ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 137
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 137:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:27; Yr 50:38; 51:13, 32; Ezk 1:1; Dn 10:4
  • +Ezk 3:15
  • +Yr 13:17; Int 1:16; Dn 9:3

Zaburi 137:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 23:40
  • +Zb 33:2; Yes 24:8

Zaburi 137:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 123:4; Int 2:16
  • +Neh 4:2; Int 2:15
  • +1Ng 16:7; Zb 28:7; 69:30; Yes 35:10

Zaburi 137:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:1; Abc 5:3
  • +Yes 49:21

Zaburi 137:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 2:3; Zb 84:2; 102:14; Yes 62:1; Yr 51:50

Zaburi 137:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:15; Ezk 3:26
  • +Zb 103:2
  • +Zb 122:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/1998, rup. 8-10

Zaburi 137:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:18
  • +Yr 49:7; Int 4:22; Ezk 25:12
  • +Ob 13
  • +Ob 10, 12; Mik 4:11

Zaburi 137:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:1; 47:1; Yr 25:12; 50:2; Ivh 18:2
  • +Yes 13:5
  • +Yr 50:29; Ivh 18:6

Zaburi 137:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 137:1Yes 44:27; Yr 50:38; 51:13, 32; Ezk 1:1; Dn 10:4
Zab. 137:1Ezk 3:15
Zab. 137:1Yr 13:17; Int 1:16; Dn 9:3
Zab. 137:2Lw 23:40
Zab. 137:2Zb 33:2; Yes 24:8
Zab. 137:3Zb 123:4; Int 2:16
Zab. 137:3Neh 4:2; Int 2:15
Zab. 137:31Ng 16:7; Zb 28:7; 69:30; Yes 35:10
Zab. 137:4Kv 15:1; Abc 5:3
Zab. 137:4Yes 49:21
Zab. 137:5Neh 2:3; Zb 84:2; 102:14; Yes 62:1; Yr 51:50
Zab. 137:6Zb 22:15; Ezk 3:26
Zab. 137:6Zb 103:2
Zab. 137:6Zb 122:1
Zab. 137:7Zb 74:18
Zab. 137:7Yr 49:7; Int 4:22; Ezk 25:12
Zab. 137:7Ob 13
Zab. 137:7Ob 10, 12; Mik 4:11
Zab. 137:8Yes 13:1; 47:1; Yr 25:12; 50:2; Ivh 18:2
Zab. 137:8Yes 13:5
Zab. 137:8Yr 50:29; Ivh 18:6
Zab. 137:9Yes 13:16
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 137:1-9

Zaburi

137 Iruhande y’inzuzi za Babiloni+—aho ni ho twicaye+.

Mbere twararize igihe twibuka Siyoni+.

 2 Ku biti vy’imyarava+ hagati yaho,

Ni ho twamanitse inanga zacu+.

 3 Kuko ng’aho abari batugize imbohe badusavye amajambo y’ururirimbo+,

Abadutwenga na bo, badusaba umunezero+ ngo:

“Nimuturirimbire rumwe mu ndirimbo z’i Siyoni+.”

 4 Tworirimba dute ururirimbo rwa Yehova+

Ku butaka bunyamahanga+?

 5 Ninakwibagira ga Yeruzalemu+,

Ukuryo kwanje kuraca kwibagira.

 6 Ururimi rwanje ruraca rumatana n’amagage yanje+,

Hamwe ntokwibuka+,

Hamwe ntoduza Yeruzalemu

Hejuru y’ikintu nyamukuru kintera umunezero+.

 7 Ewe Yehova, ibuka+ ku biraba abana ba Edomu+ wa musi wa Yeruzalemu+,

Bamwe bavuga ngo: “Hakobe! Hakobe gushika no ku mushinge waho+!”

 8 Ewe mukobwa wa Babiloni ubwirizwa kunyagwa+,

Azoba ahiriwe uwuzoguhemba+

Akakugirira uko ubwawe watugiriye+.

 9 Azoba ahiriwe uwuzofata abana bawe

Akabasābiriza+ ku rutare.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika