ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hoseya 7
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Hoseya 7:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:39
  • +Yes 28:1; Mik 6:16
  • +Ezk 16:46; Am 8:14; Mik 1:5
  • +Yr 9:3; Mik 7:3
  • +Hs 6:9

Hoseya 7:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:29; Yes 1:3; 44:19
  • +Yr 14:10; Am 8:7
  • +Zb 9:16; Img 5:22
  • +Zb 90:8; Img 5:21

Hoseya 7:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 22:6; Yr 5:31; Rm 1:32

Hoseya 7:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:9; Mal 3:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2007, rup. 16

    15/11/2005, rup. 23

Hoseya 7:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 20:1; Yes 28:1
  • +Yes 5:11; Hab 2:15

Hoseya 7:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 13:28
  • +Img 4:16
  • +Mik 2:1

Hoseya 7:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 15:10, 14
  • +Yes 9:13; Ezk 22:30; Dn 9:13

Hoseya 7:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:35; Ezk 23:5
  • +1Bm 18:21; Ivh 3:15

Hoseya 7:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 13:3; 15:19
  • +Img 23:35

Hoseya 7:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:3; Hs 5:5
  • +Neh 9:35; Yes 9:13; Yr 8:5; Am 4:6; Zk 1:4
  • +Zb 14:2; Rm 3:11

Hoseya 7:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 11:11
  • +Img 15:32; Yes 1:3
  • +2Bm 17:4; Yes 30:2
  • +2Bm 15:19; Yr 2:18; Ezk 23:5

Hoseya 7:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 12:13
  • +Ums 9:12
  • +Gus 28:15; 2Bm 17:13; Yes 28:26

Hoseya 7:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 31:1; Ezk 16:23
  • +Yr 2:5
  • +Yes 41:14; Mik 6:4
  • +Yes 59:13

Hoseya 7:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:37; Yes 29:13; Yr 3:10; Zk 7:5
  • +Abc 9:27; Am 2:8
  • +Zb 78:57

Hoseya 7:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 94:12; Heb 12:6
  • +2Bm 13:5
  • +Img 6:14; Nah 1:9

Hoseya 7:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:10
  • +Zb 78:57
  • +Zb 12:4; 73:9; Yes 3:8
  • +Ezk 36:20; Hs 9:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2007, rup. 16

    15/11/2005, rup. 23

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Hos. 7:1Gus 32:39
Hos. 7:1Yes 28:1; Mik 6:16
Hos. 7:1Ezk 16:46; Am 8:14; Mik 1:5
Hos. 7:1Yr 9:3; Mik 7:3
Hos. 7:1Hs 6:9
Hos. 7:2Gus 32:29; Yes 1:3; 44:19
Hos. 7:2Yr 14:10; Am 8:7
Hos. 7:2Zb 9:16; Img 5:22
Hos. 7:2Zb 90:8; Img 5:21
Hos. 7:31Bm 22:6; Yr 5:31; Rm 1:32
Hos. 7:4Yr 3:9; Mal 3:5
Hos. 7:5Img 20:1; Yes 28:1
Hos. 7:5Yes 5:11; Hab 2:15
Hos. 7:62Sm 13:28
Hos. 7:6Img 4:16
Hos. 7:6Mik 2:1
Hos. 7:72Bm 15:10, 14
Hos. 7:7Yes 9:13; Ezk 22:30; Dn 9:13
Hos. 7:8Zb 106:35; Ezk 23:5
Hos. 7:81Bm 18:21; Ivh 3:15
Hos. 7:92Bm 13:3; 15:19
Hos. 7:9Img 23:35
Hos. 7:10Yr 3:3; Hs 5:5
Hos. 7:10Neh 9:35; Yes 9:13; Yr 8:5; Am 4:6; Zk 1:4
Hos. 7:10Zb 14:2; Rm 3:11
Hos. 7:11Hs 11:11
Hos. 7:11Img 15:32; Yes 1:3
Hos. 7:112Bm 17:4; Yes 30:2
Hos. 7:112Bm 15:19; Yr 2:18; Ezk 23:5
Hos. 7:12Ezk 12:13
Hos. 7:12Ums 9:12
Hos. 7:12Gus 28:15; 2Bm 17:13; Yes 28:26
Hos. 7:13Yes 31:1; Ezk 16:23
Hos. 7:13Yr 2:5
Hos. 7:13Yes 41:14; Mik 6:4
Hos. 7:13Yes 59:13
Hos. 7:14Zb 78:37; Yes 29:13; Yr 3:10; Zk 7:5
Hos. 7:14Abc 9:27; Am 2:8
Hos. 7:14Zb 78:57
Hos. 7:15Zb 94:12; Heb 12:6
Hos. 7:152Bm 13:5
Hos. 7:15Img 6:14; Nah 1:9
Hos. 7:16Yr 3:10
Hos. 7:16Zb 78:57
Hos. 7:16Zb 12:4; 73:9; Yes 3:8
Hos. 7:16Ezk 36:20; Hs 9:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
Bibiliya y’isi nshasha
Hoseya 7:1-16

Hoseya

7 “Igihe nyene ngira nkize Isirayeli+, ikosa rya Efurayimu riciye rija ahabona+, be n’ibintu bibi vya Samariya+; kuko bamogoreye ikinyoma+: igisuma kirinjira; akagwi k’abambuzi kakagaba koko igitero hanze+. 2 Kandi ntibibwira mu mutima wabo+ yuko nzokwibuka ububi bwabo bwose+. Ubu ibikorwa vyabo birabakikuje+. Biri imbere y’amaso yanje+. 3 Banezeresha umwami ububi bwabo, bakanezeresha abaganwa ubuhendanyi bwabo+. 4 Bose ni abarenga ibigo+. Bameze nk’itanure ryakijwe n’uwukora igikorwa co kwotsa, areka kwegenyeza amaze gucumba igicumbe gushika gifashe umwambiro. 5 Ku musi mukuru w’umwami wacu, abaganwa bararwaye+: hari ubushangashirwe kubera umuvinyu+. Umwami yaramvuye ukuboko hamwe n’abatwengera mw’ijigo. 6 Kuko begereje umutima wabo nk’abawegereje itanure+; ururumbira muri bo+. Uwubakorera igikorwa co kwotsa amara ijoro ryose asinziriye; mu gitondo itanure riraka nk’umuriro ururumba+. 7 Bose barashuha nk’itanure, bakarotsa koko abacamanza babo. Abami babo baratemvye bose+; nta n’umwe muri bo asemerera ampamagara+.

8 “Nayo Efurayimu, yivanga n’ibisata vy’abantu+. Efurayimu yabaye agatsima kiburungushuye katahindukijwe+. 9 Ab’ahandi bararigase inkomezi ziwe+, ntiyabimenya+. Vyongeye, imvi zabaye izera ku mutwe wiwe, ntiyabimenya. 10 Ubwishime bwa Isirayeli bwaramwagirije amaso mu yandi+, yamara ntibagarutse kuri Yehova Imana yabo+, eka mbere ivyo vyose ntivyatumye bamurondera+. 11 Efurayimu ameze nk’inuma y’igihwiji+ itagira umutima+. Bahamagaye Misiri+; bagiye muri Ashuri+.

12 “Iyo bazoja hose, nzosanza urusenga rwanje hejuru yabo+. Nzobamanura nk’ibiremwa biguruka vyo mu kirere+. Nzobatoza indero nisunze inkuru yashikirijwe ikoraniro ryabo+. 13 Baragowe+, kuko bampunze+! Bazonyagwa, kuko bangabitanijeko! Jewe naratanguye kubacungura+, mugabo bo bamvuzeko ibinyoma+. 14 Ntibantabaje n’umutima wabo+, naho bagumye baborogera ku bitanda vyabo. Bagumye biraramangiye kubera intete zabo n’umuvinyu usosa wabo+; bagumye bangarariza+. 15 Jewe narabatoza indero koko+; narakomeza amaboko yabo+, mugabo bo bakaguma bangīra imigambi mibi+. 16 Maze batangura kugaruka, mugabo atari ku gusenga kw’ukuri+; bari bameze nk’umuheto utanangiriye+. Abaganwa babo bazogwishwa n’inkota kubera imisibo y’ururimi rwabo+. Ni co gituma bazobatwengera mw’ijigo mu gihugu ca Misiri+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika