ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 15
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yobu 15:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “ubumenyi bw’umuyaga.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 42:7
  • +Hs 12:1

Yobu 15:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 42:8

Yobu 15:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:1
  • +Zb 90:2; Img 8:25

Yobu 15:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:34; 1Kr 2:11

Yobu 15:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 13:2; 16:2

Yobu 15:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 32:6

Yobu 15:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 6:36; Zb 51:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2010, rup. 20

Yobu 15:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 22:20; Img 8:30; Am 3:7
  • +Yb 25:5; 42:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2010, rup. 20

    15/9/2005, rup. 26

Yobu 15:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 4:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2010, rup. 20

Yobu 15:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 5:27

Yobu 15:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 8:8

Yobu 15:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 5:3

Yobu 15:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 18:12; Yes 8:22; Yud 13

Yobu 15:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 59:15; 109:10
  • +Yb 18:12

Yobu 15:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 2:9

Yobu 15:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 16:2; 42:7

Yobu 15:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 17:10

Yobu 15:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 20:28

Yobu 15:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 4:9

Yobu 15:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 22:16

Yobu 15:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 8:13; 16:2; 42:7
  • +Yb 16:3; 42:8

Yobu 15:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 7:14; Yes 59:4; Yak 1:15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yobu 15:2Yb 42:7
Yobu 15:2Hs 12:1
Yobu 15:6Yb 42:8
Yobu 15:7It 4:1
Yobu 15:7Zb 90:2; Img 8:25
Yobu 15:8Rm 11:34; 1Kr 2:11
Yobu 15:9Yb 13:2; 16:2
Yobu 15:10Yb 32:6
Yobu 15:142Ng 6:36; Zb 51:5
Yobu 15:151Bm 22:20; Img 8:30; Am 3:7
Yobu 15:15Yb 25:5; 42:7
Yobu 15:16Yb 4:19
Yobu 15:17Yb 5:27
Yobu 15:18Yb 8:8
Yobu 15:211Ts 5:3
Yobu 15:22Yb 18:12; Yes 8:22; Yud 13
Yobu 15:23Zb 59:15; 109:10
Yobu 15:23Yb 18:12
Yobu 15:24Rm 2:9
Yobu 15:25Yb 16:2; 42:7
Yobu 15:27Zb 17:10
Yobu 15:29Yb 20:28
Yobu 15:30Yb 4:9
Yobu 15:32Yb 22:16
Yobu 15:34Yb 8:13; 16:2; 42:7
Yobu 15:34Yb 16:3; 42:8
Yobu 15:35Zb 7:14; Yes 59:4; Yak 1:15
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
Bibiliya y’isi nshasha
Yobu 15:1-35

Yobu

15 Elifazi Umutemani arishura ati:

 2 “Mbega umuntu w’inkerebutsi yokwishura akoresheje amajambo ata co amaze*+,

Canke yokwuzuza inda yiwe umuyaga wo mu buseruko+?

 3 Gukangira hakoreshejwe ijambo gusa nta co vyomara,

N’amajambo masa nta kamaro yogira yonyene.

 4 Ariko, wewe uratuma ugutinya imbere y’Imana kutagira inguvu,

Ukagabanya umwitwarariko uwo ari wo wose imbere y’Imana.

 5 Kuko ikosa ryawe ryigisha akanwa kawe,

Ugahitamwo ururimi rw’abanyabwenge.

 6 Akanwa kawe ni ko kakwita umubisha, si jewe;

Kandi iminwa yawe ni yo yishura ikuvuguruza+.

 7 Ugira ngo ni we wabaye uwa mbere mu kuvuka+,

Canke waratanze imirambi+ kwibarukwa mu bubabare bw’ibise?

 8 Woba wumviriza ikiyago c’akabanga c’Imana+,

Kandi woba wiharije ubukerebutsi?

 9 Ico uzi twebwe tutazi ni igiki+?

Ico utahura natwe tudatahura ni igiki?

10 Umuntu w’imvi ku mutwe be n’umusaza bompi turi kumwe+,

Uwuruta so mu misi.

11 Mbega ukwirurwa n’Imana ntiguhagije kuri wewe,

Canke ijambo ubwiranywe ubwitonzi?

12 Kuki umutima wawe ugutwara,

Kandi kuki amaso yawe aravya?

13 Kuko uhindukiriza umutima wawe kurwanya Imana ubwayo,

Kandi watumye akanwa kawe gasohora amajambo.

14 Umuntu buntu ni iki ngo abe uwudahumanye+,

Canke ngo uwavutse ku mugore abe mu kuri?

15 Raba! Ntiyizera aberanda bayo+,

N’amajuru ubwayo arahumanye mu maso yayo+.

16 Nkanswe iyo umuntu ateye ishishi kandi akaba yononekaye+,

Umuntu agotomera ibitagororotse nk’amazi!

17 Ndabikumenyesha. Nyumviriza+!

N’ibi narabibonye, reka rero ndavyigane,

18 Bimwe inkerebutsi+ ubwazo zivuga

Kandi zikaba zitabinyegeje, bikaba bikomoka kuri ba se.

19 Ni bo bonyene bahawe igihugu,

Kandi nta w’ahandi yabaciye hagati.

20 Mu misi yiwe yose, umubisha arasesererwa,

Egome, igitigiri c’imyaka yabikiwe intwazamukazo.

21 Ijwi ry’ibiteye ubwoba riri mu matwi yiwe;

Mu mahoro umunyazi aramuzako+.

22 Ntiyemera yuko azogaruka avuye mu mwiza+,

Vyongeye abikiwe inkota.

23 Arēhera arondera umukate, yamara uri he+?

Arazi neza yuko umusi w’umwiza+ witeguye ukaba uri hafi yiwe.

24 Amarushwa n’umubabaro mwinshi biguma bimutera ubwoba+;

Biramucinya kurya kw’umwami agabirije kugaba igitero.

25 Kuko aramvurira ukuboko kwiwe kurwanya Imana ubwayo;

Kandi arondera kwerekana ko aruta Mushoboravyose+;

26 Kuko amwirukako adadaje izosi,

N’imikondo ivyibushe y’inkinzo ziwe;

27 Kuko yipfuka mu maso ubudohe bwiwe

Akazana ibinure mu kiyunguyungu ciwe+,

28 Apfa kuba mu bisagara birindiriye kuzimanganywa,

Mu mazu abantu batazoguma babamwo,

Ayagenewe koko kuzocika ibirundo vy’amabuye.

29 Ntazotunga, n’ubutunzi bwiwe ntibuzogwira,

Kandi amaronko yabo ntazoyasanza kw’isi+.

30 Ntazohunga umwiza;

Umunago wiwe uzokwumishwa n’urubeya,

Azoteshwa inzira n’uguhuhuta kw’impemu z’akanwa k’Imana+.

31 Ntakizere ibitagira mvura, agahubishwa,

Kuko ibitagira mvura ari vyo gusa azokwishurwa;

32 Bizoranguka imbere y’umusi wiwe.

Kandi umuvyaro wiwe ntuzogenda utotahaye+.

33 Azotibagura inzabibu ziwe z’ibiturumbwe kurya kw’umuzabibu,

Azohungurura amashurwe yiwe kurya kw’igiti c’umwelayo.

34 Kuko ikoraniro ry’abahuni ari ingumba+,

Kandi umuriro utegerezwa kurigata amahema y’ibiturire+.

35 Hasamwa inda y’ivyago hakavuka ibintu bibabaza+,

Kandi inda yabo itegura ivy’ububeshi.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika