ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 9
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezira 9:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 10:8, 14
  • +Kv 33:16; Ezr 6:21; Neh 9:2
  • +Lw 20:23; Gus 12:30; 18:9
  • +It 10:19; Gh 13:29
  • +It 10:15; Yos 1:4
  • +Yos 11:3; 17:15
  • +Yos 18:16
  • +It 19:38; Gus 23:3
  • +It 19:37
  • +Lw 18:3
  • +It 15:16; Abc 11:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 20

Ezira 9:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:16; Ezr 10:44
  • +Kv 19:6; 22:31; Gus 7:6
  • +Neh 13:3; 2Kr 6:14
  • +1Pt 5:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 20

Ezira 9:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 7:6; 2Bm 22:19
  • +Neh 13:25
  • +Zb 143:4

Ezira 9:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 10:3
  • +Kv 29:41; Dn 9:21

Ezira 9:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 28:5
  • +Zb 95:6; Lk 22:41; Ivk 21:5; Ef 3:14
  • +Kv 9:29; Zb 143:6

Ezira 9:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 5:16
  • +Yb 40:4
  • +Dn 9:7
  • +Ezr 9:2; Zb 38:4; 106:6; Yes 1:18; 59:12
  • +Lk 15:21; Ivh 18:5

Ezira 9:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 32:14; 2Ng 29:6; Ivk 7:51
  • +Int 5:7
  • +Dn 9:8
  • +Neh 9:32
  • +2Bm 10:32; 1Ng 5:22; 2Ng 36:17
  • +2Bm 17:23; 25:6
  • +2Bm 17:20
  • +Dn 9:7

Ezira 9:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “mu kuduha urumambo.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:31
  • +Yes 1:9
  • +Zb 13:3
  • +Zb 138:7

Ezira 9:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:36
  • +Gus 30:1
  • +Ezr 1:1
  • +Ezr 6:14; Zk 4:9
  • +2Ng 36:19
  • +Yes 5:2, 5

Ezira 9:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 27:34; Gh 36:13

Ezira 9:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:24; Gus 12:31
  • +Lw 18:3; Gus 18:9
  • +2Bm 21:16
  • +Ezk 36:25; 2Kr 7:1

Ezira 9:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:32; 34:16; Gus 7:3; Yos 23:12
  • +Gus 23:6; 2Ng 19:2
  • +Gus 6:2
  • +It 18:19; Zb 112:2; Img 13:22; 20:7

Ezira 9:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:32
  • +Zb 103:10; Int 3:22, 39
  • +Zb 106:46

Ezira 9:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 13:23
  • +Ezr 9:1
  • +Gus 9:8; Rm 2:5
  • +Gus 32:26; Yes 1:9; Ezk 6:8

Ezira 9:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:33; Zb 96:13; Dn 9:7
  • +Rm 3:19
  • +Zb 130:3; 143:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezr. 9:1Ezr 10:8, 14
Ezr. 9:1Kv 33:16; Ezr 6:21; Neh 9:2
Ezr. 9:1Lw 20:23; Gus 12:30; 18:9
Ezr. 9:1It 10:19; Gh 13:29
Ezr. 9:1It 10:15; Yos 1:4
Ezr. 9:1Yos 11:3; 17:15
Ezr. 9:1Yos 18:16
Ezr. 9:1It 19:38; Gus 23:3
Ezr. 9:1It 19:37
Ezr. 9:1Lw 18:3
Ezr. 9:1It 15:16; Abc 11:22
Ezr. 9:2Kv 34:16; Ezr 10:44
Ezr. 9:2Kv 19:6; 22:31; Gus 7:6
Ezr. 9:2Neh 13:3; 2Kr 6:14
Ezr. 9:21Pt 5:3
Ezr. 9:3Yos 7:6; 2Bm 22:19
Ezr. 9:3Neh 13:25
Ezr. 9:3Zb 143:4
Ezr. 9:4Ezr 10:3
Ezr. 9:4Kv 29:41; Dn 9:21
Ezr. 9:5Gh 28:5
Ezr. 9:5Zb 95:6; Lk 22:41; Ivk 21:5; Ef 3:14
Ezr. 9:5Kv 9:29; Zb 143:6
Ezr. 9:6Yak 5:16
Ezr. 9:6Yb 40:4
Ezr. 9:6Dn 9:7
Ezr. 9:6Ezr 9:2; Zb 38:4; 106:6; Yes 1:18; 59:12
Ezr. 9:6Lk 15:21; Ivh 18:5
Ezr. 9:7Gh 32:14; 2Ng 29:6; Ivk 7:51
Ezr. 9:7Int 5:7
Ezr. 9:7Dn 9:8
Ezr. 9:7Neh 9:32
Ezr. 9:72Bm 10:32; 1Ng 5:22; 2Ng 36:17
Ezr. 9:72Bm 17:23; 25:6
Ezr. 9:72Bm 17:20
Ezr. 9:7Dn 9:7
Ezr. 9:8Neh 9:31
Ezr. 9:8Yes 1:9
Ezr. 9:8Zb 13:3
Ezr. 9:8Zb 138:7
Ezr. 9:9Neh 9:36
Ezr. 9:9Gus 30:1
Ezr. 9:9Ezr 1:1
Ezr. 9:9Ezr 6:14; Zk 4:9
Ezr. 9:92Ng 36:19
Ezr. 9:9Yes 5:2, 5
Ezr. 9:10Lw 27:34; Gh 36:13
Ezr. 9:11Lw 18:24; Gus 12:31
Ezr. 9:11Lw 18:3; Gus 18:9
Ezr. 9:112Bm 21:16
Ezr. 9:11Ezk 36:25; 2Kr 7:1
Ezr. 9:12Kv 23:32; 34:16; Gus 7:3; Yos 23:12
Ezr. 9:12Gus 23:6; 2Ng 19:2
Ezr. 9:12Gus 6:2
Ezr. 9:12It 18:19; Zb 112:2; Img 13:22; 20:7
Ezr. 9:13Neh 9:32
Ezr. 9:13Zb 103:10; Int 3:22, 39
Ezr. 9:13Zb 106:46
Ezr. 9:14Neh 13:23
Ezr. 9:14Ezr 9:1
Ezr. 9:14Gus 9:8; Rm 2:5
Ezr. 9:14Gus 32:26; Yes 1:9; Ezk 6:8
Ezr. 9:15Neh 9:33; Zb 96:13; Dn 9:7
Ezr. 9:15Rm 3:19
Ezr. 9:15Zb 130:3; 143:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
Bibiliya y’isi nshasha
Ezira 9:1-15

Ezira

9 Ivyo bikimara kurangira, abaganwa+ begera aho ndi, bavuga bati: “Abantu ba Isirayeli n’abaherezi n’Abalewi ntibitandukanije+ n’abantu bo muri ibi bihugu ku bijanye n’ibintu vyabo biteye ishishi+, abo na bo bakaba ari Abanyakanani+, Abaheti+, Abaperizi+, Abayebusi+, Abamoni+, Abanyamowabu+, Abanyamisiri+ n’Abamori+. 2 Kuko bemeye kwabira bamwe mu bakobwa babo bakemera n’uko bamwe mu bakobwa babo babirwa n’abahungu babo+; kandi ubwabo, bo ruvyaro rweranda+, barivanze+ n’abantu bo muri ivyo bihugu, kandi ukuboko kw’abaganwa n’ivyegera vy’abatware kwabaye ukwa mbere+ muri ubwo buhemu.”

3 Nkimara kwumva ico kintu, nca ntantamura impuzu yanje+ n’umwitero wanje utagira amaboko, ntangura gushikura umushatsi wo ku mutwe wanje+ n’ubwanwa bwanje, nguma nicaye njumarariwe+. 4 Vyongeye kuri jewe hakoranira abantu bose bariko bajugumira+ kubera amajambo y’Imana ya Isirayeli yiyamiriza ubuhemu bw’abajanywe ari inyagano, mu gihe nari nicaye njumarariwe gushika igihe c’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.

5 Igihe c’ishikanwa ry’intete+ ryo ku mugoroba kigeze, ndahaguruka mva aho nari nicaye nteterewe, impuzu yanje n’umwitero wanje utagira amaboko vyatantamutse, maze ndapfukama+, ngaranzurira ibiganza Yehova Imana yanje+. 6 Ndaheza mvuga+ nti: “Ewe Mana yanje, numva koko maramaye+ kandi mfise ubuyega+ ku buryo ntoraramurira mu maso hanje kuri wewe, ewe Mana yanje, kuko amakosa+ yacu yagwiriye ku mutwe wacu, ukwagirwa n’icaha kwacu na kwo kukaba kwabaye kwinshi gushika no mu majuru+. 7 Kuva mu misi ya ba sogokuruza bacu+ twamye twagirwa n’icaha bimwe bikomeye gushika n’uyu musi+; kandi amakosa yacu ni yo yatumye twe n’abami bacu+ n’abaherezi bacu+ dutangwa mu kuboko kw’abami b’ibi bihugu, turicishwa inkota+, tugirwa imbohe+, turasahurwa+ kandi tugira ibimaramare ku maso+, nk’uko biri uyu musi. 8 Ubu na ho, Yehova Imana yacu atugiriye ubutoni+ akanya gato mu kudusigariza abacitse kw’icumu+ no mu kuduha ikibanza kitagira inkomanzi* ahantu hiwe heranda, kugira akayanganishe amaso yacu+, ewe Mana yacu, no kugira atugarurire agatege mu bushumba bwacu+. 9 Kuko turi abasuku+; kandi Imana yacu ntiyaturekeye mu bushumba bwacu+, mugabo itugirira ubuntu bwuzuye urukundo imbere y’abami b’Ubuperesi+, kugira ngo itugarurire agatege duheze duhagurutse inzu y’Imana yacu+ twongere tunagure ahantu hayo hacitse umusaka+, no kugira ngo iduhe uruhome rw’amabuye+ muri Yuda n’i Yeruzalemu.

10 “None ga Mana yacu, tuvuge iki inyuma y’ivyo? Kuko twahevye amabwirizwa yawe+, 11 ayo wategetse biciye ku basavyi bawe abahanuzi, uti: ‘Igihugu mugiyemwo kugira ngo mucigarurire ni igihugu gihumanye kubera ubuhumane bw’abantu bo muri ivyo bihugu+, kubera ibintu vyabo biteye ishishi+ bacujuje kuva ku mpera gushika ku yindi+ biciye ku buhumane bwabo+. 12 Ubu rero abakobwa banyu ntimubahe abahungu babo+, canke ngo abakobwa babo mwemere ko babirwa n’abahungu banyu; kandi gushika igihe kitagira urugero ntimuze mukore murondera amahoro yabo+ canke ugutunganirwa kwabo, kugira mukomere+, murye vy’ukuri ivyiza vy’igihugu mwongere mucigarurire koko ku bw’abahungu banyu, gushika igihe kitagira urugero+.’ 13 Inyuma y’ivyadushikiye vyose kubera ibikorwa bibi vyacu+ n’ukwagirwa n’icaha kwacu gukomeye⁠—​kuko wewe, ewe Mana yacu, utatugiriye ibihuye n’ikosa ryacu+, ukaba uduhaye abacitse kw’icumu nk’aba+​—⁠ 14 twongere none turenge amabwirizwa yawe, twunge ubucuti bw’ukwabirana+ n’abantu bakora ibi bintu biteye ishishi+? Mbega ntuzotururumbira ishavu ugaherezako+ ku buryo ata n’umwe azosigara+, ntihagire n’uwucika kw’icumu? 15 Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, uragororotse+, kuko dusigaye turi abantu bacitse kw’icumu, nk’uko biri uyu musi. Ehe turi imbere yawe twagirwa n’icaha+, kuko tudashobora guhagarara imbere yawe kubera ico+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika