ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaheburayo 11
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abaheburayo 11:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 17:5; 18:8; Gl 3:11
  • +Heb 10:22; 11:13
  • +Rm 8:24; 2Kr 4:18; 5:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2019, rup. 26

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 21-23, 27

    Be maso!,

    no. 3 2016 rup. 12

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2013, rup. 7

    1/5/2009, rup. 3

    1/9/2005, rup. 16

    15/1/2003, rup. 10

    Niwigane, rup. 5

Abaheburayo 11:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 11:39

Abaheburayo 11:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “ibiriho.” Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 1:26
  • +Zb 33:6; 2Pt 3:5
  • +Rm 1:20

Abaheburayo 11:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:5
  • +It 4:4
  • +It 4:10; Mt 23:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 20

    1/1/2013, rup. 12, 13-15

    1/2/2002, rup. 21

    1/9/2000, rup. 7-8

    Niwigane, rup. 9, 14-16

Abaheburayo 11:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 5:22; Yud 14
  • +It 5:24
  • +It 5:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2017, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2017 rup. 12-13

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2006, rup. 19

    1/9/2005, rup. 15

    1/1/2004, rup. 29

    1/1/2000, rup. 14

Abaheburayo 11:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 3:2
  • +Gl 2:16
  • +Yoh 7:28; Rm 10:14; Heb 9:24
  • +1Sm 2:7; Zb 58:11; Mt 5:12
  • +Zf 2:3; Mt 6:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2021 rup. 9

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 12

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2016, rup. 24-28

    9/2016, rup. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2013, rup. 11

    15/9/2010, rup. 8

    1/6/2009, rup. 30

    1/10/2006, rup. 28-29

    1/8/2005, rup. 28-29

    15/8/2004, rup. 19

    15/8/2003, rup. 25-26

    15/12/2002, rup. 17-18

    Niwigane, rup. 5

Abaheburayo 11:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 6:8
  • +It 6:13
  • +It 6:14
  • +It 6:22
  • +Rm 1:17; 3:22; Gl 5:5; Fp 3:9; 2Pt 2:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 27-28

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2013, rup. 14

    15/9/2011, rup. 18

Abaheburayo 11:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:1; Rm 4:11, 13
  • +It 12:4; Ivk 7:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2020, rup. 3-4

Abaheburayo 11:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 23:4
  • +It 12:8
  • +It 21:3
  • +It 25:26
  • +It 17:6; 26:3; 28:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2020, rup. 3-4

Abaheburayo 11:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 8:56; Heb 13:14; Ivh 21:2
  • +Heb 3:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2020, rup. 2-4

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2016, rup. 12

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 21

    15/3/2013, rup. 22-23

    15/8/2009, rup. 4

    15/10/2008, rup. 32

    1/5/2005, rup. 11

    1/9/2001, rup. 10

    Niwigane, rup. 32

    Urashobora Kubaho, rup. 134

Abaheburayo 11:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:15
  • +It 17:17
  • +It 21:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 21

Abaheburayo 11:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 21:5
  • +Rm 4:19
  • +It 22:17; 1Bm 4:20

Abaheburayo 11:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 23:4
  • +It 47:9
  • +Yoh 8:56
  • +1Ng 29:15; Zb 39:12; Ef 2:19; 1Pt 2:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 22

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 20-21

    15/11/2011, rup. 16-17

    1/9/2001, rup. 11, 20-21

Abaheburayo 11:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 13:14

Abaheburayo 11:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:31
  • +It 24:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 5 2017 rup. 12-13

Abaheburayo 11:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 4:17; 25:34; Fp 3:20
  • +Kv 3:15; Mt 22:32; Ivk 7:32
  • +Heb 12:22; Ivh 21:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/1998, rup. 10

Abaheburayo 11:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 22:1
  • +It 22:9; Yoh 3:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2017, rup. 6

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/1998, rup. 9-10

Abaheburayo 11:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “urubuto.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 21:12; Rm 9:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2017, rup. 6

Abaheburayo 11:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 4:17
  • +1Kr 10:11; 15:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2017, rup. 6

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2016, rup. 11

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2009, rup. 4

Abaheburayo 11:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:27
  • +It 27:39

Abaheburayo 11:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 47:29
  • +It 48:20
  • +It 47:31

Abaheburayo 11:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 50:24
  • +It 50:25; Kv 13:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2007, rup. 28

Abaheburayo 11:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:2
  • +Ivk 7:20
  • +Kv 1:16, 22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 14-15

Abaheburayo 11:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:11
  • +Kv 2:10; Ivk 7:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 21-22

    15/4/2014, rup. 3-4

Abaheburayo 11:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 21-22

    15/4/2014, rup. 3-4

    15/9/2005, rup. 16-17

    Urashobora Kubaho, rup. 218-219

Abaheburayo 11:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:9; Rm 15:3
  • +Heb 10:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 21-22

    15/4/2014, rup. 5, 6-7

    15/3/2012, rup. 28

Abaheburayo 11:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:51
  • +Kv 10:28
  • +Yoh 1:18; 4:24; 1Tm 1:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2014, rup. 8-10

    15/8/2005, rup. 22

    1/7/2001, rup. 14-19

    1/1/2000, rup. 13-14

Abaheburayo 11:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:21
  • +Kv 12:22
  • +Kv 12:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2014, rup. 10-11

Abaheburayo 11:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 14:22
  • +Kv 14:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2014, rup. 11-12

Abaheburayo 11:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 6:20

Abaheburayo 11:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 2:1
  • +Yos 6:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2013, rup. 13

Abaheburayo 11:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 6:11
  • +Abc 4:6
  • +Abc 13:24
  • +Abc 11:1
  • +1Sm 16:13
  • +1Sm 3:20
  • +Ivk 3:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwigane, rup. 70-71

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2011, rup. 25-26

Abaheburayo 11:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 7:22
  • +It 15:6; Heb 11:4
  • +2Sm 7:12
  • +Abc 14:6; 1Sm 17:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 23

    Niwigane, rup. 70-71

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2011, rup. 25-26

Abaheburayo 11:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 3:23
  • +2Bm 6:15
  • +Abc 16:28; 1Bm 18:46
  • +Abc 11:32; 2Sm 23:8
  • +Abc 4:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 23

Abaheburayo 11:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 17:22; 2Bm 4:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2017, rup. 12

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 23-24

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2005, rup. 5-6, 17

    Urashobora Kubaho, rup. 173-174

    Abahurikiye hamwe, rup. 75

Abaheburayo 11:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 20:2
  • +Yr 37:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 23

Abaheburayo 11:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 21:13; 2Ng 24:21
  • +1Bm 22:24
  • +1Bm 18:4
  • +2Bm 1:8
  • +1Bm 19:5
  • +1Bm 19:2
  • +Yr 38:6

Abaheburayo 11:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 18:4; 19:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 23

Abaheburayo 11:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 22:18; 49:10; Heb 11:13

Abaheburayo 11:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:18; 9:27; 11:5; Heb 2:3; 3:1; 7:22; 10:19; Ivh 20:6
  • +Heb 11:32
  • +Heb 7:11, 19
  • +Yak 1:18; Ivh 14:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 102-103

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2002, rup. 30-31

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Heb. 11:1Lk 17:5; 18:8; Gl 3:11
Heb. 11:1Heb 10:22; 11:13
Heb. 11:1Rm 8:24; 2Kr 4:18; 5:7
Heb. 11:2Heb 11:39
Heb. 11:3Kl 1:26
Heb. 11:3Zb 33:6; 2Pt 3:5
Heb. 11:3Rm 1:20
Heb. 11:4It 4:5
Heb. 11:4It 4:4
Heb. 11:4It 4:10; Mt 23:35
Heb. 11:5It 5:22; Yud 14
Heb. 11:5It 5:24
Heb. 11:5It 5:22
Heb. 11:62Ts 3:2
Heb. 11:6Gl 2:16
Heb. 11:6Yoh 7:28; Rm 10:14; Heb 9:24
Heb. 11:61Sm 2:7; Zb 58:11; Mt 5:12
Heb. 11:6Zf 2:3; Mt 6:33
Heb. 11:7It 6:8
Heb. 11:7It 6:13
Heb. 11:7It 6:14
Heb. 11:7It 6:22
Heb. 11:7Rm 1:17; 3:22; Gl 5:5; Fp 3:9; 2Pt 2:5
Heb. 11:8It 12:1; Rm 4:11, 13
Heb. 11:8It 12:4; Ivk 7:2
Heb. 11:9It 23:4
Heb. 11:9It 12:8
Heb. 11:9It 21:3
Heb. 11:9It 25:26
Heb. 11:9It 17:6; 26:3; 28:13
Heb. 11:10Yoh 8:56; Heb 13:14; Ivh 21:2
Heb. 11:10Heb 3:4
Heb. 11:11It 17:15
Heb. 11:11It 17:17
Heb. 11:11It 21:2
Heb. 11:12It 21:5
Heb. 11:12Rm 4:19
Heb. 11:12It 22:17; 1Bm 4:20
Heb. 11:13It 23:4
Heb. 11:13It 47:9
Heb. 11:13Yoh 8:56
Heb. 11:131Ng 29:15; Zb 39:12; Ef 2:19; 1Pt 2:11
Heb. 11:14Heb 13:14
Heb. 11:15It 11:31
Heb. 11:15It 24:6
Heb. 11:16Mt 4:17; 25:34; Fp 3:20
Heb. 11:16Kv 3:15; Mt 22:32; Ivk 7:32
Heb. 11:16Heb 12:22; Ivh 21:2
Heb. 11:17It 22:1
Heb. 11:17It 22:9; Yoh 3:16
Heb. 11:18It 21:12; Rm 9:7
Heb. 11:19Rm 4:17
Heb. 11:191Kr 10:11; 15:20
Heb. 11:20It 27:27
Heb. 11:20It 27:39
Heb. 11:21It 47:29
Heb. 11:21It 48:20
Heb. 11:21It 47:31
Heb. 11:22It 50:24
Heb. 11:22It 50:25; Kv 13:19
Heb. 11:23Kv 2:2
Heb. 11:23Ivk 7:20
Heb. 11:23Kv 1:16, 22
Heb. 11:24Kv 2:11
Heb. 11:24Kv 2:10; Ivk 7:21
Heb. 11:26Zb 69:9; Rm 15:3
Heb. 11:26Heb 10:34
Heb. 11:27Kv 12:51
Heb. 11:27Kv 10:28
Heb. 11:27Yoh 1:18; 4:24; 1Tm 1:17
Heb. 11:28Kv 12:21
Heb. 11:28Kv 12:22
Heb. 11:28Kv 12:23
Heb. 11:29Kv 14:22
Heb. 11:29Kv 14:28
Heb. 11:30Yos 6:20
Heb. 11:31Yos 2:1
Heb. 11:31Yos 6:17
Heb. 11:32Abc 6:11
Heb. 11:32Abc 4:6
Heb. 11:32Abc 13:24
Heb. 11:32Abc 11:1
Heb. 11:321Sm 16:13
Heb. 11:321Sm 3:20
Heb. 11:32Ivk 3:24
Heb. 11:33Abc 7:22
Heb. 11:33It 15:6; Heb 11:4
Heb. 11:332Sm 7:12
Heb. 11:33Abc 14:6; 1Sm 17:34
Heb. 11:34Dn 3:23
Heb. 11:342Bm 6:15
Heb. 11:34Abc 16:28; 1Bm 18:46
Heb. 11:34Abc 11:32; 2Sm 23:8
Heb. 11:34Abc 4:16
Heb. 11:351Bm 17:22; 2Bm 4:34
Heb. 11:36Yr 20:2
Heb. 11:36Yr 37:15
Heb. 11:371Bm 21:13; 2Ng 24:21
Heb. 11:371Bm 22:24
Heb. 11:371Bm 18:4
Heb. 11:372Bm 1:8
Heb. 11:371Bm 19:5
Heb. 11:371Bm 19:2
Heb. 11:37Yr 38:6
Heb. 11:381Bm 18:4; 19:9
Heb. 11:39It 22:18; 49:10; Heb 11:13
Heb. 11:40Rm 8:18; 9:27; 11:5; Heb 2:3; 3:1; 7:22; 10:19; Ivh 20:6
Heb. 11:40Heb 11:32
Heb. 11:40Heb 7:11, 19
Heb. 11:40Yak 1:18; Ivh 14:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
Bibiliya y’isi nshasha
Abaheburayo 11:1-40

Abaheburayo

11 Ukwizera+ ni ukwitega ata mazinda ibintu vyizigiwe+, iyerekanwa riboneka ry’ibintu biriho koko naho bitabonwa+. 2 Kuko biciye kuri ukwo kwizera ari ho abantu bo mu bihe vya kera bashingiwe intahe+.

3 Kubera ukwizera turatahura yuko ibihe*+ vyashizwe mu rutonde n’ijambo ry’Imana+, ku buryo ibibonwa vyaje biva mu bitaboneka+.

4 Kubera ukwizera, Abeli yarashikaniye Imana ikimazi c’agaciro kanini kurusha Kayini+, biciye kuri ukwo kwizera ashingirwa intahe yuko yari umugororotsi, Imana ishingira intahe+ amashikanwa yiwe; kandi biciye kuri ukwo kwizera, naho yapfuye, aracavuga+.

5 Kubera ukwizera, Henoki+ yarimuwe kugira ngo ntabone urupfu, kandi nta hantu na hamwe yaboneka kubera ko Imana yari yamwimuye+; kuko imbere y’ukwimurwa kwiwe yashingiwe intahe yuko yari yahimbaye Imana rwose+. 6 Vyongeye, ata kwizera+ ntibishoboka kuyihimbara rwose+, kuko uwegera Imana ategerezwa kwemera yuko iriho+ be n’uko ihemba+ abayironderana ubwira+.

7 Kubera ukwizera, Nowa+ amaze kuburirwa n’Imana ku bintu bitari bwabonwe+, yarerekanye ugutinya Imana arubaka ubwato+ bwo gukiza urugo rwiwe; kandi biciye kuri ukwo kwizera yaratsindishije isi+, aba samuragwa w’ubugororotsi+ bujanye n’ukwizera.

8 Kubera ukwizera, Aburahamu+, igihe yahamagarwa, yaragamburutse aragenda, aja ahantu yabwirizwa kuronka bwa ntoranwa; kandi yaragiye, naho atari azi iyo yariko araja+. 9 Kubera ukwizera, yabayeho ari kavamahanga mu gihugu yahaweko umuhango nko mu gihugu co mu mahanga+, abana mu mahema+ na Izahaki+ na Yakobo+, abasangiye na we kuba ba samuragwa ba nya muhango nyene+. 10 Kuko yari arorereye ca gisagara+ gifise imishinge nyayo, umwubatsi n’umuhinguzi w’ico gisagara akaba ari Imana+.

11 Kubera ukwizera kandi, Sara+ ubwiwe yararonse ububasha bwo gusama inda y’uruvyaro, naho yari yararenganye imyaka yavyo+, kuko yabonye ko uwari yarasezeranye ari umwizigirwa+. 12 Ni co gituma kandi ku muntu umwe+, na we akaba yari nk’uwapfuye+, havutse abana mu bwinshi bangana nk’inyenyeri zo kw’ijuru, kandi nk’umusenyi wo ku nkengera y’ikiyaga, badaharurika+.

13 Abo bose bapfiriye mu kwizera+, naho bataronse iranguka rya nya mihango+, mugabo bayiboneye kure+ barayiha ikaze bongera baratura icese yuko bari ba kavantara n’ingenzi muri nya gihugu+. 14 Kuko abavuga mwene ivyo baba batanze ikimenyamenya c’uko bariko baronderana ubwira ahantu habo bwite+. 15 Yamara, iyo baba koko bagumye bibuka ahantu bari baravuye+, baba bararonse akaryo ko gusubirayo+. 16 Mugabo ubu bariko barondera gushikira ahantu heza kuruta, ni ukuvuga ahantu ho mw’ijuru+. Ni co gituma Imana idaterwa isoni na bo, ngo iterwe isoni no kwambazwa nk’Imana yabo+, kuko yabateguriye igisagara+.

17 Kubera ukwizera, Aburahamu igihe yagezwa+, yabaye nk’aho ashikanye Izahaki, umuntu yari yakiranye umunezero ya mihango agerageza gushikana umwana wiwe w’ikinege+, 18 naho yari yabwiwe ngo: “Ikizokwitwa ‘uruvyaro* rwawe’ kizoboneka biciye kuri Izahaki+.” 19 Mugabo yabonye yuko Imana yari ishoboye no kumuzura mu bapfuye+; kandi yaranamuronse koko avuyeyo, mu buryo bw’ikigereranyo+.

20 Kubera ukwizera kandi, Izahaki yarahezagiye Yakobo+ na Esawu+ ku bintu bizoza.

21 Kubera ukwizera, Yakobo, igihe yagira apfe+, yarahezagiye umwe wese mu bahungu ba Yozefu+ yongera arasenga yishimikije umutwe w’inkoni yiwe+.

22 Kubera ukwizera, Yozefu, igihe yari yegereje iherezo ryiwe, yaravuze ivy’ukuvayo+ kwa bene Isirayeli; kandi yaratanze itegeko ku vyerekeye amagufa yiwe+.

23 Kubera ukwizera, Musa yaranyegejwe n’abavyeyi biwe amezi atatu inyuma y’ivuka ryiwe+, kuko babonye ko nya mwana mutoyi yari mwiza+, ntibatinya itegeko+ ry’umwami. 24 Kubera ukwizera, Musa amaze gukura+, yaranse kwitwa umuhungu w’umukobwa wa Farawo+, 25 ahitamwo gufatanwa nabi n’abantu b’Imana aho kunezererwa igicumuro akanya gato, 26 kuko yabonye ko iceyi+ ca Kristu ari ubutunzi buruta amatunga yo mu Misiri; kuko yashinze ijisho itangwa ry’impembo+. 27 Kubera ukwizera yaravuye mu Misiri+, mugabo atari kubera ugutinya ishavu ry’umwami+, kuko yagumye ashikamye nk’aho abona Umwe ataboneka+. 28 Kubera ukwizera yarahimbaje pasika*+ na kwa kumija amaraso+, kugira ngo umuranduzi ntakore ku mfura zabo+.

29 Kubera ukwizera, baraciye mu kiyaga Gitukura nko kw’isi yumutse+, mugabo Abanyamisiri bahirahiye ngo bahace baca baramirwa+.

30 Kubera ukwizera, impome za Yeriko zaratemvye zimaze kuzungurukwa imisi indwi+. 31 Kubera ukwizera, Rahabu+ wa mumaraya, ntiyatikiranye n’abagambaraye, kuko yakiriye ba batasi mu buryo burangwa amahoro+.

32 Mvuge iki kandi? Kuko ata mwanya noronka hamwe nobandanya kuvuga ivya Gideyoni+, Baraki+, Samusoni+, Yefuta+, Dawidi+ hamwe na Samweli+ be na ba bahanuzi bandi+, 33 kubera ukwizera bakaba baranesheje ubwami mu ntambara+, barashitsa ubugororotsi+, barakomorerwa imihango+, baraziba iminwa y’intambwe+, 34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+. 35 Abagore bararonse abapfuye babo biciye kw’izuka+; mugabo abandi bantu barasinzikarijwe ubuzima kuko batemera kubohorwa biciye ku ncungu kanaka, kugira ngo bashikire izuka ryiza kuruta. 36 Egome, abandi bararonse ikigeragezo cabo mu gutwengwa no mu gushishagurwa, mbere n’ibiruta ivyo, mu mvuto+ n’amabohero+. 37 Baratewe amabuye+, barageragejwe+, barakekagujwe imisumeno, barapfuye+ bakerejwe inkota, barayerereye bari mu nsato z’intama+, mu nsato z’impene, bari mu bukene+, mu makuba+, bagirirwa nabi+; 38 kandi isi ntiyari ibabereye. Barayerereye mu bugaragwa no mu misozi no mu masenga+ no mu myobo y’isi.

39 Yamara abo bose, naho bashingiwe intahe bivuye ku kwizera kwabo, ntibaronse iranguka rya wa muhango+, 40 kuko Imana yatuboneye imbere y’igihe ikintu ciza kuruta+, kugira ngo ntibagirwe+ abatagira akanenge+ tutari kumwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika