ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 12
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 12:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 2:3; 3:26
  • +Yes 6:9; 44:18; Mt 13:13
  • +Yr 5:21; Rm 11:8
  • +Ezk 2:5

Ezekiyeli 12:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:2

Ezekiyeli 12:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:20; Yr 52:11

Ezekiyeli 12:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:4; Yr 39:4

Ezekiyeli 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 24:24
  • +Yes 8:18; Ezk 4:3; 12:3

Ezekiyeli 12:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 6:22; Kv 39:32

Ezekiyeli 12:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:27; Neh 9:26; Zb 78:8; Ezk 3:9; 24:3

Ezekiyeli 12:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 21:7; Ezk 21:25

Ezekiyeli 12:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 24:24
  • +Yr 15:2; 20:6; 44:30; 52:15

Ezekiyeli 12:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:4; Yr 39:4; 52:7

Ezekiyeli 12:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 19:6; Zb 66:11; Yr 52:9; Int 1:13; Ezk 17:20; 19:8; 32:3; Hs 5:1; 7:12; Lk 21:35
  • +Yr 24:5
  • +2Bm 25:7; Yr 34:3; 39:7; 52:11; Ezk 17:16

Ezekiyeli 12:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:5; Ezk 5:10; 17:21
  • +Lw 26:33; Yr 42:16

Ezekiyeli 12:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:16; Ezk 6:14

Ezekiyeli 12:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:9; 10:22; Ezk 6:8; Rm 9:27
  • +Yr 44:22; Ezk 6:11; 7:3; 33:29
  • +Lw 26:41

Ezekiyeli 12:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:26; Zb 80:5

Ezekiyeli 12:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 18:2; 21:3
  • +Yes 6:11; Zk 7:14
  • +Zb 107:34; Yr 6:7

Ezekiyeli 12:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 64:10; Yr 25:9
  • +Yes 7:24; Yr 4:23
  • +Ezk 6:13

Ezekiyeli 12:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 18:2
  • +Yes 5:19; Am 6:3
  • +2Pt 3:4

Ezekiyeli 12:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 28:22; Ezk 18:3
  • +Yw 2:1; Zf 1:14

Ezekiyeli 12:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 13:23
  • +1Bm 22:11; Yr 14:14; Int 2:14

Ezekiyeli 12:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:24; 55:11; Int 2:17; Dn 9:12; Zk 1:6
  • +Ivh 10:6
  • +Yr 16:9; Hab 1:5

Ezekiyeli 12:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:19; 28:15; 2Pt 3:4

Ezekiyeli 12:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 44:28; Gl 4:4; Ivh 10:6
  • +Yos 23:14; Yes 46:10; 55:11
  • +Ezk 2:4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 12:2Ezk 2:3; 3:26
Ezk. 12:2Yes 6:9; 44:18; Mt 13:13
Ezk. 12:2Yr 5:21; Rm 11:8
Ezk. 12:2Ezk 2:5
Ezk. 12:3Yes 1:2
Ezk. 12:42Ng 36:20; Yr 52:11
Ezk. 12:52Bm 25:4; Yr 39:4
Ezk. 12:6Ezk 24:24
Ezk. 12:6Yes 8:18; Ezk 4:3; 12:3
Ezk. 12:7It 6:22; Kv 39:32
Ezk. 12:9Gus 31:27; Neh 9:26; Zb 78:8; Ezk 3:9; 24:3
Ezk. 12:10Yr 21:7; Ezk 21:25
Ezk. 12:11Ezk 24:24
Ezk. 12:11Yr 15:2; 20:6; 44:30; 52:15
Ezk. 12:122Bm 25:4; Yr 39:4; 52:7
Ezk. 12:13Yb 19:6; Zb 66:11; Yr 52:9; Int 1:13; Ezk 17:20; 19:8; 32:3; Hs 5:1; 7:12; Lk 21:35
Ezk. 12:13Yr 24:5
Ezk. 12:132Bm 25:7; Yr 34:3; 39:7; 52:11; Ezk 17:16
Ezk. 12:142Bm 25:5; Ezk 5:10; 17:21
Ezk. 12:14Lw 26:33; Yr 42:16
Ezk. 12:15Zb 9:16; Ezk 6:14
Ezk. 12:16Yes 1:9; 10:22; Ezk 6:8; Rm 9:27
Ezk. 12:16Yr 44:22; Ezk 6:11; 7:3; 33:29
Ezk. 12:16Lw 26:41
Ezk. 12:18Lw 26:26; Zb 80:5
Ezk. 12:19Ezk 18:2; 21:3
Ezk. 12:19Yes 6:11; Zk 7:14
Ezk. 12:19Zb 107:34; Yr 6:7
Ezk. 12:20Yes 64:10; Yr 25:9
Ezk. 12:20Yes 7:24; Yr 4:23
Ezk. 12:20Ezk 6:13
Ezk. 12:22Ezk 18:2
Ezk. 12:22Yes 5:19; Am 6:3
Ezk. 12:222Pt 3:4
Ezk. 12:23Yes 28:22; Ezk 18:3
Ezk. 12:23Yw 2:1; Zf 1:14
Ezk. 12:24Ezk 13:23
Ezk. 12:241Bm 22:11; Yr 14:14; Int 2:14
Ezk. 12:25Yes 14:24; 55:11; Int 2:17; Dn 9:12; Zk 1:6
Ezk. 12:25Ivh 10:6
Ezk. 12:25Yr 16:9; Hab 1:5
Ezk. 12:27Yes 5:19; 28:15; 2Pt 3:4
Ezk. 12:28Yr 44:28; Gl 4:4; Ivh 10:6
Ezk. 12:28Yos 23:14; Yes 46:10; 55:11
Ezk. 12:28Ezk 2:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 12:1-28

Ezekiyeli

12 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 2 “Mwana w’umuntu, uba hagati mu nzu y’ingarariji+, mu bafise amaso yo kubona mugabo bakaba vy’ukuri batabona+, bafise amatwi yo kwumva mugabo bakaba vy’ukuri batumva+, kuko ari inzu y’ingarariji+. 3 Nayo wewe ga mwana w’umuntu, niwitunganirize umuzigo w’ubunyagano, uheze uje mu bunyagano ku murango bakubona, egome, uje mu bunyagano uve ahantu hawe uje ahandi, bakubona. Hari aho bobibona, naho abo ari inzu y’ingarariji+. 4 Kandi uze usohore umuzigo wawe nka kurya kw’umuzigo w’ubunyagano, ku murango bakubona, hanyuma wewe ubwawe usohoke ku mugoroba bakubona, nk’abasohowe ngo bajanwe mu bunyagano+.

5 “Niwitoborere inzira mu ruhome bakubona, uwusohore uwucishije ng’aho+. 6 Uwutware ku rutugu bakubona. Uwusohore mu mwiza. Wipfuke mu maso kugira ngo ntubone isi, kuko nakugize imburizi+ ku nzu ya Isirayeli+.”

7 Nuko nkora nk’uko nari ntegetswe+. Nsohora ku murango umuzigo wanje, nka kurya kw’umuzigo w’ubunyagano; ku mugoroba na ho, nitoborera inzira mu ruhome n’ukuboko. Ndawusohora mu mwiza, ndawutwara ku rutugu bambona.

8 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako mu gitondo, riti: 9 “Mwana w’umuntu, mbega ab’inzu ya Isirayeli, ya nzu y’ingarariji+, ntibakubajije bati: ‘Ivyo ukora ni ibiki?’ 10 Ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ku bijanye n’umukuru+, ng’iri ijambo rimenyeshejwe kuri Yeruzalemu n’inzu yose ya Isirayeli iri hagati muri bo.”’

11 “Uvuge uti: ‘Ndi imburizi+ kuri mwebwe. Nk’uko nagize, ni ko bazogirirwa. Bazoja mu bunyagano, baje kugirwa imbohe+. 12 Ku bijanye n’uwo mukuru ari hagati muri bo, azotwara umuzigo ku rutugu mu mwiza, aheze asohoke; bazotobora mu ruhome kugira ngo uwo muzigo usohorwe ucishijwe ng’aho+. Azokwipfuka mu maso kugira ngo ntaboneshe isi ijisho ryiwe.’ 13 Kandi nzosanza vy’ukuri urusenga rwanje hejuru yiwe, afatirwe mu rusenga rwanje rw’uruhigi+; nzomuzana i Babiloni, mu gihugu c’Abakaludaya+, mugabo ntazokibona; kandi aho ni ho azopfira+. 14 Kandi abari irya n’ino yiwe bo kumutabara, be n’inteko ziwe zose, nzobasanzariza mu miyaga yose+; kandi nzosokora inkota inyuma yabo+. 15 Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninabashwiragiriza mu mahanga, nkabasanzariza koko mu bihugu+. 16 Nzosigaza muri bo abantu bakeyi bazoba bacitse ku nkota+, ku kigoyi no ku kiza, kugira ngo badonde ibintu biteye ishishi vyabo+ vyose mu mahanga bazojamwo+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.”

17 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 18 “Mwana w’umuntu, uzorya umukate wawe ujugumira, unywe amazi yawe uhagaritse umutima kandi uri n’amaganya+. 19 Kandi uze ubwire abanyagihugu uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova abwiye ababa i Yeruzalemu ku butaka bwa Isirayeli+: “Bazorya umukate wabo bari n’amaganya, banywe amazi yabo bari n’ikinya, kugira ngo igihugu caho gisigwe ari umusaka, cakwe ibicuzuyemwo vyose+, kubera ubukazi bw’abakibamwo bose+. 20 Kandi ibisagara bibamwo abantu bizotikizwa+, n’igihugu ubwaco gicike igiharabuga gusa+; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.”’”

21 Ijambo rya Yehova rinzako kandi, riti: 22 “Mwana w’umuntu, mbega iyi mvugo y’akagani mufise ku butaka bwa Isirayeli ni nyabaki+, ngo: ‘Imisi ibaye myinshi+, kandi ukwerekwa kwose kwazimanganye+’? 23 Nubabwire rero uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Sinzobura guhagarika iyo mvugo y’akagani, kandi muri Isirayeli ntibazokwongera kuyivuga nk’umugani+.”’ Mugabo ubabwire uti: ‘Imisi iregereje+, be n’ibiri mw’iyerekwa ryose.’ 24 Kuko hatazokwongera kubaho ukwerekwa na kumwe ata co kumaze+ canke indagu y’ububeshi hagati mu nzu ya Isirayeli+. 25 ‘“Kuko jewe Yehova, nzovuga ijambo nzovuga, kandi rizoshitswa+. Ntihazokwongera kuba ukwigiza inyuma+, kuko mu misi yanyu+ ga yemwe nzu y’ingarariji, nzovuga ijambo kandi nkarishitsa koko,” ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.’”

26 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 27 “Mwana w’umuntu, ehe ab’inzu ya Isirayeli bariko bavuga ngo: ‘Ivyo yerekwa ni ivy’imisi ya kure, kandi ariko avuga ubuhanuzi bw’ibihe vya kure+.’ 28 Babwire rero uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “‘Ntihazokwongera kuba ukwigiza inyuma ku bijanye n’amajambo yanje ayo ari yo yose+. Ijambo nzovuga, rizoshitswa koko+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika