ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 8
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Esiteri 8:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 5:11
  • +Est 3:8; 9:24
  • +Est 2:5, 7

Esiteri 8:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:42; Est 3:10; Dn 6:17
  • +Ums 2:18; Dn 2:48

Esiteri 8:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 12:4; Lk 11:9
  • +Est 3:9
  • +Est 9:25
  • +Est 7:4; 9:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwigane, rup. 142-143

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2012, rup. 28-29

Esiteri 8:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 4:11

Esiteri 8:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 2:17
  • +Est 3:12, 14
  • +Gh 24:7; Gus 25:19; 1Sm 15:8; Est 9:24
  • +Est 3:9
  • +Est 1:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2006, rup. 11

Esiteri 8:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 8:1; Img 13:22
  • +Est 7:10; Gl 3:13

Esiteri 8:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 21:8; Est 3:12
  • +Dn 6:8, 15

Esiteri 8:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 3:12
  • +Ezr 8:36; Est 9:3; Dn 6:1
  • +Est 1:1
  • +Est 1:22; 3:12
  • +Dn 4:1
  • +1Kr 14:9

Esiteri 8:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 8:4
  • +Est 3:12
  • +Est 8:2
  • +Est 3:13

Esiteri 8:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 9:2
  • +Zb 37:14; 68:2
  • +Est 3:13; 9:10, 15, 16

Esiteri 8:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:9
  • +Est 3:13; 9:1
  • +Est 9:17, 21

Esiteri 8:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 3:14
  • +Zb 92:11; 149:7; Lk 18:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    3/2016, rup. 3

Esiteri 8:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 3:13
  • +Est 3:15
  • +Est 1:2; Dn 8:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    3/2016, rup. 3

Esiteri 8:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:42; Est 6:8; Lk 16:19
  • +Mt 11:8
  • +Kv 25:4; 28:5
  • +Img 29:2

Esiteri 8:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 9:17; Zb 18:28; 30:5; 97:11; Img 11:10; Yes 30:26; Mik 7:8

Esiteri 8:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 8:10; Est 9:19, 22
  • +Zb 18:43
  • +Zk 8:23
  • +Est 9:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2006, rup. 11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Est. 8:1Est 5:11
Est. 8:1Est 3:8; 9:24
Est. 8:1Est 2:5, 7
Est. 8:2It 41:42; Est 3:10; Dn 6:17
Est. 8:2Ums 2:18; Dn 2:48
Est. 8:3Hs 12:4; Lk 11:9
Est. 8:3Est 3:9
Est. 8:3Est 9:25
Est. 8:3Est 7:4; 9:24
Est. 8:4Est 4:11
Est. 8:5Est 2:17
Est. 8:5Est 3:12, 14
Est. 8:5Gh 24:7; Gus 25:19; 1Sm 15:8; Est 9:24
Est. 8:5Est 3:9
Est. 8:5Est 1:1
Est. 8:7Est 8:1; Img 13:22
Est. 8:7Est 7:10; Gl 3:13
Est. 8:81Bm 21:8; Est 3:12
Est. 8:8Dn 6:8, 15
Est. 8:9Est 3:12
Est. 8:9Ezr 8:36; Est 9:3; Dn 6:1
Est. 8:9Est 1:1
Est. 8:9Est 1:22; 3:12
Est. 8:9Dn 4:1
Est. 8:91Kr 14:9
Est. 8:10Ums 8:4
Est. 8:10Est 3:12
Est. 8:10Est 8:2
Est. 8:10Est 3:13
Est. 8:11Est 9:2
Est. 8:11Zb 37:14; 68:2
Est. 8:11Est 3:13; 9:10, 15, 16
Est. 8:12Kv 15:9
Est. 8:12Est 3:13; 9:1
Est. 8:12Est 9:17, 21
Est. 8:13Est 3:14
Est. 8:13Zb 92:11; 149:7; Lk 18:7
Est. 8:14Est 3:13
Est. 8:14Est 3:15
Est. 8:14Est 1:2; Dn 8:2
Est. 8:15It 41:42; Est 6:8; Lk 16:19
Est. 8:15Mt 11:8
Est. 8:15Kv 25:4; 28:5
Est. 8:15Img 29:2
Est. 8:16Est 9:17; Zb 18:28; 30:5; 97:11; Img 11:10; Yes 30:26; Mik 7:8
Est. 8:17Neh 8:10; Est 9:19, 22
Est. 8:17Zb 18:43
Est. 8:17Zk 8:23
Est. 8:17Est 9:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha
Esiteri 8:1-17

Esiteri

8 Kuri uwo musi, Umwami Ahasuwerusi aha Esiteri umwamikazi inzu ya Hamani+, umwe yanka Abayuda+; nuko Morudekayi aza imbere y’umwami, kuko Esiteri yari yahishuye ico bapfana+. 2 Maze umwami akura impeta y’ikidodo yiwe+ yari yatse Hamani, ayiha Morudekayi; hanyuma Esiteri azeza Morudekayi inzu ya Hamani+.

3 Vyongeye, Esiteri yongera kuvugira imbere y’umwami, yikubita hasi imbere y’ibirenge vyiwe, ararira, aratakamba amusaba+ ubutoni ngo akureho ikibi+ ca Hamani Umwagagi n’umugambi+ wiwe yari yarateguye ngo agirire nabi Abayuda+. 4 Maze umwami atunga Esiteri agakoni k’ubutware k’inzahabu+, Esiteri aca arahaguruka, ahagarara imbere y’umwami. 5 Hanyuma avuga ati: “Nimba umwami abona koko yuko ari vyiza, kandi nimba nagize ubutoni+ imbere yiwe kandi ico kintu kikaba kibereye imbere y’umwami, kandi nimba mpimbaye mu maso yiwe, nihandikwe ivyete vyo kuvuguruza za nzandiko+, wa mugambi wa Hamani mwene Hamedata Umwagagi+, izo yanditse kugira ngo arandure Abayuda+ bari mu ntara z’ubutware zose z’umwami+. 6 Nkako, noshobora nte kwihanganira kuraba ivyago bizoshikira igisata canje, kandi noshobora nte kwihanganira kuraba ugutikizwa kw’incuti zanje?”

7 Umwami Ahasuwerusi aca abwira Esiteri umwamikazi na Morudekayi Umuyuda ati: “Ehe nahaye Esiteri+ inzu ya Hamani, kandi uno bamumanitse ku giti+, kubera ko yari yatumye ukuboko ngo agirire nabi Abayuda. 8 Namwe rero nimwandike ku bw’Abayuda ivyo mubona ko ari vyiza mu maso yanyu mw’izina ry’umwami+, muheze mubidomeko ikidodo mukoresheje impeta y’ikidodo y’umwami; kuko urwandiko rwanditswe mw’izina ry’umwami rukadomwako ikidodo hakoreshejwe impeta y’ikidodo y’umwami rudashobora kuvuguruzwa+.”

9 Nuko abanyamabanga+ b’umwami barahamagarwa ico gihe, mu kwezi kugira gatatu, ari kwo kwezi kwa Sivani, ku musi wakwo ugira mirongo ibiri na gatatu; maze bandika bisunze ibintu vyose Morudekayi ategetse, handikirwa Abayuda n’abakuru b’intara+ na ba buramatari n’abaganwa b’intara z’ubutware zava mu Buhindi zigashika muri Etiyopiya, intara z’ubutware ijana na mirongo ibiri n’indwi+, intara y’ubutware imwimwe yose yandikirwa mu nyandiko yayo+, n’igisata kimwekimwe cose candikirwa mu rurimi rwaco+, n’Abayuda bandikirwa mu nyandiko yabo no mu rurimi rwabo+.

10 Nuko yandika mw’izina ry’Umwami+ Ahasuwerusi, adomako ikidodo+ akoresheje impeta y’ikidodo y’umwami+, araheza arungikana izo nzandiko intwarabutumwa zo ku mafarasi+, ziri ku mafarasi atwara ivyete akoreshwa mu gikorwa c’umwami, yavyawe n’amafarasi y’ingore anyaruka, 11 izo nzandiko zikaba zavuga yuko umwami yemereye Abayuda bari mu bisagara vyose bitandukanye gukorana+ bakirwanira, no kuzimanganya, kwica, kurandura inteko zose z’abantu+ be n’intara y’ubutware vyabanka, abana batoyi n’abagore, no gusahura ibintu vyabo+, 12 ivyo bikagirwa ku musi umwe+, mu ntara z’ubutware zose z’Umwami Ahasuwerusi, ku musi ugira cumi na gatatu+ w’ukwezi kwa cumi na kabiri, ari kwo kwezi kwa Adari+. 13 Ikopi+ ya nya rwandiko yategerezwa gutangwa bwa tegeko mu ntara z’ubutware zitandukanye zose, igakwiragizwa mu bisata vy’abantu vyose, kugira Abayuda bitegurire uwo musi ngo bihore+ abansi babo. 14 Nya ntwarabutumwa+, ziri ku mafarasi atwara ivyete yakoreshwa mu gikorwa c’umwami, ziragenda, zihindagizwa kandi zihutishwa+ n’ijambo ry’umwami; kandi iryo tegeko ritangwa mu kirimba Shushani+.

15 Morudekayi na we arasohoka ava imbere y’umwami, yambaye ivyambarwa vya cami+ vyo mu gitambara c’ubururu no mw’ilino, n’urugori ruhambaye rw’inzahabu, be n’igikwemu gikozwe mu gitambara ciza+, egome, c’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura+. Igisagara ca Shushani cariko ciha akamo karenga kandi cari kinezerewe+. 16 Ku Bayuda haba umuco n’umunezero+ n’umwigino n’iteka. 17 Kandi mu ntara z’ubutware zitandukanye zose no mu bisagara bitandukanye vyose, ahantu hose ijambo ry’umwami n’itegeko ryiwe vyashika, haba umunezero n’umwigino ku Bayuda, inzimano+ n’umusi mwiza; kandi vyinshi mu bisata vy’abantu+ vy’ico gihugu vyariko vyiyita Abayuda+, kuko bari basigaye bafitiye ubwoba+ Abayuda.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika