ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 30
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Guharura 30:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:25

Guharura 30:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:20; Lw 27:2; Abc 11:30
  • +Gh 30:10; Zb 132:2
  • +Gh 30:11; Ivk 23:14
  • +Gus 23:21; Zb 76:11; 116:14; 119:106; Ums 5:4; Mt 5:33
  • +Zb 22:25; 50:14; 66:13; Nah 1:15

Guharura 30:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 1:11

Guharura 30:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 30:10, 13

Guharura 30:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 7:10; Ef 6:1

Guharura 30:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 1:11, 22

Guharura 30:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 1:23

Guharura 30:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 7:2; 1Kr 11:3; Ef 5:22
  • +Gh 30:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2004, rup. 27

Guharura 30:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 30:6

Guharura 30:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 11:3; 1Pt 3:1
  • +Gh 30:5, 8

Guharura 30:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:13; Yes 58:5

Guharura 30:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 30:7

Guharura 30:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 23:21

Guharura 30:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 30:6, 10
  • +Gh 30:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Guh. 30:1Kv 18:25
Guh. 30:2It 28:20; Lw 27:2; Abc 11:30
Guh. 30:2Gh 30:10; Zb 132:2
Guh. 30:2Gh 30:11; Ivk 23:14
Guh. 30:2Gus 23:21; Zb 76:11; 116:14; 119:106; Ums 5:4; Mt 5:33
Guh. 30:2Zb 22:25; 50:14; 66:13; Nah 1:15
Guh. 30:31Sm 1:11
Guh. 30:4Gh 30:10, 13
Guh. 30:5Mr 7:10; Ef 6:1
Guh. 30:61Sm 1:11, 22
Guh. 30:71Sm 1:23
Guh. 30:8Rm 7:2; 1Kr 11:3; Ef 5:22
Guh. 30:8Gh 30:5
Guh. 30:10Gh 30:6
Guh. 30:121Kr 11:3; 1Pt 3:1
Guh. 30:12Gh 30:5, 8
Guh. 30:13Zb 35:13; Yes 58:5
Guh. 30:14Gh 30:7
Guh. 30:15Gus 23:21
Guh. 30:16Gh 30:6, 10
Guh. 30:16Gh 30:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
Bibiliya y’isi nshasha
Guharura 30:1-16

Guharura

30 Maze Musa abwira abakuru+ b’imiryango ya bene Isirayeli ati: “Iri ni ryo jambo Yehova ategetse: 2 Mu gihe umugabo agize indagano+ kuri Yehova canke arahiye indahiro+ kugira yibohereko indagano y’ukwiyima+, ntaze arenge kw’ijambo ryiwe+. Nk’uko ivyasohotse mu kanwa kiwe vyose biri ni ko azokora+.

3 “Mu gihe umukobwa agize indagano kuri Yehova+ canke yibohesheje koko indagano y’ukwiyima mu nzu ya se mu buto bwiwe, 4 hanyuma se wiwe akumva vy’ukuri indagano yiwe canke indagano yiwe y’ukwiyima yiboheyeko maze se wiwe agacereza ku bimwerekeye, indagano ziwe zose rero zizomugumako, kandi indagano y’ukwiyima+ yose yaboheye ku buzima bwiwe izogumaho. 5 Mugabo nimba se wiwe yamubujije ku musi yumviyeko indagano ziwe zose canke indagano ziwe z’ukwiyima yiboheyeko, ntizizogumaho, mugabo Yehova azomubabarira, kuko se wiwe yamubujije+.

6 “Ariko aramutse yabiriwe, kandi indagano yiwe ikaba iri kuri we+ canke umuhango w’iminwa yiwe utaranga ukwiyumvira yiboheyeko, 7 maze umugabo wiwe akavyumva vy’ukuri hanyuma agacereza ku bimwerekeye ku musi avyumviyeko, indagano ziwe rero zizogumaho, canke indagano ziwe z’ukwiyima yiboheyeko zizogumaho+. 8 Ariko nimba umugabo wiwe ku musi avyumviyeko amubujije+, azoba rero akuyeho indagano yari kuri we canke umuhango w’iminwa yiwe utaranga ukwiyumvira yiboheyeko, kandi Yehova azomubabarira+.

9 “Ku vy’indagano y’umupfakazi canke y’umugore yahukanye, ikintu cose yiboheyeko kizoguma kimuboshe.

10 “Ariko nimba mu nzu y’umugabo wiwe ari ho yaraganiye canke yiboheyeko indagano y’ukwiyima+ biciye ku ndahiro, 11 maze umugabo wiwe akaba yavyumvise hanyuma akaba yacereje ku bimwerekeye, ntazoba yamubujije; indagano ziwe zose zizogumaho, canke indagano y’ukwiyima iyo ari yo yose yiboheyeko izogumaho. 12 Ariko nimba umugabo wiwe yazikuyeho buhere ku musi yumviyeko ijambo iryo ari ryo ryose iminwa yiwe yavuze bwa ndagano ziwe canke bwa ndagano yiwe y’ukwiyima, ntizizogumaho+. Umugabo wiwe azoba yazikuyeho, kandi Yehova azomubabarira+. 13 Indagano iyo ari yo yose canke indahiro iyo ari yo yose y’indagano y’ukwiyima ku bwo kwibabaza+, umugabo wiwe ni we akwiye kuyishinga canke kuyishingura. 14 Ariko nimba umugabo wiwe acereje rwose ku bimwerekeye ku musi ku musi, nya mugore azoba rero yashinze indagano ziwe zose canke indagano ziwe zose z’ukwiyima zizoba ziri kuri we+. Azoba yazishinze, kuko yacereje ku bimwerekeye ku musi yazumviyeko. 15 Nimba na ho azikuyeho buhere amaze kuzumva, azoba rero yikoreye ikosa rya nya mugore+.

16 “Izo ni zo ngingo nyobozi Yehova yategetse Musa hagati y’umugabo n’umugore wiwe+, hagati y’umukobwa na se mu buto bwa nya mukobwa mu nzu ya se+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika