ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 50
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 50:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 24:1
  • +Yr 3:1; Hs 2:2
  • +2Bm 4:1
  • +1Bm 21:25; 2Bm 17:17; Yes 59:2
  • +Yr 3:8

Yesaya 50:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 8:6; 35:15
  • +Img 1:24; Yr 7:13
  • +Gh 11:23; Yes 40:28; 59:1
  • +Kv 14:29; Zb 114:3; Yes 51:10
  • +Zb 106:9; Nah 1:4
  • +Zb 107:33; Yes 42:15
  • +Kv 7:18

Yesaya 50:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 10:21; Zb 18:11; Mt 27:45
  • +Ivh 6:12

Yesaya 50:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 4:11; Yr 1:9; Yoh 7:46
  • +Img 15:23; Mt 13:54
  • +Yoh 7:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 182-183

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2012, rup. 11

    15/1/2009, rup. 22

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 133

Yesaya 50:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:6, 8
  • +Yon 1:3; Mt 26:39; Fp 2:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2012, rup. 11

    15/1/2009, rup. 22

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 133

Yesaya 50:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 3:30; Mik 5:1; Lk 22:63; Yoh 18:22
  • +Mt 26:67; Mr 14:65

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    8/2012, rup. 19

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 14

    15/1/2009, rup. 21-22

    1/10/2008, rup. 5

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 133, 172

Yesaya 50:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:8; Heb 13:6
  • +Yr 1:18; Ezk 3:9

Yesaya 50:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:33
  • +Yes 41:1
  • +Ivh 12:10
  • +Yes 43:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 22

Yesaya 50:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ubwoko bw’agakoko kaguruka karya impuzu.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 51:4; Rm 3:4
  • +Zb 102:26
  • +Yb 13:28; Zb 39:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 22

Yesaya 50:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:12; 112:1; Ums 12:13; Mal 3:16
  • +Yes 42:1; 53:11
  • +Yb 29:3; Zb 23:4; Yes 9:2; 59:9
  • +2Ng 20:20; Yes 26:4
  • +1Sm 30:6; Zb 28:7

Yesaya 50:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 16:4; 32:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 50:1Gus 24:1
Yes. 50:1Yr 3:1; Hs 2:2
Yes. 50:12Bm 4:1
Yes. 50:11Bm 21:25; 2Bm 17:17; Yes 59:2
Yes. 50:1Yr 3:8
Yes. 50:2Yr 8:6; 35:15
Yes. 50:2Img 1:24; Yr 7:13
Yes. 50:2Gh 11:23; Yes 40:28; 59:1
Yes. 50:2Kv 14:29; Zb 114:3; Yes 51:10
Yes. 50:2Zb 106:9; Nah 1:4
Yes. 50:2Zb 107:33; Yes 42:15
Yes. 50:2Kv 7:18
Yes. 50:3Kv 10:21; Zb 18:11; Mt 27:45
Yes. 50:3Ivh 6:12
Yes. 50:4Kv 4:11; Yr 1:9; Yoh 7:46
Yes. 50:4Img 15:23; Mt 13:54
Yes. 50:4Yoh 7:15
Yes. 50:5Zb 40:6, 8
Yes. 50:5Yon 1:3; Mt 26:39; Fp 2:8
Yes. 50:6Int 3:30; Mik 5:1; Lk 22:63; Yoh 18:22
Yes. 50:6Mt 26:67; Mr 14:65
Yes. 50:7Yes 49:8; Heb 13:6
Yes. 50:7Yr 1:18; Ezk 3:9
Yes. 50:8Rm 8:33
Yes. 50:8Yes 41:1
Yes. 50:8Ivh 12:10
Yes. 50:8Yes 43:9
Yes. 50:9Zb 51:4; Rm 3:4
Yes. 50:9Zb 102:26
Yes. 50:9Yb 13:28; Zb 39:11
Yes. 50:10Zb 25:12; 112:1; Ums 12:13; Mal 3:16
Yes. 50:10Yes 42:1; 53:11
Yes. 50:10Yb 29:3; Zb 23:4; Yes 9:2; 59:9
Yes. 50:102Ng 20:20; Yes 26:4
Yes. 50:101Sm 30:6; Zb 28:7
Yes. 50:11Zb 16:4; 32:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 50:1-11

Yesaya

50 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Kiri hehe none icete c’ukwahukana+ ca nyoko wanyu, uwo nirukanye+? Canke, ni nde mu bo mperaniye nabagurishijeko+? Raba! Amakosa yanyu+ ni yo yatumye mugurishwa, kandi ibigabitanyo vyanyu ni vyo vyatumye nyoko wanyu yirukanwa+. 2 Kubera iki igihe naza hatagira n’umwe+? Kubera iki igihe nahamagara habuze uwishura+? Mbega ni ukuvuga ko ukuboko kwanje kwabaye kugufi gushika aho kudashobora gucungura+? Canke muri jewe nta bubasha buriho bwo kurokora? Raba! Nkamisha ikiyaga+ uguhambara kwanje+; inzuzi ndazigira agahinga+. Amafi yavyo araduhuka kubera ata mazi, akicwa n’inyota+. 3 Nambika amajuru umukorane+, nkagira igunira igipfukisho cayo+.”

4 Umukama Segaba Yehova ubwiwe yampaye ururimi rw’abigishijwe+, ngo menye ingene nishurisha ijambo uwurushe+. Ankangura uko bukeye; ugutwi kwanje agukangurira kwumva nk’abigishijwe+. 5 Umukama Segaba Yehova ubwiwe yuguruye ugutwi kwanje, nanje sinagarariza+. Kandi sinahindukiriye hirya+. 6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita, amatama+ yanje na yo abashikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije ibintu bitetereza be n’igikororwa+.

7 Mugabo Umukama Segaba Yehova ubwiwe azontabara+. Ni co gituma ntazoteterwa. Ni co gituma mu maso hanje nahagize nk’ibuye ry’isare, kandi ndazi ko ntazomaramara+. 8 Uwunyita umugororotsi ari hafi+. Ni nde yonigana nanje? Naze duhagararane+. Ni nde amburanya+? Nanyegêre+. 9 Raba! Umukama Segaba Yehova ubwiwe azontabara. Ni nde yonyita umubisha+? Raba! Bose uko bangana bazoshira nk’impuzu+. Agakoko* kazobarigata+.

10 Ni nde muri mwebwe atinya+ Yehova, akumviriza ijwi ry’umusavyi wiwe+, akaba yagendeye mu mwiza w’urudaca+ kandi ntabone ukwakaka? Niyizigire izina rya Yehova+, yishimikize Imana yiwe+.

11 “Raba! Mwese abadomeka umuriro, mukatsa amasase, nimugendere mu muco w’umuriro wanyu, no hagati mu masase mwarurumbitse. Ibi ni vyo muzoronka koko mu kuboko kwanje: Muzoryama mwishwe n’umubabaro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika