ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zefaniya 3
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zefaniya 3:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:7; Yr 6:6; Mal 3:5

Zefaniya 3:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:15; Yr 22:21; 32:23
  • +Zb 50:17; Yes 1:5; Yr 5:3
  • +Zb 78:22; Yes 31:1; Yr 17:5
  • +Yb 21:14; Yes 29:13; Heb 10:22

Zefaniya 3:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:15; Yes 1:23
  • +Hab 1:8

Zefaniya 3:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:11; Int 2:14; Mt 7:15; 2Pt 2:1
  • +1Sm 2:12; Ezk 22:26; Mik 3:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 12

Zefaniya 3:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:4; Zb 99:4; Rm 3:26
  • +Yb 34:10
  • +Yr 21:12; Zk 7:9
  • +Mik 7:9; Lk 12:2; Rm 2:5; 1Kr 4:5
  • +Yr 3:3; 8:12; Zf 2:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 12

Zefaniya 3:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:28; Yes 37:11; Yr 25:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 12-13

Zefaniya 3:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:4; 63:8; Lk 19:42; 2Pt 3:9
  • +Yr 7:7; 25:5
  • +2Ng 36:16
  • +It 6:12; Gus 32:5; Hs 9:9; Mik 2:1

Zefaniya 3:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:14; 37:34; 62:1; 130:7; Img 20:22; Yes 30:18; Yak 5:7
  • +Yes 42:13
  • +Yw 3:2; Zk 14:2; Ivh 16:14; 19:19
  • +Zb 69:24; Yr 10:10
  • +Gus 32:22; Yes 34:2; Ezk 36:5; Zf 1:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 14

Zefaniya 3:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “n’urutugu rumwe.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 19:18; Ef 4:25
  • +1Bm 8:43; Zk 8:21
  • +Zk 8:23; Fp 1:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 56

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    1/2020, rup. 6

    Ishirahamwe, rup. 167

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2012, rup. 12

    15/1/2011, rup. 6

    15/8/2008, rup. 21-25

    15/11/2007, rup. 11

    15/11/2002, rup. 14-19

    1/3/2001, rup. 14-15, 18-19

    Urashobora Kubaho, rup. 127-128

Zefaniya 3:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 68:31; 72:10; Yes 18:7; 60:4; Ivk 8:27; Rm 15:16

Zefaniya 3:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:17; 54:4
  • +Lk 1:51; Yak 4:6; 1Pt 5:5
  • +2Sm 22:28; Yes 11:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 15

Zefaniya 3:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 57:15; 61:1; Mt 5:3; 1Kr 1:27
  • +Img 18:10; Heb 6:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2011, rup. 5

    1/3/2001, rup. 15

Zefaniya 3:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:22; Mik 4:7
  • +Yes 60:21; Mt 13:41
  • +Yes 63:8; Ef 4:25; Kl 3:9; Ivh 14:5; 21:27
  • +Img 12:22
  • +Ezk 34:28; Hs 2:18; Mik 4:4; Ivh 7:17
  • +Yr 30:10; Ezk 39:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 15

Zefaniya 3:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 3:11; Yes 12:6; Zk 2:10
  • +Mik 4:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 15

Zefaniya 3:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:2; Zk 8:13
  • +Mik 7:10; Zk 2:9; Rm 8:33
  • +Yes 33:22; Ezk 48:35; Ivh 7:15
  • +Am 9:15; Zk 14:11

Zefaniya 3:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “ntakoroke.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 46:28; Yoh 12:15
  • +Yes 35:3; Heb 12:12

Zefaniya 3:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 24:8; Yes 12:6
  • +Gus 30:9; Zb 147:11; Yes 62:3; 65:19; Yr 32:41

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2011, rup. 5

    1/3/2001, rup. 17

Zefaniya 3:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 42:3; Int 1:4; 2:6
  • +Yr 23:3; Hs 1:11
  • +Int 5:1

Zefaniya 3:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 26:11; 60:14; Zk 14:3
  • +Ezk 34:16; Mik 4:6
  • +Yes 11:11; 27:12; Ezk 28:25; Am 9:14; Mik 4:7

Zefaniya 3:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:15; 61:7; Yr 30:10; 33:9; Ezk 39:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 15-16, 19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zef. 3:1Yes 5:7; Yr 6:6; Mal 3:5
Zef. 3:2Yb 21:14; Yes 29:13; Heb 10:22
Zef. 3:2Gus 28:15; Yr 22:21; 32:23
Zef. 3:2Zb 50:17; Yes 1:5; Yr 5:3
Zef. 3:2Zb 78:22; Yes 31:1; Yr 17:5
Zef. 3:3Img 28:15; Yes 1:23
Zef. 3:3Hab 1:8
Zef. 3:4Yr 23:11; Int 2:14; Mt 7:15; 2Pt 2:1
Zef. 3:41Sm 2:12; Ezk 22:26; Mik 3:9
Zef. 3:5Gus 32:4; Zb 99:4; Rm 3:26
Zef. 3:5Yb 34:10
Zef. 3:5Yr 21:12; Zk 7:9
Zef. 3:5Mik 7:9; Lk 12:2; Rm 2:5; 1Kr 4:5
Zef. 3:5Yr 3:3; 8:12; Zf 2:1
Zef. 3:6Lw 18:28; Yes 37:11; Yr 25:33
Zef. 3:7Yes 5:4; 63:8; Lk 19:42; 2Pt 3:9
Zef. 3:7Yr 7:7; 25:5
Zef. 3:72Ng 36:16
Zef. 3:7It 6:12; Gus 32:5; Hs 9:9; Mik 2:1
Zef. 3:8Zb 27:14; 37:34; 62:1; 130:7; Img 20:22; Yes 30:18; Yak 5:7
Zef. 3:8Yes 42:13
Zef. 3:8Yw 3:2; Zk 14:2; Ivh 16:14; 19:19
Zef. 3:8Zb 69:24; Yr 10:10
Zef. 3:8Gus 32:22; Yes 34:2; Ezk 36:5; Zf 1:18
Zef. 3:9Yes 19:18; Ef 4:25
Zef. 3:91Bm 8:43; Zk 8:21
Zef. 3:9Zk 8:23; Fp 1:27
Zef. 3:10Zb 68:31; 72:10; Yes 18:7; 60:4; Ivk 8:27; Rm 15:16
Zef. 3:11Yes 45:17; 54:4
Zef. 3:11Lk 1:51; Yak 4:6; 1Pt 5:5
Zef. 3:112Sm 22:28; Yes 11:9
Zef. 3:12Yes 57:15; 61:1; Mt 5:3; 1Kr 1:27
Zef. 3:12Img 18:10; Heb 6:18
Zef. 3:13Yes 10:22; Mik 4:7
Zef. 3:13Yes 60:21; Mt 13:41
Zef. 3:13Yes 63:8; Ef 4:25; Kl 3:9; Ivh 14:5; 21:27
Zef. 3:13Img 12:22
Zef. 3:13Ezk 34:28; Hs 2:18; Mik 4:4; Ivh 7:17
Zef. 3:13Yr 30:10; Ezk 39:26
Zef. 3:14Ezr 3:11; Yes 12:6; Zk 2:10
Zef. 3:14Mik 4:8
Zef. 3:15Yes 40:2; Zk 8:13
Zef. 3:15Mik 7:10; Zk 2:9; Rm 8:33
Zef. 3:15Yes 33:22; Ezk 48:35; Ivh 7:15
Zef. 3:15Am 9:15; Zk 14:11
Zef. 3:16Yr 46:28; Yoh 12:15
Zef. 3:16Yes 35:3; Heb 12:12
Zef. 3:17Zb 24:8; Yes 12:6
Zef. 3:17Gus 30:9; Zb 147:11; Yes 62:3; 65:19; Yr 32:41
Zef. 3:18Zb 42:3; Int 1:4; 2:6
Zef. 3:18Yr 23:3; Hs 1:11
Zef. 3:18Int 5:1
Zef. 3:19Yes 26:11; 60:14; Zk 14:3
Zef. 3:19Ezk 34:16; Mik 4:6
Zef. 3:19Yes 11:11; 27:12; Ezk 28:25; Am 9:14; Mik 4:7
Zef. 3:20Yes 60:15; 61:7; Yr 30:10; 33:9; Ezk 39:25
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
Zefaniya 3:1-20

Zefaniya

3 Aragowe wa mugore agarariza kandi akiyanduza, ari we gisagara c’agahahazo+! 2 Ntiyumvirije ijwi+; ntiyemeye gutozwa indero+. Ntiyizigiye Yehova+. Ntiyiyegereje Imana yiwe+. 3 Abaganwa biwe hagati muri we bari intambwe ziroha+. Abacamanza biwe bari amabingira y’umugoroba adakegeta amagufa ngo ashikane mu gitondo+. 4 Abahanuzi biwe bari abatisonera, bakaba n’abantu b’ibihemu+. Abaherezi biwe barahumanije ivyari ivyeranda; bakoreye itegeko ivy’ubukazi+. 5 Hagati muri we, Yehova yari umugororotsi+; nta bitagororotse yakora+. Uko bukeye yaguma amenyesha ingingo yiwe y’ubutungane+. Ntiyigera ibura ku murango+. Ariko uwutagororotse ntiyamaramara+.

6 “Nararanduye amahanga; iminara yayo yo ku mfuruka yagizwe umusaka. Naratikije amabarabara yayo, ku buryo ata wuhaca. Ibisagara vyayo vyasizwe ari igiharabuga, ku buryo ata muntu asigarayo, ku buryo ata wubayo+. 7 Navuze nti: ‘Ni ukuri uzontinya; uzokwemera gutozwa indero+,’ kugira ngo aho aba ntiharandurwe+—ivyo vyose ni we nzobihôra+. Ni ukuri barabangutse mu kwonona ibikorwa vyabo vyose+.

8 “‘Ku bw’ivyo rero, nimugume munyiteze+,’ ni ko Yehova avuze, ‘gushika umusi nzohaguruka nkaja ku minyago+, kuko ingingo yanje y’ubutungane ari iyo gukoranya amahanga+, ngakoraniriza hamwe ubwami, kugira ngo ndabisukeko imisibo yanje+, ishavu ryanje ryose rirurumba; kuko isi yose izorigatwa n’umuriro w’umwete wanje+. 9 Kuko ico gihe nzohindura ururimi rw’ibisata vy’abantu rube ururimi rutyoroye+, kugira ngo bose bambaze izina rya Yehova+, kugira ngo bamukorere bahuje inama*+.’

10 “Abanyinginga, ari we mukobwa w’abantu banje basanzaye, bazonzanira ingabirano bavuye mu karere k’inzuzi za Etiyopiya+. 11 Kuri uwo musi ntuzomaramara kubera ibikorwa vyawe vyose wangabitanijeko+, kuko ico gihe nzokura hagati muri wewe abantu bawe bigina n’ubwibone n’akantu+; kandi ntuzopfa usubiye kugira ubwibone ku musozi wanje mweranda+. 12 Emwe, nzosigaza hagati muri wewe abantu baciye bugufi kandi batobato+, kandi bazohungira vy’ukuri mw’izina rya Yehova+. 13 Abasigaye ba Isirayeli+ nta bitagororotse bazokora+, canke ngo bavuge ikinyoma+, canke ngo mu kanwa kabo habonekemwo ururimi rw’amayeri+; kuko bazorisha bakigaramangira vy’ukuri+, kandi nta n’umwe azobajugumiza+.”

14 Niwihe akamo k’umunezero, ewe mukobwa wa Siyoni! Sesereza impundu+, ewe Isirayeli! Nezerwa wigine n’umutima wawe wose, ewe mukobwa wa Yeruzalemu+! 15 Yehova yagukuyeko imanza yari yaguciriye+. Yigije kure umwansi wawe+. Wa mwami wa Isirayeli, Yehova, ari hagati muri wewe+. Ntuzokwongera gutinya ivyago+. 16 Kuri uwo musi Yeruzalemu izobwirwa ngo: “Ntutinye, Siyoni we+! Amaboko yawe ntaregere*+. 17 Yehova Imana yawe ari hagati muri wewe. Azogukiza, kuko ari Umunyenkomezi+. Azokwigina n’umunezero kubera wewe+. Azocecekera mu rukundo rwiwe. Azokunezererwa yiha akamo k’umunezero.

18 “Abari bishwe n’intuntu+, ntibabe bahari ku kiringo cawe c’umusi mukuru, nzobakoraniriza hamwe koko+; ntibari bari kumwe nawe, kubera ko bari bikoreye iceyi kubera we+. 19 Ehe ico gihe nzohagurukira abahora baguteza amarushwa bose+; kandi umwe acumbagira nzomukiza+, n’umwe yashwiragira ndamukoranirize hamwe+. Nzobagira ishemezo n’izina mu gihugu cose bamaramariyemwo. 20 Ico gihe nzobacūra, emwe, mu gihe canje co kubakoraniriza hamwe. Kuko nzobagira izina n’ishemezo mu bisata vy’abantu vyose vyo kw’isi, ninagarukana imbohe zanyu muvyibonera,” ni ko Yehova avuze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika