ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 9
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Daniyeli 9:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 5:31; 6:1, 28
  • +Dn 11:1
  • +Dn 5:28, 30

Daniyeli 9:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 79:1; Yes 64:10; Yr 7:34; Int 1:1
  • +Yr 25:11; 29:10; Zk 7:5
  • +2Ng 36:21; Ezr 1:1; Yr 27:7; Zk 1:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 14

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2011, rup. 22

    1/6/2007, rup. 22

Daniyeli 9:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 1:11
  • +Img 15:8, 29; Yr 33:3
  • +Ezr 8:21; Est 4:3; Zb 35:13; 69:10; Ezk 27:31

Daniyeli 9:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:47
  • +Neh 1:5
  • +Gus 7:9
  • +Kv 34:6; Zb 40:11
  • +Gus 5:10

Daniyeli 9:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 9:6; Zb 106:6
  • +Neh 9:26, 33
  • +Yr 3:25

Daniyeli 9:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:14; 2Ng 36:16; Yr 7:13; 29:19; 44:5
  • +Ezr 9:7; Neh 9:32

Daniyeli 9:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:15; Yr 2:26; 3:25
  • +Lw 26:33; Gus 4:27; 28:41; 2Bm 17:6; Yes 11:11

Daniyeli 9:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:6; Yr 14:20; Int 3:42

Daniyeli 9:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:6; Neh 9:17
  • +Gh 14:18; Zb 86:5
  • +Neh 9:26

Daniyeli 9:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:13; Ezr 9:10

Daniyeli 9:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:4; Yr 8:10
  • +Gus 28:15; 31:17

Daniyeli 9:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 2:17
  • +Hs 7:7
  • +Yr 1:14; 39:8

Daniyeli 9:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “ntitworoheje mu maso ha.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:16; Gus 28:15
  • +Int 1:1
  • +Yes 9:13; 64:7; Yr 2:30; 5:3
  • +Zb 25:10; 117:2

Daniyeli 9:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 44:2
  • +Neh 9:33

Daniyeli 9:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:1; 32:11
  • +Kv 9:16; Neh 9:10; Zb 106:8
  • +Dn 9:5

Daniyeli 9:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:8; 31:1; 89:14; Yes 26:9
  • +Zb 48:2; Yes 66:20; Yw 3:17
  • +Lw 26:39; Zb 106:6
  • +1Bm 9:7; Zb 79:4; Yr 24:9

Daniyeli 9:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 6:25; Zb 4:6; 67:1
  • +Yes 64:10; Int 5:18

Daniyeli 9:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:29; Zb 17:6
  • +Yr 7:10; 25:29
  • +Yes 64:6; Yr 14:7
  • +Gus 13:17; Zb 25:6; 102:13; Yes 54:7

Daniyeli 9:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:30
  • +Gh 14:19
  • +2Ng 6:21
  • +Zb 79:8
  • +Yes 63:19; Yr 14:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2007, rup. 20

Daniyeli 9:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 32:5; Ums 7:20
  • +Yes 6:5
  • +Zb 87:1; Yes 56:7; Zk 8:3

Daniyeli 9:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 8:16; Lk 1:19
  • +Dn 8:1
  • +1Bm 18:36; Ezr 9:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2007, rup. 20

Daniyeli 9:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 8:15

Daniyeli 9:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 10:11, 19
  • +Img 2:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2007, rup. 20

Daniyeli 9:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 33:16
  • +Neh 11:1; Zb 87:3; Yes 52:1
  • +Yes 61:1
  • +Yr 31:34; Lk 1:77; Rm 6:18; Heb 9:26
  • +Rm 3:25; 2Kr 5:19; 1Yh 2:2; 4:10
  • +Yes 53:11; 61:11; Rm 1:17
  • +Yoh 3:33; 2Kr 1:20
  • +Heb 9:7, 24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1996, rup. 22

    Ubumenyi, rup. 36

Daniyeli 9:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 2:5
  • +Neh 6:15
  • +1Sm 2:10; Zb 2:2; Lk 17:21; Yoh 1:41
  • +1Ng 5:2; Yes 55:4; Dn 11:22; Mt 23:10; Yoh 1:49
  • +Lk 3:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 197-199

    Be maso!,

    8/2012, rup. 12

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1998, rup. 10-11

    Ubumenyi, rup. 36

    Urashobora Kubaho, rup. 138

Daniyeli 9:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:15; Yes 53:8, 12; Mt 26:2; Lk 24:26; 1Kr 15:3
  • +Mr 9:12
  • +Mt 24:15
  • +Lk 19:43; 21:20
  • +Mt 24:7; Lk 21:22, 24

Daniyeli 9:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:18; 17:7; Lk 1:55
  • +Mt 3:9; 10:6; 15:24; Yoh 19:15
  • +Mt 27:51; 2Kr 5:17; Heb 9:12; 10:10
  • +Mr 13:14
  • +Dn 7:7, 23; Lk 21:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 72

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2007, rup. 20

    15/5/2003, rup. 31

    1/5/1999, rup. 21-22

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Dan. 9:1Dn 5:31; 6:1, 28
Dan. 9:1Dn 11:1
Dan. 9:1Dn 5:28, 30
Dan. 9:2Zb 79:1; Yes 64:10; Yr 7:34; Int 1:1
Dan. 9:2Yr 25:11; 29:10; Zk 7:5
Dan. 9:22Ng 36:21; Ezr 1:1; Yr 27:7; Zk 1:12
Dan. 9:32Kr 1:11
Dan. 9:3Img 15:8, 29; Yr 33:3
Dan. 9:3Ezr 8:21; Est 4:3; Zb 35:13; 69:10; Ezk 27:31
Dan. 9:41Bm 8:47
Dan. 9:4Neh 1:5
Dan. 9:4Gus 7:9
Dan. 9:4Kv 34:6; Zb 40:11
Dan. 9:4Gus 5:10
Dan. 9:5Ezr 9:6; Zb 106:6
Dan. 9:5Neh 9:26, 33
Dan. 9:5Yr 3:25
Dan. 9:62Bm 17:14; 2Ng 36:16; Yr 7:13; 29:19; 44:5
Dan. 9:6Ezr 9:7; Neh 9:32
Dan. 9:7Zb 44:15; Yr 2:26; 3:25
Dan. 9:7Lw 26:33; Gus 4:27; 28:41; 2Bm 17:6; Yes 11:11
Dan. 9:8Zb 106:6; Yr 14:20; Int 3:42
Dan. 9:9Kv 34:6; Neh 9:17
Dan. 9:9Gh 14:18; Zb 86:5
Dan. 9:9Neh 9:26
Dan. 9:102Bm 17:13; Ezr 9:10
Dan. 9:11Yes 1:4; Yr 8:10
Dan. 9:11Gus 28:15; 31:17
Dan. 9:12Int 2:17
Dan. 9:12Hs 7:7
Dan. 9:12Yr 1:14; 39:8
Dan. 9:13Lw 26:16; Gus 28:15
Dan. 9:13Int 1:1
Dan. 9:13Yes 9:13; 64:7; Yr 2:30; 5:3
Dan. 9:13Zb 25:10; 117:2
Dan. 9:14Yr 44:2
Dan. 9:14Neh 9:33
Dan. 9:15Kv 6:1; 32:11
Dan. 9:15Kv 9:16; Neh 9:10; Zb 106:8
Dan. 9:15Dn 9:5
Dan. 9:16Zb 9:8; 31:1; 89:14; Yes 26:9
Dan. 9:16Zb 48:2; Yes 66:20; Yw 3:17
Dan. 9:16Lw 26:39; Zb 106:6
Dan. 9:161Bm 9:7; Zb 79:4; Yr 24:9
Dan. 9:17Gh 6:25; Zb 4:6; 67:1
Dan. 9:17Yes 64:10; Int 5:18
Dan. 9:181Bm 8:29; Zb 17:6
Dan. 9:18Yr 7:10; 25:29
Dan. 9:18Yes 64:6; Yr 14:7
Dan. 9:18Gus 13:17; Zb 25:6; 102:13; Yes 54:7
Dan. 9:191Bm 8:30
Dan. 9:19Gh 14:19
Dan. 9:192Ng 6:21
Dan. 9:19Zb 79:8
Dan. 9:19Yes 63:19; Yr 14:9
Dan. 9:20Zb 32:5; Ums 7:20
Dan. 9:20Yes 6:5
Dan. 9:20Zb 87:1; Yes 56:7; Zk 8:3
Dan. 9:21Dn 8:16; Lk 1:19
Dan. 9:21Dn 8:1
Dan. 9:211Bm 18:36; Ezr 9:5
Dan. 9:22Dn 8:15
Dan. 9:23Dn 10:11, 19
Dan. 9:23Img 2:3
Dan. 9:24Kv 33:16
Dan. 9:24Neh 11:1; Zb 87:3; Yes 52:1
Dan. 9:24Yes 61:1
Dan. 9:24Yr 31:34; Lk 1:77; Rm 6:18; Heb 9:26
Dan. 9:24Rm 3:25; 2Kr 5:19; 1Yh 2:2; 4:10
Dan. 9:24Yes 53:11; 61:11; Rm 1:17
Dan. 9:24Yoh 3:33; 2Kr 1:20
Dan. 9:24Heb 9:7, 24
Dan. 9:25Neh 2:5
Dan. 9:25Neh 6:15
Dan. 9:251Sm 2:10; Zb 2:2; Lk 17:21; Yoh 1:41
Dan. 9:251Ng 5:2; Yes 55:4; Dn 11:22; Mt 23:10; Yoh 1:49
Dan. 9:25Lk 3:1
Dan. 9:26Zb 22:15; Yes 53:8, 12; Mt 26:2; Lk 24:26; 1Kr 15:3
Dan. 9:26Mr 9:12
Dan. 9:26Mt 24:15
Dan. 9:26Lk 19:43; 21:20
Dan. 9:26Mt 24:7; Lk 21:22, 24
Dan. 9:27It 15:18; 17:7; Lk 1:55
Dan. 9:27Mt 3:9; 10:6; 15:24; Yoh 19:15
Dan. 9:27Mt 27:51; 2Kr 5:17; Heb 9:12; 10:10
Dan. 9:27Mr 13:14
Dan. 9:27Dn 7:7, 23; Lk 21:20
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
Daniyeli 9:1-27

Daniyeli

9 Mu mwaka wa mbere wa Dariyo+ mwene Ahasuwerusi wo mu ruvyaro rw’Abamedi+, uwari yagizwe umwami aganza ubwami bw’Abakaludaya+, 2 mu mwaka wa mbere w’ingoma yiwe, jewe Daniyeli, biciye ku bitabu, naratahuye igitigiri c’imyaka y’ugushitsa agatikizo ka Yeruzalemu+, ni ukuvuga imyaka mirongo irindwi+, ku bijanye na yo ijambo rya Yehova rikaba ryari ryaraje kuri Yeremiya umuhanuzi+. 3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+. 4 Nuko ntangura gusenga Yehova Imana yanje no kwatura ibicumuro, nti+:

“Ewe Yehova Mana y’ukuri, Uwuhambaye+ akaba n’Uwuteye ubwoba, agumya isezerano+ be n’ubuntu bwuzuye urukundo+ ku bamukunda no ku bagumya amabwirizwa yiwe+, 5 twaracumuye+, dukora ibitari vyo, dukora ivy’ububisha, turagarariza+; twarakebeje tuva ku mabwirizwa yawe no ku ngingo zawe z’ubutungane*+. 6 Ntitwumvirije abasavyi bawe b’abahanuzi+, bavuze mw’izina ryawe babwira abami bacu, abaganwa bacu na ba sogokuruza bacu be n’abanyagihugu bose+. 7 Ewe Yehova, ufise ubugororotsi, mugabo twebwe dufise ibimaramare ku maso yacu nk’uko biri uyu musi+, twe n’abagabo ba Yuda n’ababa i Yeruzalemu be n’abo muri Isirayeli bose, abari hafi be n’abari kure mu bihugu vyose wabashwiragijemwo kubera ubuhemu bwabo bakugiriye+.

8 “Ewe Yehova, twebwe dufise ibimaramare ku maso yacu, twe n’abami bacu, abaganwa bacu na ba sogokuruza bacu, kuko twagucumuyeko+. 9 Imbabazi ni iza Yehova Imana yacu+, be n’ukubabarira ibicumuro+, kuko twamugararije+. 10 Ntitwagamburukiye ijwi rya Yehova Imana yacu mu kugendera mu mategeko yiwe yashize imbere yacu biciye ku kuboko kw’abasavyi biwe, abahanuzi+. 11 Abo muri Isirayeli bose barahonyanze itegeko ryawe; twarakebeje mu kutagamburukira ijwi ryawe+, bituma udusukako wa muvumo na ya ndahiro+ yanditswe mw’itegeko rya Musa wa musavyi w’Imana y’ukuri, kuko twayicumuyeko. 12 Nuko ashitsa amajambo yayo yari yaratuvuzeko+ twe n’abacamanza bacu baducira imanza+, atuzanako ivyago bikomeye, ku buryo munsi y’amajuru yose ata vyahagiriwe nk’ivyagiriwe i Yeruzalemu+. 13 Nk’uko nyene vyanditswe mw’itegeko rya Musa+, ivyo vyago vyose vyaratujeko+, kandi ntitwatakambiye* Yehova Imana yacu mu guhindukira tukava mw’ikosa ryacu+ no mu kwerekana ko dufise ugutahura kwimbitse mu bijanye n’ukuri kwawe+.

14 “Kandi Yehova yagumye arikanuye ku bijanye n’ivyo vyago, arahava abituzanako+, kuko Yehova Imana yacu agororotse mu bikorwa vyiwe vyose yakoze; natwe ntitwagamburukiye ijwi ryiwe+.

15 “None rero, Yehova Mana yacu, wewe wakuye abantu bawe mu gihugu ca Misiri biciye ku kiganza gikomeye+, ukihesha izina nk’uko biri uyu musi+, twaracumuye+, twakoze ivy’ububisha. 16 Ewe Yehova, nk’uko ibikorwa vyawe vyose vy’ubugororotsi biri+, ndakwinginze ishavu ryawe n’ubushangashirwe bwawe bisubire inyuma bive ku gisagara cawe Yeruzalemu, umusozi wawe mweranda+; kuko, bivuye ku bicumuro vyacu no ku makosa ya ba sogokuruza bacu+, Yeruzalemu n’igisata cawe bisigaye ari iceyi ku badukikuje+. 17 None rero, Mana yacu, niwumvirize isengesho ry’umusavyi wawe n’ukwinginga kwiwe, utume mu maso hawe hakayanganira+ ku kibanza c’aheranda hawe hacitse umusaka+, bibe ku bwa Yehova. 18 Tega ugutwi, Mana yanje, wumve+! Niwugurure amaso yawe, ubone ingene twacitse imisaka, ubone n’igisagara citiriwe izina ryawe+; kuko tudasutse imbere yawe ukwinginga kwacu twisunze ibikorwa vyacu vy’ubugororotsi+, ahubwo tubigize twisunze imbabazi zawe nyinshi+. 19 Yehova we, niwumve+! Yehova we, babarira+! Yehova we, niwumvirize kandi ugire ico ukoze+! Ntutebe+ Mana yanje, bibe ku bwawe, kuko izina ryawe ari ryo igisagara cawe n’abantu bawe vyitiriwe+.”

20 Nkiriko ndavuga, nsenga, natura igicumuro canje+ n’igicumuro c’igisata canje Isirayeli+, nongera nsaba ubutoni imbere ya Yehova Imana yanje ku vyerekeye wa musozi mweranda+ w’Imana yanje, 21 kandi nkiriko ndavuga nsenga, erega wa mugabo Gaburiyeli+, umwe nari nabonye mw’iyerekwa mu ntango+, umuruho ari wose, ashika iruhande yanje, mu gihe c’ishikanwa ryo ku mugoroba+. 22 Araheza ampa ugutegera, avugana nanje, ati:

“Ewe Daniyeli, ubu nzanywe no kuguha ugutahura kwimbitse hamwe n’ugutegera+. 23 Ugitangura kwinginga hari ijambo ryasohotse, nanje nkaba nzanywe no kurikumenyesha, kuko uri umuntu ahimbaye cane+. Niwitwararike+ rero iki kintu, kandi utegere ico ubona.

24 “Hari amayinga mirongo irindwi yashingiwe igisata cawe+ be n’igisagara cawe ceranda+, ku bwo kurangiza ibigabitanyo+, no gukuraho igicumuro+, no gutangira impongano* ikosa+, no kuzana ubugororotsi gushika ibihe bitagira urugero+, no gushira ikidodo+ kw’iyerekwa no ku muhanuzi, no kurobanuza amavuta* Aheranda h’Aheranda+. 25 Ukwiye kumenya kandi ugatahura bimwe vyimbitse yuko kuva igihe hazosohorwa ijambo+ ryo gusubizaho Yeruzalemu+ no gusubira kuyubaka, gushika kuri Mesiya+ Indongozi+, hazoba amayinga indwi, habe n’amayinga mirongo itandatu n’abiri+. Hazosubiraho, hasubire kwubakwa vy’ukuri, hagire n’ikibanza ca bose be n’ikinogo, mugabo hazoba ari mu bihe vy’amarushwa.

26 “Kandi inyuma y’ayo mayinga mirongo itandatu n’abiri, Mesiya azokurwaho+, ntihagire ico asigarizwa+.

“Kandi igisagara be n’ahantu heranda+ bizosenyurwa n’abantu b’indongozi iriko iraza+. Iherezo ryaho rizoba biciye kw’isegenya. Kandi hazoba intambara gushika kuri iryo herezo; icapfunditswe ni uko haba imisaka+.

27 “Kandi azotuma iryo sezerano+ riguma rikora ku bwa benshi, kumara iyinga rimwe+; maze iryo yinga niryagera hagati, azotuma ikimazi n’ishikanwa bihagarara+.

“Kandi umwe ateza ubugesera azoba ari kw’ibaba ry’ibisesemye+; icapfunditswe kizoguma kandi cisuka ku cagizwe umusaka, gushika ku gatikizo+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika