ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 16
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 16:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 10:2

Abalewi 16:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:10; Lw 23:27; Heb 9:7
  • +Kv 40:21; Heb 6:19; 9:3; 10:20
  • +Gh 4:19
  • +Kv 40:34
  • +Kv 25:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2005, rup. 31

    1/7/1996, rup. 16

Abalewi 16:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 26:33; Heb 9:7
  • +Lw 4:3
  • +Lw 1:3; 8:18

Abalewi 16:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:39; Ivh 19:8
  • +Kv 28:42
  • +Kv 39:29
  • +Kv 28:4; 1Kr 11:3
  • +Kv 28:2
  • +Kv 30:20; Heb 10:22

Abalewi 16:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:14; Heb 7:27
  • +Gh 29:11; 2Ng 29:21; Ezr 6:17
  • +Lw 1:3

Abalewi 16:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:14; Heb 9:7
  • +Heb 10:1
  • +Lw 9:7; Heb 5:3
  • +Kv 30:30; Zb 135:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1998, rup. 11

Abalewi 16:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “akwege ubupfindo.”

  • *

    Insobanuro nyezina ya “ku bwa Azazeli” ntizwi neza. Ni imvugo yakoreshejwe mu bijanye n’impene yarungikwa mu gahinga. Raba Lw 16:10, 26 be n’Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 26:55; Yos 18:10
  • +Lw 14:7, 53

Abalewi 16:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:33
  • +Ivk 2:23

Abalewi 16:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 14:7
  • +Lw 16:22; Yes 53:4; Rm 15:3

Abalewi 16:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1998, rup. 11, 15-16

Abalewi 16:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 9:4
  • +Kv 40:29; Lw 6:13; Gh 16:46
  • +Ivh 8:4
  • +Kv 30:34, 36; Ivk 10:4; Ivh 5:8; 8:3
  • +Lw 16:2; Heb 6:19; 10:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2019, rup. 20-22

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 87

Abalewi 16:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 25:22; Gh 16:7; 2Bm 19:15
  • +Kv 25:18, 21; 1Ng 28:11
  • +Kv 25:21; 34:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2019, rup. 20-22

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 87

Abalewi 16:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 9:22
  • +Heb 9:12; 1Pt 1:2
  • +Rm 3:25; Heb 9:24, 25; 10:4, 12

Abalewi 16:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:5; Heb 2:17; 5:3; 9:26; 1Yh 2:1, 2
  • +Heb 6:19; 9:3, 7; 10:20
  • +Lw 17:11; Heb 9:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1998, rup. 11, 15-16

Abalewi 16:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 51:5; Ums 7:20; Rm 3:23
  • +Gus 32:5; 1Bm 8:46

Abalewi 16:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 9:7; 16:6; Heb 7:27
  • +Yes 53:6; Mr 10:45; Heb 2:9; 9:7, 12; 1Yh 2:2; Ivh 1:5

Abalewi 16:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 38:1; Lw 16:12
  • +Lw 9:9; Heb 9:22

Abalewi 16:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 9:12

Abalewi 16:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:36; Lw 8:15; 16:16; Heb 9:23
  • +Lw 16:8, 10; Ivh 5:9

Abalewi 16:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:4
  • +Neh 1:6
  • +Zb 69:9; Yes 53:5; Ef 2:3
  • +1Kr 15:3; 1Pt 2:24
  • +Yes 53:6; 2Kr 5:21
  • +Lw 14:7
  • +Mt 4:1; Lk 4:1

Abalewi 16:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:12; Yoh 1:29; Rm 15:3; Ef 1:7; Heb 9:28; 1Pt 2:24; 1Yh 3:5
  • +Zb 103:12; Ezk 18:22; Mik 7:19; Heb 13:12
  • +Lw 16:10

Abalewi 16:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 42:14; 44:19

Abalewi 16:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:20; Heb 9:9; 10:22
  • +Lw 6:16, 26
  • +Kv 28:4; Lw 8:7
  • +Lw 16:3
  • +Lw 16:5
  • +Ef 1:7

Abalewi 16:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:13; Lw 3:16

Abalewi 16:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:21
  • +Lw 16:8
  • +Gh 19:7; Heb 9:10

Abalewi 16:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:12; 8:17; Heb 13:11, 12

Abalewi 16:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:10
  • +Lw 23:27; Gh 29:7
  • +Zb 35:13; Yes 58:5; 2Kr 7:10
  • +Lw 23:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 24

Abalewi 16:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 3:16; Rm 8:32; Tt 2:14; 1Yh 1:7; 3:16
  • +Zb 51:2; Yr 33:8; Ezk 36:25; Ef 5:26; Heb 9:14; 10:2

Abalewi 16:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 23:32

Abalewi 16:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:7; Lw 8:12; Ivk 10:38; Heb 1:9
  • +Kv 29:29; Lw 8:33; Heb 5:5, 10; 7:11, 16
  • +Gh 20:26
  • +Kv 28:39; 39:28; Lw 16:4
  • +Kv 28:2; Ivh 19:8

Abalewi 16:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:16
  • +Lw 16:20
  • +Kv 29:36; Lw 8:15; 16:18
  • +Lw 16:24; 1Yh 2:2

Abalewi 16:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 23:31; Gh 29:7
  • +Kv 30:10; Heb 9:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 16:1Lw 10:2
Lew. 16:2Kv 30:10; Lw 23:27; Heb 9:7
Lew. 16:2Kv 40:21; Heb 6:19; 9:3; 10:20
Lew. 16:2Gh 4:19
Lew. 16:2Kv 40:34
Lew. 16:2Kv 25:22
Lew. 16:3Kv 26:33; Heb 9:7
Lew. 16:3Lw 4:3
Lew. 16:3Lw 1:3; 8:18
Lew. 16:4Kv 28:39; Ivh 19:8
Lew. 16:4Kv 28:42
Lew. 16:4Kv 39:29
Lew. 16:4Kv 28:4; 1Kr 11:3
Lew. 16:4Kv 28:2
Lew. 16:4Kv 30:20; Heb 10:22
Lew. 16:5Lw 4:14; Heb 7:27
Lew. 16:5Gh 29:11; 2Ng 29:21; Ezr 6:17
Lew. 16:5Lw 1:3
Lew. 16:6Lw 8:14; Heb 9:7
Lew. 16:6Heb 10:1
Lew. 16:6Lw 9:7; Heb 5:3
Lew. 16:6Kv 30:30; Zb 135:19
Lew. 16:8Gh 26:55; Yos 18:10
Lew. 16:8Lw 14:7, 53
Lew. 16:9Img 16:33
Lew. 16:9Ivk 2:23
Lew. 16:10Lw 14:7
Lew. 16:10Lw 16:22; Yes 53:4; Rm 15:3
Lew. 16:11Lw 16:6
Lew. 16:12Heb 9:4
Lew. 16:12Kv 40:29; Lw 6:13; Gh 16:46
Lew. 16:12Ivh 8:4
Lew. 16:12Kv 30:34, 36; Ivk 10:4; Ivh 5:8; 8:3
Lew. 16:12Lw 16:2; Heb 6:19; 10:20
Lew. 16:13Kv 25:22; Gh 16:7; 2Bm 19:15
Lew. 16:13Kv 25:18, 21; 1Ng 28:11
Lew. 16:13Kv 25:21; 34:29
Lew. 16:14Heb 9:22
Lew. 16:14Heb 9:12; 1Pt 1:2
Lew. 16:14Rm 3:25; Heb 9:24, 25; 10:4, 12
Lew. 16:15Lw 16:5; Heb 2:17; 5:3; 9:26; 1Yh 2:1, 2
Lew. 16:15Heb 6:19; 9:3, 7; 10:20
Lew. 16:15Lw 17:11; Heb 9:22
Lew. 16:16Zb 51:5; Ums 7:20; Rm 3:23
Lew. 16:16Gus 32:5; 1Bm 8:46
Lew. 16:17Lw 9:7; 16:6; Heb 7:27
Lew. 16:17Yes 53:6; Mr 10:45; Heb 2:9; 9:7, 12; 1Yh 2:2; Ivh 1:5
Lew. 16:18Kv 38:1; Lw 16:12
Lew. 16:18Lw 9:9; Heb 9:22
Lew. 16:19Lw 9:12
Lew. 16:20Kv 29:36; Lw 8:15; 16:16; Heb 9:23
Lew. 16:20Lw 16:8, 10; Ivh 5:9
Lew. 16:21Lw 1:4
Lew. 16:21Neh 1:6
Lew. 16:21Zb 69:9; Yes 53:5; Ef 2:3
Lew. 16:211Kr 15:3; 1Pt 2:24
Lew. 16:21Yes 53:6; 2Kr 5:21
Lew. 16:21Lw 14:7
Lew. 16:21Mt 4:1; Lk 4:1
Lew. 16:22Yes 53:12; Yoh 1:29; Rm 15:3; Ef 1:7; Heb 9:28; 1Pt 2:24; 1Yh 3:5
Lew. 16:22Zb 103:12; Ezk 18:22; Mik 7:19; Heb 13:12
Lew. 16:22Lw 16:10
Lew. 16:23Ezk 42:14; 44:19
Lew. 16:24Kv 30:20; Heb 9:9; 10:22
Lew. 16:24Lw 6:16, 26
Lew. 16:24Kv 28:4; Lw 8:7
Lew. 16:24Lw 16:3
Lew. 16:24Lw 16:5
Lew. 16:24Ef 1:7
Lew. 16:25Kv 29:13; Lw 3:16
Lew. 16:26Lw 16:21
Lew. 16:26Lw 16:8
Lew. 16:26Gh 19:7; Heb 9:10
Lew. 16:27Lw 4:12; 8:17; Heb 13:11, 12
Lew. 16:29Kv 30:10
Lew. 16:29Lw 23:27; Gh 29:7
Lew. 16:29Zb 35:13; Yes 58:5; 2Kr 7:10
Lew. 16:29Lw 23:28
Lew. 16:30Yoh 3:16; Rm 8:32; Tt 2:14; 1Yh 1:7; 3:16
Lew. 16:30Zb 51:2; Yr 33:8; Ezk 36:25; Ef 5:26; Heb 9:14; 10:2
Lew. 16:31Lw 23:32
Lew. 16:32Kv 29:7; Lw 8:12; Ivk 10:38; Heb 1:9
Lew. 16:32Kv 29:29; Lw 8:33; Heb 5:5, 10; 7:11, 16
Lew. 16:32Gh 20:26
Lew. 16:32Kv 28:39; 39:28; Lw 16:4
Lew. 16:32Kv 28:2; Ivh 19:8
Lew. 16:33Lw 16:16
Lew. 16:33Lw 16:20
Lew. 16:33Kv 29:36; Lw 8:15; 16:18
Lew. 16:33Lw 16:24; 1Yh 2:2
Lew. 16:34Lw 23:31; Gh 29:7
Lew. 16:34Kv 30:10; Heb 9:7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 16:1-34

Abalewi

16 Hanyuma Yehova avugana na Musa inyuma y’urupfu rwa ba bahungu babiri ba Aroni, abapfuye+ bazira kwegera imbere ya Yehova. 2 Yehova abwira Musa ati: “Barira Aroni mwene wanyu, ntaze arinjira ibihe vyose ha hantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere ya wa murumyo uri kw’Isandugu, kugira ntapfe+, kuko nzoseruka mu gicu+ hejuru ya nya murumyo+.

3 “Ibi ni vyo Aroni akwiye kwinjirana ahantu heranda+: azokwinjirana ikimasa c’ishikanwa ry’igicumuro+, n’impfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa+. 4 Aze yambare ya kanzu nyeranda y’ilino+, kandi rya butura ry’ilino+ rize ribe riri ku mubiri wiwe, kandi aze akenyere ca gikenyezo c’ilino+ yongere yizingireko ca gitambara co mu mutwe c’ilino+. Izo ni impuzu nyeranda+. Kandi aze yuhagire umubiri wiwe mu mazi+ aheze azambare.

5 “Kandi aze yake ikoraniro rya bene Isirayeli+ imyagazi y’impene ibiri y’amasuguru ku bw’ishikanwa ry’igicumuro+, n’impfizi y’intama imwe y’ishikanwa riturirwa+.

6 “Kandi Aroni aze ashikirize ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe+, atange impongano+ ku bwiwe+ no ku bw’inzu yiwe+.

7 “Kandi aze atore za mpene zibiri, azihagarike imbere ya Yehova ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro. 8 Aroni aze agire ubupfindo*+ kuri nya mpene zibiri, ubupfindo bumwe ku bwa Yehova, ubundi na bwo ku bwa Azazeli*+. 9 Aroni aze ashikirize impene ubupfindo+ bwaguyeko ku bwa Yehova, ayigire ishikanwa ry’igicumuro+. 10 Mugabo impene ubupfindo buguyeko ku bwa Azazeli ize ihagarikwe ari nzima imbere ya Yehova ngo itangirwe impongano, kugira irungikwe+ mu gahinga ku bwa Azazeli+.

11 “Kandi Aroni aze ashikirize ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe, atange impongano ku bwiwe no ku bw’inzu yiwe. Aze akerere nya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe+.

12 “Kandi aze atore ikijamwo umuriro+ cuzuye amakara yaka umuriro akuye ku gicaniro+ imbere ya Yehova, ibiganza vyiwe vyompi+ vyuzuye imibavu inoze imota neza+, abizane inyuma y’irido+. 13 Aheze ashire nya mibavu ku muriro imbere ya Yehova+, igicu ca nya mibavu kize gitwikire wa murumyo w’Isandugu+ uri kuri ca Gishingantahe+, kugira ntapfe.

14 “Kandi aze atore makeyi ku maraso+ ya ya shūri, ayacucagire n’urutoke rwiwe imbere ya wa murumyo ku ruhande rwo mu buseruko, kandi acucagire+ n’urutoke rwiwe makeyi kuri nya maraso incuro indwi imbere ya wa murumyo+.

15 “Kandi aze akerere ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro itangirwa abantu+, aheze azane amaraso yayo inyuma y’irido+, nya maraso+ ayagenze nk’uko yagenjeje amaraso ya ya shūri. Aze ayacucagire kuri wa murumyo n’imbere yawo.

16 “Kandi aze atange impongano ku bw’ahantu heranda ku bijanye n’ubuhumane+ bwa bene Isirayeli no ku bijanye n’imigararizo yabo mu bicumuro vyabo vyose+. Ukwo ni ko akwiye kubigenza ku bw’ihema ry’ihuriro, iribana na bo hagati mu buhumane bwabo.

17 “Kandi nta wundi muntu n’umwe akwiye kuba ari mw’ihema ry’ihuriro kuva igihe yinjiye gutanga impongano ahantu heranda gushika asohotse. Aze atange impongano ku bwiwe+ no ku bw’inzu yiwe no ku bw’ishengero ryose rya Isirayeli+.

18 “Kandi aze asohoke aje ku gicaniro+, ikiri imbere ya Yehova, aheze agitangire impongano, atore makeyi ku maraso ya ya shūri na makeyi ku maraso ya ya mpene ayashire ku mahembe ya nya gicaniro hirya no hino+. 19 Aze afate makeyi kuri nya maraso ayacucagire+ kuri co n’urutoke rwiwe incuro indwi, agihumanure yongere aceze kiveko ubuhumane bwa bene Isirayeli.

20 “Arangije gutanga impongano+ ku bw’ahantu heranda n’ihema ry’ihuriro n’igicaniro, aze ashikirize rero ya mpene nzima+. 21 Aroni aze arambike ibiganza vyiwe vyompi+ ku mutwe wa nya mpene nzima, yaturire+ hejuru yayo amakosa yose+ ya bene Isirayeli n’imigararizo yabo yose mu bicumuro+ vyabo vyose, abishire ku mutwe w’iyo mpene+, aheze ayirungike mu gahinga+ biciye ku mugabo yiteguye+. 22 Nya mpene ize yiremeke amakosa yabo yose+ mu ntara y’ubugaragwa+, ayirungike mu gahinga+.

23 “Kandi Aroni aze yinjire mw’ihema ry’ihuriro, yambure za mpuzu z’ilino yari yambaye igihe yinjira ahantu heranda, azirambike hasi ng’aho+. 24 Kandi aze yuhagire umubiri wiwe mu mazi+ ahantu heranda+, hanyuma yambare impuzu ziwe+, aheze asohoke, ahereze ishikanwa riturirwa ryiwe+ n’ishikanwa riturirwa ry’abantu+ yongere atange impongano ku bwiwe no ku bw’abantu+. 25 Hanyuma azofumbisha umwotsi ikinure c’ishikanwa ry’igicumuro ku gicaniro+.

26 “Nayo wa wundi+ yarungika ya mpene ku bwa Azazeli+, aze amese impuzu ziwe, kandi yuhagire umubiri wiwe mu mazi+, aheze abone kwinjira mw’ikambi.

27 “Ariko azotegeka ko batwara hanze y’ikambi ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro na ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro, amaraso yazo zompi akaba yazanywe ku bwo gutanga impongano ahantu heranda. Baze baturire mu muriro inshato zazo n’inyama zazo n’amayezi yazo+. 28 Uwabituriye aze amese impuzu ziwe, kandi aze yuhagire umubiri wiwe mu mazi, aheze abone kwinjira mw’ikambi.

29 “Kandi iki kize kibabere icagezwe gushika igihe kitagira urugero+: Mu kwezi kugira indwi ku musi ugira cumi wa nya kwezi+ muze mwibabaze+, kandi ntimuze mukore igikorwa na kimwe+, yaba imvukira canke kavamahanga abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe. 30 Kuko kuri uwo musi muzotangirwa impongano+ kugira bivugwe ko mudahumanye. Muzoba muhumanuwe ibicumuro vyanyu vyose imbere ya Yehova+. 31 Ni isabato+ y’akaruhuko kuzuye kuri mwebwe, kandi mutegerezwa kwibabaza. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero.

32 “Umuherezi azoba yarobanujwe amavuta+ kandi ukuboko kwiwe kukazoba kwujujwe ububasha ngo akore bwa muherezi+ asubirira+ se wiwe, aze atange impongano kandi yambare za mpuzu z’ilino+. Ni impuzu nyeranda+. 33 Kandi ategerezwa gutanga impongano ku bw’aheranda+, yongere atangire impongano ihema+ ry’ihuriro n’igicaniro+; azotangira kandi impongano umuherezi n’abantu bose bo mw’ishengero+. 34 Kandi kuri mwebwe ico gitegerezwa kuba icagezwe gushika igihe kitagira urugero+, kugira bene Isirayeli batangirwe impongano ku bijanye n’ibicumuro vyabo vyose rimwe mu mwaka+.”

Nuko akora nk’uko Yehova yari yategetse Musa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika