ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 36
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 36:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:36; Yr 25:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2006, rup. 17

Yeremiya 36:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:24; Yr 45:1; Ezk 2:9
  • +Yr 30:2
  • +Yr 4:16; 32:30
  • +Yr 1:5; 25:9
  • +Yr 1:2; 25:3

Yeremiya 36:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 26:3
  • +Yes 55:7; Yr 18:8; Ezk 33:11; Yon 3:8
  • +Zb 130:4; Mik 7:18

Yeremiya 36:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:12
  • +Yr 45:1

Yeremiya 36:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2006, rup. 17

Yeremiya 36:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 7:2; 22:2
  • +Ivk 27:9
  • +Yr 36:13

Yeremiya 36:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 33:12
  • +Yr 25:5; Yon 3:8; Zk 1:4
  • +2Ng 34:21

Yeremiya 36:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:12; 36:4; 45:2
  • +Neh 8:3
  • +Yr 7:2

Yeremiya 36:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:36; Yr 35:1
  • +Neh 1:1
  • +2Ng 20:3; Neh 9:1; Est 4:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2006, rup. 17

Yeremiya 36:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:12
  • +Yr 36:25
  • +2Bm 22:8; Yr 39:14; Ezk 8:11
  • +Ezr 7:6; Zb 45:1
  • +Yr 26:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2006, rup. 16-17

Yeremiya 36:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 34:20

Yeremiya 36:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 36:20
  • +Yr 36:25
  • +Yr 26:22; 36:25
  • +2Bm 22:14; Yr 26:22
  • +Yr 36:10
  • +2Bm 22:8; Yr 26:24; 39:14

Yeremiya 36:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 36:11
  • +Yr 36:21

Yeremiya 36:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 36:21
  • +Yr 36:26
  • +Yr 36:2

Yeremiya 36:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 45:1

Yeremiya 36:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 7:10

Yeremiya 36:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 36:4

Yeremiya 36:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +3Yh 13

Yeremiya 36:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 36:26

Yeremiya 36:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 36:10
  • +1Ng 28:12
  • +Yr 36:12

Yeremiya 36:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 36:14
  • +Yr 36:12
  • +2Ng 34:18

Yeremiya 36:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 3:15
  • +Ezr 10:9
  • +Yes 47:14

Yeremiya 36:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “impapuro-nkingi.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:17; Yes 28:14

Yeremiya 36:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:1
  • +2Bm 19:1; Yes 36:22; Mt 26:65

Yeremiya 36:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:8; Yr 26:22
  • +Yr 36:12
  • +Yr 36:10
  • +Img 21:29

Yeremiya 36:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:5; Mt 27:9
  • +1Bm 17:3; Yr 1:19; 2Pt 2:9

Yeremiya 36:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:12; 45:1
  • +Yr 36:2

Yeremiya 36:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 36:23

Yeremiya 36:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 36:23
  • +Yes 30:10; Am 5:10
  • +Yr 21:4; 32:28; 34:21

Yeremiya 36:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:8, 15; 2Ng 36:10; Yr 22:30
  • +Yr 22:19

Yeremiya 36:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 21:14
  • +Yes 3:11
  • +Gus 28:15; Img 29:1; Yr 19:15; 35:17
  • +2Ng 36:16

Yeremiya 36:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 36:2
  • +Yr 36:23
  • +Yr 36:4; Rm 16:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 104-105

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2006, rup. 16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 36:12Bm 23:36; Yr 25:1
Yer. 36:2Gus 31:24; Yr 45:1; Ezk 2:9
Yer. 36:2Yr 30:2
Yer. 36:2Yr 4:16; 32:30
Yer. 36:2Yr 1:5; 25:9
Yer. 36:2Yr 1:2; 25:3
Yer. 36:3Yr 26:3
Yer. 36:3Yes 55:7; Yr 18:8; Ezk 33:11; Yon 3:8
Yer. 36:3Zb 130:4; Mik 7:18
Yer. 36:4Yr 32:12
Yer. 36:4Yr 45:1
Yer. 36:5Yr 32:2
Yer. 36:6Yr 7:2; 22:2
Yer. 36:6Ivk 27:9
Yer. 36:6Yr 36:13
Yer. 36:72Ng 33:12
Yer. 36:7Yr 25:5; Yon 3:8; Zk 1:4
Yer. 36:72Ng 34:21
Yer. 36:8Yr 32:12; 36:4; 45:2
Yer. 36:8Neh 8:3
Yer. 36:8Yr 7:2
Yer. 36:92Bm 23:36; Yr 35:1
Yer. 36:9Neh 1:1
Yer. 36:92Ng 20:3; Neh 9:1; Est 4:16
Yer. 36:101Ng 28:12
Yer. 36:10Yr 36:25
Yer. 36:102Bm 22:8; Yr 39:14; Ezk 8:11
Yer. 36:10Ezr 7:6; Zb 45:1
Yer. 36:10Yr 26:10
Yer. 36:112Ng 34:20
Yer. 36:12Yr 36:20
Yer. 36:12Yr 36:25
Yer. 36:12Yr 26:22; 36:25
Yer. 36:122Bm 22:14; Yr 26:22
Yer. 36:12Yr 36:10
Yer. 36:122Bm 22:8; Yr 26:24; 39:14
Yer. 36:13Yr 36:11
Yer. 36:13Yr 36:21
Yer. 36:14Yr 36:21
Yer. 36:14Yr 36:26
Yer. 36:14Yr 36:2
Yer. 36:15Yr 45:1
Yer. 36:16Am 7:10
Yer. 36:17Yr 36:4
Yer. 36:183Yh 13
Yer. 36:19Yr 36:26
Yer. 36:20Yr 36:10
Yer. 36:201Ng 28:12
Yer. 36:20Yr 36:12
Yer. 36:21Yr 36:14
Yer. 36:21Yr 36:12
Yer. 36:212Ng 34:18
Yer. 36:22Am 3:15
Yer. 36:22Ezr 10:9
Yer. 36:22Yes 47:14
Yer. 36:23Zb 50:17; Yes 28:14
Yer. 36:24Zb 36:1
Yer. 36:242Bm 19:1; Yes 36:22; Mt 26:65
Yer. 36:252Bm 24:8; Yr 26:22
Yer. 36:25Yr 36:12
Yer. 36:25Yr 36:10
Yer. 36:25Img 21:29
Yer. 36:26Yr 1:5; Mt 27:9
Yer. 36:261Bm 17:3; Yr 1:19; 2Pt 2:9
Yer. 36:27Yr 32:12; 45:1
Yer. 36:27Yr 36:2
Yer. 36:28Yr 36:23
Yer. 36:29Yr 36:23
Yer. 36:29Yes 30:10; Am 5:10
Yer. 36:29Yr 21:4; 32:28; 34:21
Yer. 36:302Bm 24:8, 15; 2Ng 36:10; Yr 22:30
Yer. 36:30Yr 22:19
Yer. 36:31Yr 21:14
Yer. 36:31Yes 3:11
Yer. 36:31Gus 28:15; Img 29:1; Yr 19:15; 35:17
Yer. 36:312Ng 36:16
Yer. 36:32Yr 36:2
Yer. 36:32Yr 36:23
Yer. 36:32Yr 36:4; Rm 16:22
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 36:1-32

Yeremiya

36 Nuko mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, iri jambo riza kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova riti: 2 “Niwironse umuzingo w’igitabu+, hanyuma uwandikemwo amajambo yose+ nakubwiye kuri Isirayeli no kuri Yuda+ no ku mahanga yose+, kuva umusi navugana nawe, kuva mu misi ya Yosiya gushika n’uyu musi+. 3 Hari aho ab’inzu ya Yuda bokwumviriza ivyago vyose niyumvira kubateza+, bagahindukira+, umwe wese akava mu nzira yiwe mbi, nanje nkabababarira koko ikosa ryabo n’igicumuro cabo+.”

4 Yeremiya ahamagara rero Baruki+ mwene Neriya kugira ngo Baruki yandike amajambo yose ya Yehova, ayo yari yabwiye Yeremiya, ayandike ku muzingo w’igitabu ayakuye mu kanwa ka Yeremiya+. 5 Maze Yeremiya ategeka Baruki ati: “Jewe ndugaranywe. Sinshobora kwinjira mu nzu ya Yehova+. 6 Wewe niwinjire maze usome n’ijwi rirenga amajambo ya Yehova muri uwo muzingo wanditse bivuye mu kanwa kanje+, uyasomere mu matwi y’abantu mu nzu ya Yehova, ku musi w’ukwisonzesha+; wongere uyasomere n’ijwi rirenga mu matwi y’abo muri Yuda bose baza bavuye mu bisagara vyabo+. 7 Hari aho ugusaba ubutoni kwabo kwoshika imbere ya Yehova+ maze bagahindukira, umwe wese akava mu nzira yiwe mbi+, kuko ishavu n’ubushangashirwe Yehova yavuze kuri aba bantu ari vyinshi+.”

8 Nuko Baruki+ mwene Neriya akora yisunze ivyo Yeremiya umuhanuzi yari yamutegetse vyose, ngo asome n’ijwi rirenga muri nya gitabu+ amajambo ya Yehova, mu nzu ya Yehova+.

9 Nuko mu mwaka ugira gatanu wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, mu kwezi kugira icenda+, abantu bose b’i Yeruzalemu n’abantu bose bariko baza i Yeruzalemu bavuye mu bisagara vya Yuda batangaza ukwisonzesha imbere ya Yehova+. 10 Maze Baruki atangura gusoma n’ijwi rirenga muri nya gitabu amajambo ya Yeremiya, ayasomera mu nzu ya Yehova, mu cumba c’uburiro+ ca Gemariya+ mwene Shafani+ umwimuzi+, mu kigo co haruguru, ku bwinjiriro bw’irembo rishasha ry’inzu ya Yehova+, mu matwi y’abantu bose.

11 Maze Mikaya mwene Gemariya, Gemariya mwene Shafani+, yumva amajambo yose ya Yehova yo muri nya gitabu. 12 Aca amanuka ku nzu y’umwami, ku cumba c’uburiro c’umunyamabanga, asanga abaganwa bose bicayeyo, ari bo Elishama+ umunyamabanga, na Delaya+ mwene Shemaya, na Elinatani+ mwene Akibori+, na Gemariya+ mwene Shafani+, na Zedekiya mwene Hananiya n’abandi baganwa bose. 13 Nuko Mikaya+ ababwira amajambo yose yari yumvise igihe Baruki yasomera n’ijwi rirenga nya gitabu mu matwi y’abantu+.

14 Maze abaganwa bose batuma Yehudi+ mwene Netaniya, Netaniya mwene Shelemiya, Shelemiya mwene Kushi, bamutuma kuri Baruki+, bati: “Uwo muzingo wasomeye n’ijwi rirenga mu matwi y’abantu, nuwutore uheze uze.” Nuko Baruki mwene Neriya atora nya muzingo, aza aho bari+. 15 Maze bamubwira bati: “Turakwinginze wicare, uwusomere n’ijwi rirenga mu matwi yacu.” Nuko Baruki+ awusomera n’ijwi rirenga mu matwi yabo.

16 Bakimara kwumva nya majambo yose, barabana bafise ubwoba, maze babwira Baruki bati: “Turabwira ata kabuza umwami ayo majambo yose+.” 17 Nuko babaza Baruki bati: “Turakwinginze utubwire: Ayo majambo yose wayanditse gute uyakuye mu kanwa kiwe+?” 18 Maze Baruki ababwira ati: “Yaguma ambwira ayo majambo yose ayakuye mu kanwa kiwe, nanje nkaza ndandika mu gitabu n’irangi+.” 19 Amaherezo nya baganwa babwira Baruki bati: “Genda wihishe, wewe na Yeremiya, kugira ngo ntihagire uwumenya aho muri+.”

20 Maze baza aho umwami ari, mu kigo+; nya muzingo basiga bawubikije mu cumba c’uburiro+ ca Elishama+ umunyamabanga; hanyuma batangura kwigana nya majambo yose mu matwi y’umwami.

21 Nuko umwami atuma Yehudi+ kuzana nya muzingo. Awutora rero mu cumba c’uburiro ca Elishama+ umunyamabanga+. Maze Yehudi atangura kuwusomera n’ijwi rirenga mu matwi y’umwami no mu matwi y’abaganwa bose bari bahagaze iruhande y’umwami. 22 Umwami yari yicaye mu nzu yo mu rushana+, mu kwezi kugira icenda+, imbabura+ iriko iraka imbere yiwe. 23 Yehudi akimara gusoma impapuro* zitatu canke zine, umwami aca atangura kuwutabuza imbugita y’umunyamabanga, aza arawuta mu muriro wari mu mbabura gushika nya muzingo wose urangiriye mu muriro wari muri nya mbabura+. 24 Ntibagira ubwoba+; eka kandi umwami n’abasuku biwe bose, abariko bumviriza ayo majambo yose, ntibatantamuye impuzu zabo+. 25 Mbere Elinatani+ na Delaya+ na Gemariya+ batakambira umwami ngo ntaturire nya muzingo, mugabo ntiyabumviriza+. 26 Vyongeye, umwami ategeka Yerahimeyeli umuhungu w’umwami na Seraya mwene Aziriyeli na Shelemiya mwene Abudeyeli gufata Baruki umunyamabanga na Yeremiya umuhanuzi+. Mugabo Yehova aguma abahishije+.

27 Ijambo rya Yehova ryongera kuza kuri Yeremiya, aho umwami amariye guturira nya muzingo warimwo amajambo Baruki+ yari yanditse ayakuye mu kanwa ka Yeremiya+, riti: 28 “Niwongere wironse umuzingo, uwundi, maze uwandikeko amajambo yose ya mbere yari ku muzingo wa mbere, uwo Yehoyakimu umwami wa Yuda yaturiye+. 29 Kandi uvuge ku bijanye na Yehoyakimu umwami wa Yuda uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Wewe waturiye uwo muzingo+, uvuga uti: ‘Kubera iki wanditse kuri wo+ ngo: “Umwami wa Babiloni azoza ata kabuza kandi azohonya koko iki gihugu, azimanganye kuri co umuntu n’igikoko+”?’ 30 Ibi rero ni vyo Yehova avuze kuri Yehoyakimu umwami wa Yuda: ‘Ntazoronka uwicara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+, kandi umuvyimba wiwe uzoshiburirwa hanze+ mu bushuhe ku murango no mu gikonyozi mw’ijoro. 31 Kandi nzogira ico ndamubaza+, we n’uruvyaro rwiwe be n’abasuku biwe ku bijanye n’ikosa ryabo+, kandi nzozana kuri bo no ku baba i Yeruzalemu no ku bagabo ba Yuda ivyago vyose nabavuzeko+, bakaba batumvirije+.’”’”

32 Nuko Yeremiya atora uwundi muzingo maze awuha Baruki mwene Neriya, umunyamabanga+, uno na we atangura kuwandikako amajambo yose yo mu gitabu Yehoyakimu umwami wa Yuda yari yatuririye mu muriro+, ayandika ayakuye mu kanwa+ ka Yeremiya; kandi yongerwako ayandi majambo menshi nk’ayo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika