara So wo mw’ijuru arazigaburira. None mwebwe ntimuzirusha agaciro+? 27 Ni nde muri mwebwe mu kwiganyira yoshobora kwongera ku kiringo c’ubuzima bwiwe itambwe* rimwe+? 28 Vyongeye ku bijanye n’ivyambarwa, kubera iki mwiganyira? Nimukure icigwa ku mashurwe y’amalisi+ yo mw’itongo, murabe ingene akura; ntacumukura canke ngo ajishe; 29 mugabo ndababwiye yuko na Salomo ari Salomo+ mu buninahazwa bwiwe bwose atari ashajije nka rimwe muri ayo. 30 Nimba rero Imana yambika gutyo ivyatsi vyo mw’itongo biriho uno musi ejo bigatererwa mu ziko, mbega ntizorushiriza kubambika, mwebwe ab’ukwizera guke+? 31 Nuko ntimukigere mwiganyira+ ngo: ‘Tuzorya iki?’, canke ngo: ‘Tuzonywa iki?’, canke ngo: ‘Tuzokwambara iki?’ 32 Kuko ivyo vyose ari vyo amahanga ahahamira. Kuko So wo mw’ijuru azi ko ivyo vyose mubikenera+.

33 “Gume rero mubanza kurondera ubwami n’ubugororotsi bw’Imana+, ivyo bindi vyose na vyo muzovyongerwa+. 34 Nuko ntimukigere mwiganyira ku vy’ejo+, kuko umusi w’ejo uzoba ufise amaganya yawo. Ububi bw’umusi umwumwe wose buramaze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika