ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 139
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 139:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 16:7; 1Bm 8:39; 1Ng 28:9; Zb 17:3; 44:21; 139:23; Yr 12:3; 20:12; Heb 4:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2011, rup. 15

Zaburi 139:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 16:13; 2Bm 19:27; Yes 37:28
  • +Zb 33:13; 94:11; Ezk 38:10; Mt 9:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2011, rup. 15

Zaburi 139:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:15; 2Sm 8:14; Yb 31:4; Zb 121:8
  • +Zb 33:15; Img 5:21; Yes 29:15; Ivk 5:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2011, rup. 15

    1/6/2006, rup. 6

Zaburi 139:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 19:14
  • +Zb 50:21; Heb 4:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2014, rup. 4-5

Zaburi 139:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 42:3; Zb 40:5; 131:1; Rm 11:33
  • +Yb 26:14; Img 30:3

Zaburi 139:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:9
  • +Yr 23:24; Yon 1:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2011, rup. 27

Zaburi 139:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 9:2; Ob 4
  • +Yb 26:6; Img 15:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2011, rup. 27

Zaburi 139:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:10
  • +Zb 65:5; Yes 11:11; 24:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2011, rup. 27

Zaburi 139:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 63:8
  • +Zb 73:23; Yes 41:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2011, rup. 27

Zaburi 139:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 94:7; Yes 29:15; Yr 23:24
  • +Yb 12:22

Zaburi 139:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:21
  • +Yb 34:22; Dn 2:22
  • +Heb 4:13

Zaburi 139:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 10:9
  • +Yb 10:8; 31:15; Zb 22:10; Yes 46:3; Yoh 3:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 38

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2007, rup. 21-22

Zaburi 139:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:26; Zb 22:9; 71:6; 100:3; Yes 44:2; Yr 1:5
  • +Zb 19:1; 92:5; 104:24; 111:2
  • +Ivh 15:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 171-173

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2007, rup. 21

Zaburi 139:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 10:11; Ums 11:5
  • +Yb 10:9
  • +Ef 4:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 38

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2007, rup. 22

Zaburi 139:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:21; 10:18; Zb 127:3
  • +Yb 31:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 38

    Be maso!,

    no. 3 2017 rup. 4

    8/2015, rup. 5-6

    Niwiyegereze, rup. 172

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2007, rup. 22-23

    1/5/1999, rup. 4-5

Zaburi 139:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 55:9
  • +Rm 11:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2007, rup. 23-24

Zaburi 139:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:5
  • +Zb 3:5; 17:15; 63:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2007, rup. 23-24

Zaburi 139:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 5:6; 9:17; 94:23
  • +1Bm 2:5

Zaburi 139:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 21:14; Zb 21:11; 73:8; Img 24:8
  • +Kv 20:7; Yud 15
  • +Yes 64:2

Zaburi 139:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 19:2; Zb 21:8; 81:15; 2Kr 6:14
  • +Zb 119:158

Zaburi 139:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 101:3
  • +Zb 37:12, 32

Zaburi 139:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 20:12
  • +Zb 94:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 60

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2009, rup. 3

    15/6/2007, rup. 24-25

    1/9/2006, rup. 16

    1/7/2001, rup. 18-19

Zaburi 139:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 7:3; 17:3
  • +Zb 5:8; 143:8, 10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 60

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2020, rup. 29

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2007, rup. 24-25

    1/9/2006, rup. 16

    1/7/2001, rup. 18-19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 139:11Sm 16:7; 1Bm 8:39; 1Ng 28:9; Zb 17:3; 44:21; 139:23; Yr 12:3; 20:12; Heb 4:13
Zab. 139:2It 16:13; 2Bm 19:27; Yes 37:28
Zab. 139:2Zb 33:13; 94:11; Ezk 38:10; Mt 9:4
Zab. 139:3It 28:15; 2Sm 8:14; Yb 31:4; Zb 121:8
Zab. 139:3Zb 33:15; Img 5:21; Yes 29:15; Ivk 5:3
Zab. 139:4Zb 19:14
Zab. 139:4Zb 50:21; Heb 4:12
Zab. 139:6Yb 42:3; Zb 40:5; 131:1; Rm 11:33
Zab. 139:6Yb 26:14; Img 30:3
Zab. 139:7Ivk 5:9
Zab. 139:7Yr 23:24; Yon 1:3
Zab. 139:8Am 9:2; Ob 4
Zab. 139:8Yb 26:6; Img 15:11
Zab. 139:9Zb 18:10
Zab. 139:9Zb 65:5; Yes 11:11; 24:14
Zab. 139:10Zb 63:8
Zab. 139:10Zb 73:23; Yes 41:13
Zab. 139:11Zb 94:7; Yes 29:15; Yr 23:24
Zab. 139:11Yb 12:22
Zab. 139:12Kv 20:21
Zab. 139:12Yb 34:22; Dn 2:22
Zab. 139:12Heb 4:13
Zab. 139:13Yb 10:9
Zab. 139:13Yb 10:8; 31:15; Zb 22:10; Yes 46:3; Yoh 3:4
Zab. 139:14It 1:26; Zb 22:9; 71:6; 100:3; Yes 44:2; Yr 1:5
Zab. 139:14Zb 19:1; 92:5; 104:24; 111:2
Zab. 139:14Ivh 15:3
Zab. 139:15Yb 10:11; Ums 11:5
Zab. 139:15Yb 10:9
Zab. 139:15Ef 4:9
Zab. 139:16Yb 1:21; 10:18; Zb 127:3
Zab. 139:16Yb 31:15
Zab. 139:17Yes 55:9
Zab. 139:17Rm 11:33
Zab. 139:18Zb 40:5
Zab. 139:18Zb 3:5; 17:15; 63:6
Zab. 139:19Zb 5:6; 9:17; 94:23
Zab. 139:191Bm 2:5
Zab. 139:20Yb 21:14; Zb 21:11; 73:8; Img 24:8
Zab. 139:20Kv 20:7; Yud 15
Zab. 139:20Yes 64:2
Zab. 139:212Ng 19:2; Zb 21:8; 81:15; 2Kr 6:14
Zab. 139:21Zb 119:158
Zab. 139:22Zb 101:3
Zab. 139:22Zb 37:12, 32
Zab. 139:23Yr 20:12
Zab. 139:23Zb 94:19
Zab. 139:24Zb 7:3; 17:3
Zab. 139:24Zb 5:8; 143:8, 10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 139:1-24

Zaburi

Ku muyobozi. Ni izaburi ya Dawidi. Agahibongozo.

139 Ewe Yehova, waranseranguye, kandi uranzi+.

 2 Urazi iyicara ryanje n’ihaguruka ryanje+.

Warimbūriye kure iciyumviro canje+.

 3 Ukugenda kwanje n’ukuryama kwanje niramvuye, warabigeze+,

Kandi inzira zanje zose urazimenyereye+.

 4 Kuko ata jambo riba ku rurimi rwanje+,

Ewe Yehova, ngo ube utamaze kurimenya ryose+!

 5 Inyuma n’imbere, waranyugarije;

Kandi ushira ukuboko kwawe kuri jewe.

 6 Ubwo bumenyi ni agatangaza bindengeye+.

Burahanitse cane ku buryo ntoshobora kubushikira+.

 7 Noja hehe ngo mpunge impwemu yawe+,

Kandi mu maso hawe nohahungira hehe+?

 8 Hamwe noduga mw’ijuru, ni yo woba uri+;

Hamwe na ho nosasa uburiri bwanje mu kuzimu, ehe ni yo woba uri+!

 9 Hamwe notora amababa+ y’umutwenzi

Ngo nje kuba mu kiyaga ca kure y’ibindi vyose+,

10 No ng’aho nyene ukuboko kwawe kwonyobora+,

Kandi ukuryo kwawe kwoncakira+.

11 Novuga na ho nti: “Ni ukuri umwiza uzonsūmira+!”,

Ijoro ryoca riba umuco irya n’ino yanje+.

12 Mbere n’umwiza ntiwocura umwiza ngo ukubuze kubona+,

Ahubwo ijoro ryobonesha nk’umurango+;

Umwiza na wo nyene woba umuco+.

13 Kuko ari wewe wahinguye amafyigo yanje+;

Watumye nguma ntwikiriye mu nda ya mama+.

14 Nzoguhaya kuko ndemwe mu buryo bw’agatangaza buteye ubwoba+.

Ibikorwa vyawe ni agatangaza+,

Kandi umutima wanje urabizi neza cane+.

15 Amagufa yanje ntiwayanyegejwe+

Igihe nahingurirwa mw’ibanga+,

Igihe najishirwa mu bihimba vy’epfo rwose+ vy’isi.

16 Amaso yawe yarambonye nkiri inda y’agasamo+,

Kandi mu gitabu cawe ibihimba vyanje vyose vyari vyanditswe,

Ku bijanye n’imisi vyabumbiweko+

Kandi ata na kimwe muri vyo cari bwabeho.

17 Ese rero ukuntu ivyiyumviro vyawe ari ivy’agaciro kuri jewe+!

Ewe Mana, ese ukuntu igitigiri cavyo cose hamwe ari kinini cane+!

18 Hamwe nogerageza kubiharura, biruta udutete tw’umusenyi+.

Nikanguye, yamara ndacari kumwe nawe+.

19 Ese Mana wokwica umubisha+!

Ni ho abagīrwa n’amaraso+ bomvako vy’ukuri,

20 Barya bakuvugako ibintu bisunze iciyumviro cabo+;

Bafashe izina ryawe mu buryo butabereye+: ni bo barwanizi bawe+.

21 Mbega sinanka abakwanka urunuka ga Yehova+?

Mbega sinshishwa n’abakugarariza+?

22 Ndabanka urwanko rwuzuye+.

Bacitse abansi katwa kuri jewe+.

23 Mana, nunserangure umenye umutima wanje+.

Nunsuzume umenye ivyiyumviro vyanje bidurumbanya+,

24 Urabe ko muri jewe hari inzira n’imwe ibabaza+,

Unyobore mu nzira+ y’igihe kitagira urugero.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika