ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 4
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Timoteyo 4:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 4:3
  • +2Ts 2:3
  • +2Ts 2:2; 2Pt 2:1
  • +2Kr 11:14; Ivh 16:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2006, rup. 23

    Senga Imana, rup. 72-73

1 Timoteyo 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:30; 2Tm 2:16; 2Pt 2:3
  • +Ivk 24:16; 1Tm 1:5; Heb 10:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 23-24

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 21-22

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2006, rup. 23

1 Timoteyo 4:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 7:36; 9:5; Heb 13:4
  • +Rm 14:3
  • +It 9:3
  • +Rm 14:17; 1Kr 10:25

1 Timoteyo 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:31
  • +Ivk 10:15
  • +Ivk 27:35

1 Timoteyo 4:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Tt 2:1
  • +2Tm 2:15; 3:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 54

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2009, rup. 16-17

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    1/2005, rup. 1

1 Timoteyo 4:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 6:20; Tt 1:14
  • +2Pt 1:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2020, rup. 28

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2018, rup. 14

    Abahurikiye hamwe, rup. 19

1 Timoteyo 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:1; 1Kr 10:31; Ef 6:7
  • +Mt 6:33; Rm 8:28
  • +Yoh 17:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    no. 1 2020 rup. 11

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2001, rup. 4

1 Timoteyo 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 1:15

1 Timoteyo 4:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 13:24
  • +1Pt 1:3
  • +Yud 25
  • +Gl 3:28; 1Tm 2:4
  • +Zb 31:23

1 Timoteyo 4:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 14:37; 16:1; 1Ts 4:11
  • +1Tm 6:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2018, rup. 13

1 Timoteyo 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 16:11; Tt 2:15
  • +Fp 3:17
  • +Kl 3:12
  • +Gl 5:22; Yak 3:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2022, rup. 4-9

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2018, rup. 11-12

    4/2018, rup. 13

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2015, rup. 15

    15/12/2009, rup. 12-15

1 Timoteyo 4:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 4:16; 1Ts 5:27
  • +Ivk 13:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2021, rup. 24-25

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2011, rup. 18-19

    1/4/1999, rup. 18

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 26

1 Timoteyo 4:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 19:6; 1Kr 14:1
  • +1Tm 1:18
  • +Ivk 6:6; 13:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2015, rup. 14

    15/12/2009, rup. 11

    15/9/2008, rup. 30

    Nushinge intahe, rup. 121

1 Timoteyo 4:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 15:28
  • +Fp 1:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2009, rup. 11-12

    1/10/2007, rup. 21

    1/8/2001, rup. 23-28

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 74-77

1 Timoteyo 4:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:28
  • +2Tm 4:2; Tt 2:1
  • +Rm 11:14; 1Kr 9:22; 1Pt 3:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2021, rup. 24

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 21

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2016, rup. 23

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2000, rup. 26-31

    1/4/1999, rup. 8-13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tim. 4:12Tm 4:3
1 Tim. 4:12Ts 2:3
1 Tim. 4:12Ts 2:2; 2Pt 2:1
1 Tim. 4:12Kr 11:14; Ivh 16:14
1 Tim. 4:2Ivk 20:30; 2Tm 2:16; 2Pt 2:3
1 Tim. 4:2Ivk 24:16; 1Tm 1:5; Heb 10:22
1 Tim. 4:31Kr 7:36; 9:5; Heb 13:4
1 Tim. 4:3Rm 14:3
1 Tim. 4:3It 9:3
1 Tim. 4:3Rm 14:17; 1Kr 10:25
1 Tim. 4:4It 1:31
1 Tim. 4:4Ivk 10:15
1 Tim. 4:4Ivk 27:35
1 Tim. 4:6Tt 2:1
1 Tim. 4:62Tm 2:15; 3:14
1 Tim. 4:71Tm 6:20; Tt 1:14
1 Tim. 4:72Pt 1:7
1 Tim. 4:8Rm 12:1; 1Kr 10:31; Ef 6:7
1 Tim. 4:8Mt 6:33; Rm 8:28
1 Tim. 4:8Yoh 17:3
1 Tim. 4:91Tm 1:15
1 Tim. 4:10Lk 13:24
1 Tim. 4:101Pt 1:3
1 Tim. 4:10Yud 25
1 Tim. 4:10Gl 3:28; 1Tm 2:4
1 Tim. 4:10Zb 31:23
1 Tim. 4:111Kr 14:37; 16:1; 1Ts 4:11
1 Tim. 4:111Tm 6:3
1 Tim. 4:121Kr 16:11; Tt 2:15
1 Tim. 4:12Fp 3:17
1 Tim. 4:12Kl 3:12
1 Tim. 4:12Gl 5:22; Yak 3:17
1 Tim. 4:13Kl 4:16; 1Ts 5:27
1 Tim. 4:13Ivk 13:15
1 Tim. 4:14Ivk 19:6; 1Kr 14:1
1 Tim. 4:141Tm 1:18
1 Tim. 4:14Ivk 6:6; 13:3
1 Tim. 4:15Img 15:28
1 Tim. 4:15Fp 1:25
1 Tim. 4:16Ivk 20:28
1 Tim. 4:162Tm 4:2; Tt 2:1
1 Tim. 4:16Rm 11:14; 1Kr 9:22; 1Pt 3:15
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
Bibiliya y’isi nshasha
1 Timoteyo 4:1-16

1 Timoteyo

4 Ariko ijambo ryahumetswe rivuga ritomora yuko mu bihe bizoza+ bamwe bazota+ ukwizera, bagakurikira amajambo y’amahumekano azimiza+ be n’inyigisho z’amadayimoni*+, 2 bivuye ku bwiyorobetsi bw’abantu bavuga ibinyoma+, mw’ijwi ryabo ryo mu mutima+ bakaba bameze nk’abokeshejwe icuma kirungurije; 3 bakabuza ukwabirana+, bagategeka kwirinda ibifungurwa+ Imana yaremye+ ngo abafise ukwizera+ kandi bazi neza ukuri babifungurane ugukenguruka. 4 Nakare, ikintu cose Imana yaremye ni ciza+, kandi nta co gutabwa+ iyo cakiranywe ugukenguruka+, 5 kuko cezwa biciye kw’ijambo ry’Imana be n’isengesho.

6 Niwaha izi mpanuro bene wacu uzoba uri umusuku mwiza wa Kristu Yezu, yagaburiwe amajambo y’ukwizera be n’inyigisho nziza+ wakurikiraniye hafi+. 7 Mugabo wamirire kure za nkuru z’ikinyoma+ zisiga iceyi ibintu vyeranda zivugwa n’abatamakazi. Ariko wimenyereze, ukwihebera Imana kube yo ntumbero yawe+. 8 Kuko kumenyereza umubiri bigira akamaro kuri bike; mugabo ukwihebera Imana+ kugira akamaro kuri vyinshi+, kuko gutekeye umuhango w’ubuzima bw’ubu n’ubuzoza+. 9 Iryo jambo ni iryo kwizigirwa kandi rikwiye kwemerwa rwose+. 10 Kuko ico ari co dukorera cane kandi tukihatira+, kubera ko twashingiye icizigiro+ cacu ku Mana nzima, yo Mukiza+ w’abantu b’uburyo bwose+, canecane w’abizigirwa+.

11 Guma utanga aya mategeko+ wongera uyigisha+. 12 Ntihagire umuntu n’umwe yigera agaya ubuto bwawe+. Ahubwo, nubere akarorero+ abizigirwa+ mu mvugo, mu ngeso, mu rukundo, mu kwizera, mu kutandura+. 13 Mu gihe ntaraza, ubandanye kwijukira ugusomera+ imbere y’abantu+, uguhimiriza, ukwigisha. 14 Ntufate minenegwe ingabirano+ iri muri wewe, iyo wahawe biciye ku vyavuzwe imbere y’igihe+ be n’igihe inama y’abagabo b’inararibonye yakurambikako ibiganza+. 15 Uzirikane ivyo bintu+; nubicokeremwo, kugira ngo iterambere ryawe+ ryibonekeze ku bantu bose. 16 Wame wiyubara ubwawe+ no ku nyigisho yawe+. Ivyo ubigumemwo, kuko niwakora ivyo uzokwikiza ugakiza n’abakwumviriza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika