ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 55
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 55:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 5:1; 80:1; 84:8; 1Pt 3:12
  • +Zb 28:2; 143:7

Zaburi 55:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 17:1
  • +Yes 38:14

Zaburi 55:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 54:3
  • +2Sm 15:3
  • +2Sm 16:7; Hs 9:7

Zaburi 55:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:29
  • +Zb 18:4; 116:3; Yes 38:10

Zaburi 55:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:120

Zaburi 55:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:1
  • +Zb 139:9; Ivh 12:14

Zaburi 55:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:14
  • +1Sm 23:14; Yr 9:2

Zaburi 55:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 17:13

Zaburi 55:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:9; 2Sm 15:31; 17:7
  • +Yes 1:21; Yr 5:1; 6:7

Zaburi 55:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 19:11; 2Sm 17:1; Yoh 18:3, 28; Ivk 9:24
  • +Ezk 9:4; Zf 3:3

Zaburi 55:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 109:2; Yr 9:5; Am 5:10

Zaburi 55:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 41:9
  • +Zb 35:26; 38:16; Mt 26:21
  • +Yoh 13:18

Zaburi 55:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:12; 16:23; Yr 9:4
  • +Lk 22:21, 48

Zaburi 55:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 3:32
  • +Zb 42:4

Zaburi 55:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:6; 59:13; 69:25; 109:15
  • +Gh 16:30; 2Sm 17:23; 18:14; Mt 27:5; Ivk 1:18
  • +Zb 9:17; Yoh 12:6

Zaburi 55:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 73:28
  • +Zb 50:15; 91:15

Zaburi 55:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 88:1; 119:147; Dn 6:10; Mr 1:35; 1Ts 5:17
  • +Zb 5:3

Zaburi 55:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 4:9
  • +2Ng 32:7; Zb 3:6; 118:12; Mt 26:47

Zaburi 55:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:33; 143:12
  • +Gus 33:27; Zb 90:2; Yr 10:10
  • +Ums 8:11; Yr 48:11
  • +Zb 36:1; Zf 1:12

Zaburi 55:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:14; Zb 7:4; Ivk 12:1
  • +2Sm 5:3; Ums 8:2

Zaburi 55:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 16:23; Zb 28:3; 57:4; 59:7; 62:4; Mt 26:25
  • +Yoh 13:2
  • +Img 5:3
  • +Zb 59:7; Img 12:18

Zaburi 55:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:5; 43:5; Yes 50:10; Fp 4:6; 1Pt 5:7
  • +1Sm 2:9; Zb 68:19; 1Pt 1:5
  • +Zb 16:8; 37:24; 62:2; 121:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    6/2016, rup. 7

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2008, rup. 13

    1/6/2006, rup. 11

    1/8/2005, rup. 6

    Imizimu, rup. 56-57

Zaburi 55:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 55:15
  • +Zb 5:6; Img 10:27; Ums 7:17; Mt 27:5
  • +Zb 56:11; 115:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 55:1Zb 5:1; 80:1; 84:8; 1Pt 3:12
Zab. 55:1Zb 28:2; 143:7
Zab. 55:2Zb 17:1
Zab. 55:2Yes 38:14
Zab. 55:3Zb 54:3
Zab. 55:32Sm 15:3
Zab. 55:32Sm 16:7; Hs 9:7
Zab. 55:4Zb 69:29
Zab. 55:4Zb 18:4; 116:3; Yes 38:10
Zab. 55:5Zb 119:120
Zab. 55:6Zb 11:1
Zab. 55:6Zb 139:9; Ivh 12:14
Zab. 55:72Sm 15:14
Zab. 55:71Sm 23:14; Yr 9:2
Zab. 55:8Yes 17:13
Zab. 55:9It 11:9; 2Sm 15:31; 17:7
Zab. 55:9Yes 1:21; Yr 5:1; 6:7
Zab. 55:101Sm 19:11; 2Sm 17:1; Yoh 18:3, 28; Ivk 9:24
Zab. 55:10Ezk 9:4; Zf 3:3
Zab. 55:11Zb 109:2; Yr 9:5; Am 5:10
Zab. 55:12Zb 41:9
Zab. 55:12Zb 35:26; 38:16; Mt 26:21
Zab. 55:12Yoh 13:18
Zab. 55:132Sm 15:12; 16:23; Yr 9:4
Zab. 55:13Lk 22:21, 48
Zab. 55:14Img 3:32
Zab. 55:14Zb 42:4
Zab. 55:15Zb 9:6; 59:13; 69:25; 109:15
Zab. 55:15Gh 16:30; 2Sm 17:23; 18:14; Mt 27:5; Ivk 1:18
Zab. 55:15Zb 9:17; Yoh 12:6
Zab. 55:16Zb 73:28
Zab. 55:16Zb 50:15; 91:15
Zab. 55:17Zb 88:1; 119:147; Dn 6:10; Mr 1:35; 1Ts 5:17
Zab. 55:17Zb 5:3
Zab. 55:182Sm 4:9
Zab. 55:182Ng 32:7; Zb 3:6; 118:12; Mt 26:47
Zab. 55:19Zb 69:33; 143:12
Zab. 55:19Gus 33:27; Zb 90:2; Yr 10:10
Zab. 55:19Ums 8:11; Yr 48:11
Zab. 55:19Zb 36:1; Zf 1:12
Zab. 55:202Sm 15:14; Zb 7:4; Ivk 12:1
Zab. 55:202Sm 5:3; Ums 8:2
Zab. 55:212Sm 16:23; Zb 28:3; 57:4; 59:7; 62:4; Mt 26:25
Zab. 55:21Yoh 13:2
Zab. 55:21Img 5:3
Zab. 55:21Zb 59:7; Img 12:18
Zab. 55:22Zb 37:5; 43:5; Yes 50:10; Fp 4:6; 1Pt 5:7
Zab. 55:221Sm 2:9; Zb 68:19; 1Pt 1:5
Zab. 55:22Zb 16:8; 37:24; 62:2; 121:3
Zab. 55:23Zb 55:15
Zab. 55:23Zb 5:6; Img 10:27; Ums 7:17; Mt 27:5
Zab. 55:23Zb 56:11; 115:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 55:1-23

Zaburi

Ku muyobozi, ku bicurarangisho vy’imirya. Masikili. Ni izaburi ya Dawidi.

55 Ewe Mana, tega ugutwi isengesho ryanje+;

Ntiwinyegeze ngo ntiwumve ugusaba ubutoni kwanje+.

 2 Nyumviriza, unyishure+.

Nembembeshwa n’amaganya yanje+,

Nkicwa n’ukudurumbana,

 3 Kubera ijwi ry’umwansi, kubera umukazo uterwa n’umubisha+.

Kuko baguma bantibagurirako ibintu bibabaza+,

Bakambikira akazikira bashavuye+.

 4 Umutima wanje uri mu mubabaro ukaze muri jewe+,

Kandi uguca ivutu kw’urupfu kunguyeko+.

 5 Ubwoba, egome, ukujugumira kunyinjiramwo+,

Uguhinda agashitsi na kwo kukampfuka.

 6 Nguma mvuga nti: “Ese iyo mba mfise amababa nk’inuma+!

Nogurukiye kure nkiberayo+.

 7 Ehe! Nokwomokeye kure+;

Nokwibereye mu gahinga+.—Sela—

 8 Nokwihuse nja ahantu mpungira

Nkikinga umuyaga w’ikivumbuzi, nkikinga igihuhusi+.”

 9 Nubavurunganye, Yehova we, utume batavuga rumwe+,

Kuko mbonye ubukazi n’ibihari mu gisagara+.

10 Umurango n’ijoro barakizunguruka ku mpome zaco+;

Kandi ibibabaza be n’ivyago bibarizwa muri co+.

11 Amarushwa abarizwa muri co;

Kandi agahahazo n’ubuhendanyi ntivyavuye mu kibanza caho ca bose+.

12 Kuko atari umwansi yansize iceyi+;

Ahandiho nari kuvyihanganira.

Uwunyanka bikaze si we yanyirīyeko+;

Ahandiho nari kumwihisha+.

13 Ariko ni wewe, umuntu buntu yari nk’uwo tungana+,

Uwo dusanganywe kandi tuzinanyi+,

14 Kuko twahora twinovorera hamwe ubugenzi somambike busosa+;

Twahora tujana n’ikinja ry’abantu mu nzu y’Imana+.

15 Ugucika umusaka nikube kuri bo+!

Nibamanuke mu kuzimu babona+;

Kuko igihe bari babayeho ari ba kavamahanga, muri bo hari ibintu bibi+.

16 Nayo jewe, nzosemerera ntakambira Imana+;

Kandi Yehova ubwiwe azonkiza+.

17 Umugoroba n’igitondo n’umutaga nicwa n’amaganya kandi nkanihagira+,

Na we akumva ijwi ryanje+.

18 Ntazobura gucungura ubuzima bwanje akabushira mu mahoro, akabukiza indwano yo kundwanya+,

Kuko abandwanya babaye indiri+.

19 Imana izokwumva, ibishure+,

Umwe avyagiye nka kera+—Sela—

Bamwe batagira amahinduka+

Kandi batatinye Imana+.

20 Yatumye amaboko ngo agirire nabi ababanye na we amahoro+;

Yahumanije isezerano ryiwe+.

21 Amajambo y’akanwa kiwe aremvye kuruta amasoro+,

Mugabo umutima wiwe uguma urondera indwano+.

Amajambo yiwe yoroshe kuruta amavuta+,

Mugabo ni inkota zisokoye+.

22 Terera umuzigo wawe kuri Yehova ubwiwe+,

Na we ubwiwe azogushigikira+.

Ntazokwigera yemera ko umugororotsi anyiganyiga+.

23 Ariko wewe, ewe Mana, uzobamanukana mu cobo cimbitse kuruta ibindi+.

Nayo abagīrwa n’amaraso kandi b’abahendanyi, ntibazobaho n’ica kabiri c’imisi yabo+.

Ariko jewe, nzokwizigira wewe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika