ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 8
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

2 Abami 8:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 4:35
  • +It 12:10; 26:1; 47:4; Rs 1:1
  • +Lw 26:19; Gus 28:23; 2Sm 21:1; 1Bm 17:1; Zb 105:16; Ivk 11:28
  • +It 41:27; 2Sm 24:13; Am 3:2

2 Abami 8:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 27:12
  • +It 15:3; 1Tm 5:8
  • +Yos 13:3; 1Sm 27:1

2 Abami 8:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 8:5; 2Sm 14:4; 2Bm 6:26; Lk 18:3

2 Abami 8:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 4:12
  • +2Bm 2:14, 20; 3:17; 4:4; 5:14, 27; 6:6; 7:1

2 Abami 8:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 4:35
  • +Gh 36:9
  • +1Sm 26:17; 2Bm 6:26; 1Pt 2:17

2 Abami 8:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 4:32
  • +2Bm 9:32
  • +Zb 82:3; Img 21:1; 29:4; 31:9

2 Abami 8:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 7:8
  • +1Bm 20:1; 2Bm 6:24
  • +1Bm 17:24

2 Abami 8:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:15
  • +1Sm 9:8; 1Bm 14:3; 2Bm 5:5
  • +It 25:22; 1Bm 14:2; 2Bm 3:11; 22:13

2 Abami 8:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 25:8; 2Bm 6:21; 13:14

2 Abami 8:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:26; Am 3:7
  • +2Bm 8:15

2 Abami 8:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 9:1; Lk 19:41; Ivk 20:19

2 Abami 8:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 10:32; 12:17; 13:3; Am 1:3
  • +Gus 28:45, 63; 2Bm 15:16; Hs 10:14
  • +Yes 13:16; Hs 13:16; Am 1:13

2 Abami 8:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:43; 2Sm 9:8; Zb 22:20
  • +1Sm 2:7; 1Bm 19:15

2 Abami 8:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 8:10

2 Abami 8:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:1; Mik 2:1
  • +1Bm 16:10; 2Bm 11:1; 15:10; Yes 33:1
  • +1Bm 19:15

2 Abami 8:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 1:17
  • +1Bm 22:50; 2Ng 21:3

2 Abami 8:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 21:5

2 Abami 8:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 12:28; 16:32
  • +1Bm 16:33; 21:25; 2Bm 21:3; 2Ng 21:13
  • +2Bm 8:26; 2Ng 18:1; 21:6

2 Abami 8:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:10
  • +2Sm 7:16; 2Ng 21:7
  • +1Bm 11:36; Zb 132:17; Lk 1:69; Ivk 15:16

2 Abami 8:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:40; 2Sm 8:14; 2Bm 3:9; 2Ng 21:8
  • +2Sm 8:14; 1Bm 22:47

2 Abami 8:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 21:13; 2Bm 19:8; 2Ng 21:10

2 Abami 8:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 14:29; 15:23; 2Bm 15:6, 36

2 Abami 8:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 2:10; 11:43; 14:31; 2Ng 21:19
  • +2Ng 21:20
  • +1Ng 3:11; 2Ng 21:17

2 Abami 8:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 9:29; 2Ng 22:1

2 Abami 8:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 22:2
  • +2Bm 8:18; 11:1, 13, 16
  • +1Bm 16:16, 23, 27; 2Ng 22:2

2 Abami 8:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 16:33; 2Ng 22:3
  • +2Bm 19:22
  • +2Bm 8:18; 2Kr 6:14

2 Abami 8:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 9:15; 2Ng 22:5
  • +Yos 21:38; 1Bm 22:3
  • +1Bm 19:17

2 Abami 8:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni impfunyapfunyo ya Ramoti-gileyadi.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 9:15
  • +Yos 19:18; 1Bm 21:1; 2Ng 22:6
  • +2Bm 9:16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

2 Abm. 8:12Bm 4:35
2 Abm. 8:1It 12:10; 26:1; 47:4; Rs 1:1
2 Abm. 8:1Lw 26:19; Gus 28:23; 2Sm 21:1; 1Bm 17:1; Zb 105:16; Ivk 11:28
2 Abm. 8:1It 41:27; 2Sm 24:13; Am 3:2
2 Abm. 8:2Img 27:12
2 Abm. 8:2It 15:3; 1Tm 5:8
2 Abm. 8:2Yos 13:3; 1Sm 27:1
2 Abm. 8:31Sm 8:5; 2Sm 14:4; 2Bm 6:26; Lk 18:3
2 Abm. 8:42Bm 4:12
2 Abm. 8:42Bm 2:14, 20; 3:17; 4:4; 5:14, 27; 6:6; 7:1
2 Abm. 8:52Bm 4:35
2 Abm. 8:5Gh 36:9
2 Abm. 8:51Sm 26:17; 2Bm 6:26; 1Pt 2:17
2 Abm. 8:62Bm 4:32
2 Abm. 8:62Bm 9:32
2 Abm. 8:6Zb 82:3; Img 21:1; 29:4; 31:9
2 Abm. 8:7Yes 7:8
2 Abm. 8:71Bm 20:1; 2Bm 6:24
2 Abm. 8:71Bm 17:24
2 Abm. 8:81Bm 19:15
2 Abm. 8:81Sm 9:8; 1Bm 14:3; 2Bm 5:5
2 Abm. 8:8It 25:22; 1Bm 14:2; 2Bm 3:11; 22:13
2 Abm. 8:91Sm 25:8; 2Bm 6:21; 13:14
2 Abm. 8:10Yes 44:26; Am 3:7
2 Abm. 8:102Bm 8:15
2 Abm. 8:11Yr 9:1; Lk 19:41; Ivk 20:19
2 Abm. 8:122Bm 10:32; 12:17; 13:3; Am 1:3
2 Abm. 8:12Gus 28:45, 63; 2Bm 15:16; Hs 10:14
2 Abm. 8:12Yes 13:16; Hs 13:16; Am 1:13
2 Abm. 8:131Sm 17:43; 2Sm 9:8; Zb 22:20
2 Abm. 8:131Sm 2:7; 1Bm 19:15
2 Abm. 8:142Bm 8:10
2 Abm. 8:15Zb 36:1; Mik 2:1
2 Abm. 8:151Bm 16:10; 2Bm 11:1; 15:10; Yes 33:1
2 Abm. 8:151Bm 19:15
2 Abm. 8:162Bm 1:17
2 Abm. 8:161Bm 22:50; 2Ng 21:3
2 Abm. 8:172Ng 21:5
2 Abm. 8:181Bm 12:28; 16:32
2 Abm. 8:181Bm 16:33; 21:25; 2Bm 21:3; 2Ng 21:13
2 Abm. 8:182Bm 8:26; 2Ng 18:1; 21:6
2 Abm. 8:19It 49:10
2 Abm. 8:192Sm 7:16; 2Ng 21:7
2 Abm. 8:191Bm 11:36; Zb 132:17; Lk 1:69; Ivk 15:16
2 Abm. 8:20It 27:40; 2Sm 8:14; 2Bm 3:9; 2Ng 21:8
2 Abm. 8:202Sm 8:14; 1Bm 22:47
2 Abm. 8:22Yos 21:13; 2Bm 19:8; 2Ng 21:10
2 Abm. 8:231Bm 14:29; 15:23; 2Bm 15:6, 36
2 Abm. 8:241Bm 2:10; 11:43; 14:31; 2Ng 21:19
2 Abm. 8:242Ng 21:20
2 Abm. 8:241Ng 3:11; 2Ng 21:17
2 Abm. 8:252Bm 9:29; 2Ng 22:1
2 Abm. 8:262Ng 22:2
2 Abm. 8:262Bm 8:18; 11:1, 13, 16
2 Abm. 8:261Bm 16:16, 23, 27; 2Ng 22:2
2 Abm. 8:271Bm 16:33; 2Ng 22:3
2 Abm. 8:272Bm 19:22
2 Abm. 8:272Bm 8:18; 2Kr 6:14
2 Abm. 8:282Bm 9:15; 2Ng 22:5
2 Abm. 8:28Yos 21:38; 1Bm 22:3
2 Abm. 8:281Bm 19:17
2 Abm. 8:292Bm 9:15
2 Abm. 8:29Yos 19:18; 1Bm 21:1; 2Ng 22:6
2 Abm. 8:292Bm 9:16
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
Bibiliya y’isi nshasha
2 Abami 8:1-29

2 Abami

8 Elisha yari yarabwiye wa mugore yari yaragarukaniye umuhungu wiwe ubuzima+ ati: “Haguruka ugende, wewe n’urugo rwawe, maze ubeho uri kavamahanga ahantu hose ushobora kuba uri kavamahanga+; kuko Yehova ahamagaye ikigoyi+, vyongeye kikaba kizomara imyaka indwi mu gihugu+.” 2 Nuko nya mugore arahaguruka, akora nk’uko nya muntu w’Imana y’ukuri yavuze; aragenda+, we hamwe n’urugo rwiwe+, abaho ari kavamahanga mu gihugu c’Abafilisitiya+ imyaka indwi.

3 Haheze imyaka indwi, nya mugore arahindukira avuye mu gihugu c’Abafilisitiya, aja kuririra umwami+ ku bw’inzu yiwe no ku bw’itongo ryiwe. 4 Kandi umwami yariko aravugana na Gehazi+ umusuku wa wa muntu w’Imana y’ukuri, ati: “Ndakwinginze unyiganire ibintu vyose bihambaye Elisha yakoze+.” 5 Nuko ariko ariganira umwami ingene yari yaragarukaniye ubuzima uwapfuye+, erega, ehe wa mugore Elisha yari yaragarukaniye ubuzima umuhungu wiwe, yariko aririra umwami ku bw’inzu yiwe no ku bw’itongo ryiwe+. Gehazi aca avuga ati: “Mukama wanje+ umwami, ng’uyu wa mugore, kandi ng’uyu wa muhungu wiwe Elisha yagarukanira ubuzima.” 6 Umwami aca abaza nya mugore, uno na we atangura kumwiganira iyo nkuru+. Maze umwami amuha umukozi wo ku kirimba+, avuga ati: “Musubize ivyiwe vyose n’ivyavuye muri iryo tongo vyose kuva umusi yava mu gihugu gushika ubu+.”

7 Nuko Elisha aza i Damasiko+; kandi Beni-hadadi+ umwami wa Siriya yari arwaye. Bamumenyesha rero bati: “Wa muntu w’Imana+ y’ukuri yashitse ino.” 8 Umwami aca abwira Hazayeli+ ati: “Tora ingabirano+ mu kuboko kwawe, ugende guhura n’uwo muntu w’Imana y’ukuri, usiguze+ Yehova biciye kuri we uti: ‘Mbega nzokira iyi ndwara?’” 9 Nuko Hazayeli agenda guhura na we, kandi atora ingabirano mu kuboko kwiwe, emwe, ubwoko bwose bw’ibintu vyiza vy’i Damasiko, umutwaro w’ingamiya mirongo ine; arashika, ahagarara imbere yiwe, hanyuma avuga ati: “Umuhungu wawe+ Beni-hadadi umwami wa Siriya antumye kuri wewe ati: ‘Mbega nzokira iyi ndwara?’” 10 Maze Elisha amubwira ati: “Genda umubwire uti: ‘Uzokira ata kabuza,’ mugabo Yehova yanyeretse+ ko azopfa ata kabuza+.” 11 Nuko aguma amushinze ijisho, aguma arimushinze gushika aho Hazayeli yumva ubuyega. Maze uwo muntu w’Imana y’ukuri atangura kurira+. 12 Hazayeli aca avuga ati: “Kubera iki umukama wanje ariko ararira?” Na we ati: “Kubera nzi neza ikibi+ uzokorera bene Isirayeli. Ibibanza vyabo bikingijwe ibihome uzobiha umuriro, abagabo b’abahizi babo ubicishe inkota, abana babo ubasavye+, abagore babo bibungenze na bo ubafomoze+.” 13 Hazayeli aca avuga ati: “Mbega umusuku wawe, imbwa y’imbwa, ni iki+, ngo akore ico kintu gihambaye?” Ariko Elisha avuga ati: “Yehova yakunyeretse uri umwami wa Siriya+.”

14 Inyuma y’ivyo ava aho Elisha ari aragenda, aja ku mukama wiwe, maze uno amubwira ati: “Elisha yakubwiye iki?” Na we ati: “Yambwiye ngo: ‘Uzokira ata kabuza+.’” 15 Ku musi ukurikira, Hazayeli atora igisaswa agikoza mu mazi araheza agisanza mu maso hiwe+, arapfa+. Nuko Hazayeli+ atangura kuganza mu kibanza ciwe.

16 Mu mwaka ugira gatanu wa Yehoramu+ mwene Ahabu umwami wa Isirayeli, igihe Yehoshafati yari umwami wa Yuda, Yehoramu+ mwene Yehoshafati umwami wa Yuda aba umwami. 17 Yari afise imyaka mirongo itatu n’ibiri igihe yaba umwami, maze amara imyaka umunani aganza i Yeruzalemu+. 18 Abandanya kugendera mu nzira y’abami ba Isirayeli+, nk’uko ab’inzu ya Ahabu bari baragize+; kuko umukobwa wa Ahabu ari we yari yabaye umugore wiwe+; aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova. 19 Mugabo Yehova ntiyashaka guhonya Yuda+ kubera Dawidi umusavyi wiwe+, nk’uko yari yaramusezeraniye kumuha itara+ we n’abahungu biwe nantaryo.

20 Mu misi yiwe, Edomu+ igarariza ukuboko kwa Yuda, bimika umwami+ wo kubaganza. 21 Nuko Yehoramu arajabuka aja i Zayiri, ari kumwe n’imikogote yose. Araheza ahaguruka mw’ijoro, asasika Abanyedomu bari bamukikuje n’abakuru b’imikogote; maze abantu bahungira mu mahema yabo. 22 Mugabo Edomu ibandanya kugarariza ukuboko kwa Yuda gushika n’uyu musi. Ico gihe ni ho Libuna+ yatangura kugarariza.

23 Ibisigaye mu vya Yehoramu n’ivyo yakoze vyose, none ntivyanditswe mu gitabu+ c’ivyo mu misi y’abami ba Yuda? 24 Amaherezo Yehoramu aryama hamwe na ba sekuruza+ hanyuma ahambwa hamwe na ba sekuruza mu Gisagara ca Dawidi+. Nuko Ahaziya+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.

25 Mu mwaka ugira cumi na kabiri wa Yehoramu mwene Ahabu umwami wa Isirayeli, Ahaziya mwene Yehoramu umwami wa Yuda aba umwami+. 26 Ahaziya yari afise imyaka mirongo ibiri n’ibiri igihe yatangura kuganza, amara umwaka umwe aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Ataliya+ umwuzukuru wa Omuri+ umwami wa Isirayeli. 27 Abandanya kugendera mu nzira y’inzu ya Ahabu+ kandi aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, nk’inzu ya Ahabu, kuko yari incuti y’inzu ya Ahabu biciye ku kwabirana+. 28 Nuko ajana na Yehoramu mwene Ahabu mu ntambara yo kurwanya Hazayeli+ umwami wa Siriya i Ramoti-gileyadi+, mugabo Abasiriya bagarika+ Yehoramu. 29 Yehoramu+ umwami aragaruka rero kugira ngo yivurize i Yezireyeli+ ibikomere Abasiriya bari bamuteje i Rama* igihe yarwanya Hazayeli umwami wa Siriya. Nayo Ahaziya+ mwene Yehoramu umwami wa Yuda, amanuka kuraba Yehoramu mwene Ahabu i Yezireyeli, kuko yari arwaye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika