ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 5
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 5:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:26; 1Kr 11:7; Yak 3:9

Itanguriro 5:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:27; Mr 10:6
  • +It 7:21; Ums 3:21; Ivk 17:30; 1Kr 15:39
  • +It 1:27; 2:23; Gus 4:32; Yes 45:12; Mt 19:4

Itanguriro 5:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:25; 1Ng 1:1

Itanguriro 5:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 6:1

Itanguriro 5:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:17; 3:19; Zb 146:4; Img 21:16; Ums 6:6; 9:5; Ezk 18:4; Rm 6:23; 1Kr 15:22

Itanguriro 5:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:26; Lk 3:38

Itanguriro 5:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 1:2

Itanguriro 5:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 3:37

Itanguriro 5:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 1:2; Lk 3:37

Itanguriro 5:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 1:3; Yud 14

Itanguriro 5:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 1:3; Lk 3:37

Itanguriro 5:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2017 rup. 10-11

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2005, rup. 15-17

    1/5/2003, rup. 29

Itanguriro 5:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2017 rup. 10

Itanguriro 5:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 8:6; Abc 2:22; Zb 15:2; Img 2:7; Mik 6:8; Kl 1:10; 1Ts 2:12; 3Yh 4
  • +It 6:9; Gus 13:4; Yud 14, 15
  • +Gus 34:6; Yoh 3:13; Heb 11:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2017 rup. 12-13

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2006, rup. 19

    1/9/2005, rup. 15

    1/1/2004, rup. 29

    1/6/1998, rup. 21

Itanguriro 5:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 1:3; Lk 3:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2017 rup. 11

Itanguriro 5:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 7:1; Ezk 14:14; Mt 24:37; Heb 11:7; 1Pt 3:20; 2Pt 2:5
  • +It 3:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2017, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2013, rup. 14

    1/2/2009, rup. 13

    1/11/1996, rup. 22

    Niwigane, rup. 22

Itanguriro 5:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:21; 11:10; Lk 3:36
  • +It 6:10; 10:6
  • +It 10:2, 21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2012, rup. 23

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 5:1It 1:26; 1Kr 11:7; Yak 3:9
Ita. 5:2It 1:27; Mr 10:6
Ita. 5:2It 7:21; Ums 3:21; Ivk 17:30; 1Kr 15:39
Ita. 5:2It 1:27; 2:23; Gus 4:32; Yes 45:12; Mt 19:4
Ita. 5:3It 4:25; 1Ng 1:1
Ita. 5:4It 6:1
Ita. 5:5It 2:17; 3:19; Zb 146:4; Img 21:16; Ums 6:6; 9:5; Ezk 18:4; Rm 6:23; 1Kr 15:22
Ita. 5:6It 4:26; Lk 3:38
Ita. 5:91Ng 1:2
Ita. 5:12Lk 3:37
Ita. 5:151Ng 1:2; Lk 3:37
Ita. 5:181Ng 1:3; Yud 14
Ita. 5:211Ng 1:3; Lk 3:37
Ita. 5:24Gus 8:6; Abc 2:22; Zb 15:2; Img 2:7; Mik 6:8; Kl 1:10; 1Ts 2:12; 3Yh 4
Ita. 5:24It 6:9; Gus 13:4; Yud 14, 15
Ita. 5:24Gus 34:6; Yoh 3:13; Heb 11:5
Ita. 5:251Ng 1:3; Lk 3:36
Ita. 5:29It 7:1; Ezk 14:14; Mt 24:37; Heb 11:7; 1Pt 3:20; 2Pt 2:5
Ita. 5:29It 3:17
Ita. 5:32It 10:21; 11:10; Lk 3:36
Ita. 5:32It 6:10; 10:6
Ita. 5:32It 10:2, 21
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 5:1-32

Itanguriro

5 Iki ni co gitabu c’akahise ka Adamu. Ku musi Imana yarema Adamu yamuremye asa n’Imana+. 2 Ibarema ari umugabo n’umugore+. Maze irabahezagira, ibita Umuntu+ ku musi baremwa+.

3 Nuko Adamu abaho imyaka ijana na mirongo itatu. Maze avyara umuhungu asa na we, afise ishusho yiwe, araheza amwita Seti+. 4 Imisi ya Adamu amaze kuvyara Seti iba imyaka amajana umunani. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa+. 5 Gutyo imisi yose Adamu yabayeho igera ku myaka amajana icenda na mirongo itatu, araheza arapfa+.

6 Seti na we abaho imyaka ijana n’itanu. Maze avyara Enoshi+. 7 Seti amaze kuvyara Enoshi, abandanya kubaho imyaka amajana umunani n’indwi. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa. 8 Gutyo imisi yose ya Seti igera ku myaka amajana icenda na cumi n’ibiri, araheza arapfa.

9 Enoshi na we abaho imyaka mirongo icenda. Maze avyara Kenani+. 10 Enoshi amaze kuvyara Kenani, abandanya kubaho imyaka amajana umunani na cumi n’itanu. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa. 11 Gutyo imisi yose ya Enoshi igera ku myaka amajana icenda n’itanu, araheza arapfa.

12 Kenani na we abaho imyaka mirongo irindwi. Maze avyara Mahalaleli+. 13 Kenani amaze kuvyara Mahalaleli, abandanya kubaho imyaka amajana umunani na mirongo ine. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa. 14 Gutyo imisi yose ya Kenani igera ku myaka amajana icenda na cumi, araheza arapfa.

15 Mahalaleli na we abaho imyaka mirongo itandatu n’itanu. Maze avyara Yaredi+. 16 Mahalaleli amaze kuvyara Yaredi, abandanya kubaho imyaka amajana umunani na mirongo itatu. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa. 17 Gutyo imisi yose ya Mahalaleli igera ku myaka amajana umunani na mirongo icenda n’itanu, araheza arapfa.

18 Yaredi na we abaho imyaka ijana na mirongo itandatu n’ibiri. Maze avyara Henoki+. 19 Yaredi amaze kuvyara Henoki, abandanya kubaho imyaka amajana umunani. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa. 20 Gutyo imisi yose ya Yaredi igera ku myaka amajana icenda na mirongo itandatu n’ibiri, araheza arapfa.

21 Henoki na we abaho imyaka mirongo itandatu n’itanu. Maze avyara Metusela+. 22 Henoki amaze kuvyara Metusela, abandanya kugendana n’Imana y’ukuri imyaka amajana atatu. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa. 23 Gutyo imisi yose ya Henoki igera ku myaka amajana atatu na mirongo itandatu n’itanu. 24 Kandi Henoki yaguma agendana+ n’Imana y’ukuri+. Maze ntiyaba akiboneka, kuko Imana yamutwaye+.

25 Metusela na we abaho imyaka ijana na mirongo umunani n’indwi. Maze avyara Lameki+. 26 Metusela amaze kuvyara Lameki, abandanya kubaho imyaka amajana indwi na mirongo umunani n’ibiri. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa. 27 Gutyo imisi yose ya Metusela igera ku myaka amajana icenda na mirongo itandatu n’icenda, araheza arapfa.

28 Lameki na we abaho imyaka ijana na mirongo umunani n’ibiri. Maze avyara umuhungu. 29 Nuko amwita Nowa+, avuga ati: “Uyu azotuzanira uruhoza mu gikorwa cacu no mu bubabare bw’amaboko yacu buterwa n’ubutaka Yehova yavumye+.” 30 Lameki amaze kuvyara Nowa, abandanya kubaho imyaka amajana atanu na mirongo icenda n’itanu. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa. 31 Gutyo imisi yose ya Lameki igera ku myaka amajana indwi na mirongo irindwi n’indwi, araheza arapfa.

32 Nowa na we ashikana imyaka amajana atanu. Inyuma y’aho, Nowa avyara Shemu+, Hamu+ na Yafeti+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika