ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 15
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 15:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:11
  • +1Sm 7:9; Zb 99:6
  • +Zb 106:23
  • +2Bm 17:20; Yr 7:15

Yeremiya 15:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:12; Ezk 5:2; Zk 11:9
  • +Yr 43:11; Ezk 12:11

Yeremiya 15:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:16; Ezk 14:21
  • +Gus 28:26; Yr 7:33

Yeremiya 15:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:25; Yr 24:9; Ezk 23:46
  • +2Bm 21:11; 23:26; 24:3

Yeremiya 15:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:20; Yes 51:19; Int 1:12

Yeremiya 15:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:16; 2:13
  • +Yes 1:4; Yr 7:24
  • +Ezk 25:7; Zf 1:4
  • +Yr 23:20; Ezk 24:14; Hs 13:14

Yeremiya 15:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 1:4; Yes 30:24
  • +Gus 28:18; Yr 9:21; Ezk 24:21; Hs 9:12
  • +Yes 9:13; Yr 5:3; Am 4:10; Zk 1:4

Yeremiya 15:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:4
  • +Lk 21:35

Yeremiya 15:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:5
  • +Am 8:9; Mik 3:6
  • +Yr 44:27; Ezk 5:12

Yeremiya 15:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 3:1; Yr 20:14
  • +Lk 21:17
  • +Zb 109:28; Img 26:2

Yeremiya 15:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:28
  • +Yr 39:12
  • +2Ng 20:17

Yeremiya 15:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 20:5
  • +Zb 44:12; Yes 52:3

Yeremiya 15:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:38; Yr 16:13; 17:4; Am 5:27
  • +Gus 32:22; Yes 42:25; Heb 12:29

Yeremiya 15:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 10:7; Zb 17:3; Yr 12:3
  • +Neh 5:19
  • +Yr 11:20; 17:18; 20:11; 37:15
  • +Zb 102:24
  • +Zb 69:7; Mt 10:22; Rm 15:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 117-118

Yeremiya 15:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 3:1; Ivh 10:10
  • +Yb 23:12
  • +Zb 119:111
  • +Yr 14:9
  • +1Sm 17:45

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 47

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2017, rup. 20

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 30

    15/3/2007, rup. 10

    Yeremiya, rup. 117-118

Yeremiya 15:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 26:19
  • +Zb 1:1
  • +Yr 13:17; Int 3:28
  • +Yr 20:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 10

    1/5/2004, rup. 12

Yeremiya 15:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:19
  • +Yr 30:15
  • +Yr 20:7
  • +Yb 6:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 9

Yeremiya 15:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 4:8
  • +1Bm 17:1; Zk 3:7

Yeremiya 15:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:18; Ezk 3:9
  • +Yr 20:11; Rm 8:31
  • +Yes 41:10; Ivk 18:10

Yeremiya 15:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 25:4; 2Kr 1:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 15:1Kv 32:11
Yer. 15:11Sm 7:9; Zb 99:6
Yer. 15:1Zb 106:23
Yer. 15:12Bm 17:20; Yr 7:15
Yer. 15:2Yr 14:12; Ezk 5:2; Zk 11:9
Yer. 15:2Yr 43:11; Ezk 12:11
Yer. 15:3Lw 26:16; Ezk 14:21
Yer. 15:3Gus 28:26; Yr 7:33
Yer. 15:4Gus 28:25; Yr 24:9; Ezk 23:46
Yer. 15:42Bm 21:11; 23:26; 24:3
Yer. 15:5Zb 69:20; Yes 51:19; Int 1:12
Yer. 15:6Yr 1:16; 2:13
Yer. 15:6Yes 1:4; Yr 7:24
Yer. 15:6Ezk 25:7; Zf 1:4
Yer. 15:6Yr 23:20; Ezk 24:14; Hs 13:14
Yer. 15:7Zb 1:4; Yes 30:24
Yer. 15:7Gus 28:18; Yr 9:21; Ezk 24:21; Hs 9:12
Yer. 15:7Yes 9:13; Yr 5:3; Am 4:10; Zk 1:4
Yer. 15:8Yr 6:4
Yer. 15:8Lk 21:35
Yer. 15:91Sm 2:5
Yer. 15:9Am 8:9; Mik 3:6
Yer. 15:9Yr 44:27; Ezk 5:12
Yer. 15:10Yb 3:1; Yr 20:14
Yer. 15:10Lk 21:17
Yer. 15:10Zb 109:28; Img 26:2
Yer. 15:11Rm 8:28
Yer. 15:11Yr 39:12
Yer. 15:112Ng 20:17
Yer. 15:13Yr 20:5
Yer. 15:13Zb 44:12; Yes 52:3
Yer. 15:14Lw 26:38; Yr 16:13; 17:4; Am 5:27
Yer. 15:14Gus 32:22; Yes 42:25; Heb 12:29
Yer. 15:15Yb 10:7; Zb 17:3; Yr 12:3
Yer. 15:15Neh 5:19
Yer. 15:15Yr 11:20; 17:18; 20:11; 37:15
Yer. 15:15Zb 102:24
Yer. 15:15Zb 69:7; Mt 10:22; Rm 15:3
Yer. 15:16Ezk 3:1; Ivh 10:10
Yer. 15:16Yb 23:12
Yer. 15:16Zb 119:111
Yer. 15:16Yr 14:9
Yer. 15:161Sm 17:45
Yer. 15:17Img 26:19
Yer. 15:17Zb 1:1
Yer. 15:17Yr 13:17; Int 3:28
Yer. 15:17Yr 20:8
Yer. 15:18Yr 14:19
Yer. 15:18Yr 30:15
Yer. 15:18Yr 20:7
Yer. 15:18Yb 6:15
Yer. 15:19Yak 4:8
Yer. 15:191Bm 17:1; Zk 3:7
Yer. 15:20Yr 1:18; Ezk 3:9
Yer. 15:20Yr 20:11; Rm 8:31
Yer. 15:20Yes 41:10; Ivk 18:10
Yer. 15:21Yes 25:4; 2Kr 1:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 15:1-21

Yeremiya

15 Nuko Yehova ambwira ati: “Naho Musa+ na Samweli+ boba bahagaze imbere yanje, umutima wanje ntiwoba kuri aba bantu+. Bokwirukanwa bakamva mu maso, bagasohoka+. 2 Nibakubwira ngo: ‘Dusohoke tuje hehe?’, uze ubabwire rero uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Uwugenewe ikiza cica, naje ku kiza cica! Uwugenewe inkota, naje ku nkota! Uwugenewe ikigoyi, naje ku kigoyi+! Uwugenewe kugirwa imbohe na we, naje kugirwa imbohe+!”’

3 “‘Nzobashiriraho ubwoko bune bw’ivyago+,’ ni ko Yehova avuze: ‘inkota yo kwica, imbwa zo kuburuta, ibiremwa biguruka vyo mu kirere+ n’ibikoko vyo kw’isi vyo kurya no guhonya. 4 Nzobatanga babe akajugumiza ku bwami bwose bwo mw’isi+ kubera Manase mwene Hezekiya, umwami wa Yuda, ku bw’ivyo yakoze i Yeruzalemu+. 5 Kuko, ni nde azokwumvira impuhwe ga Yeruzalemu, kandi ni nde azosangira nawe umubabaro+? Vyongeye, ni nde azokevya ngo abaze uko umerewe?’

6 “‘Ni wewe wantaye+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Uguma ugenda amasubiranyuma+. Nzokubangurira ukuboko nguhonye+. Nduhijwe no kwicuza+. 7 Nzobagosoza ikanya+ mu marembo y’igihugu. Nzobahekura+. Nzorandura abantu banje, kuko batahindukiye ngo bave mu nzira zabo+. 8 Kuri jewe, abapfakazi babo basigaye ari benshi kurusha udutete tw’umusenyi two ku biyaga. Nzobazanira umunyazi ku mutaga+, ndamuzane kuri inabibondo no ku musore. Nzobazanako giturumbuka umudugararo n’uruhagarara+. 9 Umugore yavyaye indwi arayamye; arahemagiritse+. Izuba ryiwe rirarenze kandi hakiri ku murango+; ryamaramaye, rirarya ivyatsi.’ ‘Amasigarira yabo nzoyaha inkota imbere y’abansi babo+,’ ni ko Yehova avuze.”

10 Ndagowe+ mawe we, kuko wanyibarutse, jewe umuntu yama mu mitongano, umuntu yama mu mishihano n’isi yose+. Sinatanze ingurane, kandi nta ngurane bampaye. Bose bahamagarira akabi kuri jewe+.

11 Yehova avuze ati: “Ni ukuri nzogukorera iciza+. Ni ukuri nzohaseruka ku bwawe mu gihe c’ivyago+ no mu gihe c’amarushwa, nkurinde umwansi+. 12 Mbega hari uwovunagura icuma, icuma kiva mu buraruko, be n’umujumpu? 13 Ivyo ufise be n’amatunga yawe nzobitanga binyagwe+, atari ku kiguzi, ariko kubera ibicumuro vyawe vyose, egome, mu turere twawe twose+. 14 Kandi nzotuma bijabukana n’abansi bawe mu gihugu utazi+. Kuko umuriro udometswe mw’ishavu ryanje+. Ni mwebwe ucaniwe.”

15 Wewe ubwawe urazi ivyanje+. Ewe Yehova, nunyibuke+, unyiteho kandi umpǒre ku bampama+. Mu guteba kuraka kwawe, ntunkureho+. Nubone ukuntu nikoreye iceyi kubera wewe+. 16 Amajambo yawe yarabonetse, ndayarya+; ijambo ryawe rimbereye umwigino+ n’umunezero w’umutima wanje+; kuko nitiriwe izina ryawe+, ewe Yehova Mana nyen’ingabo+! 17 Sinicaye mu mugwi w’abagenzi somambike bagira ibijajuro+ ngo ntangure kwigina+. Nicaye ukwanje kubera ukuboko kwawe+, kuko wanyujuje imisibo+. 18 Kubera iki ububabare bwanje bwabaye ubudahera+, n’uruguma rwanje rukaba urudakira+? Rwanse gukira. Umbera koko nk’ikintu c’uruhendo+, nk’amazi atizigirwa+.

19 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: “Niwagaruka, nanje nzokugarukana+. Uzohagarara imbere yanje+. Niwakura ibifise agaciro mu bintu ata co bimaze, uzoba nk’umunwa wanje. Bazokugarukako, mugabo wewe ntuzobagarukako.”

20 “Nkugize kuri aba bantu uruhome rw’umujumpu rukomejwe+; bazokurwanya koko, mugabo ntibazokunesha+. Kuko ndi kumwe nawe kugira ngo ngukize no kugira nkurokore+,” ni ko Yehova avuze. 21 “Nzokurokora ngukure mu kuboko kw’ababi+, kandi nzogucungura ngukure mu kiganza c’abatwaza umukazo.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika