ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 19
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 19:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:44; Ef 1:4; 1Pt 1:16
  • +Lw 21:8; Yes 6:3; Ivh 4:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2009, rup. 9

    1/8/1996, rup. 21-22

Abalewi 19:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:12; Ef 6:2; Heb 12:9
  • +Kv 20:8, 11; 31:13; Lk 6:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 4-5, 8

Abalewi 19:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:4; Lw 26:1; Zb 96:5; Hab 2:18; 1Kr 10:14
  • +Kv 20:23; 32:4; Gus 27:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 5-6

Abalewi 19:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:1
  • +Lw 7:12

Abalewi 19:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 7:17

Abalewi 19:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 4:14
  • +Lw 7:18

Abalewi 19:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:17

Abalewi 19:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:11; Lw 23:22; Gus 24:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2006, rup. 22-23

    1/12/2003, rup. 17

Abalewi 19:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 17:6; Yr 49:9
  • +Lw 25:6; Gus 15:7; Rs 2:15; Zb 140:12

Abalewi 19:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:15; Ef 4:28
  • +Lw 6:2; Img 12:22; Ef 4:25
  • +1Bm 13:18; Yr 9:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 10

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2016, rup. 11-12

Abalewi 19:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:7; Gus 5:11; Mt 5:37; Yak 5:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 10

Abalewi 19:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 22:16; Mr 10:19
  • +Img 22:22
  • +Gus 24:15; Yr 22:13; Yak 5:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 10

Abalewi 19:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 27:18
  • +It 42:18; Lw 25:17; Neh 5:15; Img 1:7; 8:13; 1Pt 2:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 8-9

Abalewi 19:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:3; Gus 16:19; 2Ng 19:6; Img 24:23; Rm 2:11
  • +Gus 1:17; Yak 2:9

Abalewi 19:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 15:3; Img 11:13; 1Tm 3:11; 2Tm 3:3; Tt 2:3
  • +Kv 20:16; 1Bm 21:13; Img 6:17; Mt 26:60; Ivk 6:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 14

Abalewi 19:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:41; Img 10:18; 1Yh 2:9; 3:15
  • +Zb 141:5; Img 9:8; Mt 18:15; Gl 2:11; 1Tm 5:20; Tt 1:13

Abalewi 19:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 20:22; Rm 12:19
  • +1Sm 18:29; Zb 55:3
  • +Mt 5:43; 22:39; Rm 13:9; Gl 5:14; Yak 2:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 10-12

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2011, rup. 22

    1/12/2006, rup. 26-27

Abalewi 19:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 22:9
  • +Gus 22:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 6

Abalewi 19:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:6

Abalewi 19:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:31; 6:7

Abalewi 19:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni agashato ko kw’isonga ry’igihimba c’irondoka c’umugabo.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 6-7

Abalewi 19:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:12; Gus 18:4
  • +Gus 26:2; Img 3:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 6-7

Abalewi 19:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 6-7

Abalewi 19:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:17; 17:13; Gus 12:23; Ivk 15:20; 21:25
  • +2Bm 17:17
  • +Kv 8:7; Gus 18:10; 2Bm 21:6; Gl 5:20; Ivh 21:8

Abalewi 19:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 21:5; Yr 9:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 24

Abalewi 19:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “imbugu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 14:1; Yr 16:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2003, rup. 27

Abalewi 19:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 21:7; Gus 23:17; Heb 13:4
  • +Img 21:27; 1Pt 4:3

Abalewi 19:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:10; 31:13
  • +Lw 26:2

Abalewi 19:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:6; Gus 18:11; 1Sm 28:7; 1Ng 10:13; 2Ng 33:6; Yes 8:19; Gl 5:20; Ivh 21:8
  • +Lw 20:27; Ivk 16:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

    Imizimu, rup. 29-30

Abalewi 19:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:31; 20:29
  • +Yb 32:6; Img 23:22; Int 5:12; 1Tm 5:1
  • +Neh 5:9; Yb 28:28; Img 1:7; 8:13; 1Pt 2:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2008, rup. 21

    1/7/2000, rup. 17

    1/8/1999, rup. 30

    Agahimbare mu rugo, rup. 149

Abalewi 19:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:9; Mal 3:5

Abalewi 19:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:49; Gus 10:19
  • +Kv 22:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 12

Abalewi 19:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 7:9
  • +Gus 25:13, 15; Img 20:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 10

Abalewi 19:36

Utujambo tw'epfo

  • *

    Efa yari ingero ingana n’amalitiro 22.

  • *

    Ingero ya hini yangana n’amalitiro 3,67.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 11:1; 16:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 10

Abalewi 19:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:5; Gus 4:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 19:2Lw 11:44; Ef 1:4; 1Pt 1:16
Lew. 19:2Lw 21:8; Yes 6:3; Ivh 4:8
Lew. 19:3Kv 20:12; Ef 6:2; Heb 12:9
Lew. 19:3Kv 20:8, 11; 31:13; Lk 6:5
Lew. 19:4Kv 20:4; Lw 26:1; Zb 96:5; Hab 2:18; 1Kr 10:14
Lew. 19:4Kv 20:23; 32:4; Gus 27:15
Lew. 19:5Lw 3:1
Lew. 19:5Lw 7:12
Lew. 19:6Lw 7:17
Lew. 19:7Ezk 4:14
Lew. 19:7Lw 7:18
Lew. 19:8Lw 5:17
Lew. 19:9Kv 23:11; Lw 23:22; Gus 24:19
Lew. 19:10Yes 17:6; Yr 49:9
Lew. 19:10Lw 25:6; Gus 15:7; Rs 2:15; Zb 140:12
Lew. 19:11Kv 20:15; Ef 4:28
Lew. 19:11Lw 6:2; Img 12:22; Ef 4:25
Lew. 19:111Bm 13:18; Yr 9:5
Lew. 19:12Kv 20:7; Gus 5:11; Mt 5:37; Yak 5:12
Lew. 19:13Img 22:16; Mr 10:19
Lew. 19:13Img 22:22
Lew. 19:13Gus 24:15; Yr 22:13; Yak 5:4
Lew. 19:14Gus 27:18
Lew. 19:14It 42:18; Lw 25:17; Neh 5:15; Img 1:7; 8:13; 1Pt 2:17
Lew. 19:15Kv 23:3; Gus 16:19; 2Ng 19:6; Img 24:23; Rm 2:11
Lew. 19:15Gus 1:17; Yak 2:9
Lew. 19:16Zb 15:3; Img 11:13; 1Tm 3:11; 2Tm 3:3; Tt 2:3
Lew. 19:16Kv 20:16; 1Bm 21:13; Img 6:17; Mt 26:60; Ivk 6:11
Lew. 19:17It 27:41; Img 10:18; 1Yh 2:9; 3:15
Lew. 19:17Zb 141:5; Img 9:8; Mt 18:15; Gl 2:11; 1Tm 5:20; Tt 1:13
Lew. 19:18Img 20:22; Rm 12:19
Lew. 19:181Sm 18:29; Zb 55:3
Lew. 19:18Mt 5:43; 22:39; Rm 13:9; Gl 5:14; Yak 2:8
Lew. 19:19Gus 22:9
Lew. 19:19Gus 22:11
Lew. 19:21Lw 6:6
Lew. 19:22Lw 4:31; 6:7
Lew. 19:24Gh 18:12; Gus 18:4
Lew. 19:24Gus 26:2; Img 3:9
Lew. 19:25Lw 26:4
Lew. 19:26Lw 3:17; 17:13; Gus 12:23; Ivk 15:20; 21:25
Lew. 19:262Bm 17:17
Lew. 19:26Kv 8:7; Gus 18:10; 2Bm 21:6; Gl 5:20; Ivh 21:8
Lew. 19:27Lw 21:5; Yr 9:26
Lew. 19:28Gus 14:1; Yr 16:6
Lew. 19:29Lw 21:7; Gus 23:17; Heb 13:4
Lew. 19:29Img 21:27; 1Pt 4:3
Lew. 19:30Kv 20:10; 31:13
Lew. 19:30Lw 26:2
Lew. 19:31Lw 20:6; Gus 18:11; 1Sm 28:7; 1Ng 10:13; 2Ng 33:6; Yes 8:19; Gl 5:20; Ivh 21:8
Lew. 19:31Lw 20:27; Ivk 16:16
Lew. 19:32Img 16:31; 20:29
Lew. 19:32Yb 32:6; Img 23:22; Int 5:12; 1Tm 5:1
Lew. 19:32Neh 5:9; Yb 28:28; Img 1:7; 8:13; 1Pt 2:17
Lew. 19:33Kv 23:9; Mal 3:5
Lew. 19:34Kv 12:49; Gus 10:19
Lew. 19:34Kv 22:21
Lew. 19:35Zk 7:9
Lew. 19:35Gus 25:13, 15; Img 20:10
Lew. 19:36Img 11:1; 16:11
Lew. 19:37Lw 18:5; Gus 4:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 19:1-37

Abalewi

19 Yehova yongera kubwira Musa ati: 2 “Vugana n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Mukwiye kwerekana ko muri beranda+, kuko jewe Yehova Imana yanyu ndi mweranda+.

3 “‘Mukwiye gutinya umwe wese nyina wiwe na se wiwe+, kandi amasabato yanje mukwiye kuyubahiriza+. Ndi Yehova Imana yanyu. 4 Ntimugahindukire ngo muje ku mana ata co zimaze+, kandi ntimukihingurire imana mu cuma gishongeshejwe+. Ndi Yehova Imana yanyu.

5 “‘Nimwashikanira Yehova ikimazi c’ugusangira+, mukwiye kugishikana kugira mushimwe+. 6 Gikwiye kuribwa ku musi w’ikimazi canyu no ku musi uca ukurikira ubwo nyene, mugabo ibisigaye gushika ku musi ugira gatatu bikwiye guturirwa mu muriro+. 7 Mugabo nicaramuka kiriwe ku musi ugira gatatu, kizoba ari ikintu gihumanye+. Ntikizoshimwa+. 8 Kandi uwukiriye azokwishura ikosa ryiwe+, kuko azoba ahumanije ikintu ceranda ca Yehova. Uyo muntu ategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo.

9 “‘Igihe mushwabura umwimbu w’igihugu canyu, ntuze ushwabure umubari w’umurima wawe ngo ukungutuze, kandi ntuze wandure udutororwa* tw’umwimbu wawe+. 10 Vyongeye, ntuze wegeranye ivyasigaye+ mu murima wawe w’imizabibu, kandi ntuze utoragure inzabibu zakoraguritse zo mu murima wawe w’imizabibu. Kuko ukwiye kubirekera umurushwa na kavamahanga+. Ndi Yehova Imana yawe.

11 “‘Ntimukibe+, ntimugahendane+, kandi ntimugakoreshe ikinyoma umwe wese kuri mugenziwe+. 12 Ntimuze murahire mw’izina ryanje mubesha+, bigatuma uhumanya koko izina ry’Imana yawe. Ndi Yehova. 13 Ntukagunge mugenzawe+, kandi ntukambure+ ivy’abandi. Impembo y’umucangero ntuze uyirarane gushika mu gitondo+.

14 “‘Ntugahamagarire akabi ku gipfamatwi, kandi ntuze ushire imbere y’impumyi ikintu co kuyitega+; utegerezwa gutinya Imana yawe+. Ndi Yehova.

15 “‘Ntimuze murenganye mu guca urubanza. Ntukagire nkunzi mu kuntu ufata umuntu mutoyi+, kandi ntugahengamire ku wuhambaye+. Mugenzawe ukwiye kumucira urubanza mu butungane.

16 “‘Ntukagendagende mu bantu b’iwanyu ugenzwa no kubeshera+ umuntu. Ntugahagurukire kuvisha amaraso ya mugenzawe+. Ndi Yehova.

17 “‘Ntukankire mwene wanyu mu mutima wawe+. Uko bigenda kwose, ukwiye gukangira mugenzawe+, kugira ntusangire na we igicumuro.

18 “‘Ntukihore+ canke ngo ugirire inzika abo mu gisata cawe+; kandi utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+. Ndi Yehova.

19 “‘Mukwiye kugumya ivyagezwe vyanje: Ntukabanguriranye ibitungwa vyawe vy’ubwoko bubiri. Ntukabibe umurima wawe imbuto z’ubwoko bubiri+, kandi ntukishireko impuzu z’ubwoko bubiri bw’inyuzi, buvanganije+.

20 “‘Mu gihe na ho umugabo aryamanye n’umugore agasohora intanga, mu gihe ari umusukukazi agenewe uwundi mugabo, akaba atacunguwe mu buryo na bumwe canke ata mwidegemvyo yahawe, hategerezwa kuba igihano. Ntibaze bicwe, kuko atari yarahawe umwidegemvyo. 21 Nya mugabo aze azanire Yehova ishikanwa ryiwe ry’ukwagirwa n’icaha ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro: impfizi y’intama y’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+. 22 Umuherezi aze amutangire impongano imbere ya Yehova akoresheje nya mpfizi y’intama y’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha ku bw’igicumuro yakoze. Kandi igicumuro yakoze azokibabarirwa+.

23 “‘Kandi nimwinjira muri ca gihugu, hanyuma mugatera igiti ico ari co cose kiribwa, ivyamwa vyaco muze mubifate ko bihumanye, nk’aho ari “agashato*” kaco. Mu myaka itatu kizoguma ari ikitagenyereye kuri mwebwe. Ntigikwiye kuribwa. 24 Mugabo mu mwaka ugira kane ivyamwa+ vyaco vyose bizocika ikintu ceranda c’umwigino w’umusi mukuru kuri Yehova+. 25 Maze mu mwaka ugira gatanu murashobora kurya ivyamwa vyaco kugira ngo umwimbu waco wongerekane kuri mwebwe+. Ndi Yehova Imana yanyu.

26 “‘Ntimuze mugire ikintu na kimwe muryana amaraso+.

“‘Ntimuze murondere ibimenyetso bitara ibizoba+, kandi ntimuze mugire ivy’amageza+.

27 “‘Ntimuze mukate imishatsi yo ku mpande z’umutwe wanyu ngo mugire umuzingi, kandi ntuze ukebêre udusunwa tw’ubwanwa bwawe+.

28 “‘Ntimuze mwikebagure mu mubiri wanyu ku bw’umuntu yapfuye+, kandi ntimuze mwice injorogo*. Ndi Yehova.

29 “‘Ntuhumanye umukobwa wawe mu kumugira umumaraya+, kugira ngo igihugu ntigikore ubumaraya maze kikuzura vy’ukuri ingeso mbi+.

30 “‘Muze mwubahirize amasabato yanje+, kandi muze mwamanire akoba aheranda hanje+. Ndi Yehova.

31 “‘Ntimuze mwiture abavugana n’ibiremwa vy’impwemu+, kandi ntimuze musiguze abagize umwuga ukubura ibizoba+, ngo muhumanywe na bo. Ndi Yehova Imana yanyu.

32 “‘Imbere y’umuntu w’imvi uze uhaguruke+, kandi uze wubahirize umuntu w’umutama+, kandi utegerezwa gutinya Imana yawe+. Ndi Yehova.

33 “‘Kandi mu gihe kavamahanga abanye na wewe ari kavamahanga mu gihugu canyu, ntimuze mumufate nabi+. 34 Kavamahanga abanye namwe ari kavamahanga, kuri mwebwe aze acike nk’imvukira yanyu. Utegerezwa kumukunda nk’uko wikunda+, kuko mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+. Ndi Yehova Imana yanyu.

35 “‘Ntimuze murenganye mu guca urubanza+, mu kugera ibintu, mu gupima uburemere+ canke mu kugera ibiseseka. 36 Mukwiye kugira iminzane itabesha+, amabuye y’umunzane atabesha, efa* itabesha na hini* itabesha. Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu gihugu ca Misiri. 37 Mutegerezwa rero kugumya ivyagezwe vyanje vyose n’ingingo zanje zose z’ubutungane, kandi mutegerezwa kubishitsa+. Ndi Yehova.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika