ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 60
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 60:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:17; 52:1; 58:1
  • +Yes 42:6; Mt 5:16; Ef 5:8; Fp 2:15
  • +Yes 9:2; Lk 1:79; Yoh 1:9
  • +Yes 60:19; Mal 4:2; Lk 2:32; 1Pt 4:14; Ivh 22:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 309

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 19-21

Yesaya 60:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 26:18; Rm 1:21; 1Pt 2:9
  • +2Kr 3:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 19-21

    1/3/2001, rup. 20

    1/1/2000, rup. 23-24

Yesaya 60:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:10; Yes 11:10
  • +Zb 2:10; Yes 49:23
  • +Ivh 21:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 309-310

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 19-21

    1/1/2000, rup. 23-24

Yesaya 60:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:18
  • +Yes 49:21; Hg 2:7; Yoh 10:16; Ivh 7:13
  • +Yes 49:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 91-92

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 21

    1/1/2000, rup. 24

Yesaya 60:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 33:9
  • +Yes 54:2; 61:6; Hg 2:7, 8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 21

Yesaya 60:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 1:33
  • +2Ng 9:1
  • +Mal 1:11; Rm 15:9; Ivh 19:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 21

Yesaya 60:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:11
  • +It 25:13
  • +Kv 29:39; Lw 5:15; 9:2; Gh 6:14
  • +Yes 56:7; Heb 13:10
  • +Hg 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 21-23

Yesaya 60:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 7:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 22

    1/1/2000, rup. 26

Yesaya 60:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:5; Rm 15:12
  • +1Bm 10:22
  • +Yes 60:4; 66:20
  • +Zk 14:14
  • +1Bm 8:41; Zb 72:19
  • +Yes 48:17
  • +Zb 149:4; Yes 52:1; 55:5; Lk 2:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2007, rup. 18

    1/7/2002, rup. 22

    1/1/2000, rup. 26

Yesaya 60:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 3:26
  • +Ezr 7:27; Neh 2:7; Yes 49:23; Ivh 21:24
  • +Yes 57:17
  • +Gus 30:3; 1Bm 11:39; Zb 30:5; Yes 12:1; 54:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 23-24

    1/1/2000, rup. 26

Yesaya 60:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 21:25
  • +Yes 60:5
  • +Yes 60:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 23-24

    1/1/2000, rup. 26

Yesaya 60:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:12; Yes 41:11; Dn 2:44; Lk 19:27; Ivh 2:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 24

Yesaya 60:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:2; 41:19; 55:13
  • +Zb 96:6
  • +Zb 99:5; 132:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2015, rup. 7-9

    1/7/2002, rup. 24-25

Yesaya 60:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:2; 45:14; Yr 16:19
  • +Ivh 3:9
  • +Zb 48:2; 87:3; Yes 62:12; Heb 12:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2000, rup. 26-31

Yesaya 60:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:17; Yes 49:14; Yr 30:17; 33:10; Int 1:4; Gl 4:27
  • +Yes 35:10; 61:7; Yr 33:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 25

    1/1/2000, rup. 31

Yesaya 60:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 61:6; 66:11
  • +Yes 49:23
  • +Ezk 34:30
  • +Yes 43:3
  • +Zb 46:11; 132:2; Yes 30:29; 49:26
  • +Yes 41:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2021, rup. 17-18

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 25-26

    1/1/2000, rup. 31

Yesaya 60:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 10:21; Ivh 21:18
  • +Yes 32:1; 1Pt 5:2
  • +Yes 1:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2015, rup. 9-10

    15/2/2006, rup. 26-28

    1/7/2002, rup. 26-27

    1/6/2001, rup. 28-29

    1/2/2001, rup. 14, 29

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 119-120, 129

Yesaya 60:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 2:4; 11:9; 54:14; Zk 9:8
  • +Yes 26:1; 1Kr 3:17; Ivh 19:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 27-28

Yesaya 60:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:9; Yes 60:1; Ivh 21:23; 22:5
  • +Zb 62:7; 71:8; Zk 2:5; Lk 2:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 309

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 28

Yesaya 60:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:1; 84:11; Yak 1:17
  • +Yes 25:8; 30:19; 35:10; Ivh 21:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 309

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 28

Yesaya 60:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 32:16; 2Pt 3:13
  • +Zb 37:11, 29; Mt 5:5; Ivh 21:7
  • +Zb 92:13; Mt 15:13
  • +Yes 29:23; 43:7; Ef 2:10
  • +Yes 43:21; 44:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 28-29

    1/1/2000, rup. 31-32

Yesaya 60:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:35; Ivh 7:9
  • +Yes 5:19; Hab 2:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2016, rup. 20

    6/2016, rup. 23

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2014, rup. 28

    1/7/2002, rup. 29

    1/1/2000, rup. 32

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 90, 96-97

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 60:1Yes 51:17; 52:1; 58:1
Yes. 60:1Yes 42:6; Mt 5:16; Ef 5:8; Fp 2:15
Yes. 60:1Yes 9:2; Lk 1:79; Yoh 1:9
Yes. 60:1Yes 60:19; Mal 4:2; Lk 2:32; 1Pt 4:14; Ivh 22:5
Yes. 60:2Ivk 26:18; Rm 1:21; 1Pt 2:9
Yes. 60:22Kr 3:18
Yes. 60:3It 49:10; Yes 11:10
Yes. 60:3Zb 2:10; Yes 49:23
Yes. 60:3Ivh 21:24
Yes. 60:4Yes 49:18
Yes. 60:4Yes 49:21; Hg 2:7; Yoh 10:16; Ivh 7:13
Yes. 60:4Yes 49:22
Yes. 60:5Yr 33:9
Yes. 60:5Yes 54:2; 61:6; Hg 2:7, 8
Yes. 60:61Ng 1:33
Yes. 60:62Ng 9:1
Yes. 60:6Mal 1:11; Rm 15:9; Ivh 19:6
Yes. 60:7Yes 42:11
Yes. 60:7It 25:13
Yes. 60:7Kv 29:39; Lw 5:15; 9:2; Gh 6:14
Yes. 60:7Yes 56:7; Heb 13:10
Yes. 60:7Hg 2:9
Yes. 60:8Ivh 7:9
Yes. 60:9Yes 51:5; Rm 15:12
Yes. 60:91Bm 10:22
Yes. 60:9Yes 60:4; 66:20
Yes. 60:9Zk 14:14
Yes. 60:91Bm 8:41; Zb 72:19
Yes. 60:9Yes 48:17
Yes. 60:9Zb 149:4; Yes 52:1; 55:5; Lk 2:32
Yes. 60:10Neh 3:26
Yes. 60:10Ezr 7:27; Neh 2:7; Yes 49:23; Ivh 21:24
Yes. 60:10Yes 57:17
Yes. 60:10Gus 30:3; 1Bm 11:39; Zb 30:5; Yes 12:1; 54:7
Yes. 60:11Ivh 21:25
Yes. 60:11Yes 60:5
Yes. 60:11Yes 60:3
Yes. 60:12Zb 2:12; Yes 41:11; Dn 2:44; Lk 19:27; Ivh 2:27
Yes. 60:13Yes 35:2; 41:19; 55:13
Yes. 60:13Zb 96:6
Yes. 60:13Zb 99:5; 132:7
Yes. 60:14Yes 14:2; 45:14; Yr 16:19
Yes. 60:14Ivh 3:9
Yes. 60:14Zb 48:2; 87:3; Yes 62:12; Heb 12:22
Yes. 60:152Ng 36:17; Yes 49:14; Yr 30:17; 33:10; Int 1:4; Gl 4:27
Yes. 60:15Yes 35:10; 61:7; Yr 33:11
Yes. 60:16Yes 61:6; 66:11
Yes. 60:16Yes 49:23
Yes. 60:16Ezk 34:30
Yes. 60:16Yes 43:3
Yes. 60:16Zb 46:11; 132:2; Yes 30:29; 49:26
Yes. 60:16Yes 41:14
Yes. 60:171Bm 10:21; Ivh 21:18
Yes. 60:17Yes 32:1; 1Pt 5:2
Yes. 60:17Yes 1:26
Yes. 60:18Yes 2:4; 11:9; 54:14; Zk 9:8
Yes. 60:18Yes 26:1; 1Kr 3:17; Ivh 19:1
Yes. 60:19Zb 36:9; Yes 60:1; Ivh 21:23; 22:5
Yes. 60:19Zb 62:7; 71:8; Zk 2:5; Lk 2:32
Yes. 60:20Zb 27:1; 84:11; Yak 1:17
Yes. 60:20Yes 25:8; 30:19; 35:10; Ivh 21:4
Yes. 60:21Yes 32:16; 2Pt 3:13
Yes. 60:21Zb 37:11, 29; Mt 5:5; Ivh 21:7
Yes. 60:21Zb 92:13; Mt 15:13
Yes. 60:21Yes 29:23; 43:7; Ef 2:10
Yes. 60:21Yes 43:21; 44:23
Yes. 60:22Dn 2:35; Ivh 7:9
Yes. 60:22Yes 5:19; Hab 2:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 60:1-22

Yesaya

60 “Haguruka+, wa mugore we, rungika umuco+, kuko umuco wawe ushitse+, kandi ubuninahazwa bwa Yehova bukaba bukurasiyeko umuco+. 2 Kuko, ehe umwiza+ uzopfuka isi, umuzimagiza w’umuzitanya na wo upfuke imiryango y’amahanga; mugabo wewe Yehova azokurasirako umuco, kandi ubuninahazwa bwiwe buzokubonekako+. 3 Amahanga azogenda koko agana umuco wawe+, abami+ na bo bagende bagana ubukayangane bw’ukwaka kwawe+.

4 “Raramura amaso weraguze, urabe! Bose bakoranirijwe hamwe+; baje kuri wewe+. Abahungu bawe baguma baza bavuye kure, be n’abakobwa bawe, abazokwitwararikwa bari ku kiyunguyungu+. 5 Ico gihe uzobona, ukayangane koko+, kandi umutima wawe uzodegedwa vy’ukuri, waguke, kuko ubutunzi bw’ikiyaga buzoza bukugana; amatunga y’amahanga azoza kuri wewe+. 6 Ikigwi kigigimba c’ingamiya kizogupfuka, ingamiya zikiri nto z’ingabo z’i Midiyani n’iz’i Efa+. Iz’i Sheba+ zose, zizoza. Zizoza zikoreye inzahabu n’imibavu ya olibani. Kandi zizotangaza amashemezo ya Yehova+. 7 Imikuku yose y’i Kedari+, izokoranirizwa iwawe. Impfizi z’intama z’i Nebayoti+, zizogukorera+. Zizoduga ku gicaniro canje kandi zemerwe+, kandi nzoshariza inzu yanje y’ubwiza+.

8 “Abo ni bande baza baguruka nk’igicu+, nk’inuma zija ku twenge tw’inzu yazo? 9 Kuko amazinga azoguma anyizigiye+, n’imeri z’i Tarushishi+ nyene nko mu ntango, kugira ngo abana bawe bazanwe bakuwe kure+, ifeza zabo n’inzahabu zabo biri kumwe na bo+, baze bagana izina+ rya Yehova Imana yawe, bagana n’Umweranda wa Isirayeli+, kuko azoba yagusharije+. 10 Abanyamahanga bazokwubaka vy’ukuri impome zawe+, abami babo na bo bagukorere+; kuko mu burakari bwanje nzoba nagukubise+, mugabo mu butoni bwanje sinzobura kukugirira imbabazi+.

11 “Kandi amarembo yawe azoguma yuguruye nantaryo+; ntazokwugarwa haba ku murango canke mw’ijoro, kugira ngo uzanirwe amatunga y’amahanga+, kandi abami babo ni bo bazoba bari imbere+. 12 Kuko ihanga ryose n’ubwami bwose bitazogukorera bizoyogera; kandi amahanga ntazobura gutikira+.

13 “Ubuninahazwa bwa Libani buzoza kuri wewe, igiti c’umuberoshi, igiti c’umutidari be n’akajwari icarimwe+, kugira ngo ikibanza c’aheranda hanje gisharizwe+; kandi nzoninahaza ikibanza c’ibirenge vyanje+.

14 “Abana b’abaguteza amarushwa bazotegerezwa kuza kuri wewe bakwunamira+; abakugaya bose bazotegerezwa gukubita inkoro hasi imbere y’ubworo bw’ibirenge vyawe+, kandi bazobwirizwa kukwita igisagara ca Yehova, Siyoni+ y’Umweranda wa Isirayeli.

15 “Aho kuba uwahebwe buhere be n’uwanswe, aho ata n’umwe arengana+, nzokugira koko ikintu co kwishimira gushika igihe kitagira urugero, nkugire umwigino uko iyaruka rikurikira irindi+. 16 Kandi uzokwonka vy’ukuri amaberebere y’amahanga+, wonke ibere ry’abami+; kandi ntuzobura kumenya yuko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe, kandi ko Umunyabubasha+ wa Yakobo ari we Mucunguzi+ wawe. 17 Mu kibanza c’umujumpu nzozana inzahabu+, mu kibanza c’icuma nzane ifeza, mu kibanza c’igiti nzane umujumpu, mu kibanza c’amabuye na ho, icuma; kandi nzogena amahoro ngo akubere abacungezi+, n’ubugororotsi ngo bukubere abagabuzi b’ibikorwa+.

18 “Nta wuzosubira kwumva ubukazi mu gihugu cawe, ukunyaga canke ugusenyuka hagati y’imbibe zawe+. Kandi impome zawe ntuzobura kuzita Ubukiriro+, amarembo yawe na yo Ishemezo. 19 Izuba ntirizosubira kukubera umuco ku murango, n’ukwezi ntikuzosubira kuguha umuco ngo ukubere umwakaka. Mugabo Yehova azokubera koko umuco wamaho igihe kitagira urugero+, Imana yawe ikubere ubwiza+. 20 Izuba ryawe ntirizosubira kurenga, eka n’ukwezi kwawe ntikuzoyama; kuko Yehova ubwiwe azokubera umuco wamaho igihe kitagira urugero+, kandi imisi y’ukugandara kwawe izoba yarangiye+. 21 Nayo abantu bawe, bose bazoba abagororotsi+; bazokwigabira igihugu gushika igihe kitagira urugero+, babe umunago nitereye+, igikorwa c’amaboko yanje+, kugira ngo nsharizwe+. 22 Umutoyi azocika igihumbi, uwo hasi na we acike ihanga rikomeye+. Jewe Yehova, nzovyihutisha mu gihe cavyo+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika