ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 7
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 7:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 26:2

Yeremiya 7:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 18:11; 26:13

Yeremiya 7:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 3:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 10

Yeremiya 7:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 21:12; 22:3

Yeremiya 7:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “agahungu katagira se.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 24:17; Zb 82:3; Zk 7:10; Mal 3:5; Yak 1:27
  • +Zb 106:38
  • +Gus 6:14; 8:19; 11:28; Yr 13:10

Yeremiya 7:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:40; Yr 3:18

Yeremiya 7:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:10; Yr 5:31; 14:14

Yeremiya 7:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 3:14; Ezk 22:29; Hs 4:2; Mik 2:2
  • +Ezk 33:25
  • +Yr 9:2; Mal 3:5
  • +Yr 5:2
  • +1Bm 18:21; 2Bm 23:5; Yr 11:13
  • +Kv 20:3; Gus 32:17; Abc 5:8

Yeremiya 7:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 21:4; 2Ng 33:7; Yr 34:15; Ezk 20:39

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    3/2017, rup. 3

Yeremiya 7:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 56:7
  • +Mt 21:13; Mr 11:17; Lk 19:46
  • +Yr 23:24; Heb 4:13

Yeremiya 7:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 18:1; Abc 18:31; 1Sm 1:3
  • +Gus 12:5, 11
  • +1Sm 4:11; Zb 78:60; Yr 26:6, 9

Yeremiya 7:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:4
  • +2Ng 36:16; Neh 9:29; Yr 11:8; 25:3; Zk 1:4
  • +Yes 65:12; 66:4; Zk 7:13

Yeremiya 7:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:9
  • +Yr 7:4
  • +1Sm 4:10; Zb 78:60; Yr 26:6; Int 2:7

Yeremiya 7:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:23
  • +2Ng 25:7; Zb 78:67

Yeremiya 7:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:10; Yr 11:14; 14:11
  • +Yes 1:15; Yr 15:1; Mik 3:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 138-139

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 29-30

Yeremiya 7:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 8:6

Yeremiya 7:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:19; 17:3; Yr 44:17; Ivk 7:42
  • +Yes 57:6; Yr 19:13; Ezk 20:28
  • +Yes 3:8; 65:3; Yr 25:7

Yeremiya 7:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:16; Ezk 8:17; 1Kr 10:22
  • +Yes 45:16; Yr 20:11; Dn 9:7

Yeremiya 7:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 2:3
  • +Ezk 20:47
  • +2Bm 22:17; Yr 17:27

Yeremiya 7:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:11; Yr 6:20; Hs 8:13; Am 5:21

Yeremiya 7:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 15:22; Zb 51:16; Hs 6:6

Yeremiya 7:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:26; Lw 26:3; Gus 6:3; Yr 11:4
  • +Kv 19:5; Lw 26:12
  • +Abc 2:22
  • +Gus 5:29

Yeremiya 7:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:8; Neh 9:16; Zb 81:11; Yr 11:8; Ezk 20:8
  • +Gus 29:19; Yr 5:23; 23:17; Ezk 3:7; Hs 4:16; Zk 7:12
  • +Neh 9:26; Yes 1:4; Yr 32:33

Yeremiya 7:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 9:7; 1Sm 8:8; Ezr 9:7
  • +2Bm 17:13; 2Ng 36:15; Neh 9:30; Yr 25:4

Yeremiya 7:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 33:10; Yr 11:8; 17:23; 25:3
  • +2Bm 17:14; Neh 9:17; Img 29:1; Yr 19:15; Rm 2:5; 10:21
  • +Yr 16:12

Yeremiya 7:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 26:2; Ezk 2:7; Ivk 20:27
  • +Zk 7:13

Yeremiya 7:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:4; Yr 5:4; Zf 3:2
  • +Zb 50:17; Img 1:7; Zf 3:7
  • +Yr 5:1; Hs 4:1; Mik 7:2

Yeremiya 7:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:20; Yr 16:6; Mik 1:16
  • +Ezk 19:1
  • +2Bm 17:20
  • +Gus 28:15; 32:20

Yeremiya 7:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 21:4; 2Ng 33:4; Yr 23:11; 32:34

Yeremiya 7:31

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:10; 2Ng 33:6; Yr 19:6
  • +Yos 15:8; 2Ng 28:3; Yr 19:2
  • +Gus 12:31; 2Bm 17:17; Zb 106:37, 38; Yes 57:5; Ezk 16:20; 20:31
  • +Lw 18:21; 20:3; Gus 17:3; Yr 19:5; 32:35

Yeremiya 7:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 19:6
  • +2Bm 23:10; Yr 19:11; Ezk 6:5

Yeremiya 7:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:26; Zb 79:2; Yr 12:9; 16:4; 34:20

Yeremiya 7:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:8; Yr 16:9; 25:10; Ezk 26:13; Hs 2:11
  • +Lw 26:33; Yes 1:7; 3:26; 6:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 7:2Yr 26:2
Yer. 7:3Yr 18:11; 26:13
Yer. 7:4Mik 3:11
Yer. 7:5Yr 21:12; 22:3
Yer. 7:6Gus 24:17; Zb 82:3; Zk 7:10; Mal 3:5; Yak 1:27
Yer. 7:6Zb 106:38
Yer. 7:6Gus 6:14; 8:19; 11:28; Yr 13:10
Yer. 7:7Gus 4:40; Yr 3:18
Yer. 7:8Yes 30:10; Yr 5:31; 14:14
Yer. 7:9Yes 3:14; Ezk 22:29; Hs 4:2; Mik 2:2
Yer. 7:9Ezk 33:25
Yer. 7:9Yr 9:2; Mal 3:5
Yer. 7:9Yr 5:2
Yer. 7:91Bm 18:21; 2Bm 23:5; Yr 11:13
Yer. 7:9Kv 20:3; Gus 32:17; Abc 5:8
Yer. 7:102Bm 21:4; 2Ng 33:7; Yr 34:15; Ezk 20:39
Yer. 7:11Yes 56:7
Yer. 7:11Mt 21:13; Mr 11:17; Lk 19:46
Yer. 7:11Yr 23:24; Heb 4:13
Yer. 7:12Yos 18:1; Abc 18:31; 1Sm 1:3
Yer. 7:12Gus 12:5, 11
Yer. 7:121Sm 4:11; Zb 78:60; Yr 26:6, 9
Yer. 7:13Yr 25:4
Yer. 7:132Ng 36:16; Neh 9:29; Yr 11:8; 25:3; Zk 1:4
Yer. 7:13Yes 65:12; 66:4; Zk 7:13
Yer. 7:142Bm 25:9
Yer. 7:14Yr 7:4
Yer. 7:141Sm 4:10; Zb 78:60; Yr 26:6; Int 2:7
Yer. 7:152Bm 17:23
Yer. 7:152Ng 25:7; Zb 78:67
Yer. 7:16Kv 32:10; Yr 11:14; 14:11
Yer. 7:16Yes 1:15; Yr 15:1; Mik 3:4
Yer. 7:17Ezk 8:6
Yer. 7:18Gus 4:19; 17:3; Yr 44:17; Ivk 7:42
Yer. 7:18Yes 57:6; Yr 19:13; Ezk 20:28
Yer. 7:18Yes 3:8; 65:3; Yr 25:7
Yer. 7:19Gus 32:16; Ezk 8:17; 1Kr 10:22
Yer. 7:19Yes 45:16; Yr 20:11; Dn 9:7
Yer. 7:20Int 2:3
Yer. 7:20Ezk 20:47
Yer. 7:202Bm 22:17; Yr 17:27
Yer. 7:21Yes 1:11; Yr 6:20; Hs 8:13; Am 5:21
Yer. 7:221Sm 15:22; Zb 51:16; Hs 6:6
Yer. 7:23Kv 15:26; Lw 26:3; Gus 6:3; Yr 11:4
Yer. 7:23Kv 19:5; Lw 26:12
Yer. 7:23Abc 2:22
Yer. 7:23Gus 5:29
Yer. 7:24Kv 32:8; Neh 9:16; Zb 81:11; Yr 11:8; Ezk 20:8
Yer. 7:24Gus 29:19; Yr 5:23; 23:17; Ezk 3:7; Hs 4:16; Zk 7:12
Yer. 7:24Neh 9:26; Yes 1:4; Yr 32:33
Yer. 7:25Gus 9:7; 1Sm 8:8; Ezr 9:7
Yer. 7:252Bm 17:13; 2Ng 36:15; Neh 9:30; Yr 25:4
Yer. 7:262Ng 33:10; Yr 11:8; 17:23; 25:3
Yer. 7:262Bm 17:14; Neh 9:17; Img 29:1; Yr 19:15; Rm 2:5; 10:21
Yer. 7:26Yr 16:12
Yer. 7:27Yr 26:2; Ezk 2:7; Ivk 20:27
Yer. 7:27Zk 7:13
Yer. 7:28Yes 1:4; Yr 5:4; Zf 3:2
Yer. 7:28Zb 50:17; Img 1:7; Zf 3:7
Yer. 7:28Yr 5:1; Hs 4:1; Mik 7:2
Yer. 7:29Yb 1:20; Yr 16:6; Mik 1:16
Yer. 7:29Ezk 19:1
Yer. 7:292Bm 17:20
Yer. 7:29Gus 28:15; 32:20
Yer. 7:302Bm 21:4; 2Ng 33:4; Yr 23:11; 32:34
Yer. 7:312Bm 23:10; 2Ng 33:6; Yr 19:6
Yer. 7:31Yos 15:8; 2Ng 28:3; Yr 19:2
Yer. 7:31Gus 12:31; 2Bm 17:17; Zb 106:37, 38; Yes 57:5; Ezk 16:20; 20:31
Yer. 7:31Lw 18:21; 20:3; Gus 17:3; Yr 19:5; 32:35
Yer. 7:32Yr 19:6
Yer. 7:322Bm 23:10; Yr 19:11; Ezk 6:5
Yer. 7:33Gus 28:26; Zb 79:2; Yr 12:9; 16:4; 34:20
Yer. 7:34Yes 24:8; Yr 16:9; 25:10; Ezk 26:13; Hs 2:11
Yer. 7:34Lw 26:33; Yes 1:7; 3:26; 6:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 7:1-34

Yeremiya

7 Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova riti: 2 “Hagarara mw’irembo ry’inzu ya Yehova, maze uhatangarize iri jambo+, uvuge uti: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova, mwebwe mwese abo muri Yuda, mwebwe mwinjira muri aya marembo kwunamira Yehova. 3 Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Inzira zanyu n’ibikorwa vyanyu mubigire vyiza, nanje nzobareka mugume muba aha hantu+. 4 Ntimwizigire amajambo y’ubwangushi+, mu kuvuga muti: ‘Ni urusengero rwa Yehova, ni urusengero rwa Yehova, ni urusengero rwa Yehova!’ 5 Kuko inzira zanyu n’ibikorwa vyanyu nimwabigira koko vyiza, nimwashitsa koko ubutungane hagati y’umuntu na mugenziwe+, 6 nimutahahaza kavamahanga, impfuvyi* n’umupfakazi+, nimutasesa amaraso y’intungane aha hantu+, kandi nimutakurikira izindi mana ngo mwikwegere ivyago+, 7 nanje nzobareka koko mugume muba aha hantu, mu gihugu nahaye ba sogokuruza banyu, kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero+.”’”

8 “Ehe mwizigira amajambo y’ubwangushi—ivyo nta co vy’ukuri bizogenda bibunguye+. 9 Mbega mwokwiba+, mukica+, mukarenga ibigo+, mukarahira ibinyoma+, mugafumbishiriza umwotsi w’ibimazi Bayali+ kandi mugakurikira izindi mana mutamenye+, 10 hanyuma mukaza mugahagarara imbere yanje muri iyi nzu yitirirwa izina ryanje+, mukavuga muti: ‘Ntituzobura kurokorwa,’ kandi mukora ivyo bintu vyose biteye ishishi? 11 Mbega iyi nzu yitirirwa izina ryanje+ yacitse isenga ry’abambuzi mu maso yanyu+? Erega nanje narabibonye,” ni ko Yehova avuze+.

12 “‘Ariko rero, nimugende ku kibanza canje cari i Shilo+, aho nabanje gutuma izina ryanje riba+, murabe ivyo nahagiriye kubera ububi bw’igisata canje Isirayeli+. 13 Ubu rero, ko mwagumye mukora ivyo bikorwa vyose,’ ni ko Yehova avuze, ‘nanje nkaguma mvugana namwe, mvyuka kare nkavuga+, mugabo ntimwumvirize+, kandi nkaguma ndabahamagara, mugabo ntimwitabe+, 14 inzu yitirirwa izina ryanje+, iyo mwizigira+, be n’ahantu nabahaye mwe na ba sogokuruza banyu, nzobigirira rero nk’uko nagiriye Shilo+. 15 Kandi nzobashibura mumve mu maso+, nk’uko nashibuye bene wanyu bose, uruvyaro rwose rwa Efurayimu+.’

16 “Ariko weho, ntusengere aba bantu, canke ngo ubashirire hejuru akamo k’ukwinginga canke isengesho canke ngo untakambire+, kuko ntazokwumviriza+. 17 Mbega ntubona ivyo bakora mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu+? 18 Abana batoragura inkwi, ba se bagacana umuriro, abagore na bo bagacumba igicumbe kugira ngo bakorere udutsima tw’ikimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’; kandi barasukira izindi mana amashikanwa y’ikinyobwa+ kugira ngo bambabaze+. 19 ‘Ugira ngo ni jewe bababaza?’, ni ko Yehova avuze+. ‘Mbega si bo bibabaza, kugira bagire ibimaramare mu maso+?’ 20 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ishavu ryanje n’ubushangashirwe bwanje bigira bisukwe aha hantu+, ku muntu no ku gitungwa, no ku giti co mw’ishamba+ no ku vyamwa vy’ubutaka; buzokwaka, kandi ntibuzozima+.’

21 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Nimwongere ayo mashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye ku bimazi vyanyu maze murye inyama+. 22 Kuko ata co navuganye na ba sogokuruza banyu canke ngo ngire ico ndabategetse, ku musi nabakura mu gihugu ca Misiri, ku bijanye n’ishikanwa riturirwa uko ryakabaye be n’ikimazi+. 23 Mugabo iri jambo nararibategetse koko nti: “Nimugamburuke ijwi ryanje+, maze nzoba Imana yanyu+, namwe mube abantu banje; kandi muze mugendere mu nzira+ yose nzobategeka, kugira ngo bibagendere neza+.”’ 24 Mugabo ntibumvirije, canke ngo batege ugutwi+, ariko bagendeye mu nama zabo, mu kagagazo k’umutima wabo mubi+, ku buryo basubira inyuma, aho kuja imbere+, 25 kuva umusi ba sogokuruza banyu bava mu gihugu ca Misiri gushika n’uyu musi+; nagumye ntuma kuri mwebwe abasavyi banje bose, abahanuzi, nkavyuka kare ku musi ku musi maze nkabatuma+. 26 Mugabo ntibanyumvirije, kandi ntibateze ugutwi+, ariko bagumye bakomantaza izosi+. Bakoze nabi kurusha ba sekuruza babo+!

27 “Uze ubabwire ayo majambo yose+, mugabo ntibazokwumviriza; uze ubahamagare, mugabo ntibazokwitaba+. 28 Uze ubabwire uti: ‘Ng’iri ihanga abantu baryo batagamburutse ijwi rya Yehova Imana yaryo+, kandi ntibemere gutozwa indero+. Ubwizigirwa bwazimanganye, bwaranduwe mu kanwa kabo+.’

29 “Numwe umushatsi wawe utamoye uwute+, kandi uririmbire akaririmbo k’intimba+ ku mirambi igaragara, kuko Yehova ahevye+ iyaruka arakiye+, kandi azorita. 30 ‘Kuko bene Yuda bakoze ibibi mu maso yanje,’ ni ko Yehova avuze. ‘Bashize ibintu vyabo bisesemye mu nzu yitirirwa izina ryanje, kugira bayihumanye+. 31 Bubatse ibibanza bikirurutse* vy’i Tofeti+ hari mu mubande wa mwene Hinomu+, kugira ngo baturirire abahungu babo n’abakobwa babo mu muriro+, ikintu ntari narabategetse kandi kitigeze kinza mu mutima+.’

32 “‘Ku bw’ivyo, ehe imisi iraje,’ ni ko Yehova avuze, ‘aho bitazokwongera kuvugwa yuko ari Tofeti be n’umubande wa mwene Hinomu, mugabo umubande w’ubwicanyi+; kandi bazohamba koko i Tofeti ntihaboneke ikibanza gihagije+. 33 Imivyimba y’aba bantu izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’iz’ibikoko vyo kw’isi, ata n’umwe abijugumiza+. 34 Kandi nzokura mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni+; kuko igihugu kizocika ikibanza catikijwe gusa+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika