ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 18
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe 18:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:24; Gus 10:9; Yos 13:33
  • +Gh 18:8; Yos 13:14; 1Kr 9:13

Gusubira mu vyagezwe 18:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:20

Gusubira mu vyagezwe 18:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:19; Gh 18:12; Gus 26:10; 2Ng 31:4; Neh 12:44

Gusubira mu vyagezwe 18:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:1; Gh 3:10; Gus 10:8; 17:12

Gusubira mu vyagezwe 18:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 35:2
  • +Gus 12:5; 16:2; Zb 26:8

Gusubira mu vyagezwe 18:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 31:2

Gusubira mu vyagezwe 18:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 7:10; Lk 10:7; 1Tm 5:18

Gusubira mu vyagezwe 18:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:26; Gus 12:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 31

Gusubira mu vyagezwe 18:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:21; Gus 12:31; 2Bm 16:3; 2Ng 28:3; Zb 106:37; Yr 19:5; 32:35
  • +2Bm 17:17; Ivk 16:16
  • +Lw 19:26; Ivk 19:19
  • +Ezk 21:21
  • +Kv 22:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

    Imizimu, rup. 31

Gusubira mu vyagezwe 18:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 47:9
  • +Lw 20:27; 1Ng 10:13
  • +Lw 19:31; 2Ng 33:6
  • +1Sm 28:3, 11; Yes 8:19; Gl 5:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

    Imizimu, rup. 31

Gusubira mu vyagezwe 18:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:24; Gus 9:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

    Imizimu, rup. 31

Gusubira mu vyagezwe 18:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:24; Zb 37:18; Mt 5:48; 2Pt 3:14

Gusubira mu vyagezwe 18:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:26; 2Bm 21:2, 6
  • +Yos 13:22
  • +Zb 147:20; Ivk 14:16

Gusubira mu vyagezwe 18:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:10; Gh 24:17; Lk 7:16; 24:19; Yoh 1:45; 6:14; Ivk 3:22; 7:37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2009, rup. 24-28

Gusubira mu vyagezwe 18:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:17; Gus 9:10
  • +Kv 20:19

Gusubira mu vyagezwe 18:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 5:28

Gusubira mu vyagezwe 18:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:28; Gh 12:3; Mal 3:1; Mt 4:2; 11:29; Lk 24:27, 44; Yoh 5:46
  • +Yoh 8:28; 17:8
  • +Yoh 12:49; 15:15; Heb 1:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2009, rup. 24-28

    1/3/2000, rup. 15-16

Gusubira mu vyagezwe 18:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 3:23

Gusubira mu vyagezwe 18:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 13:1; Yr 14:14; 28:11; Ezk 13:6; Mt 7:15
  • +Gus 13:2; 1Bm 18:19; Yr 23:13
  • +Gus 13:5; Yr 27:15; Zk 13:3

Gusubira mu vyagezwe 18:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 4:1

Gusubira mu vyagezwe 18:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 28:15
  • +Img 29:25

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 18:1Gh 18:24; Gus 10:9; Yos 13:33
Gus. 18:1Gh 18:8; Yos 13:14; 1Kr 9:13
Gus. 18:2Gh 18:20
Gus. 18:4Kv 23:19; Gh 18:12; Gus 26:10; 2Ng 31:4; Neh 12:44
Gus. 18:5Kv 28:1; Gh 3:10; Gus 10:8; 17:12
Gus. 18:6Gh 35:2
Gus. 18:6Gus 12:5; 16:2; Zb 26:8
Gus. 18:72Ng 31:2
Gus. 18:8Lw 7:10; Lk 10:7; 1Tm 5:18
Gus. 18:9Lw 18:26; Gus 12:30
Gus. 18:10Lw 18:21; Gus 12:31; 2Bm 16:3; 2Ng 28:3; Zb 106:37; Yr 19:5; 32:35
Gus. 18:102Bm 17:17; Ivk 16:16
Gus. 18:10Lw 19:26; Ivk 19:19
Gus. 18:10Ezk 21:21
Gus. 18:10Kv 22:18
Gus. 18:11Lw 20:27; 1Ng 10:13
Gus. 18:11Lw 19:31; 2Ng 33:6
Gus. 18:111Sm 28:3, 11; Yes 8:19; Gl 5:20
Gus. 18:11Yes 47:9
Gus. 18:12Lw 18:24; Gus 9:4
Gus. 18:132Sm 22:24; Zb 37:18; Mt 5:48; 2Pt 3:14
Gus. 18:14Lw 19:26; 2Bm 21:2, 6
Gus. 18:14Yos 13:22
Gus. 18:14Zb 147:20; Ivk 14:16
Gus. 18:15It 49:10; Gh 24:17; Lk 7:16; 24:19; Yoh 1:45; 6:14; Ivk 3:22; 7:37
Gus. 18:16Kv 19:17; Gus 9:10
Gus. 18:16Kv 20:19
Gus. 18:17Gus 5:28
Gus. 18:18Kv 34:28; Gh 12:3; Mal 3:1; Mt 4:2; 11:29; Lk 24:27, 44; Yoh 5:46
Gus. 18:18Yoh 8:28; 17:8
Gus. 18:18Yoh 12:49; 15:15; Heb 1:2
Gus. 18:19Ivk 3:23
Gus. 18:20Gus 13:1; Yr 14:14; 28:11; Ezk 13:6; Mt 7:15
Gus. 18:20Gus 13:2; 1Bm 18:19; Yr 23:13
Gus. 18:20Gus 13:5; Yr 27:15; Zk 13:3
Gus. 18:211Yh 4:1
Gus. 18:22Yr 28:15
Gus. 18:22Img 29:25
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Gusubira mu vyagezwe 18:1-22

Gusubira mu vyagezwe

18 “Nta muturi canke intoranwa muri Isirayeli bikwiye kwegukira abaherezi, Abalewi, umuryango wose wa Lewi+. Amashikanwa ashikanishwa umuriro ya Yehova, mbere intoranwa yiwe, ni yo bakwiye kurya+. 2 Nta ntoranwa rero ikwiye kumwegukira hagati ya bene wabo. Yehova ni we ntoranwa yiwe+, nk’uko yamubwiye.

3 “Ibi rero ni vyo bikwiye kuguma ari uburenganzira bw’abaherezi bivuye ku bantu, bivuye ku bashikana ikimazi c’imbagwa, yaba ishūri canke intama: Umuntu ategerezwa guha umuherezi ibega n’imibangabanga n’umushishito. 4 Ivya mbere ku ntete zawe, ku muvinyu wawe mushasha no ku mavuta yawe n’ubwoya bwa mbere ku bukemuwe ku mukuku wawe, ukwiye kubimuha+. 5 Kuko ari we Yehova Imana yawe yatoye mu miryango yawe yose ngo ahagarare akore igikorwa mw’izina rya Yehova, we hamwe n’abahungu biwe, nantaryo+.

6 “Kandi Umulewi niyasohoka hanze ya kimwe mu bisagara vya Isirayeli yose, aho yari amaze igihe aba+, maze akaza azanywe n’ikintu ico ari co cose umutima wiwe uhahamiye ahantu Yehova azotora+, 7 ategerezwa rero gukora igikorwa mw’izina rya Yehova Imana yawe cokimwe na bene wabo bose, Abalewi, bahagaze ng’aho imbere ya Yehova+. 8 Umuturi ungana n’uw’abandi ni wo akwiye kurya+, iruhande y’ivyo aronka bivuye ku vyo agurishije ku bintu vya ba sekuruza.

9 “Niwamara kwinjira mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe, ntuze wige gukora wisunze ibintu biteye ishishi vy’ayo mahanga+. 10 Muri wewe ntihaze haboneke umuntu acisha umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe mu muriro+, uwuragura+, umunyamageza+ canke umuntu arondera ibimenyetso bitara ibizoba+ canke umupfumu+, 11 canke uwuzirikisha abandi ubupfumu+ canke umuntu ahanuza uwuvugana n’ibiremwa vy’impwemu+ canke uwagize umwuga ukubura ibizoba+ canke umuntu asiguza abapfuye+. 12 Kuko uwukora ivyo bintu wese ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova, kandi ivyo bintu biteye ishishi akaba ari vyo bitumye Yehova Imana yawe abirukana bakava imbere yawe+. 13 Ukwiye kwerekana ko utagira amahinyu kuri Yehova Imana yawe+.

14 “Kuko ayo mahanga uriko uromora yahora yumviriza abagira ivy’amageza+ n’abaragura+; ariko weho, Yehova Imana yawe nta kintu na kimwe yaguhaye kimeze nk’ico+. 15 Umuhanuzi avuye hagati yawe, avuye muri bene wanyu, nka jewe, ni we Yehova Imana yawe azoguhagurukiriza, ari na we mukwiye kwumviriza+, 16 bwa nyishu ku vyo wasavye Yehova Imana yawe vyose i Horebu kuri wa musi ishengero ryari rikoranye+, uti: ‘Sinsubire kwumva ijwi rya Yehova Imana yanje, n’uyu muriro ukomeye sinongere kuwubona, kugira simpfe+.’ 17 Kuri ivyo Yehova ambwira ati: ‘Bagize neza mu kuvuga batyo+. 18 Umuhanuzi ameze nka wewe ni we nzobahagurukiriza hagati ya bene wabo+; kandi nzoshira amajambo yanje mu kanwa kiwe+, na we azobabwira ivyo nzomutegeka vyose+. 19 Kandi umuntu atazokwumviriza amajambo yanje uno azovuga mw’izina ryanje, jewe ubwanje nzobimubaza+.

20 “‘Ariko umuhanuzi yihaye kuvuga mw’izina ryanje ijambo ntamutegetse kuvuga+ canke akavuga mw’izina ry’izindi mana+, uyo muhanuzi ategerezwa gupfa+. 21 Niwibwira na ho mu mutima wawe uti: “Tuzomenya gute ijambo Yehova atavuze+?” 22 Nya muhanuzi niyavuga mw’izina rya Yehova hanyuma nya jambo ntiribe canke ngo riranguke, iryo ni ryo jambo Yehova atazoba yavuze. Nya muhanuzi azoba yarivuganye ukwita imbere+. Ntaze agutere ubwoba+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika