ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 25
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 25:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 86:4; 143:8

Zaburi 25:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 26:3; Rm 10:11
  • +Zb 13:4; 35:19; 41:11

Zaburi 25:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:6
  • +Zb 31:17; 71:13

Zaburi 25:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 33:13; Zb 5:8; 86:11; 143:8
  • +Zb 27:11

Zaburi 25:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 43:3
  • +Zb 24:5; 88:1
  • +Zb 22:2

Zaburi 25:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 6:42; Zb 98:3; 103:17; Yes 63:15
  • +Kv 34:6; Zb 69:16; Yes 55:3; Yr 33:11
  • +Zb 136:1; Lk 1:50

Zaburi 25:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 13:26; Yr 3:25
  • +Zb 6:4; 51:1
  • +Kv 33:19; Zb 27:13

Zaburi 25:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 92:15; 119:68; 145:9; Nah 1:7; Zk 9:17; Ivk 14:17
  • +Zb 119:33; Yes 30:20; Mik 4:2

Zaburi 25:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zf 2:3
  • +Zb 32:8

Zaburi 25:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:1
  • +Zb 19:7

Zaburi 25:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:3; 79:9; 109:21; 143:11; Ezk 36:22; Dn 9:19; Mt 6:9
  • +Zb 103:3

Zaburi 25:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 111:10; Ivk 10:2
  • +Zb 37:23

Zaburi 25:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:19; Zk 9:17
  • +Zb 37:11

Zaburi 25:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:17; Img 3:32; Am 3:7; Yoh 15:15
  • +It 22:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 8

    Niwiyegereze, rup. 16-17

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 18-19

    1/8/2005, rup. 24-25

Zaburi 25:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 121:1; 123:1; 141:8
  • +Zb 31:4; 91:3; 124:7; 2Tm 2:26

Zaburi 25:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:16; 86:16
  • +Zb 143:4

Zaburi 25:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 73:21
  • +Zb 107:28

Zaburi 25:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 16:12; Zb 119:153
  • +Zb 32:5; 51:9

Zaburi 25:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 38:19
  • +Zb 37:12

Zaburi 25:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 17:8; 121:7
  • +Zb 71:1

Zaburi 25:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 41:12
  • +Zb 37:34; Rm 15:13

Zaburi 25:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 130:8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 25:1Zb 86:4; 143:8
Zab. 25:2Yes 26:3; Rm 10:11
Zab. 25:2Zb 13:4; 35:19; 41:11
Zab. 25:3Zb 69:6
Zab. 25:3Zb 31:17; 71:13
Zab. 25:4Kv 33:13; Zb 5:8; 86:11; 143:8
Zab. 25:4Zb 27:11
Zab. 25:5Zb 43:3
Zab. 25:5Zb 24:5; 88:1
Zab. 25:5Zb 22:2
Zab. 25:62Ng 6:42; Zb 98:3; 103:17; Yes 63:15
Zab. 25:6Kv 34:6; Zb 69:16; Yes 55:3; Yr 33:11
Zab. 25:6Zb 136:1; Lk 1:50
Zab. 25:7Yb 13:26; Yr 3:25
Zab. 25:7Zb 6:4; 51:1
Zab. 25:7Kv 33:19; Zb 27:13
Zab. 25:8Zb 92:15; 119:68; 145:9; Nah 1:7; Zk 9:17; Ivk 14:17
Zab. 25:8Zb 119:33; Yes 30:20; Mik 4:2
Zab. 25:9Zf 2:3
Zab. 25:9Zb 32:8
Zab. 25:10Gus 29:1
Zab. 25:10Zb 19:7
Zab. 25:11Zb 31:3; 79:9; 109:21; 143:11; Ezk 36:22; Dn 9:19; Mt 6:9
Zab. 25:11Zb 103:3
Zab. 25:12Zb 111:10; Ivk 10:2
Zab. 25:12Zb 37:23
Zab. 25:13Zb 31:19; Zk 9:17
Zab. 25:13Zb 37:11
Zab. 25:14It 18:17; Img 3:32; Am 3:7; Yoh 15:15
Zab. 25:14It 22:17
Zab. 25:15Zb 121:1; 123:1; 141:8
Zab. 25:15Zb 31:4; 91:3; 124:7; 2Tm 2:26
Zab. 25:16Zb 69:16; 86:16
Zab. 25:16Zb 143:4
Zab. 25:17Zb 73:21
Zab. 25:17Zb 107:28
Zab. 25:182Sm 16:12; Zb 119:153
Zab. 25:18Zb 32:5; 51:9
Zab. 25:19Zb 38:19
Zab. 25:19Zb 37:12
Zab. 25:20Zb 17:8; 121:7
Zab. 25:20Zb 71:1
Zab. 25:21Zb 41:12
Zab. 25:21Zb 37:34; Rm 15:13
Zab. 25:22Zb 130:8
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 25:1-22

Zaburi

Ni izaburi ya Dawidi.

א [ʼAlefu]

25 Ewe Yehova, nduza umutima wanje kuri wewe+.

ב [Beti]

 2 Ewe Mana yanje, ni wewe nizigiye+;

Ese ntomaramara.

Abansi banje ntibigine banyigamba+.

ג [Gimelu]

 3 Kandi, nta n’umwe mu bakwizigira azomaramara+.

Bazomaramara abahemuka ntibaroranirwe+.

ד [Daleti]

 4 Numenyeshe inzira zawe, ewe Yehova+;

Nyigisha iminyuro yawe+.

ה [Heʼ]

 5 Nutume ngendera mu kuri kwawe kandi unyigishe+,

Kuko uri Imana y’ubukiriro bwanje+.

ו [Vau]

Ni wewe nizigiye burinda bwira+.

ז [Zayini]

 6 Ibuka imbabazi zawe+, ewe Yehova, be n’ibikorwa vyawe vy’ubuntu bwuzuye urukundo+,

Kuko ari ivyo kuva igihe kitagira urugero+.

ח [Heti]

 7 Ibicumuro vyo mu buto bwanje be n’imigararizo yanje, ewe, ntuvyibuke+!

Nk’uko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri, ubwawe nunyibuke+,

Ku bw’ukumera neza kwawe, ewe Yehova+!

ט [Teti]

 8 Yehova ameze neza kandi aragororotse+.

Ni co gituma yigisha inzira abacumuzi+.

י [Yodi]

 9 Azotuma abatekereza bagendera mu ngingo yiwe y’ubutungane+,

Kandi abatekereza azobigisha inzira yiwe+.

כ [Kafu]

10 Iminyuro ya Yehova yose ni ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri

Ku bw’abubahiriza isezerano ryiwe+ n’ivyibutsa vyiwe+.

ל [Lamedi]

11 Ku bw’izina ryawe, ewe Yehova+,

Babarira ikosa ryanje, kuko atari rito+.

מ [Memu]

12 Ni nde muntu none atinya Yehova+?

Azomwigisha inzira azohitamwo+.

נ [Nuni]

13 Azokwibera mu vyiza+,

Kandi uruvyaro rwiwe ruzokwigarurira isi+.

ס [Sameki]

14 Ubugenzi somambike na Yehova ni ubw’abamutinya+,

Mbere n’isezerano ryiwe, kugira aribamenyeshe+.

ע [ʽAyini]

15 Nama mpanze amaso Yehova+,

Kuko ari we akura ibirenge vyanje mu rusenga+.

פ [Peʼ]

16 Hindukiriza mu maso hawe kuri jewe, ungirire ubutoni+;

Kuko ndi inyakamwe n’umurushwa+.

צ [Tsade]

17 Amarushwa y’umutima wanje yagwiriye+;

Ewe, nunkure mu maganya andiko+!

ר [Reshi]

18 Nubone amarushwa yanje n’ivyago vyanje+,

Kandi uharire ibicumuro vyanje vyose+.

19 Nubone ingene abansi banje basigaye ari benshi+,

Kandi banyanse urwanko rukaze+.

ש [Shini]

20 Rinda ubuzima bwanje kandi undokore+.

Ese ntomaramara, kuko nahungiye muri wewe+.

ת [Tau]

21 Ugutungana n’ukugororoka ubwavyo nibinzigame+,

Kuko ari wewe nizigiye+.

22 Ewe Mana, cungura Isirayeli umukure mu marushwa yiwe yose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika