ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nahumu 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Nahumu 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:12; Nah 3:7; Zf 2:13

Nahumu 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:5; Gus 4:24; Yos 24:19
  • +Gus 32:35; Mik 5:15; Rm 13:4; Heb 10:30
  • +Yes 59:18; Yr 30:24; Rm 3:5
  • +Gus 32:41; Zb 81:14; 97:3
  • +Mik 5:9; Rm 2:5; 2Pt 2:9

Nahumu 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:18; Yw 2:13
  • +Yb 9:4; Zb 62:11; Ef 1:19
  • +Kv 34:7; Yr 46:28; Am 3:2
  • +Kv 19:18; Yb 38:1; Zb 50:3; Zk 9:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 45

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2001, rup. 22

Nahumu 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:11; Zb 104:7; 107:29
  • +Yos 3:16; Zb 74:15; Yes 19:5
  • +Yes 33:9; Am 1:2

Nahumu 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:8; Zb 68:8; 97:5; Heb 12:26
  • +Zb 97:4; Yes 24:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 111

Nahumu 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 10:10; Ivh 6:17
  • +Gus 32:22; Ivh 16:1
  • +Ivh 16:8

Nahumu 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:8; 136:1; Mt 19:17
  • +Zb 18:2; 91:2; Img 18:10; Yes 25:4
  • +Zb 46:1; 50:15; 91:15
  • +Zb 1:6; 2Tm 2:19

Nahumu 1:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ha Ninewe.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 28:17; Ezk 13:13; Dn 9:26
  • +Yes 8:22; Yr 13:16; Zf 1:15; Yud 6

Nahumu 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:1; 21:11; Yes 8:10
  • +Yes 10:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 9

Nahumu 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 7:4
  • +Hs 4:18
  • +Yes 9:19; 33:11; Mal 4:1

Nahumu 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:13; 19:22; Yes 10:7
  • +2Ng 32:16

Nahumu 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:35; Yes 37:36
  • +Yes 60:18; Yw 2:19

Nahumu 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:25; Yr 30:8; Hs 11:4
  • +Zb 107:14; Yr 5:5

Nahumu 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 109:13; Img 10:7
  • +Kv 34:13
  • +2Ng 32:21

Nahumu 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 52:7; Lk 2:10
  • +Gus 16:16; Neh 10:33
  • +Zb 116:14
  • +Yes 52:1
  • +Zb 37:10; 109:13; Mt 25:46

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Nah. 1:1Yes 10:12; Nah 3:7; Zf 2:13
Nah. 1:2Kv 20:5; Gus 4:24; Yos 24:19
Nah. 1:2Gus 32:35; Mik 5:15; Rm 13:4; Heb 10:30
Nah. 1:2Yes 59:18; Yr 30:24; Rm 3:5
Nah. 1:2Gus 32:41; Zb 81:14; 97:3
Nah. 1:2Mik 5:9; Rm 2:5; 2Pt 2:9
Nah. 1:3Gh 14:18; Yw 2:13
Nah. 1:3Yb 9:4; Zb 62:11; Ef 1:19
Nah. 1:3Kv 34:7; Yr 46:28; Am 3:2
Nah. 1:3Kv 19:18; Yb 38:1; Zb 50:3; Zk 9:14
Nah. 1:4Yb 38:11; Zb 104:7; 107:29
Nah. 1:4Yos 3:16; Zb 74:15; Yes 19:5
Nah. 1:4Yes 33:9; Am 1:2
Nah. 1:52Sm 22:8; Zb 68:8; 97:5; Heb 12:26
Nah. 1:5Zb 97:4; Yes 24:1
Nah. 1:6Yr 10:10; Ivh 6:17
Nah. 1:6Gus 32:22; Ivh 16:1
Nah. 1:6Ivh 16:8
Nah. 1:7Zb 25:8; 136:1; Mt 19:17
Nah. 1:7Zb 18:2; 91:2; Img 18:10; Yes 25:4
Nah. 1:7Zb 46:1; 50:15; 91:15
Nah. 1:7Zb 1:6; 2Tm 2:19
Nah. 1:8Yes 28:17; Ezk 13:13; Dn 9:26
Nah. 1:8Yes 8:22; Yr 13:16; Zf 1:15; Yud 6
Nah. 1:9Zb 2:1; 21:11; Yes 8:10
Nah. 1:9Yes 10:25
Nah. 1:10Mik 7:4
Nah. 1:10Hs 4:18
Nah. 1:10Yes 9:19; 33:11; Mal 4:1
Nah. 1:112Bm 18:13; 19:22; Yes 10:7
Nah. 1:112Ng 32:16
Nah. 1:122Bm 19:35; Yes 37:36
Nah. 1:12Yes 60:18; Yw 2:19
Nah. 1:13Yes 14:25; Yr 30:8; Hs 11:4
Nah. 1:13Zb 107:14; Yr 5:5
Nah. 1:14Zb 109:13; Img 10:7
Nah. 1:14Kv 34:13
Nah. 1:142Ng 32:21
Nah. 1:15Yes 52:7; Lk 2:10
Nah. 1:15Gus 16:16; Neh 10:33
Nah. 1:15Zb 116:14
Nah. 1:15Yes 52:1
Nah. 1:15Zb 37:10; 109:13; Mt 25:46
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
Bibiliya y’isi nshasha
Nahumu 1:1-15

Nahumu

1 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Ninewe+: Igitabu c’ivyo Nahumu Umwelikoshi yeretswe:

2 Yehova ni Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+ kandi yihora; Yehova arihora+ kandi arashangashirwa+. Yehova arihora abarwanizi biwe+, kandi agirira inzika abansi biwe+.

3 Yehova ateba gushavura+ kandi afise ububasha bwinshi+; Yehova nta ho azoreka guhana+.

Inzira yiwe iri mu muyaga utema ugatongora no mu kirura, ibicu ni vyo ntumo itumurwa n’ibirenge vyiwe+.

4 Ahambarira ikiyaga+, akagikamya; yumisha inzuzi zose+.

Bashani na Karumeli birakabiranye+, n’ishurwe rya Libani rirakabiranye.

5 Imisozi iratigise kubera we, n’imirambi irashonze+.

Isi izosebagirika kubera mu maso hiwe; n’ubutaka bwimbuka buzosebagirika, be n’ababa kuri bwo bose+.

6 Ni nde ashobora guhagarara imbere y’uburake bwiwe+? Kandi ni nde ashobora guhangara ishavu ryiwe rirurumba+?

Emwe, ubushangashirwe bwiwe buzosukwa nk’umuriro+, kandi ibitandara bizositurirwa hasi kubera we.

7 Yehova ni mwiza+, ni igihome gikomeye+ ku musi w’amarushwa+.

Arazi abaronderera ubuhungiro muri we+.

8 Azotikiza ahantu hiwe* biciye ku mwuzure w’amazi usendanisha+, kandi umwiza uzokurikirana abansi biwe+.

9 Ni ibiki muzokwiyumvira kugirira Yehova+? Aratikiza ntihagire igisigara.

Amarushwa ntazoza ubugira kabiri+.

10 Naho bariko basobanywa nk’amahwa+ kandi bakaba baborewe nk’ababorejwe n’inzoga yabo y’ingano+, ntibazobura kuyigizwa nk’ibishakara vyumye neza+.

11 Muri wewe hazova uwiyumvira kugirira nabi Yehova+, agapfundika ibitagira ikimazi+.

12 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Naho boba ata co bahajije kandi benshi bakaba bameze gutyo, ivyo ntibizobuza ko barandurwa+; hari uwuzoca muri bo. Nzoguteza amarushwa, ku buryo ntazosubira kuguteza amarushwa+. 13 Ubu rero nzovuna ingǒgo yiwe yo gutwarako ibintu ikuveko+, ncagagure n’imizana iri kuri wewe+. 14 Kandi Yehova yategetse ku bikwerekeye ati: ‘Nta citirirwa izina ryawe kizosubira kubibwa+. Nzorandura mu nzu y’imana zawe igishusho c’ikibazano n’igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe+. Nzogutegurira imva+, kuko ata co wamaze.’

15 “Ehe ku misozi ibirenge vy’uwuzanye inkuru nziza, uwamamaza amahoro+. Ewe Yuda, himbaza imisi mikuru yawe+. Shitsa indagano zawe+; kuko ata muntu w’imburakimazi azosubira guca muri wewe+. Vy’ukuri azorandurwa wese uko yakabaye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika