ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 21
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 21:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:1, 20; Yr 51:42
  • +Zk 9:14
  • +Yes 13:4, 18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2006, rup. 11

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 240

Yesaya 21:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:9; Ivh 18:2
  • +Yes 33:1; Yr 51:48, 53
  • +Yr 51:11, 28; Dn 5:28; 8:20
  • +Zb 137:1; Yes 14:7; 35:10; Yr 31:12

Yesaya 21:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hab 3:16
  • +Yr 50:43; 1Ts 5:3

Yesaya 21:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:67

Yesaya 21:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 22:13; Dn 5:1
  • +Yr 50:35; 51:57
  • +2Sm 1:21

Yesaya 21:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 9:17; Yes 62:6; Yr 51:12; Ezk 3:17; 33:3; Hab 2:1; Mt 24:45

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2000, rup. 19

Yesaya 21:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2000, rup. 20

Yesaya 21:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:29
  • +Hab 2:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 260

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2000, rup. 20, 22-23

Yesaya 21:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:3, 9; 51:27
  • +Yes 13:19; 14:4; 45:1; Yr 50:3; 51:8; Dn 5:28; Ivh 14:8; 18:2
  • +Yr 50:2; 51:44, 52

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 260

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2000, rup. 19-20

Yesaya 21:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:46; 2Bm 13:7; Yes 1:25; Mt 3:12; Heb 12:6

Yesaya 21:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 32:3; Gus 2:8; Zb 137:7
  • +Ivh 16:15

Yesaya 21:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 27:15

Yesaya 21:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 6:19; Yr 25:23

Yesaya 21:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 7:1; Yes 16:14
  • +It 25:13; Zb 120:5; Ind 1:5; Yes 42:11; Ezk 27:21

Yesaya 21:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 49:28
  • +Gh 23:19; Yes 46:10; 55:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 21:1Yes 13:1, 20; Yr 51:42
Yes. 21:1Zk 9:14
Yes. 21:1Yes 13:4, 18
Yes. 21:2Yes 13:9; Ivh 18:2
Yes. 21:2Yes 33:1; Yr 51:48, 53
Yes. 21:2Yr 51:11, 28; Dn 5:28; 8:20
Yes. 21:2Zb 137:1; Yes 14:7; 35:10; Yr 31:12
Yes. 21:3Hab 3:16
Yes. 21:3Yr 50:43; 1Ts 5:3
Yes. 21:4Gus 28:67
Yes. 21:5Yes 22:13; Dn 5:1
Yes. 21:5Yr 50:35; 51:57
Yes. 21:52Sm 1:21
Yes. 21:62Bm 9:17; Yes 62:6; Yr 51:12; Ezk 3:17; 33:3; Hab 2:1; Mt 24:45
Yes. 21:8Yes 5:29
Yes. 21:8Hab 2:1
Yes. 21:9Yr 50:3, 9; 51:27
Yes. 21:9Yes 13:19; 14:4; 45:1; Yr 50:3; 51:8; Dn 5:28; Ivh 14:8; 18:2
Yes. 21:9Yr 50:2; 51:44, 52
Yes. 21:101Bm 8:46; 2Bm 13:7; Yes 1:25; Mt 3:12; Heb 12:6
Yes. 21:11It 32:3; Gus 2:8; Zb 137:7
Yes. 21:11Ivh 16:15
Yes. 21:13Ezk 27:15
Yes. 21:14Yb 6:19; Yr 25:23
Yes. 21:16Yb 7:1; Yes 16:14
Yes. 21:16It 25:13; Zb 120:5; Ind 1:5; Yes 42:11; Ezk 27:21
Yes. 21:17Yr 49:28
Yes. 21:17Gh 23:19; Yes 46:10; 55:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 21:1-17

Yesaya

21 Ijambo ryamenyeshejwe ku bijanye n’agahinga k’ikiyaga+: Kurya kw’imiyaga y’ikirura+ mu bumanuko mu gushishikara ija imbere, biraje bivuye mu gahinga, bivuye mu gihugu giteye ubwoba+. 2 Hari iyerekwa rikomeye+ nabwiwe: Umuhemu arahemuka, umusahuzi na we agasahura+. Duga, Elamu we! Sugereza, Bumedi we+! Ukuniha kwose ateza nakurangije+. 3 Ni co gituma amafyinga yanje yuzuye ububabare bukaze+. Ukwigonyonzora kurancakiye, nk’ukwigonyonzora kw’umugore ariko yibaruka+. Nātaye umutwe ku buryo ntumva; nahagaritse umutima ku buryo ntabona. 4 Umutima wanje wayerereye; uguhinda agashitsi kwanteye ubwoba. Agahwibi ntahora mvirira kampindukiye ukujugumira+.

5 Imeza nitegurwe, ikibanza c’ivyicaro gitunganywe, abantu barye, banywe+! Haguruke mwa baganwa+, murobanuze inkinzo amavuta*+! 6 Kuko ibi ari vyo Yehova ambwiye:

“Genda, ushireho umureretsi kugira avuge ivyo abona+.”

7 Maze abona umukogote w’intambara ukwegwa n’amafarasi abiri y’imbangutsi, umukogote w’intambara ukwegwa n’indogobwa, umukogote w’intambara ukwegwa n’ingamiya. Aritegereza yitonze, adakoma n’urugohe. 8 Maze asemerera nk’intambwe+ ati: “Ku munara w’inderetsi, ewe Yehova, ni ho nama mpagaze ku murango, kandi ku kirindiro canje ni ho nshibama amajoro yose+. 9 Kandi ehe haje umukogote w’intambara w’abantu, ukwegwa n’amafarasi abiri y’imbangutsi+!”

Maze atangura kuvuga ati: “Yatemvye! Babiloni yatemvye+, kandi ibishusho bibajwe vyose vy’imana ziwe yabimenaguriye hasi+!”

10 Yemwe bantu banje bakubiswe nk’intete, mwana w’imbuga yanje y’ikubitiro+, ivyo numvanye Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, nabibamenyesheje.

11 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Duma: Hari uwumpamagara ari i Seyiri+, ati: “Yewe nderetsi, ijoro riri gute? Yewe nderetsi, ijoro riri gute+?” 12 Inderetsi ivuga iti: “Igitondo kibwirizwa kuza, be n’ijoro nyene. Nimba hari ico mubaza, baze. Muragaruke!”

13 Ijambo ryamenyeshejwe ku bijanye n’ikiyaya c’ubugaragwa: Mu kibira, mu kiyaya c’ubugaragwa, ni ho muzorara, mwa migwi y’ingenzi y’abantu b’i Dedani+! 14 Nimuzane amazi gusanganira uwunyotewe. Yemwe ababa mu gihugu ca Tema+, nimwakirize umukate uwuhunze. 15 Kuko bahunze kubera inkota, kubera inkota isokoye, no kubera umuheto ufoye, no kubera uburemere bw’intambara.

16 Kuko ibi ari vyo Yehova ambwiye: “Hasigaye umwaka umwe, nk’uko imyaka y’umucangero iri+, ubuninahazwa bwose bwa Kedari+ bukarangira koko. 17 Kandi abasigaye mu gitigiri c’abanyamiheto, abagabo b’abanyenkomezi ba Kedari, bazosigara ari bakeyi+, kuko Yehova ubwiwe, Imana ya Isirayeli, abivuze+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika