ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abatesalonika 2
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Abatesalonika 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 17:1; 2Ts 3:8
  • +Ivk 17:4

1 Abatesalonika 2:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:22
  • +Ivk 16:37
  • +Ivk 16:12
  • +Ivk 17:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 59

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2009, rup. 20

    15/7/2008, rup. 8

    1/1/2000, rup. 15-17

    Nushinge intahe, rup. 133-134

1 Abatesalonika 2:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 4:7

1 Abatesalonika 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 1:11; Tt 1:3
  • +Gl 1:10
  • +Img 17:3; Yr 11:20; 1Kr 4:5

1 Abatesalonika 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:23; 29:5
  • +Mr 12:40
  • +Ivk 20:33; Kl 3:5; 2Pt 2:3

1 Abatesalonika 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 5:41, 44
  • +2Kr 11:9; 2Ts 3:8, 10

1 Abatesalonika 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 3:26

1 Abatesalonika 2:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 12:15
  • +Yoh 15:13
  • +Yoh 13:35

1 Abatesalonika 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 18:3; 20:34; 1Kr 4:12
  • +2Kr 11:9; 2Ts 3:8

1 Abatesalonika 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 13:18

1 Abatesalonika 2:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:31
  • +1Kr 4:15

1 Abatesalonika 2:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 5:16; Ef 4:1; Kl 1:10; 1Pt 1:15
  • +1Ts 5:24; 2Ts 1:11; 1Pt 5:10
  • +Lk 22:29

1 Abatesalonika 2:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 1:2
  • +Ivk 11:1; Heb 4:12
  • +Gl 1:11
  • +Fp 2:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 5

1 Abatesalonika 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:19; Ivk 17:5

1 Abatesalonika 2:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:23
  • +Mt 5:12; Ivk 7:52
  • +Mt 23:34; Ivk 21:13

1 Abatesalonika 2:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 11:52; Ivk 13:50
  • +Rm 10:9
  • +It 15:16; Mt 23:32
  • +Rm 1:18

1 Abatesalonika 2:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:11

1 Abatesalonika 2:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 4:1; 2Ts 1:4
  • +1Ts 3:13; 5:23

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tes. 2:1Ivk 17:1; 2Ts 3:8
1 Tes. 2:1Ivk 17:4
1 Tes. 2:2Ivk 16:22
1 Tes. 2:2Ivk 16:37
1 Tes. 2:2Ivk 16:12
1 Tes. 2:2Ivk 17:2
1 Tes. 2:31Ts 4:7
1 Tes. 2:41Tm 1:11; Tt 1:3
1 Tes. 2:4Gl 1:10
1 Tes. 2:4Img 17:3; Yr 11:20; 1Kr 4:5
1 Tes. 2:5Img 28:23; 29:5
1 Tes. 2:5Mr 12:40
1 Tes. 2:5Ivk 20:33; Kl 3:5; 2Pt 2:3
1 Tes. 2:6Yoh 5:41, 44
1 Tes. 2:62Kr 11:9; 2Ts 3:8, 10
1 Tes. 2:71Bm 3:26
1 Tes. 2:82Kr 12:15
1 Tes. 2:8Yoh 15:13
1 Tes. 2:8Yoh 13:35
1 Tes. 2:9Ivk 18:3; 20:34; 1Kr 4:12
1 Tes. 2:92Kr 11:9; 2Ts 3:8
1 Tes. 2:10Heb 13:18
1 Tes. 2:11Ivk 20:31
1 Tes. 2:111Kr 4:15
1 Tes. 2:12Gl 5:16; Ef 4:1; Kl 1:10; 1Pt 1:15
1 Tes. 2:121Ts 5:24; 2Ts 1:11; 1Pt 5:10
1 Tes. 2:12Lk 22:29
1 Tes. 2:131Ts 1:2
1 Tes. 2:13Ivk 11:1; Heb 4:12
1 Tes. 2:13Gl 1:11
1 Tes. 2:13Fp 2:13
1 Tes. 2:14Yoh 15:19; Ivk 17:5
1 Tes. 2:15Ivk 2:23
1 Tes. 2:15Mt 5:12; Ivk 7:52
1 Tes. 2:15Mt 23:34; Ivk 21:13
1 Tes. 2:16Lk 11:52; Ivk 13:50
1 Tes. 2:16Rm 10:9
1 Tes. 2:16It 15:16; Mt 23:32
1 Tes. 2:16Rm 1:18
1 Tes. 2:17Rm 1:11
1 Tes. 2:19Fp 4:1; 2Ts 1:4
1 Tes. 2:191Ts 3:13; 5:23
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
1 Abatesalonika 2:1-20

1 Abatesalonika

2 Mu vy’ukuri, mwebwe ubwanyu murazi, bene wacu, yuko urugendo+ twagize iwanyu rutabuze ico ruvamwo+, 2 mugabo yuko aho tumariye kubanza gucumukura+ tukongera tukagirirwa nabi+ bimwe biteye isoni i Filipi+ (nk’uko mubizi), twagize ubutinyutsi biciye ku Mana yacu ngo tubabwire+ inkuru nziza y’Imana hariko n’urugamba rukomeye. 3 Kuko uguhimiriza kwacu kutava ku guhuba canke ku buhumane+ canke ku buhendanyi, 4 mugabo, nk’uko twasuzumwe n’Imana ikemeza yuko tubereye kuzezwa+ inkuru nziza, ni ko tuvuga, atari nk’abashimisha+ abantu, ahubwo nk’abashimisha Imana, imwe isuzuma imitima yacu+.

5 Nkako, ntitwigeze tuza dufise amajambo aryosharyosha+ (nk’uko mubizi), canke ngo twiyerekane uko tutari+ kugira ngo tunyegeze umwina+, Imana ni yo cabona! 6 Eka mbere ntitwarondeye ubuninahazwa ku bantu+, oya, haba kuri mwebwe canke ku bandi, naho twari gushobora kubabera umuzigo uzimvye+ bwa ntumwa za Kristu. 7 Ahubwo riho, twabaye abengenga muri mwebwe, nk’igihe umuvyeyi yonsa abungabunga+ abana biwe. 8 Nuko, kubera tubafitiye ikibabarwe+, twarahimbawe cane no kutabaha inkuru nziza y’Imana gusa, mugabo n’ubuzima bwacu bwite+, kuko mwabaye abakundwa+ kuri twebwe.

9 Nta gukeka muribuka, bene wacu, ukubira akuya n’ugucumukura kwacu. Twababwiye inkuru nziza y’Imana dukora+ ijoro n’umurango, kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe twikoreza umuzigo uzimvye+. 10 Muri ivyabona, n’Imana ni ukwo, vy’ingene twabonetse ko turi intahemuka n’abagororotsi n’abatagirako umugayo+ kuri mwebwe abemera. 11 Muri ubwo buryo, murazi neza ingene twagumye duhimiriza+ umwe wese muri mwebwe, nk’uko se+ agirira abana, tukabirura kandi tugashinga intahe kuri mwebwe, 12 kugira ngo mubandanye kugenda+ nk’uko bibereye Imana ibahamagarira+ ubwami+ bwayo n’ubuninahazwa bwayo.

13 Egome, ni co gituma na twebwe dukengurukira Imana ubudahengeshanya+, kubera ko igihe mwakira ijambo ry’Imana+, iryo mwumvise kuri twebwe, mwaryemeye, atari nk’ijambo ry’abantu+, ahubwo nk’uko riri koko, nk’ijambo ry’Imana, ari ryo kandi ririko rirakorera muri mwebwe abemera+. 14 Kuko ga bene wacu mwacitse abigana amashengero y’Imana ari i Yudaya yunze ubumwe na Kristu Yezu, kubera ko na mwebwe mwatanguye gutezwa n’abo musangiye igihugu imibabaro+ nk’iyo na bo nyene bariko baratezwa n’Abayuda, 15 abishe mbere n’Umukama Yezu+ n’abahanuzi+ natwe bakaduhama+. Ikigeretseko, ntibariko bashimisha Imana, ahubwo barwanya ineza y’abantu bose, 16 kuko bashaka kutubuza+ kubwira abanyamahanga ngo na bo bakizwe+, bigatuma bama buzuza ingero+ y’ibicumuro vyabo. Mugabo uburake bwayo bwaruhiye kubazako+.

17 Nayo twebwe ga bene wacu, igihe twabwirizwa gutandukana namwe akanya gato gusa ku maso atari ku mutima, twarihase kuruta uko bisanzwe ngo tubone mu maso hanyu, tubishashaye cane+. 18 Ni co catumye dushaka kuza iwanyu, egome, jewe Paulo, rimwe eka n’irigira kabiri, mugabo Shetani yarazibiye inzira yacu. 19 Kuko, none icizigiro cacu canke akanyamuneza kacu canke urugori rwacu+ rw’ukwigina ni iki—mbega si mwebwe?—imbere y’Umukama wacu Yezu mu gihe c’ukuhaba kwiwe+? 20 Mu vy’ukuri ni mwebwe buninahazwa bwacu n’akanyamuneza kacu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika