ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 10
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

2 Abami 10:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 8:30; 12:14
  • +1Bm 16:29
  • +Gus 16:18
  • +1Bm 21:8

2 Abami 10:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 21:31

2 Abami 10:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 10:1

2 Abami 10:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 9:24, 27
  • +Lk 14:31

2 Abami 10:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 10:1

2 Abami 10:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 9:32
  • +Gus 5:9; Yb 21:19; Yes 14:21; Ivh 2:23
  • +2Bm 9:30

2 Abami 10:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 9:5; 1Bm 21:21; Zb 109:13

2 Abami 10:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 4:10; 11:19
  • +2Sm 20:22
  • +Gus 21:23

2 Abami 10:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 24:17
  • +2Bm 9:14
  • +2Bm 9:24

2 Abami 10:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 15:29; Yes 14:27; 44:26; 55:11
  • +1Bm 21:24
  • +1Bm 21:19, 22; 2Bm 9:7, 36

2 Abami 10:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 125:5; Img 13:20
  • +1Bm 18:19; 22:6; 2Bm 23:20
  • +1Bm 21:21

2 Abami 10:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 22:8
  • +2Bm 8:29; 9:21; 2Ng 22:1

2 Abami 10:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 20:18
  • +2Ng 22:8

2 Abami 10:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 35:6, 19
  • +1Ng 2:55
  • +It 47:7; Gh 6:23; Rs 2:4; Rm 12:14
  • +1Ng 12:17; Img 17:17
  • +Zk 8:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2005, rup. 11

    1/1/1998, rup. 23-24

2 Abami 10:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:11; 1Bm 19:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/1998, rup. 23-24

2 Abami 10:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 9:8; 2Ng 22:7; Zb 58:10
  • +1Bm 21:21; 2Bm 9:26; Zb 9:16

2 Abami 10:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 16:32; 18:22, 40; 2Bm 3:2

2 Abami 10:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 3:13
  • +2Bm 10:21
  • +2Bm 10:11
  • +Img 24:6; Ums 9:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2011, rup. 5

2 Abami 10:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 11:35
  • +1Bm 16:32

2 Abami 10:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 10:15; Yr 35:6, 19
  • +1Bm 18:22

2 Abami 10:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 20:39

2 Abami 10:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:27; Gus 13:6, 8; Ezk 9:5
  • +2Bm 7:17; 9:25

2 Abami 10:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:1; 1Bm 14:23
  • +Gus 7:25; 2Sm 5:21; 2Bm 19:18

2 Abami 10:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:30; Gus 7:5
  • +1Bm 16:32
  • +Ezr 6:11; Dn 2:5

2 Abami 10:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 13:33
  • +1Bm 14:16; 2Bm 14:24
  • +1Bm 12:28; Hs 8:6
  • +1Bm 12:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2011, rup. 5

2 Abami 10:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 29:20
  • +1Bm 21:21
  • +2Bm 13:1, 10; 14:23; 15:8, 12; Yb 34:11; Heb 6:10

2 Abami 10:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 10:12; 1Bm 2:4; Zb 78:10; Img 4:23; Hs 1:4; Heb 10:38
  • +1Bm 12:30; 13:34; 14:16

2 Abami 10:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:17; 2Bm 8:12; 13:22; Am 1:4

2 Abami 10:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 3:15; Yos 22:9
  • +Gus 3:16
  • +Gh 32:33
  • +Gus 3:13
  • +Yos 13:9
  • +Gus 28:63; Yos 13:12

2 Abami 10:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 14:19; 2Bm 13:8

2 Abami 10:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:12
  • +2Bm 13:1, 7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

2 Abm. 10:1Abc 8:30; 12:14
2 Abm. 10:11Bm 16:29
2 Abm. 10:1Gus 16:18
2 Abm. 10:11Bm 21:8
2 Abm. 10:2Img 21:31
2 Abm. 10:32Bm 10:1
2 Abm. 10:42Bm 9:24, 27
2 Abm. 10:4Lk 14:31
2 Abm. 10:52Bm 10:1
2 Abm. 10:62Bm 9:32
2 Abm. 10:6Gus 5:9; Yb 21:19; Yes 14:21; Ivh 2:23
2 Abm. 10:62Bm 9:30
2 Abm. 10:7Abc 9:5; 1Bm 21:21; Zb 109:13
2 Abm. 10:82Sm 4:10; 11:19
2 Abm. 10:82Sm 20:22
2 Abm. 10:8Gus 21:23
2 Abm. 10:91Sm 24:17
2 Abm. 10:92Bm 9:14
2 Abm. 10:92Bm 9:24
2 Abm. 10:101Sm 15:29; Yes 14:27; 44:26; 55:11
2 Abm. 10:101Bm 21:24
2 Abm. 10:101Bm 21:19, 22; 2Bm 9:7, 36
2 Abm. 10:11Zb 125:5; Img 13:20
2 Abm. 10:111Bm 18:19; 22:6; 2Bm 23:20
2 Abm. 10:111Bm 21:21
2 Abm. 10:132Ng 22:8
2 Abm. 10:132Bm 8:29; 9:21; 2Ng 22:1
2 Abm. 10:141Bm 20:18
2 Abm. 10:142Ng 22:8
2 Abm. 10:15Yr 35:6, 19
2 Abm. 10:151Ng 2:55
2 Abm. 10:15It 47:7; Gh 6:23; Rs 2:4; Rm 12:14
2 Abm. 10:151Ng 12:17; Img 17:17
2 Abm. 10:15Zk 8:23
2 Abm. 10:16Gh 25:11; 1Bm 19:10
2 Abm. 10:172Bm 9:8; 2Ng 22:7; Zb 58:10
2 Abm. 10:171Bm 21:21; 2Bm 9:26; Zb 9:16
2 Abm. 10:181Bm 16:32; 18:22, 40; 2Bm 3:2
2 Abm. 10:192Bm 3:13
2 Abm. 10:192Bm 10:21
2 Abm. 10:192Bm 10:11
2 Abm. 10:19Img 24:6; Ums 9:12
2 Abm. 10:211Bm 11:35
2 Abm. 10:211Bm 16:32
2 Abm. 10:232Bm 10:15; Yr 35:6, 19
2 Abm. 10:231Bm 18:22
2 Abm. 10:241Bm 20:39
2 Abm. 10:25Kv 32:27; Gus 13:6, 8; Ezk 9:5
2 Abm. 10:252Bm 7:17; 9:25
2 Abm. 10:26Lw 26:1; 1Bm 14:23
2 Abm. 10:26Gus 7:25; 2Sm 5:21; 2Bm 19:18
2 Abm. 10:27Lw 26:30; Gus 7:5
2 Abm. 10:271Bm 16:32
2 Abm. 10:27Ezr 6:11; Dn 2:5
2 Abm. 10:291Bm 13:33
2 Abm. 10:291Bm 14:16; 2Bm 14:24
2 Abm. 10:291Bm 12:28; Hs 8:6
2 Abm. 10:291Bm 12:29
2 Abm. 10:30Ezk 29:20
2 Abm. 10:301Bm 21:21
2 Abm. 10:302Bm 13:1, 10; 14:23; 15:8, 12; Yb 34:11; Heb 6:10
2 Abm. 10:31Gus 10:12; 1Bm 2:4; Zb 78:10; Img 4:23; Hs 1:4; Heb 10:38
2 Abm. 10:311Bm 12:30; 13:34; 14:16
2 Abm. 10:321Bm 19:17; 2Bm 8:12; 13:22; Am 1:4
2 Abm. 10:33Gus 3:15; Yos 22:9
2 Abm. 10:33Gus 3:16
2 Abm. 10:33Gh 32:33
2 Abm. 10:33Gus 3:13
2 Abm. 10:33Yos 13:9
2 Abm. 10:33Gus 28:63; Yos 13:12
2 Abm. 10:341Bm 14:19; 2Bm 13:8
2 Abm. 10:352Sm 7:12
2 Abm. 10:352Bm 13:1, 7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
Bibiliya y’isi nshasha
2 Abami 10:1-36

2 Abami

10 Kandi Ahabu yari afise abahungu mirongo irindwi+ i Samariya+. Yehu yandika rero amakete maze ayarungika i Samariya ku baganwa+ b’i Yezireyeli, abagabo b’inararibonye+ n’ababungabunzi ba Ahabu, ati: 2 “Ubu rero, ku gihe nyene iri kete ribashikiriye, ehe muri kumwe n’abahungu b’umukama wanyu, kandi muri kumwe n’imikogote y’intambara, n’amafarasi+, n’igisagara gikingijwe ibihome, n’ibirwanisho. 3 Murabe rero mu bahungu b’umukama wanyu uwuri mwiza kurusha abandi kandi agororotse kurusha abandi muheze mumushire ku ntebe y’ubwami ya se wiwe+. Hanyuma murwanire inzu y’umukama wanyu.”

4 Maze baratinya rwose, batangura kuvuga bati: “Ehe abami babiri+ ntibamuhagaze imbere, none twebwe twohagarara gute+?” 5 Nuko uwari ahagarikiye inzu n’uwagaba igisagara, n’abagabo b’inararibonye be n’ababungabunzi+ batuma kuri Yehu bati: “Turi abasuku bawe, kandi ico utubwira cose turagikora. Nta n’umwe tugira umwami. Kora ikiri ciza mu maso yawe.”

6 Aca abandikira ikete rigira kabiri, ati: “Nimba muri abanje+, kandi ijwi ryanje rikaba ari ryo mugamburuka, nimutore imitwe y’abagabo basanzwe ari abahungu+ b’umukama wanyu, maze muzoze ejo nk’aya mango aho ndi i Yezireyeli+.”

Kandi abahungu b’umwami, abagabo mirongo irindwi, bari kumwe n’abagabo b’abanyacubahiro b’igisagara bari babareze. 7 Nya kete rikimara kubashikira, bafata abo bahungu b’umwami maze barabakerera, abagabo mirongo irindwi+, hanyuma bashira imitwe yabo mu bisimbo baraheza barayimurungikira i Yezireyeli. 8 Maze ya ntumwa+ iza kumumenyesha iti: “Bazanye ya mitwe+ y’abahungu b’umwami.” Avuga rero ati: “Nimuyishire mu birundo bibiri ku bwinjiriro bw’irembo gushika mu gitondo+.” 9 Nuko mu gitondo arasohoka. Maze arahagarara, abwira abantu bose ati: “Mwebwe muragororotse+. Ehe jewe nagīriye umugambi mubi+ umukama wanje, ndamwica+; mugabo ni nde yasasitse aba bose? 10 Mumenye rero ko ata na kimwe mw’ijambo rya Yehova kizokorokera hasi kitarangutse+ mu vyo Yehova yavuze ku nzu ya Ahabu+; kandi Yehova ubwiwe akoze ivyo yavuze biciye ku musavyi wiwe Eliya+.” 11 Vyongeye, Yehu asasika abari basigaye bose mu nzu ya Ahabu i Yezireyeli, n’abagabo b’abanyacubahiro biwe bose+, n’abari bazinanyi na we, n’abaherezi biwe+, gushika aho ata n’umwe amusigariza+.

12 Nuko arahaguruka arataha, maze afata inzira aja i Samariya. Inzu y’abungere, iyo bazirikamwo intama, yari kuri iyo nzira. 13 Maze Yehu ahura na bene wabo+ na Ahaziya+ umwami wa Yuda. Ababwiye ati: “Muri ba nde?”, baca bavuga bati: “Turi bene wabo na Ahaziya, tukaba turiko tumanuka kubaza nimba abahungu b’umwami n’abahungu b’umugore w’iteka bari impore.” 14 Aca avuga ati: “Nimubacakire ari bazima+!” Barabacakira rero ari bazima maze babicira kw’itangi rya ya nzu yazirikwamwo intama, abagabo mirongo ine na babiri; ntiyasigaza n’umwe muri bo+.

15 Mu gihe yariko aragenda avuye ng’aho, ahura na Yehonadabu+ mwene Rekabu+ aje kumusanganira. Amuhezagiye+, amubwira rero ati: “Mbega umutima wawe urangororokeye, nk’uko umutima wanje ugororokeye umutima wawe+?”

Yehonadabu aca avuga ati: “Urakugororokeye.”

“Nimba ungororokeye, mpa ukuboko kwawe.”

Nuko amuha ukuboko kwiwe. Aca amwuriza aho ari mu mukogote wiwe+. 16 Maze avuga ati: “Ingo tujane, urabe ingene ntihanganira ubukeba na bumwe+ kuri Yehova.” Nuko baguma bamutwarana na we mu mukogote w’intambara wiwe. 17 Amaherezo ashika i Samariya. Asasika rero abari basigaye bose mu ba Ahabu i Samariya, gushika abazimanganije+, nk’uko ijambo rya Yehova ryari, iryo yari yarabwiye Eliya+.

18 Vyongeye, Yehu akoraniriza hamwe abantu bose maze ababwira ati: “Ahabu yasenze Bayali buhoro+. Yehu we azomusenga cane. 19 Ubu rero, nimutumeko abahanuzi+ ba Bayali bose, abayisenga bose+ n’abaherezi bayo bose+ baze aho ndi. Ntihagire n’umwe abura, kuko mfitiye Bayali ikimazi gikomeye. Uwuza kubura wese ntazobandanya kubaho.” Mugabo Yehu, yariko akorana urwenge+, kugira ngo arandure abasenga Bayali.

20 Hanyuma Yehu avuga ati: “Nimwereze Bayali ikoraniro ry’agakūra.” Nuko barabitangaza. 21 Maze Yehu atuma intumwa muri Isirayeli yose+, ku buryo abasenga Bayali bose baza. Ntihagira n’umwe asigara ataje. Baguma binjira mu nzu ya Bayali+, maze inzu ya Bayali iruzura kuva ku mpera gushika ku yindi. 22 Abwira rero uwari ajejwe ubushinguro bw’impuzu ati: “Sohorera impuzu abasenga Bayali bose.” Nuko abasohorera imyambaro. 23 Maze Yehu yinjirana na Yehonadabu+ mwene Rekabu mu nzu ya Bayali. Abwira rero abo basenga Bayali ati: “Nimurondere mwitonze murabe yuko ata n’umwe mu basenga Yehova ari kumwe namwe ng’aha, kiretse gusa abasenga Bayali+.” 24 Amaherezo binjira guhereza ibimazi n’amashikanwa aturirwa, maze Yehu ashira hanze abagabo mirongo umunani biwe hanyuma avuga ati: “Umuntu acoroka mu bo ngira nshire mu maboko yanyu, uwo azoba acorokanye aca asubira mu kibanza ciwe+.”

25 Yehu akirangiza guhereza ishikanwa riturirwa, aca abwira abirutsi n’ibisongerezi ati: “Injire mubasasike! Ntihagire n’umwe asohoka+.” Nya birutsi na nya bisongerezi+ batangura kubasasikisha ubugi bw’inkota no kubaterera hanze, babandanya kugenda gushika mu gisagara c’inzu ya Bayali. 26 Maze basohora inkingi nyeranda+ z’inzu ya Bayali baraheza baturira+ imwimwe yose. 27 Vyongeye, basiturira hasi inkingi nyeranda ya Bayali+ bongera basiturira hasi inzu ya Bayali+, maze baguma bayishize ku ruhande kugira ngo ikoreshwe bwa tuzu twa surwumwe+, gushika n’uyu musi.

28 Gutyo, Yehu azimanganya Bayali muri Isirayeli. 29 Ibicumuro vya Yerobowamu+ mwene Nebati, ivyo yacumurishije Isirayeli+, ni vyo gusa Yehu atakebeje ngo areke kubikurikira, ni ukuvuga za nyana z’inzahabu+, za zindi imwe yari i Beteli iyindi ikaba i Dani+. 30 Nuko Yehova abwira Yehu ati: “Ko wagize neza mu gukora ibigororotse mu maso yanje+, ukagirira inzu ya Ahabu nk’uko ivyari mu mutima wanje vyose vyari+, abahungu bawe, gushika kw’iyaruka rigira kane, bazokwicara ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli ku bwawe+.” 31 Mugabo Yehu ntiyitwararika kugendera mw’itegeko rya Yehova Imana ya Isirayeli n’umutima wiwe wose+. Ntiyakevya ngo ave mu bicumuro vya Yerobowamu, ivyo yacumurishije Isirayeli+.

32 Muri iyo misi Yehova atangura guhimbura Isirayeli igihimba ku kindi; nuko Hazayeli+ aguma abasasika mu karere kose ka Isirayeli, 33 kuva kuri Yorodani werekeza iyo izuba rirasira, igihugu cose ca Gileyadi+, Abagadi+ n’Abarubeni+ n’Abamanase+, kuva i Aroweri+ iruhande y’umwonga Arunoni, egome, Gileyadi na Bashani+.

34 Ibisigaye mu vya Yehu n’ivyo yakoze vyose n’ubushobozi bwiwe bwose, none ntivyanditswe mu gitabu+ c’ivyo mu misi y’abami ba Isirayeli? 35 Amaherezo Yehu aryama hamwe na ba sekuruza+, hanyuma bamuhamba i Samariya; nuko Yehowahazi+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe. 36 Imisi Yehu yari yaganje Isirayeli i Samariya, yabaye imyaka mirongo ibiri n’umunani.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika