ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nahumu 3
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Nahumu 3:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hab 2:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2013, rup. 10

    Be maso!,

    1/2011, rup. 28-29

Nahumu 3:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 26:3
  • +Abc 5:22; Yr 47:3

Nahumu 3:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hab 3:11

Nahumu 3:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 23:17; Ezk 23:30
  • +Lw 19:26; Gus 18:10; 1Kr 10:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 9

Nahumu 3:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “ibice vyo hepfo vy’impuzu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Nah 2:13
  • +Yes 47:2; Yr 13:22; Ezk 16:37; Ivh 17:16

Nahumu 3:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mal 2:3
  • +Zf 2:15; Yud 7

Nahumu 3:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Nah 2:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    1/2011, rup. 30

Nahumu 3:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 46:25; Ezk 30:14
  • +Yes 19:6

Nahumu 3:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 20:5
  • +It 10:6; 2Ng 16:8; Yr 46:9; Ezk 27:10

Nahumu 3:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:16; Yes 20:4
  • +Zb 137:9; Yes 13:16
  • +Yw 3:3; Ob 11
  • +Zb 149:8

Nahumu 3:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 75:8; Yr 25:15
  • +Yos 10:16; 1Sm 13:6
  • +Yr 4:5

Nahumu 3:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 28:4; Ivh 6:13

Nahumu 3:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 19:16; Yr 51:30
  • +Zb 107:16; Yes 45:2

Nahumu 3:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:3, 4
  • +Yes 8:9; Yw 3:9

Nahumu 3:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zf 2:13
  • +Kv 10:14; Yw 1:4

Nahumu 3:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:5; Yr 33:22

Nahumu 3:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 109:23

Nahumu 3:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 76:5; Yes 56:10; Yr 51:39
  • +Yr 51:30
  • +1Bm 22:17; Nah 2:8; Ivh 6:15

Nahumu 3:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 46:11; Ezk 30:21
  • +Yb 27:23; Zf 2:15
  • +Yes 10:6; 37:18

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Nah. 3:1Hab 2:12
Nah. 3:2Img 26:3
Nah. 3:2Abc 5:22; Yr 47:3
Nah. 3:3Hab 3:11
Nah. 3:4Yes 23:17; Ezk 23:30
Nah. 3:4Lw 19:26; Gus 18:10; 1Kr 10:20
Nah. 3:5Nah 2:13
Nah. 3:5Yes 47:2; Yr 13:22; Ezk 16:37; Ivh 17:16
Nah. 3:6Mal 2:3
Nah. 3:6Zf 2:15; Yud 7
Nah. 3:7Nah 2:8
Nah. 3:8Yr 46:25; Ezk 30:14
Nah. 3:8Yes 19:6
Nah. 3:9Yes 20:5
Nah. 3:9It 10:6; 2Ng 16:8; Yr 46:9; Ezk 27:10
Nah. 3:10Zb 33:16; Yes 20:4
Nah. 3:10Zb 137:9; Yes 13:16
Nah. 3:10Yw 3:3; Ob 11
Nah. 3:10Zb 149:8
Nah. 3:11Zb 75:8; Yr 25:15
Nah. 3:11Yos 10:16; 1Sm 13:6
Nah. 3:11Yr 4:5
Nah. 3:12Yes 28:4; Ivh 6:13
Nah. 3:13Yes 19:16; Yr 51:30
Nah. 3:13Zb 107:16; Yes 45:2
Nah. 3:14Yes 8:9; Yw 3:9
Nah. 3:142Ng 32:3, 4
Nah. 3:15Zf 2:13
Nah. 3:15Kv 10:14; Yw 1:4
Nah. 3:16It 15:5; Yr 33:22
Nah. 3:17Zb 109:23
Nah. 3:18Zb 76:5; Yes 56:10; Yr 51:39
Nah. 3:18Yr 51:30
Nah. 3:181Bm 22:17; Nah 2:8; Ivh 6:15
Nah. 3:19Yr 46:11; Ezk 30:21
Nah. 3:19Yb 27:23; Zf 2:15
Nah. 3:19Yes 10:6; 37:18
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha
Nahumu 3:1-19

Nahumu

3 Aragowe umwe ari igisagara gisesa amaraso+! Wese yuzuye ubuhendanyi n’ubwambuzi. Ntiyigera abura ico acakira! 2 Hari ijwi ry’ikimoko+ n’ijwi ry’ukujegera kw’ikurudumu, n’ifarasi yirasa, n’umukogote usimbasimba+, 3 uwugendera kw’ifarasi, n’urubeya rw’inkota, n’ukuravya kw’icumu+ n’abagandaguwe isinzi, n’ikirundo kinini c’abapfuye; imivyimba ntigira uko ingana. Baguma batsitagurika mu mivyimba yabo. 4 Ivyo vyatumwe n’ubumaraya bwinshi bwa wa mumaraya+, akwegêra kubera igikundiro ciwe, umwe karuhariwe mu bupfumu, umwe afatira mu mutego amahanga biciye ku bumaraya bwiwe, agafata n’imiryāngo biciye ku bupfumu bwiwe+.

5 “Ehe ngira nkurwanye+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “kandi nzoduza impuzu* yawe ndayigupfuke mu maso, ntume amahanga abona ubwambure bwawe+, n’ubwami bubone agateterwe kawe. 6 Nzogutako ibintu bisesemye+, ntume uba uwusuzuguritse; kandi nzokugira akabarore+. 7 Uwuzokubona wese azoguhunga+, avuge koko ati: ‘Ninewe yanyazwe! Ni nde azosangira na we umubabaro?’ Mbega abo kuguhoza nzobaronderera hehe? 8 Mbega uruta No-amoni+, uwari yicaye ku nkengera y’imigende ya Nili+? Amazi yari amukikuje irya n’ino, ikiyaga ni co cari ubutunzi bwiwe, uruhome rwiwe rukaba rwari ikiyaga. 9 Etiyopiya ni yo yari inguvu ziwe zose, be na Misiri+; kandi ntizagira aho zigarukira. Puti n’Abanyalibiya bahora bagufasha+. 10 No-amoni na yo nyene yabwirizwa kujanwa mu bunyagano+; yarajanywe kugirwa imbohe. Abana biwe na bo nyene basabirijwe mw’ihuriro ry’amabarabara yose+; kandi abanyacubahiro biwe babagabanganye biciye ku bupfindo+; abahambaye biwe bose baboheshejwe amapingu+.

11 “Na wewe nyene uzoborerwa+; uzoba ikintu kinyegejwe+. Na wewe nyene uzorondera igihome gikomeye co kwikinga umwansi+. 12 Ibibanza vyawe vyose bikingijwe ibihome bimeze nk’ibiti vy’imisukoni biriko ivyamwa vya mbere vyeze: iyo binyigangijwe ntibibura gutibagurikira mu kanwa k’umuryi+.

13 “Ehe abantu bawe babaye nk’abagore hagati muri wewe+. Amarembo y’igihugu cawe ntazobura kwugururirwa abansi bawe. Umuriro uzorigata koko ibihindizo vyawe+. 14 Niwivomere amazi uzokoresha mu gihe c’ugusugerezwa+. Komeza ibibanza vyawe bikingijwe ibihome+. Ja mu rwondo, ukāte ibumba; fata iforoma y’amatafari. 15 Mbere no ng’aho umuriro uzohakurigatira. Inkota izokurandura+. Izokurigata nk’inzige+ zikiri nto. Niwigwize nk’inzige zikiri nto; wigwize nk’inzige. 16 Wagwije abacuruza bawe kurusha inyenyeri zo mu majuru+.

“Nayo inzige zikiri nto, ziriyubura koko hanyuma zikaguruka. 17 Abarinzi bawe bameze nk’uruzige, abinjiza ingabo bawe na bo bakamera nk’irumbu ry’inzige. Ku musi haba hakanye zikambika mu ngo z’amabuye. Izuba ripfa guseruka zigaca zihunga; kandi ahantu hazo, aho ziba ziri, mu vy’ukuri nta wuhamenya+.

18 “Abungere bawe batanguye guhunyiza+, ewe mwami wa Ashuri! Abakomakomeye bawe bigumira aho baba+. Abantu bawe bashwiragirijwe ku misozi, nta wubegeranya+. 19 Nta gahengwe kariho ku vyago vyawe. Uruguma rwawe rwabaye urudakira+. Abazokwumva ivyawe bose ntibazobura gukubita amashi ku yandi bakwitamba ku muvyimba+; kuko ni nde atahora acumukura kubera ububi bwawe budahera+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika