ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 33
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 33:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 32:11; 97:12; Fp 4:4
  • +Zb 147:1

Zaburi 33:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 81:2
  • +Zb 92:3; 144:9

Zaburi 33:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:3; 98:1; 149:1; Yes 42:10; Ivh 5:9
  • +1Ng 13:8; Ef 5:19

Zaburi 33:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 12:6; Img 30:5
  • +Zb 111:7

Zaburi 33:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 37:23; Zb 11:7; 45:7
  • +Zb 145:16; Ivk 14:17

Zaburi 33:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 11:3; 2Pt 3:5
  • +It 2:1; Zb 104:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 7

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 20

Zaburi 33:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:9; Yb 26:10; 38:8; Img 8:29; Yr 5:22

Zaburi 33:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 14:7
  • +Zb 76:7

Zaburi 33:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:3; Zb 148:5
  • +Zb 119:90

Zaburi 33:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:10; 19:3
  • +Zb 21:11; 140:8

Zaburi 33:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 23:13; Img 19:21; Yes 46:10
  • +Zb 92:5; Yes 55:8; Yr 29:11

Zaburi 33:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:29; Zb 144:15
  • +Zb 65:4; 135:4; 1Pt 2:9

Zaburi 33:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:4; 14:2; Img 15:3
  • +Heb 4:13

Zaburi 33:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:30; Zb 115:3

Zaburi 33:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:9; Zb 105:25
  • +Yb 34:21; Img 24:12

Zaburi 33:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 11:6; 2Ng 32:21
  • +Zb 44:5; Yr 9:23

Zaburi 33:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 17:16; 2Bm 7:7; Zb 20:7; Img 21:31; Yes 31:1; Hs 14:3
  • +Zb 147:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 20

Zaburi 33:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 36:7; Zb 34:15; 1Pt 3:12
  • +Zb 147:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 20

Zaburi 33:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 56:13
  • +Zb 37:19; Yes 33:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 20

Zaburi 33:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 62:1; 130:6
  • +It 15:1; Gus 33:29; Zb 18:2; 115:9

Zaburi 33:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 13:5; Zk 10:7
  • +1Ng 16:10; Zb 28:7; Img 18:10

Zaburi 33:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 32:10; 119:76
  • +Zb 31:24; Mik 7:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 33:1Zb 32:11; 97:12; Fp 4:4
Zab. 33:1Zb 147:1
Zab. 33:2Zb 81:2
Zab. 33:2Zb 92:3; 144:9
Zab. 33:3Zb 40:3; 98:1; 149:1; Yes 42:10; Ivh 5:9
Zab. 33:31Ng 13:8; Ef 5:19
Zab. 33:4Zb 12:6; Img 30:5
Zab. 33:4Zb 111:7
Zab. 33:5Yb 37:23; Zb 11:7; 45:7
Zab. 33:5Zb 145:16; Ivk 14:17
Zab. 33:6Heb 11:3; 2Pt 3:5
Zab. 33:6It 2:1; Zb 104:30
Zab. 33:7It 1:9; Yb 26:10; 38:8; Img 8:29; Yr 5:22
Zab. 33:8Zb 76:7
Zab. 33:8Ivh 14:7
Zab. 33:9It 1:3; Zb 148:5
Zab. 33:9Zb 119:90
Zab. 33:10Yes 8:10; 19:3
Zab. 33:10Zb 21:11; 140:8
Zab. 33:11Yb 23:13; Img 19:21; Yes 46:10
Zab. 33:11Zb 92:5; Yes 55:8; Yr 29:11
Zab. 33:12Gus 33:29; Zb 144:15
Zab. 33:12Zb 65:4; 135:4; 1Pt 2:9
Zab. 33:13Zb 11:4; 14:2; Img 15:3
Zab. 33:13Heb 4:13
Zab. 33:141Bm 8:30; Zb 115:3
Zab. 33:151Ng 28:9; Zb 105:25
Zab. 33:15Yb 34:21; Img 24:12
Zab. 33:16Yos 11:6; 2Ng 32:21
Zab. 33:16Zb 44:5; Yr 9:23
Zab. 33:17Gus 17:16; 2Bm 7:7; Zb 20:7; Img 21:31; Yes 31:1; Hs 14:3
Zab. 33:17Zb 147:10
Zab. 33:18Yb 36:7; Zb 34:15; 1Pt 3:12
Zab. 33:18Zb 147:11
Zab. 33:19Zb 56:13
Zab. 33:19Zb 37:19; Yes 33:16
Zab. 33:20Zb 62:1; 130:6
Zab. 33:20It 15:1; Gus 33:29; Zb 18:2; 115:9
Zab. 33:21Zb 13:5; Zk 10:7
Zab. 33:211Ng 16:10; Zb 28:7; Img 18:10
Zab. 33:22Zb 32:10; 119:76
Zab. 33:22Zb 31:24; Mik 7:7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 33:1-22

Zaburi

33 Nimwihe akamo k’umunezero, yemwe bagororotsi, kubera Yehova+.

Ku bagororotse, ishemezo rirabereye+.

 2 Nimukengurukire Yehova ku nanga+;

Ku gicurarangisho c’imirya cumi+, mumuhibongoreze.

 3 Nimumuririmbire ururirimbo rushasha+;

Nimubashe imirya mujanisha n’akaruru k’umunezero+.

 4 Kuko ijambo rya Yehova rigororotse+,

Kandi igikorwa ciwe cose kiri mu bwizigirwa+.

 5 Akunda ubugororotsi n’ubutungane+.

Isi yuzuye ubuntu bwuzuye urukundo bwa Yehova+.

 6 Kw’ijambo rya Yehova amajuru yarakozwe+,

Ku mpwemu yo mu kanwa kiwe na ho ingabo zayo zose zirakorwa+.

 7 Akoranya amazi y’ikiyaga nk’aho akoresheje urugomero+,

Agashira mu bigega amazi asuriranya.

 8 Abo kw’isi bose nibatinye Yehova+.

Ababa ku butaka bwimbuka bose nibamugirire ubwoba+.

 9 Kuko ubwiwe yavuze, bikaba+;

Ubwiwe yarategetse, birarama+.

10 Yehova ubwiwe yasambuye inama y’amahanga+;

Yatangiriye ivyiyumviro vy’ibisata vy’abantu+.

11 Inama ya Yehova izorama gushika igihe kitagira urugero+;

Ivyiyumviro vy’umutima wiwe bigumaho iyaruka rimwe inyuma y’irindi+.

12 Hahiriwe ihanga Imana yaryo ari Yehova+,

Igisata c’abantu yatoye ngo kibe intoranwa yiwe+.

13 Yehova yaritegereje ari mu majuru+,

Abona abana b’abantu bose+.

14 Ari ahantu hashimangiye aba+,

Yitegereje ababa kw’isi bose.

15 Abumba imitima yabo yose hamwe+;

Arimbūra ibikorwa vyabo vyose+.

16 Nta mwami akizwa n’ubwinshi bw’inteko za gisirikare+;

Umunyenkomezi ubwiwe ntarokorwa n’ubwinshi bw’ububasha+.

17 Ifarasi ni uruhendo mu vy’ugukiza+,

Kandi ku bwinshi bw’inkomezi zayo, nta we irokora+.

18 Ehe! Ijisho rya Yehova riri ku bamutinya+,

Kuri barya barindiriye ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+,

19 Ngo abarokore abakize urupfu+,

No kugira ngo abazigamire ubuzima mu kigoyi+.

20 Umutima wacu wamye witeze Yehova+.

Ni we mutabazi wacu n’inkinzo yacu+.

21 Kuko muri we umutima wacu unezerwa+;

Kuko izina ryiwe ryeranda ari ryo twizigiye+.

22 Ubuntu bwuzuye urukundo bwawe, ewe Yehova, nibube kuri twebwe+,

Nk’uko nyene twagumye tukurindiriye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika